Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Domitille Kiramvu asaba umukuru w’igihugu gusaba imbabazi abanyagihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Domitille Kiramvu asaba umukuru w’igihugu gusaba imbabazi abanyagihugu

Domitille Kiramvu asaba umukuru w’igihugu gusaba imbabazi abanyagihugu

mardi 30 Ruheshi 2015

Domotille Kiramvu yahoze ari umumenyeshamakuru kuri radiyo RPA amenyesha ko yahunze igihugu kubera yari abangamiwe n’uutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza hamwe n’urwaruka rw’imbonerakure rwegamiye umugambwe uri ku butegetsi.

Domitille Kiramvu avuga ko mu gihugu hashobora kuba ibintu bibi cane,kuko amaradiyo yigenga yarugawe,abamenyeshamakuru nabo bayakorera barahunze igihugu,gutyo akaba ata muntu yoshobora kuvuga ibiriko biraba,mu gihe hasigaye iradiyo imwe gusa y’igihugu,ikorera umukuru w’igihugu.

Ku bijanye n’amatora,Domitille Kiramvu amenyesha ko atawovuga ko habaye amatora,mu gihe hari abatavugarumwe na Reta benshi bahunze igihugu,abanyagihugu barenga ibihumbi 100 barataye izabo,kandi ata ndorerezi zo mu gihugu na mpuzamakungu zaje kuraba uko agenda.

Domitille Kiramvu asaba umukuru w’igihugu gusaba imbabazi abarundi,mu gihe urwaruka rw’imbonerakure n’abapolisi bica abanyagihugu umwe umwe.Avuga ko hakenewe abasirikare mva makungu boza gutaba abanyagihugu.

Messages

  • Uyu Kiramvu ubwo amaze guhaga amahera ahembwa ibimuga cyangwa ba Ntahonikora mu bubirigi. Ashatse yaceceka uwo musongarere!

  • EWE KIRAMVU PFAKURUTA IZIMBWEBWE NTIZUMVA ZIRINDIRIYE KWUMVIRAYO

  • Burya sha kiramvu uwo kubaza ivya Radjabu wobitubwira abamenyesha makuru mugira menshi murahindagurika ntakuti kwanyu burya muvyapfunze Radjabu kiramvu ntaruhara ybishizemwo?

  • Jamurahanura muvyeyi yamara ndabona muzomaribinonko kuko nkurumbi murundi yakuze atacamira indero ntagira namba

  • CANKE YARAHUNGUTSE? KOMUMISI MIKE MWANDITSEKO NABUKWE YAHIRIYE MUNZU MWEREKANA KW’ARI MUGIHUGU? BURYA MWEBWE MUDUHA AMAKURU MWATOHOJE?

  • Jewe ndashigikiye iciyumviro ko amatora yokwitabwa na bose, ariko rero nk’uko aya matora yaraye avyerekanye, abayanka canke mbere n’abagumutse, uretse ukudandaza akarimi mu makungu, nta bantu bavugira bafise. None ko babujije abantu gutora, ntimubona ko ababumvira bari ku rushi. Aho rero ntituvuze abatewe ubwoba ngo bakaja gutora bazobica.

    Uburundi Imana irabukunda nayo nk’abo bavuga nk’abatagira umutima mbaye Mutama Adriano Ntabona aho yabibwira Kiramvu, nta kibanza bagifise mu banyagihugu.
    Twaramaze kumenya ivyanyu, mushaka bandanya mudandaze ako karimi, ariko igihe kizogera urwo rudandazwa ruhombe.

  • abo basirikare mva makungu murabazana gucungera rpa nayo uburundi dufise inzego zumutekano bitumwako kandi zizewe nabene gihugu namwe. mwarabibonye aho mukubite kudeta potereya mbali

  • Amatora yabaye iyo nintambwe ikomeye mwateye,abo bahunze niko bamye mwibukeko bakomoka muri somaliya na ethiopia bareke kudutera induru kuko basanzwe ari impunzi.Kiramvu wenyene nasabe ikigongwe abarundi kuko namakuru avuga acanishamwo abarundi.CNDD-FDD na NKURUNZIZA oyeeee!!!

  • abo basirikare mva makungu murabazana gucungera rpa nayo uburundi dufise inzego zumutekano bitumwako kandi zizewe nabene gihugu namwe. mwarabibonye aho mukubite kudeta potereya mbali

  • Uwurukarihije ruramumwa ,Domitira uribagiye ko ariwewe wateranya abarundi numunwa wawe muremure nimwitonde 15% ntizosubira gutwara uburundi.

