Accueil > Amakuru > u Burundi > CNC imenyesha ko amaradiyo 6 azokorera mu runani mu matora y’umukuru (...)
CNC imenyesha ko amaradiyo 6 azokorera mu runani mu matora y’umukuru w’igihugu
lundi 20 Mukakaro 2015
Umurwi w’igihugu ugenzura ingene ibimenyeshamakuru bikora CNC umenyesha ko ibinyamakuru bizokorera mu runani mu kumenyesha uko amatora y’umukuru w’igihugu yo kuwa kabiri igenekerezo rya 21 Mukakaro,azoba ariko aragenda mu gihugu cose.
Nkuko vyamenyeshejwe na Richard Giramahoro arongoye urwego CNC urwo runani ruzoba rugizwe n’amaradiyo 6 mu gihugu cose nkuko vyabaye mu matora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yabaye kw’igenekerezo rya 29 Ruheshi 2015.
Umukuru w’urwego CNC arashimira Reta y’Uburundi kuba yaremeye gutanga uburyo bukenewe kugira urwo runani rukore,agashimira kandi ishirahamwe Search For Common Ground ku ntererano ritanga kuri urwo runani rw’amaradiyo.
Ayo maradiyo ni iradiyo y’igihugu,radio scolaire nderagakura,radio star FM,radio Umuco FM,ABP.
Van Naris Mugisha
Messages
20 Mukakaro 2015, 10:08, par Berikimasi
turabemenyerey mukuyashikiza kwaramanyanga.yabo
20 Mukakaro 2015, 10:53, par NZOBANDORA
AYO MARADIYO YOS NAXARETA,NTA PRIVEE IRIMWN NTIMUDUHENDE.
20 Mukakaro 2015, 12:19, par kanumba nokury
ejo namatora imana ikore nkimana barundi nimurekere poritike abiraba natwe twemere uwezwe numutware yemererayo nukunyene gwasa turemeshe icotwokora twumiwe
20 Mukakaro 2015, 12:58, par burundi buhire
ariko turaremvye;umuntu yahora yumviriza RPA Isanganiro Bonesha asigaye y’umviriza star-fm canke ijwi ry’umukenyezi mana tabara
20 Mukakaro 2015, 13:56, par agnes
Izozirakwiye ukuri nikumwe
20 Mukakaro 2015, 14:01, par None?
Turavishimiye kuba mu Burundi hasamiranira ama radio 6 nyuma yumwijima wariwarwiriye uburundi nabarundi Niyombare amarenye igihugu amasahamake ariko akavahoyononye ibitaribike harimwo noguturira ama radios urutavanyako mwibuke koyariyatanguye nogusorera radio yigihugu nayongwayiturire ariko abasoda bahacungera bakamubera ibamba, baryanimwenebamwetwita babitumwako.
20 Mukakaro 2015, 17:04, par Kaneza Eliane
MBEGA RICHARD GIRAMAHORO KO URI INCABWENGE, NDAKUBAZE, RADIO UMUCO FM IVUGIRA KUZIHE FREQUENCES ? NONE WEWE HARYA IWAWE URAYUMVA? BA MUREKA AYO MAREMENTANYA ! ABARUNDI UBU TURABONA. NUKO GUSA UWUVUZE ACA AKUBAGURWA ! ARIKO VYOSE BIZOHERA. IVYO N, IVY, ISI. IMANA IRABONA VYOSE N, IVYIHISHIJE IRABIBONA. MWARI BWABONE UWUGIRA COMPETITION ARI UMWE ? N,IBARA KU MUTEMERE !
20 Mukakaro 2015, 17:04, par Kaneza Eliane
MBEGA RICHARD GIRAMAHORO KO URI INCABWENGE, NDAKUBAZE, RADIO UMUCO FM IVUGIRA KUZIHE FREQUENCES ? NONE WEWE HARYA IWAWE URAYUMVA? BA MUREKA AYO MAREMENTANYA ! ABARUNDI UBU TURABONA. NUKO GUSA UWUVUZE ACA AKUBAGURWA ! ARIKO VYOSE BIZOHERA. IVYO N, IVY, ISI. IMANA IRABONA VYOSE N, IVYIHISHIJE IRABIBONA. MWARI BWABONE UWUGIRA COMPETITION ARI UMWE ? N,IBARA KU MUTEMERE !
20 Mukakaro 2015, 18:08, par Uwubizi
Mbega amatora muvuga ni ayahe? Jewe gushika ubu nzi ko ata matora araba!!!
Le 26 août Nkurunziza azoba ahejeje mandat yiwe ya kabiri kandi yaranse gutunganya amatora yemewe. Inyuma y´iyo taliki Nkurunziza azoba abaye umu sénateur. Hanyuma kandi ni ukuzitegurira kumwitwarira mu bucamanza kuko afise amakosa menshi yo kwica abarundi benshi. Biracaza!
21 Mukakaro 2015, 05:30, par Félicien
mbe ntimwogezaho amang?izo radio mugum mukoresh ibitarivyo.mber izo ntazo tuz ntaniz twemera.nay mator tuziko atarab na1
21 Mukakaro 2015, 10:07, par Bukuru Asmani
Ishavu ry’imbwa,riherera m’umurizo ibitakuraba uraba hasi kuko hakuvyur’uwukanura akihoza wovyur’uwusinziriye yikangura yitaba ,aho mwaraye mirarasa mutera za grenade ngo muduter’ubwoba ntitwitab’amatora murahumba twarabahinyuye ntitwipfuza kugaruka muri transition kuko turazi kw’arico kirwanisho ça namwe mundongozi zanyu bariko babahendesh’ayo nagiye basahuye Uburundi ntimugasubire kubupfakaza mubinigira mumenshi ,INYENZI Y’ISEMA YURIR’UKUGURU KW’INKOKO nararamvye ngo mbona bibondo.