Accueil > Amakuru > u Burundi > Evrard Giswaswa yoba yashitse mu buhungiro
Evrard Giswaswa yoba yashitse mu buhungiro
dimanche 28 Ruheshi 2015
Evrard Giswaswa yahoze ari umukuru w’igisagara ca Bujumbura, amakuru adushikira avuga ko yahunze igihugu n’umuryango wiwe.
Evrard Giswaswa bikavugwa ko yahunganye n’umuryango wiwe muri kimwe mu bihugu bibanyi. Giswaswa akaba asanzwe ari mu mugambwe CNDD FDD, ariko muri iki gihe umugumyabanga arinze yemera guhunga n’umuryango wiwe, kenshi ugasanga aba ari mu baterekwa ikiringo ca gatatu c Petero Nkurunziza.
Inkuru tubandanya dutohoza
IGIHE
Messages
28 Ruheshi 2015, 10:41, par Rubwa
Niyihungre Wew Araharons Arek Abo Ba Dd
28 Ruheshi 2015, 10:45, par Melchiade
Nosaba Ikinyamakuru Igihe Mwandike Mwitonze Kuko Kuvuga Ko Giswaswa Yar,umugumyabanga Amakosa Yatumy,apfungwa Canke Ivyo Rpa Yavuga Muramugarukanye .Kura Ibihuha Ejo Amatora Araba Murase Mureke Miliyoni Zirenga 2.500 Turatora
28 Ruheshi 2015, 10:49, par james
haaaa n umwungu warwaruyuzi yariyaratevye ntazagaruke.
28 Ruheshi 2015, 10:49, par james
haaaa n umwungu warwaruyuzi yariyaratevye ntazagaruke.
28 Ruheshi 2015, 10:49, par james
haaaa n umwungu warwaruyuzi yariyaratevye ntazagaruke.
28 Ruheshi 2015, 10:49, par james
haaaa n umwungu warwaruyuzi yariyaratevye ntazagaruke.
28 Ruheshi 2015, 10:57, par Dieudonne Mugisha
Emwe Hahunze Uyo Kuki Abandi Batohunga? Natwe Twarahunze.
28 Ruheshi 2015, 10:57, par gerard
Ico ni ikinyoma cambaye ubusa, kuko jewe uyu munsi namwiboneye. Narinzi ko journal igihe iri serieux itandika ibinyoma.
28 Ruheshi 2015, 11:05, par John
Nagende Ariko Nuko Ataco Yaneguye Uwo Mu Président Ashaka Guta Igihugu Mu Kaga.Baramutaye Murudubi None Reka Bamusige Wenyene Turabe Ico Azotwara.Bahunga Bareka Gashiga Izobazana Kandi Bazogaruka Ico Bahungi Kitaraba.Ibijuju Nibihunga Imbere Y’intambara.Nuguhunga Uzi Ico Uhunga Wobwira N’abandi.Ubuhungiro Barabufyinisha.
28 Ruheshi 2015, 11:06, par Kevin
Abashaka kuja munkina mico ngo namatora ya MAVOKA muragenda mwitonze,iyikuburiye ntikurya.
28 Ruheshi 2015, 11:20, par Bucumi
Melchiade wew urabe neza aho wapfuna ibiseru haza ubwonko ibiseru biri mukibanza cubwenge nimwagenda gutora mwebwe imbonerakure muzoyasomera hehe? Uko nukujujuta nanje ndiyo ndi imuyinga mugabo haribintu uraba ukabona ko bidashoboka imigambi twari dufise yose barayizi wewe zinduka nanje nzoba ndatora ayemewe na bose.
28 Ruheshi 2015, 11:28, par Kay.B Star
Nibabareke Bigire, Kuko Abo Nabatemera Ko Igihugu Cogwa Mumanga Babona Ariko Birababaje Peee!!!!!