  • Kiramvu wewe turakwemera niwirambire Imana ikongere imigisha kandi condoleance kumuvyeyi wacu aheruka kwitaba Imana,mugabo twebwe abadashigikiye iki kinywamaraso turazi ko iminsi yaco iharuye kuko ntabwo carusha inguvu KADAFI.

  • Urakoze Kiramvu Kudukoma Ishwashwa Twaguheruka Kera!Uradutohoreza Ayandi Makuru.

  • ikibwirwa nicumva,nayo impanuro zirakwiye.

  • dusavye abarundi n,abarundikazi basigaye mugihugu guhagarara bwuma kuko icaha cokwica caba nkaho cemeho kndi gishigikiwe numukuru w,Igihugu petero nkurunziza

  • Iyo nsomye ivyiyumvir vy’abant bamwebamw numv bantey ikigongw!Noe ab muvug basubir Ethiopie na Somalie ni band?Quand Nkurunziza chant àqui veut l’entendre qu’il a presque réussi dans sa politique de faire cohabiter pacifiquement les différentes ethnies au Burundi,je trouve que cette mission a connu un échec alarmant vu que ceux qui le soutiennent jusqu’àen mourrir sont toujours gangrenés par le cancer de la haine ethnique!Ou bien il ne leur reste aucune autre carte àjouer ou Nkurunziza a tout simplement échoué d’autant plus qu’il n’a pas pu réussir àaligner ses partisans àsa politique!

  • Ntawubuza inzererezi kuzerera. Ese muri aba
    Basongareri birwa babungera mumakungu bashyize imbere amazuru hari uwigeze byibuze yerekana igikomere ko yagiriwe nabi. Abatutsi
    Uwabaroze ntiyakarabye kuko batinya amatora nk’umushwi utinya agaca. Nibabe bazerera abo baginga ibyabo turabizi batinya gukora gusa bagakunda kumena amaraso no gusarura ibyo batahinze

  • nakome ntiyahora avuga ngo ntawomukorako

  • BEGA UWO MUTWA NGO NIKIRAMVU KO YAGIYE HASIGAYE IMISI MYICHI NGO AMATORA ABE KATAMVUZE ICAMUTWAYE YAVUZE KO ARI KURAMUKANYE NN BIHIDUKA GUTE AMVUGA NGO YAHUSE UBUTEGETSI AHUMBO UMUGABI WAMBO WARABATEKURUKANYE NN BATAGUYE KWITWAZA IMBI TAGIRA UMUTWE NAMAGURU

  • komera KIRAMVU!Ivyo usavye nivyo kuko abarundi turarevye rero turakeneye abadukiza.

  • Kiramvu Numw Muri Bensh Bahunz Exmpl: Rufyikiri Na Ntavyohanyuma Barabategets Basangiy Ubutegets Na Nkurunziza Barahunz Horek Kiramvu Ahubw IMANA imuzigamir iyari turacamukeneye kand turacamukunda R P A ijwi ry,abanya Gihugu ntituzokwibagira komera

  • Kiramvu Numw Muri Bensh Bahunz Exmpl: Rufyikiri Na Ntavyohanyuma Barabategets Basangiy Ubutegets Na Nkurunziza Barahunz Horek Kiramvu Ahubw IMANA imuzigamir iyari turacamukeneye kand turacamukunda R P A ijwi ry,abanya Gihugu ntituzokwibagira komera

  • nta wubizi ugucozanya siyongendoyubaka igihu gu kuciyumviro ca kiramvu avuga president asabe imbabazi nikubushake bwiw yobigira mugihe abonye koyakozikosa gusa inda nimbi iduteranya ninshuti ikadutanya nimiryango

  • Twebwe abanyagihugu icodukeneye namahoro gusa

  • None Abategetsi Bose Ko Baheze Bahunga Abanyagihugu Natwe Duhunge?

  • mbe ndayize urumurundi? ww uri muri kakarwi kababisha wanka kiramvu umve RPA nijwi ryaw naw ngunyabarik bacumugani mukirund bati ubwenge bugucuza buza wa rush ABA DD MWES irah

  • Ewekiranvu nukomere naho waburagijwe imana izoguhorera ubunaho bahisemwo kukwicira nyokobukwe ahorero bashaka utahe bagufate.ihamgane uhorahoniwazotumabikunda.

  • ewekiranvu imana izompe muburundi hagaruke amahoro kugira ugaruke kumenyesha amakuru. ndopfa ntakwibagiwe kuntangamararayawe ngonduguruye twamugina.

