Accueil > Amakuru > u Burundi > Domisiyano Ndayizeye asaba abegwa n’ikibazo c’Uburundi gusubira mu (...)
Domisiyano Ndayizeye asaba abegwa n’ikibazo c’Uburundi gusubira mu biganiro
lundi 10 Myandagaro 2015
Domisiyano Ndayizeye yahoze arongoye Uburundi asaba abegwa n’ikibazo ca politike kiri mu Burundi,gusubira mu biganiro,kuko aho bigeze ubu intumbero y’ibiganiro yataye inzira.
Domisiyano Ndayizeye amenyesha ko kwica uwo mudahuje ivyiyumviro vya politike atariyo nzira yotorera inyishu ikibazo c’Uburundi.Avuga ko hageze ko ingendo y’ubwicanyi mu Burundi ihagarara.
Uwo yahoze arongoye Uburundi ariyamiriza kandi ubwicanyi bwahitanye Lt Gen Adolphe Nshimirimana,hamwe n’ivyabaye kuri Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe APRODH,aho yarashwe n’abantu bataramenyekana.
Domisiyano Ndayizeye amenyesha ko ari vyiza ko abegwa n’ikibazo c’Uburundi begerana bakaganira,bagahagarika imvo iyariyo yose ibatuma ubwicanyi,bagakurikira inzira y’ibiganiro nkuko vyasabwe n’akarere ka Afrika y’Ubuseruko.
Van Naris Mugisha
Messages
10 Myandagaro 2015, 14:28, par BIGIRIMANA
Urakoze Mutama Kwiyo Mpanuro Uduhaye Muga Bananiwe Ntakundi Yooo Aba DD Ni Batange Bavuge Ko Vyase Uwutsinzwe Ntibastindaho!!
10 Myandagaro 2015, 15:23, par EMILIENNE
KWER,NIVYO,KAND,NIVYIZA,TUREKEKWANKANA,DUFATIY,KUBWOKO,CANK,KUMIGAMBWE,TWESE,TURIBAMWE,MURIBAGIYE,KO,HABA,ABAHUTU,CANKE,ABATUTSI,ABA,DD,ABA,FNL,MWAHANYE,ABAGENI.IMANA,NIDUTABARE,UDUHE,UMUTIMA,WOGUKUNDANA,NUWOGUKUNDA,IGIHUGUCACU.
10 Myandagaro 2015, 17:11, par Hermes
Uwo mutama Domitien ni mayeri.Burya kweri aribagiwe ighe yari President ingorane yarafise?Ingorane ntizira aho avuga kwicara bakavugana .None wewe wovugana n’abantu batagira abanywanyi .Ahubwo ntibabona ingorane zabo bafise bagashaka ko barya vyishi batabikoze.Umukate ni mutoya wo kugabura ari wo Burundi.Kandi bavuga ngo: Petits Pays =Petites TETES.Nyamara biragoye kuko bashaka kugabura ivyo batakoreye
10 Myandagaro 2015, 18:57, par NIHESO
URAKOZE MUTAMA BUZURAHANURA KENSHI KUKO NTIBUMVA
10 Myandagaro 2015, 19:46, par bonny
mutama domisiyano kuvakera wama. uhanura turagusavye ubandanye uhanura kugirango bavyunve bose imana ibazigame!
10 Myandagaro 2015, 20:25, par Rumariza
We Domisiyano Wewe Ko Wavuze Ko Witungiwe Nisupana Utwo Tujambo Wivugsha Udukura Hehe?Reka Abndi Barye Kuko Nawe Warariye .Inzigo Nayoyufutu Ntitobora Isi
10 Myandagaro 2015, 21:02, par Muyahudi
Komera mutama zurahanura urimubantu batagubiy kubutegetsi muburundi dukeney nkamwe naho atavyera ngo de
10 Myandagaro 2015, 21:12, par MUKAMANGWE
MUTAMA DOMITIEN URUMUGABO SHA KOMERA KUMUHETO UBANDANY UHANURA NKEKA WEHO BAZOKUMVIRA
10 Myandagaro 2015, 21:38, par Ndi Vitari
Najewe Nahondumunyagihug Muto Ndasabak Ubwobwicanyi Buhagarar Birateyison
11 Myandagaro 2015, 06:10, par Deus niyibizi
nihweje ubwicanyi buri mu burundi abegwa na politique bakwiye kwicara hamwe bakaganira kuko igihugu cacu cabaye icamaraso.