28 Ruheshi 2015, 11:51, par JEAN
EMWE ABA.DD BARABAHEZEKO NONE HASIGAYENDE? HASIGAYE NKURUMBI GUSA NONE KO.NUMURYANGO WIWE WAGIYE WAHUNZAMAHORO? EMWE IVYABABAKOZI BA.SHETANI BIRAYOBEYE UBWO GAMWANTUMVAMWE NTIMWOKWIKEBUKA NON MUZOTWARA BANDE?
28 Ruheshi 2015, 11:54, par Ihora Ihoze
Turahaye ikaze abo bose bipfuza amahoro, nimwihungire ababishoboye, hasigareyo abatabishoboye gusa, Imana izobarinde, nayo ivyo binwamaraso vy’aba DDn’imbonerakure, bizonwa ayavyo maraso kuko ayabandi bayamaze. Ihora ihoze!
28 Ruheshi 2015, 11:54, par rukundo
none komuhunga arimwe mwarukweze murawucana mukagenda mutawose musigiye abanyagihugu imana izobatubaza
28 Ruheshi 2015, 11:55, par VITAL
NAGENDE NONE IKI KINYAMAKU MWAGIHEBEYE AMATANGAZO YABAHUNGA? BURYA NIBAHUNGUKA MUZOVYANDIKA?
28 Ruheshi 2015, 11:57, par fidelité
Mbega rurimirije we wa mu escro ko adahunga?Turarindiriye abo bose baje muri tenu militaire baze bagira ramping tugwane,hihihiiiiiii
28 Ruheshi 2015, 12:03, par Ihora Ihoze
Turahaye ikaze abo bose bipfuza amahoro, nimwihungire ababishoboye, hasigareyo abatabishoboye gusa, Imana izobarinde, nayo ivyo binwamaraso vy’aba DDn’imbonerakure, bizonwa ayavyo maraso kuko ayabandi bayamaze. Ihora ihoze!
28 Ruheshi 2015, 12:52, par Nkundwanabake jean bosco
Ni bagende batobato dusigare turawota
28 Ruheshi 2015, 13:18, par Kumwanya
Ahunz ateba
28 Ruheshi 2015, 13:36, par Kirinyota
Melchiade est sur la planète Mars, mais il tombera PROCHAINEMENT parce qu’il n’y a plus de pilier pour tenir son régime. Du reste, ndamusabira ku Mana yonyene, na mutima mweranda bamumurikire. Voilà .
28 Ruheshi 2015, 13:37, par Mumpe
Yabonye idemu zahereye murwanda arazikurikiye nimumureke
28 Ruheshi 2015, 13:39, par gahanga
nanyage amagara asumba amajana weyari yarabibonye mugasho
28 Ruheshi 2015, 13:40, par Nzobandabona
Reka Bamuhereko Bose Turindire Ibiri Inyuma
28 Ruheshi 2015, 13:51, par kassory fofana
uwo ni umututs wigito cokimwe na eduard nduwimana !! ahubw iy yagira isanganya kuk yakoz ibibi vyinsh!!! muga impera nimperuk azobibazwa
28 Ruheshi 2015, 15:03, par kuri
borekaguhunga kandi ivyobaribateguye vyabatayekuwamazi
28 Ruheshi 2015, 15:07, par mutama
Hari umuntu wikijuju, yiyita kassori Fofana yipfuriza abandi isanganya, isanganya wifuriza abandi hari igihe ryohera iwawe. Hanyuma Imana igacunga abo uryifuriza. Hanyuma uwo mwuka mubi wawe uwugumane ntuhagire uwo uwandukiza.
28 Ruheshi 2015, 16:12, par Philemon
none koyahuze asavyikigorwe abarundi yakoreyikibi kobagiye kubana mubuhugiro?kariwe yaryanisize imigabwe
28 Ruheshi 2015, 16:25, par Remy One
ntivyodutangaza abagambanyi bamyeho kuva kera,kandi umunyagihugu muto yam’ari nyagupfa.abandi nabo bariyibagizako ubutunzi bw’isi atawubugeraho,kukubona wapfuye ntihagire ico bimubwira,ariko rero urupfu nikuritwese umuntu ashatse yokwitonda.
