Accueil > Amakuru > u Burundi > Colonel Richard Hagabimana yahagaritswe n’igipolisi
Colonel Richard Hagabimana yahagaritswe n’igipolisi
lundi 29 Ruheshi 2015
Richard Hagabimana w’ipete rya Colonel mu gipolisi c’igihugu yarahagaraitswe n’abajejwe umutekano.
Amakuru ava mu nzego z’umutekano,amenyesha ko Colonel Richard Hagabimana yahagaritswe inyuma y’isakwa ryakozwe ku rugo iwe.
Ayo makuru nyene amenyesha ko Colonel Richard Hagabimana, yagirizwa kuba ari mu murwi w’abasirikare bagomvye gutembagaza ubutegetsi,kandi ko abifisemwo uruhara.
Mwomenya ko hari abandi bategetsi mu gipolisi n’igiisirikare bamaze gushika mu mabohero atandukanye bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi.
Messages
29 Ruheshi 2015, 09:16, par dm@3
abo nibafatwe gukonibobase koniyombare yirukana iyonyezi
29 Ruheshi 2015, 09:30, par JEAN
UMWANYA BAZOBA BAGITWARA NUKWONYENE NTACIZA KIZIGERA KIBAVAMWO NUBWUZODODOBEREZWA NUMUNTUMWE NINDANI AHOGUFATA BA.PLIME NABAGACIYUBWENGE BIKURIZA KUBAND NKUWO NUKUMUDENUMWANYA BAZOBA BAGITWARA NUKWONYENE NTACIZA KIZIGERA KIBAVAMWO NUBWUZODODOBEREZWA NUMUNTUMWE NINDANI AHOGUFATA BA.PLIME NABAGACIYUBWENGE BIKURIZA KUBAND NKUWO NUKUMUDENGEREZA
29 Ruheshi 2015, 10:26, par Kelly
Ivyo bamwagiriza nivyaba arivyo nibamuhan bivuy inyuma kand nkuwo usanga ari bwabwoko bwaba pacifique?
29 Ruheshi 2015, 10:58
ni babe brasamaza
29 Ruheshi 2015, 11:10, par NKWAVU Venant
Abobafatwa bahorwa ubusa bihangane!hasigaye igihe gito bagatabarwa.uko bukeye sikobwira.iyintwaro idutwaruku siyo.ntituvyemera.IMANA ibahe kwihangana kandi ibatabare.
29 Ruheshi 2015, 11:17, par DIEUDONNE KWITORA
NI BAMUREKUR KUBERA VYARABANANIY GUFATA GOD FURUWA
29 Ruheshi 2015, 11:37
Amanyanga aracakorwa pe, bagiye gusaka mu rugo rwiwe kuberako bamwagiriza kuba mubashats guhirika ubutegetsi. mbe none babifitiy ivyemezo ko yarimwo? Nimba biruko benshi bazohagwa.
29 Ruheshi 2015, 11:46, par RWEMBE
AHUBWO BMUHOYE KUKO BAMWIKETSE KO ATARI UMU DD!
29 Ruheshi 2015, 12:17, par THOMAS
NI BAGERAGEZE TURAZI KO NKURUNZIZA ARI UMWAMI WAMARENTANYA ARIKO UBURUHIRO AZOTANGA NINGOMA YA FARAO YARASENYUTSE
29 Ruheshi 2015, 12:32, par Tangure
Ahubwo abarundi twasanze Nkurunziza atekeje kuruta abandi baperezida, ese nawe niwiyumvire ivyo vyabaye muburundi, iyo biba murwanda kwa Kagame ubu aba agejeje hehe abanyagihugu n’abasirikare....Ntakwihenda rero nagende abazwe aho yariyashatse guta abarundi atanama abagishije.
29 Ruheshi 2015, 13:11, par dereva
Bobihereza Bo Kuribo Mitende Kuruta Kutubuza Kwirimira Mwarumviseko Twe Bato Batugereranije Nivyatsi Bihasigara Impfizi Zigwanye Canke Basubire Arusha Nimba Batasize Bahan,,,,,,,guye
29 Ruheshi 2015, 14:11, par PEIBA
UBUTABERA BUZOGARARA NIBENSHIBAFUNZWE ESE ABISHE ABABIKIRA BARHE INZIRAKARENGANE GUSA NIZOZIFUNGWA? PREZIDA UZOBAZWA VYINSHI BISHITSE UKAVAHO. URAGOWE
29 Ruheshi 2015, 14:12, par humura
ha,basha vuga ayamuhe uko mushatse ariko ahatari kera cane turabarekuza vyanse bikunze kwl!!
29 Ruheshi 2015, 16:43, par Augustin NIYIBIZI
Uwufise ico yagirizwa nakurikiranwe ariko birinde akarenganyo kuko gakwega intambara.turasaba abajejwe ubutungane gukora badahengamye cane cane muribi bihe vya politike bitoroshe
29 Ruheshi 2015, 17:13, par CANKUZO
NIBIGEEMVYE BAZIRUBUSA KUKO NAMAKUNGU ARABIZI
29 Ruheshi 2015, 17:23, par Danier
Nibatekerezebishure,ibibibakoze.Bigira,nindadaye?
29 Ruheshi 2015, 18:32, par John
Uwugomba kukurya ntabura imboga agukoza
29 Ruheshi 2015, 19:21, par MUYINGA
NAMBA UWIKETSWE KO YAKOZ,IKIBI ACAFATWA KUKI ABAZWI N,AMAKUNGU YOSE KO ARIBO BA MBERE MUGUKOR,IBIBI BADAFATWA? AAHA! MWIBUKEKO IKIDAHINDUKA/RWA AR,IMANA.