  • Ewe Kiranvu Komera Ahurhose Ahubwo Mutuvugire Mumakungu Bace Mubusho Bwose Barabe Abafunzwe Bafashwe Nimbonerakure Bazira Ubusa Batahe Bidegenvye.

  • wavuga nuko utavura!!imana igukomeze,urumupfasoni wijunja nijambo

  • mbegubu amakuru kuri rpa avuga sangahe?

  • Gira amahoro Kiramvu,weho wararonse ahuca urahunga,arko ubeho uziko mu gisirikare atakigongwe kibaho.ukoze ikosa urarihanirwa.rro président nimba yakoze ikosa nahanwe.ahubwo uwariwe wese ahanirwe ikosa yakoze.

  • Nukurinajewe Nahanura Abarundi,canecane Abanyeporitike Kujahamwe Bakagira Inamanziza,bagahuza Ingoranezihari Zikavaho,abarundi Tugombamahoromeza,mugihugucacu Nukuri Nibitoze,hamanatwe Tubatatanure Biciyemumatora,

  • Ntimuterw ubwoba nibiriko biraba ubu muburundi
    Ndababwira ukuri kw’ijambo ryimana ko uburundi imana igiy kubuha amahoro kd umwe wese azabazw ibyo yabukoreyemo.
    Ndabasaba kubamaso kd mugasenga cane.

  • imber yokuvug ibntu banzaumenye kwandik msge.

  • WEWE REKA KUBESHERA IMBONERAKURE. NAMABI YABIWANYU.

  • kiramvu ntamutima ugira uriko uvuga ngwiki ? uritonda uribuka 2004, ivyakubayeko niwaba utibuka urikijuju kweri, pita ntampamvu zogusaba ikigongwe kuko ntawe yakoshereje. ahubwo uragumya akarimi kawe karekare!

  • Mbega abasi tumeze gute? Umuntu agira kwivugira ikimu bakiye kumutima ukumva bamwe ngo urya nu musazi uwundi agira yivugiye ibindi ukumva abandi ngo yahenzwe nimureke kuza mubwirana nabi kuko twese ntitwoja mu mugabwe umwe canke dukunde ikintu kimwe

  • kiramvu temba wagiye hageze.

  • uvuga ukuri nn twebwe tudafise iyotuja tugire gute?mwodufasha iki?ntimubonako aho inzovu zibiri zigwaniye ivyatsi arivyo bihasiga ubuzi

  • Jewe ndazi ko mugize itohoza muzosanga wa mukecuru nabukwe yicishijwe na kiramvu kugira aronke ingene asubira kwikina amatavu ku ma radio,erega yashitse mu bu biligi aja dans les oubliettes aca arondera ingene yosubira gusamirana ,ni bande bari bazi ko yaje,iyo nitactique kugira aronke ibipapuro abeshe ngo arageramiwe,muurabesha mwarahinyuwe basha,nimba yibaza ngo bazomwangaja kuri RTBF pas du tout,ibipapuro nukurindira nkabandi

  • Kuvyo Kiramvu avuz nivyo.Peter natasaba abarundi ikigorw ntamahoro afis ku Mana kuko abirwa barapfa niw abica azobibazwa.Ikindi yo menya ishava Abasirikar bafis kumafranga bakatwa kumushahara wa Amsom batabona icakora mugihugu,akayakoresha ibitagira ikimazi bobo ntibavyina.Abo ngoniba Adorufe baramuhenda.Urwanda rutejejw ibare nabasirika kamafranga batanga barungizw hanz.Hunga Peter ntumbaz,ikimbabaj nuko uzopfa kukutumvakwaw.By by.

  • Mbe none aba dd Muzogira indero ryari komuvuga ngo yasaze mutukana haribijuju biruta abemeza ko umutekano ari wose kandi abarundi bafa misiyose amasase avuga burijo cndd leave burundi in the peac

  • Asaba imbabazi kandi baguma bamutora ewe kiramvu ushaje nabi

  • Kiramvu kiramvu!!!! Karakubanye pe! Ahubwo nimwe mwomusaba ikigongwa muhunga atakibirikuny

  • ibujumbura mwihangane

  • Jew Ahubwo Nunva Rwasa Yabay Uwambere, Kuba Uwakabiri Atiyamamaj, Nabari kumutor Barahunz. Yemw Jew Nunva Yabay Uwamber

  • Kiramvu Komera Kwibanga Kuk Turaziko Muburundi Uwuvuzukuri Ahigwa Buhongo Kand Ibiba Vyos Turabibona Muga Bitebe Bitebuke Ukuri Kuzoja Ahabona Kuk Ntawakoz Inabi Itagiye Ahabona.Umusi Urizina Bazojujugumira Babur Iyo Banyikira