28 Ruheshi 2015, 17:08, par masabo
Uyo wewe asanzwe ari umuswaganyi! Ni giswaswa nyene
28 Ruheshi 2015, 17:12, par Jamal
N’ukuri ndasavye ama commentaires incitant à la haine ntimuz murayapublia!Noe ab bant batukana kok ivy bavug nivy bir mu mitw iwab?ereg ib bint muvug ej ck hiry y,ej vyobakurikiran kuk les paroles s’envolent mais les écrits restent!
28 Ruheshi 2015, 19:07, par mutabazi
Uno nawe wiyise Ihorihoze hose ni intagongwa yo mubuyenzi. Nyiheruka ija kwiga muri Algérie. Umunsi yotashe izakabona
28 Ruheshi 2015, 19:50, par Niyonizigiye Pierre
Yarize Amategeko Arayazi
28 Ruheshi 2015, 20:20, par rukundo
birababaje kubona igihugu gitabwa mumanga nuwogikijije basi!Abatabona kobahenzwe bakurikiye ubwije nibakanure babone bareke kwica benewabo,kuko urucira uwundi rugatwara nyoko.Mbonerakure namwe banywanyi ba CNDD-FDD muriko mukora ivyo mudashaka kubera ubwoba,vayo reka gusesa amaraso yabenewanyu;Ababishoboye muhunge,abandi mwifatanye n’abandi mukwiyamiriza ubwicanyi.Ejo ntimutumwanya wanyu muja GUTORA kuko atemewe namategeko.Abagihumirije mukanure mubone,muze dushayure igihugu cacu,tugwanye abicanyi n’abasahuzi batembeje igihugu.
28 Ruheshi 2015, 20:47, par BUSABUBI PITASI
JE MBONA NUWO MUGABO PITA YARAKWIYE KWOMOKA SUGUHUNGA,OYA,KWOMOKA
28 Ruheshi 2015, 21:05, par SISI WATOTO
OYA SINOVYEMERA,
UMUKURU W,IGISAGARA,
N’UKWASA N’UKWAREHA,
YOHUNGA?
ARAFIS ABASODA BAKWIYE... WA MUSI MUCA MUVYIBUKA!
28 Ruheshi 2015, 22:24, par Papa Bintu
Oya Je Sindavyemera Ko Yahunze!Yohunga Atamaraso Ava?Papa Burundi We Igihugu Yibaza Ko Arico Yavukanye.Reka Tumubaze Ivyo Bavuga Nivyo?
28 Ruheshi 2015, 23:30, par nsengiyumva
arakabona yigungiye natwe abatemera ikiringo c3iyaba dufis,uburyo twohunz,uburundi noneho twabay,inyamanswa ewe mana dutabare
29 Ruheshi 2015, 08:43, par Nsabimana
Mbega Yahunze Kuko Umutekano Wiwe Uhungabanwa Kandi Ari Mu Mugambwe Uri Ku Butegetsi?Yoba Nawe Atemera Mandat Ya 3 Ya Nkurunziza?Ni Vyaba Arivyo Azira,twese Tugiye Guhunga Kuko Ntiumwemeraaaaa.
29 Ruheshi 2015, 09:30, par mutabazi
Uburundi bwaragowe.None ko hahunga gusa abakozi
Ba shetani nka Giswaswa mubona hari ikibazo gihari? Ahubwo Peter nakimeze asenge izo shetani zive muburundi zomoke. Naho Giswaswa we hagowe igihugu cyo mwakiriye kuko ubu amaze kwanduza Sida nk’abantu 20 mumasaha 48.