11 Myandagaro 2015, 06:11, par Deus
nihweje ubwicanyi buri mu burundi abegwa na politique bakwiye kwicara hamwe bakaganira kuko igihugu cacu cabaye icamaraso.
11 Myandagaro 2015, 09:51, par Pierre
Mbega Domisiyana Uracasaba Kuganira Usaba Amagaburanyama?Ntibikunda Umenyeko Waronse 0% Mumatora Nureke Kwigira Uwakera Uraziko Ijambo Ryakunaniye! Tekereza Nama Coup D,etat Ntagikunda!!
11 Myandagaro 2015, 14:31, par Bona
Kubera Isi Yiganziwe Na Shetani Ndazi Ntakeka Bazokwemera Ibiganiro Inganda Zatikiye Kuko Lobelio Yoyo Turabona Koyamaze Kutuvyagira!! Muriri Joro Abagwanyi Batari Bake Bururutse Iboti Bava Kongo Baduga Rukambasi Abasoda Bazindutse Kubahiga Ntanumwe Bafashe!! Ubushize Naho Umugwanyi Yazimiye Yarafashwe Aca Yerekana Aho Babitse Inkoho29 Abanyagihugu Twiboneye Namaso Abandi Bagwanyi Bigiriye Ubudogi!! None Wumva Uburundi Butinjiranywe!!! Dusavye Reta Ntirindire Itikira Ryabarundi Nibumvikane Igire Ico Ihevye Nabonyene Ukwo.
11 Myandagaro 2015, 19:00, par Maso
Eheee!!!!
Jewe nagira mwabikore i Ethiopia da ?
12 Myandagaro 2015, 11:24, par LION
NKURUNZIZA BYARAMUNIYE ABARUNDI NIBAMUKUREHO KUNGUMVU?
12 Myandagaro 2015, 16:33, par Niyibitanga Gustave
Ibigani Rimwe Na Rimwe Birafasha Gukiza Abegwa Ningorane,ari Aho Bigeze Ubu Mu Burundi Sinzi Ko Hari Co Tugisha Twokora Kuko Abanyepolitike Benshi Bagomba Kwigerezako Ntibagihanugwa.
12 Myandagaro 2015, 16:35, par Niyibitanga Gustave
Ibigani Rimwe Na Rimwe Birafasha Gukiza Abegwa Ningorane,ari Aho Bigeze Ubu Mu Burundi Sinzi Ko Hari Co Tugisha Twokora Kuko Abanyepolitike Benshi Bagomba Kwigerezako Ntibagihanugwa.
12 Myandagaro 2015, 16:37, par Niyibitanga Gustave
Ibigani Rimwe Na Rimwe Birafasha Gukiza Abegwa Ningorane,ari Aho Bigeze Ubu Mu Burundi Sinzi Ko Hari Co Tugisha Twokora Kuko Abanyepolitike Benshi Bagomba Kwigerezako Ntibagihanugwa.
12 Myandagaro 2015, 16:38, par Niyibitanga Gustave
Ibigani Rimwe Na Rimwe Birafasha Gukiza Abegwa Ningorane,ari Aho Bigeze Ubu Mu Burundi Sinzi Ko Hari Co Tugisha Twokora Kuko Abanyepolitike Benshi Bagomba Kwigerezako Ntibagihanugwa.
12 Myandagaro 2015, 16:39, par Niyibitanga Gustave
Ibigani Rimwe Na Rimwe Birafasha Gukiza Abegwa Ningorane,ari Aho Bigeze Ubu Mu Burundi Sinzi Ko Hari Co Tugisha Twokora Kuko Abanyepolitike Benshi Bagomba Kwigerezako Ntibagihanugwa.