Accueil > Amakuru > u Burundi > CNC irashimira abafashije kugira urunani rw’amaradiyo rukore mu (...)
CNC irashimira abafashije kugira urunani rw’amaradiyo rukore mu matora
jeudi 30 Mukakaro 2015, par
Ikigo c’igihugu kigenzura uko ibinyamakuru bikora kirashimira abamenyeshamakuru bakoze bitanga mu runani bakurikirana kandi bamenyesha uko amatora yariko aragenda mu gihugu cose.
Kubwa Richard Giramahoro arongoye CNC abamenyeshamakuru barerekanye ko ari abarundi bakunda igihugu,kuko bakoze batiziganya mu kumenyesha abarundi bisunze amategeko y’umwuga wo kumenyeshamakuru,uko amatora yariko araba.
Ikigo CNC kirashimira kandi Reta y’Uburundi n’ikigo Search For Common Ground batanze uburyo bwakoreshejwe mu runani rw’amaradiyo mu gihe c’amatora.
IGIHE
Messages
30 Mukakaro 2015, 14:00, par Kariyo
Mbe Richa, Aho Uribuka Amyo Wari Ugorewe Muri Kabondo?Uriko Ukora Iki Kugira Amaradiyo Yaturiwe Asubire Gukora? Erega Wari Ukwiye Kuyavugira Harinaho Ariyo Azoguha Akazi Utakiri Aho
30 Mukakaro 2015, 14:14, par Twatashe
Niwirambire Richard. Eka namwe ntaworeka kubasgimira, namakunguyose aremezako amatora yagenzeneza ngwariko akababazwanuko uburundi bukomeje guha icubahiro amokoyose kandiyariyizeyeko uyumwaka waruwanyuma kubwokobwabahutu kugirujambo muburundi arinacogituma bemeyeko amahera bahorabafashisha uburundi bayaha uwowese yemeye kuvuganabi uburundi nababutwara. Ngirango mwaraye mwumvise umuntuyitwa kwarumukozi wa HCSR ababazwanuko yatanguye kubona abarundi bariko baritahira! Abarundirero kugezubu bamazekumenya kubarimwo barabadandaza, nicogituma nabatutsi beshi batavyemera kuko kubasgijana kukinturunaka habanjegupfa abantu bangana ngabapfuye Rwanda 94 nabontibavyenera.
30 Mukakaro 2015, 18:03, par Iribuka
Ntakundi Weho wovuga kuko urumucangero wa nkurumbi,mugabo ivyo ntibibabaje ikibabaje n’i RADIO IVYIZIGIRO yahora itubesha ngo irajwe ishinga no kwigisha ijambo ry’Imana none yaraye yigaragaje aho ihengamiye nabo iyoboka muvya politique,irarekera RADIO MARIYA be na RADIO AGAKIZA zivugire ijambo ry’Imana nayo yoyo ikorere kumugaragaro urya iyoboka ireke guhenda Imana n’abantu ,twarayihinyuye
30 Mukakaro 2015, 18:05, par emma
emma
irambire bwana rishari kuko mwakoze akazi gakomeye. Abarundi turabakunda.
31 Mukakaro 2015, 20:34, par Moshi
Abarundi Turashoboy,abaribibazako Rpa,isanganiro,bonesha Na....Aribobakora Vyiza Nibazeruk,kabôndo,nderagakura Nizindi Zibandany Zitangamakuru Yubaka
31 Mukakaro 2015, 21:42, par nkurikirimana Ally Bachir
HARABANTU MUKUVUGA WAGIRA Ngo BAKORESHWA NA MADAYIMONI UMUNTU WESE AZI KO ARIKO ARAVUGRE LETA ABANZE YIYUMVIRE RETA YOSE GUHERA KURI PEREZIDA GUSHITSA KURI NYUMBA 10, NABANYAKIBI GUSA, BAHINDUKA NKIKINYARUVU IYO BAGUINDUTSE NTUNAMENYA KWARIBO,ICONOTERERE KIRA MUNTU WESE YIYUMVIRE KUVYEW KUBERAKO(igiti Kiruma Kikabisa Ikindi)