29 Ruheshi 2015, 12:11, par londinho ezekiel lazarus
ntakundi yari gikora,amagara aruta amajana ikind nicirwa gikomy kur w.
29 Ruheshi 2015, 16:08, par mutama
A L’ATTENTION DU JOURNAL IGIHE.
Nimubeshuze iyo nkuru kuko ntiyahunze na gato. Hanyuma iyi site yabaye forum y’ibitutsi. C’est grave
29 Ruheshi 2015, 18:28, par JOSPER
haaaaaaa,nankurunziza yarakwiyegukurikir igihugukigasigarana imbonerakur
29 Ruheshi 2015, 18:29, par JOSPER
haaaaaaa,nankurunziza yarakwiyegukurikir igihugukigasigarana imbonerakur
29 Ruheshi 2015, 21:09, par Uwakera
Umukuru w’igisagara ca Bujumbura niyagira ingorane zamagara nizeye caane ko atazoja kwivuza muri prince regent charles!Muribuka inkuru yo muri TOXIQUE!!! Hiiiiiiiiii ! Kuba kwisi n’ukwitonda kuko ntuba uzi ibizogushikira ejo naho uzohereza!
29 Ruheshi 2015, 21:35
Mana tabara uburundi bugeze kure
29 Ruheshi 2015, 22:49, par BURUNDI BWEJO
eeeeeheyahunzekombona abayokebaheze erega azokwisanga arumwe uwodukura irishano rikuru abanutwokwiruhutsa nugusenga cane naye ababonakobafise amahoroharigihenabobazohunga ntawarazikonababohunga Imana izobadukurako shaaaa
30 Ruheshi 2015, 20:58, par mugezi
N’uwanka urukwavu ntahakana ko runyaruka, uwo muhungu araciye ubwenge. Umuntu bapapura 250millions akaguma i fraicheur, ab’Imana yahezagiye ntibatemba. Icamutunze kutagira ishavu n’inzigo, aho niho Imana imuhezagirira.
Bon vent bien cher EVRARD.
Uwukwanka akwandureko
30 Ruheshi 2015, 22:06, par toyi
Umusuma ruhasha giswaswa
30 Ruheshi 2015, 23:17, par gakima
Barundi ndabacire agace, uwo muhungu musarirako, akinumira, nimumureke kuko uwo yahezagiwe n, Uhoraho, ahandi ho muzokebana iminwa, ndabarahiye urazi ko akarimi kabarundi kabagora, nimumureke ari igihano yarakironse nta numwe ar Imana, erega inzigo niyo ibabuza gutera imbere ehhhhhhhhhhhhhhh raba ivyawe ivyabandi wirabire hirya. reka kwiyanduza uburundi mbana burusha
1er Mukakaro 2015, 12:48, par CÈDRIC
KIRAMVU AVUGA UKURI muburundi ntamahoro ahari
1er Mukakaro 2015, 19:20, par Gakima
Nubu ndabandanya kubacira agace, uyo muhungu basha mumureke kuko ari kuri protection yamasengesho abavyeyi bamusigiye. Raba ibibagoye mbona ari vyinshi hanyuma mwisabire nimiryango yanyu. A bon entendeur salut!
1er Mukakaro 2015, 21:09, par Jean michel
Uwo muhungu mumuhora ko aciye ubwenge, igisagara yagitwaye neza, ntangoranze nk’iziri UbU zariho, ahubwo Imana igume imucunga,
Nayo guhunga sivyo ari ngaho i Bujumbura.
Kandi murashobora kubeshuza iyo nkuru
6 Mukakaro 2015, 17:37, par nduwimana
iyi Iyi site isigaye arimwo abantu batukana ce qui n’est pas bon.Gerageza mwikubite agashi muze mugira controle yivyo mwandika kuko vyofasha gusumba.
30 Mukakaro 2015, 19:12, par fabrice
Mana hezagira giswaswa numugabo,