IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Didace Ngendakumana yagenywe kurongora API

Didace Ngendakumana yagenywe kurongora API

samedi 9 Nzero 2016

Didace Ngendakumana niwe yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu ngo arongore ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe mu Burundi API.

Didace Ngendakumana yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu no 100/02 ryo kuwa gatatu igenekerezo rya 4 Nzero 2016 rigena umukuru w’ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe mu Burundi API.

Didace Ngendakumana asubiriye Antoine Kabura yahora arongoye ikigo API hari haheze igihe kitari gito.


IGIHE

Messages

  • None abanyamitahe baborohereza mugihugu cakajari ? mbega Chagisuma Obere bagitembagaje ? ntamuryamutahe yo zagukorera ngaha muburundi, afise ubwenge.

  • Mbese nkawe Mpazamarira Erias, aho uterereyiki murivyo uvuze? Mugiyegupfanabi nukuri! Reka jewe ngire iconterereye, Ikigisata turagishigikiye ningirakamaro.

  • Mbegasha K ,utangovye kwivugizina,nkubaze na nje wi tegereza nkuburundi ,bwo kworohereza abanyamitahe ibiki ? kombona bugeze ahatemba. kworohereza umuntu harivyo umuhebera. kugira nawe yi yumvemwo gukorera mugihugu cawe. Uburundi ntavyo bufise bworohereza abanyamitahe ubwo nububeshi gusa. worohereza abandi kuvyufise, uburumukene ruhebwa. haaaaaaa ubwubona harihibihugu bitomoye vyogukoreramwo ataruburundi, bifise umutekano,vyubahiriza agateka kazina muntu, bikubaha nimitungo yumuntu. nkivyo nabonye umusumwe muri komine ya Mabanda mumwaka uheze ahabanyagihugu ivyabo vyasahurwa Na Obere bikurwa mumazu ryaribara ryo kumutemere, niho naciye bana kwibisuma mwububurundi kovyarwiriye.

  • IBIZOTEZIMBERE IBIHUGU NUBURIMYI HAGACA HAKURIKIRA NAMAHINGURIRO NONE TWEBWE DUKONSAMA IBIRIBWA BIVA MUBINDIBIHUGU AMAHERA YOSE TURONKA ACAGENDA KUGURA IBIRIBWA MUBINDI BIHUGU UBUTUNZI NUMWIMBU JEWENDABABWIJUKURI TUTITAYEHO IGISATA CUBURIMYI NTATERAMBERE RYUBUTUNZI RISHOBOKA NTIHAGIRE UWIYUMVIRA KWATUNZE arumwe mubandi cumi icnda babakene bazovyonona inyishu nuko nabo icenda boronka ikibafashA mubuzima bwaminsiyose guterimbere birashoboka inzira nuburimyi ubutunzi numwimbu ubutunzi samahera nayabonekayose acagenda kugura ibntu mubindi bihugu

  • Jewe ndafise poroji yi520dorare yozanirinyungu nini igihugu uwoyampa mumwaka umwe ibiraya vyova ku 650biriko bikaja ku 500abasuma bakoroherwa ivyodukora vyose twiteho uburimyi nibindi bizoca bigendaneza nacanecane guhinura umwimbu

  • Sangwibikorwa vyokorohereza abanyamitahe canecane amahinguriro nomuburimyi jewe nkeneye guhingura umwimbu raba ivyonkora kuri site web/ www.cpsburundi.org

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.