29 Ruheshi 2015, 19:32, par Gilbert
Mwebwe,bagnze Bokrubug. Vugamajambmwyumviye Bzobafasha.Murekekwtamuvyomutazi.
29 Ruheshi 2015, 20:14, par 10TOTI
Uwowe muramuboneye.prime chef d’etat major koyatatswe nabovyarikumwe komutaramuhagarika?
29 Ruheshi 2015, 20:49, par Ezechiel Niyukuri
Mukore,amatohoaza,atahoyegamiye Ikosarimwagiye,ahany e Hakurikijwe Amategeko Kuko Ntakajagari Dukeneye Muburundi Ibisigaye Ntimumbaze
29 Ruheshi 2015, 23:38, par Gerard sankala haburanimana
Reka baberek kubera iki badahamvya abandi ba NYENICUBAHIRO GOD FROID NIYOMBARE ngo babafash gupanga akarere ! ivyo peter yivugisha ngo ama cp d’Etat narindir !
29 Ruheshi 2015, 23:39, par jabiru hardi
oya muburundi biracagoye!!ntawomenya icazira ariko ikigaragara ni kimw ubutegetsi ntibucizey inzego zabwo zijejwe umutekano ivyonavyo bituma inzonzego zitizera ubutegetsi iyobicabidushikana ntawutahumva!!uraba wumva niww ubarigwa ukaguma wizingiy kuri adolphe nakagwi kinkorabara kiw karakubanye!!!!
30 Ruheshi 2015, 07:01, par Paul
Ewe butegetsi bwa Petero Nkurunziza abategetsi ubamariye mumvuto abandi nabo baguhunze, nkuko wavyivugiye ukinda ugaramye ukinda wicaye ntamahoro ugifisemwo nabo ntibicaye "kananirabagabo ntiyimye" kandi "uwuhanurwa akagamika izosi azovunagurwa giturumbuka" d’après imigani.
30 Ruheshi 2015, 13:00, par clouvis’
Banka Gutora Ntibankagu Twarwa Nibemere Kuko Uwukurusha Ibijumbu Agutwarimbya
30 Ruheshi 2015, 13:08, par amissi
Abattusi barahagabira gurunziza arabakurabose mugisirikare kubwenge
30 Ruheshi 2015, 14:11, par CLAVER
je ne comprends pas ce qui sepasse dans mon pays! pourquoi nous entendons toujours emprisonner les innocents et libérer les voleurs,les tuers,etc
30 Ruheshi 2015, 17:54, par mezmsanii
nictekerez democratie mugihugu yaratsimctay kandi uwuzokwatsa umuriro tuzowumuzimirizako
30 Ruheshi 2015, 20:36, par aime junior
mbe hari ikos yakoz?
1er Mukakaro 2015, 00:53, par joel
ndatangazwa abishe ababikira baridegemvya kandi bavugwakovyinshi raba prime aridegemvya abobandi nabo nibabihore burundi tugiye kubabande
1er Mukakaro 2015, 03:22, par Kiveko
Uwo usanga yaranse kurasa abanyagihugu
1er Mukakaro 2015, 04:49, par uagustin nininahazwe
Garukira igihugu imana itujimbere
1er Mukakaro 2015, 07:14, par Papa The Best
Nibave Murico Gisoda Bahamvye Niyombare Nayubundi Arabamara Bose Asigazemwo Abo Bavanye Mwishamba.Arik’abarundi Natwe Ntaratumenya.
1er Mukakaro 2015, 10:08, par k.manase
igitangaje kurusha ibindi nukuntu wumva abarundi bose bavuga ngo hakwiriye kubaho impinduka ariko ntawuvuga ninde azabihindura,abandika ibihuha Bose bibereye mubuhungiro binyibutsa kera buyoya nabagenzi be bohereza abana babandi kurwana intambara itateguwe neza kandi ababo baroherejwe muri Canada,France,Belgique....etc sha nimurindire amakungu gusa ntayo muzabona vuba kandi ntamwana wundi azongera gupfa uwawe waramuhishe slit mushyire hamwe cyangwa mubivemo Peter abayobore.
1er Mukakaro 2015, 10:30, par evarist nduwayo
abobasi buburundi nimubafate kani mubonekure
1er Mukakaro 2015, 18:21, par ?
Impinduka ikeneye mwebwevmwamenyereye kurya mudakoze kandi mwishe abantu ubu si 1965, 1972, 1988, 1993 nikindi gihe mwagerageje kwica abarundi binzira karengane ariko Imana izoza ibahorera bukebuke. Nibafatwe abo bamenja bagomba kusubiza igihuga mumarira ko bagiye mugisoda nigipolisi kugira babungabunge umutekano wabarundi bagiye kugira ama coup d’état izo nyanka barundi ?
2 Mukakaro 2015, 01:58, par ongeya
Ico mwomenya coco,abasirikare nabapolisi bose bakiri mu gihugu bagifise agatima ko gukingira umunyagihugu,bozokwama batabwa mumabohero gushika aho igisirikare n’ugipolisi bisigaramwo abo bavanye mwishamba hamwe n’imbonerakure n’interahamwe,nibo bazoba barangwa mu gihugu.numviye imbabazi utwo dukumi twabatutsikazi kumabi bugiye kuzabonera mugihugu kweli..inyashamba ntizisambanya ahubwo ziratabura
6 Mukakaro 2015, 16:49, par mbebe
Muyinga ngirango ashaka kuvuga Bagaza na BUYOYA ukuntu bishe abanyagihugu