  • barundi reka kwankana ntimutwage na portique mumenye ko mwijuru ataportique iriyo

  • barundi reka kwankana ntimutwage na portique mumenye ko mwijuru ataportique iriyo

  • Gahini ahejeje kugandagura aberi imana yavuzek azopf ayerera kandik atawohirahira ng amwice abatutsi nabo bahejeje kugandagura ndadaye niho bakuy umuvumo wokuguma bangaraa atakibangaje , umuvumo warabafash igihe cosi hazoba har amatora muzoguma mwangara nimutasab imana ikigonwe , barya bahutu mwatuririye mumapine umwotsi warashikiriy imana , ntamahoro muzoyaronkana nimutakir agakiza ng imana ibababarire

  • Igitekerezo Canjenticemewe Komutansubije

  • Ohoo! Nkurumbi agiye kwomoka. reka opposition twese twitorere agathon RWASA maze bongere batwibe tubereke. KIRAMVU,UMUGABOSI URUCUMU. WAMYE UVUGA IMANA IGUFASHE UZOGARUKA IBURUNDI TUGUKEZA!

  • kiravu wewe amakuruwataze asenya wasavye inbabazi

  • Mbega,ndababaze?muguserura,ico Umuntu,yanditse,bisabiki,ko,hariho,bamwe,bemererwa,nabandi,Mutemerera,Biva kukui?

  • Imana Niyo yonyene Twaragije Uburundi kuko Aho bugeze ntawutogira Umubabaro

  • Heeee!
    Abaza " GUTABA" Uburundi ? Nturi Kiramvu ahubwo uri " INDAMBU " Abasoda baza gutaba u Burundi ? Uri i Bulaya muga uri umurundikazi . Witonde bazotaba uburundi na ba burimwo uri i Bulaya wenyene wibuke imiryango yawe .Stupid femme que tu es !!!

  • KWIHANA NO GUSENGIMANA NIVYO BIZOTUMABARUNDI BOSE BAMENYA KO BACUMYE HAMIMANIDUHARIRE IDUHE KWUMVIKANDA.NDETSE NIVYO NAHO MUTOTERANAMAJAMBO;KKWAMAJAMBO SIWOMUTI WIVYOBIBAZO TURIMWO.

  • Aaahha murantwengeje pe!!! Domitira kiramvu yirukanywe n’umugabo wiwe kubera amahane yiwe, ngo yahunze reta!!! arikoooo!!!

  • Ntasoni.Bishobokagut.Ngomwinjire.Mubuzima.Bwuwundimudyango.Ok.Namburumu.Dd.Ntac.Uruhig.Ruzohindukira.Ahintambwe.Irera.Umwagazi.Wintama.

  • sha uwo mukenyzi aravuz neza kuko nkurunziza yarahemuts kurenga ibwirzwa shngiro

  • ABANTU BAHUNZE BARADUHENDA MBEKOBAVUGA AYOBISHAKIRA IGIHUGU NTIBAGITAYE BAGOMBAKOTURYANA BAZE MUMATONGO AGARAGARA?MBEGA BADUTERANYA KUKO AMATONGO YAZE?BARUNDI BAHUTU BATUTSE BATWA NTIBADUSUBIRE NTABURONGOZI BUTAVAKUMA.

  • Senga Imana Irahinyuza Izotubwir Abar Mukur kiramv ntambo bokumv namapire yawe uhez

  • KOMERA KIRAMVU UVUZE UKURI NUKO UBWIRA UTAVYUMVIRIZA

  • Izina Niryomuntu Kiramvu Muramuyobewe Ivyiwe Nawe Ntiyahanuye Arafise Icoyohanura Nkurunziza Nonamusaba Ntazosubire Kimucisha Nomukanwa Kuko Petero Nkurunziza Numuntu Wumugabo Kiramvu Urumwana Mumutwe Wew Nuhore Ntavyawe

  • Kiramvu mu kinyanyarwanda bisobanura Rubebe, imburakimazi, igishwi ,indaya,....murumva izina niryo muntu! Niyirire amahera y’ibimuga i Buraya gusa ahe abarundi amahoro. Iyo ataba indaya nyina ntiyari kwiyahura yitwikiye munzu

  • bopfuma bagaruka tukayatanga mugabo bagakosora intumva zimwe zimwe

  • mutabazi and fidelite muribuka wamugani ngo gahanga wishwe niki? mufise akarimi kabi kuzuye urwango na extremisme irenze kwemera. itonde iyi bayita isi nimureke gukokeza kuko ivy isi ni zunguruka

