Accueil > Amakuru > u Burundi > Ernest MANIRUMVA yakwije imyaka indwi agandaguwe bunyamaswa
Ernest MANIRUMVA yakwije imyaka indwi agandaguwe bunyamaswa
samedi 9 Ndamukiza 2016, par
Imyaka indwi yakwiye kuri uwu wa gatandatu Ernest Manirumva yahoze ari icegera c’umukuru w’ishirahamwe OLUCOME agandaguwe bunyamaswa mw’ijoro ryo kuwa 8 Ndamukiza 2009, rishira iryo kuwa 9 Ndamukiza 2009. Ikiziga ciwe catowe ku rugo iwe ku Mutanga.

Imbere y’uko agandagurwa, Ernest Manirumva yariko akora amatohoza ku nkoho zagurwa, ariko ntizishike mu gihugu. Izo nkoho zaburirwa irengero zagurwa n’ubushikiranganji bw’umutekano bwari burongowe na Alain Guillaume Bunyoni.
IGIHE
Messages
9 Ndamukiza 2016, 12:52, par eric
uwo yarizize, none yari mubiki? yariko arakina n’umucanwa atabizi.
9 Ndamukiza 2016, 13:16, par rwasa
agapfuye kabazwa ivu uyomugani waciwe nabasokuru
9 Ndamukiza 2016, 15:58, par karorero
Ibigugu birarwira kwisi basi aaaahhh!!!hahahahahhh!!! Yari yabuze ibyo Akora kwatari bwatohoze uwishe E.S Ndadaye canke abishe inzirakarengane 1972 ntibyabay ahari???abantu barasuzuguye inkona bayigereranya ninkoko kabisa naruhuke yodukwegeye nabandi bahabonere icirwa.
9 Ndamukiza 2016, 21:58, par metre
murabura.ivyomwibuka.none.koyigira.umumyabwengenkabuyoya.ntamemyekohabavye.nabandibataremerabaracamusanga
10 Ndamukiza 2016, 06:37, par kabisa
izo nkoho haraho zafatiwe hamaze kumenywa icyo zigiye gukora kuko iyo zidafatwa nta zina mututsi ryari kumvikana mu Burundi ivyo peter akora birazwi cane.
10 Ndamukiza 2016, 08:57, par Nzovu
Ngaye imbwa zamwishe zitazamusanga.
Kwica mugenzi wawe ntacyo bimaze. Ni ukwikururira umuvimo ukwira m’umuryangp
10 Ndamukiza 2016, 20:17, par Kabizi
Inkona Ntiyaruzwa Kizire
13 Ndamukiza 2016, 14:53, par niyonganji pacifique
ahari agubw neza