  • Ewe aberi
    Ndagushigikiye ivyo uvuze ni vyo,ariko je nibazako atari guhera kuri ndadaye gusa hera kuva umututsi ategeka u burundi yamye yica umuhutu,ba micombero ba buyoya na ba bagaza bose,emwe amaraso atanguye kubahumira ubu ariko mieux vaut tard que jamais,nayo kwangara ,abatutsi ni ivyangazi,ni abana ba shetani nta attache nimwe bagira kw’isi nukwirigwa bayerera isi yose barondera aho abavyirondereye bari bagashika bica bakabasha kubasahura bakoresheje uburaya nayandi manyanga bakuye iyo baje bava,ibihugu vyose bashitsemwo muri africa uzobaze ni amashetani yibereye aho avec leur beauté du diable,de vrais serpents,rero n’hésite pas àfrapper àleur tete car eux ne vont pas te laisser,burya nuko twibagira ama histoires,ndibukako batubwirako abatutsi ari abavejuru,ntimwibagireko bavugako shetani ngo yari umumalayika mwiza cane, imana yayitaye kw’isi n’ivyana vyayo kubera akajagari bariko batera mw’ijuru,ntaco bibabwira,barabe neza nibo n’uburyo bitwara ,nukuntu baguma bangara isi yose ntaho babaha nirwere atari abashaka kubakoresha mu manyanga yabo,naho bibana bonyene ni akaga raba somalia,ibuka ingwano zama hagati ya ethiopie na erytrée,reke reka twarinjiranywe n’amasato kumbura mwa bahutumwe muze murigisha abana banyu bamenye aho bashira ikirenge;

  • Kiramvu,nukomer Kw’ibanga Imana Isumba Ingabo,Imana Idufitiy Umugambi Mwiza Naho Biruko.

  • uyoo kiramvu nawe ngirango radiyo yiwe rpa mububirigi ashora kubayarayimukanye.Uziakaranga mutima kiyuvukantuhavuganabi kandi so yarakureze nahoabaafise imibembe ntumuvuganabi...

  • Domitile wamye urumumenyesha wimboneza mugihugu cacu urazokwama uvuga ukuri nkuko wamye utisunze igitsure turazi ko atako batagize ngo batemvye ubuzima bwawe ariko imana igakinga ariko ahuri hose imana ikuje imbere gusa ico twizeye nuko igihugu kizosubira kumurongo namwe muri mubuhungiro mugasubira mukagaruka mugihugu c,amavukiro ndakwipfurije kuroranirwa ahuri hose imana ikuzigame.

  • jew ndibaz ashimy guhunga igihugu nagende arik gayemw imana irakwiy kwibuka igihugu cuburundi

  • Jew Niyumvira Ko Umu Journaliste Domitira Kiramvu Yogaruka Mughugu C’amavukiro Kuko Turamukunda Cane Abanyaghugu Bo Mukayanza

  • Jewe Nibaza Ko Yogaruka Mugihuguciw Camavukiro Kuko Abarundi Turamukunda Cane.

  • Ndakumbuye domitille kiramvu

  • Ndakumbuye domitille kiramvu

  • Niterasonikubonankurunziza,amarabatwara.

  • Mbe?,numukuruwigihugu,asabibabazi,cankenidomitira,azisaba,ahubwonanyarukenyabuna,kuzisabaumukuruwihugu,

  • Domitira Kiramvu Twese Turagukumbuye None Uzoza Ryari Mu Burundi?

  • Kiramvu Ivyo Wavuze Ndagushigikiye Ntamatora Yabaye Habaye Ubusuma

  • Nosabakowogarukamugihugu,camavukiro,

  • Domitille,kiramvu,turagukumbuye,uzogarukaryari,eregantamvura,idahita,ndakuramukije,ahuri,hose,uragarukamugihugu,cawecamavukiro

  • Noko,,,wahunze,,uzogaruka,muburundi,,,kadomitille,ahoniryari?

  • None,kotugukumbuye,uzagarukaryari,mugihugucawe natwe abanyagihuguturagukeneye muburundi

  • ivyo nivy yiyumvira umutekano uri muburund urare nze

  • twebwe twaratimbishije .twogiragut .ariko tukomeza gusenga ntajoro ridaca.

  • Non Domitira Kiramvu Yahungiye Mugihugu Icahe?

  • Non Ko Mudatanga Inyishu Kuvyo Tuba Twabajij Biva Kuki?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.