Accueil > Amakuru > u Burundi > Faustin Ndikumana aratewe impungenge n’amafaranga yakoreshejwe mu (...)
Faustin Ndikumana aratewe impungenge n’amafaranga yakoreshejwe mu matora
jeudi 13 Myandagaro 2015
Umukuru w’ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo PARCEM Faustin Ndikumana amenyesha ko ibihe Uburundi buriko buracamwo vyatumye ibikorwa bikorwa nabi ku murwa mukuru w’igihugu kandi ariho hava ibice birenga70 kw’ijana vy’amafaranga Reta ikoresha.
Faustin ndikumana amenyesha ko ibiriko biraba mu gihugu vyatumye n’ikigo kijejwe kwegeranya amakori OBR gishikirwa mbere kirashika no guhomba amafaranga atari make.
Faustin NDIKUMANA amenyesha ko atewe impungenge no kubona igice c’amafaranga yategerezwa gukoreshwa na Reta yashizwe mu bijanye n’amatora.
Umukuru wa PARCEM akibaza ahazova imishahara y’abakozi ba Reta,amafaranga azofasha mu kuvuza abana batarakwiza imyaka itanu,kwigisha abana n’ibindi vya nkenerwa.
Faustin Ndikumana avuga ko ubu ata gutera imbere mu bijanye n’ubutunzi bikiriho mu gihugu,kuko indyane za politike ziri mu Burundi zatumye abazana imitahe mu Burundi bagenda,kandi hari n’ibindi bisata vyamaze kwirukana abakozi.
Umukuru wa PARCEM amenyesha ko mu gihe igisagara ca Bujumbura kiba kiri mu bibazo,bituma haba ibitagenda neza mu bijanye n’amafaranga y’igihugu ari naco gituma asaba abanyepolitike gusubira mu biganiro.
Van Naris Mugisha
Messages
13 Myandagaro 2015, 10:24, par INTAGOHEKA
MBE UYONDIKUMANA IVYAVUGA BIRAMUSA NTANARIMWE ARAVUG IBIGENDANEZA!NAREKE GUT UMWANYA ABARUNDI BUMUTIMA TWARAMUHINYUYE,BAHAMAGARIRA ABENEGIHUGU MUMIGUMUKO NTIBARIBAZI KWINGARUKA ZAVYO ARIMBI NIMB ATAVYOBARIBAZI NIBIJUJU. CANKE NIMUCEZO WANDANI
13 Myandagaro 2015, 10:29, par Evariste
Uwo siwe ya convoie abantu nareke kwigira nk’umweranda kuko ari mubicanyi bambere ariko amenye ko atazosubira gukora njivyo bakoze 72.
13 Myandagaro 2015, 10:43, par emma
emma
urabona ndikumana ingaruka yimigumuko mwahamagaye ngwibe erega nawe warakije akariro ushigikiye abagwanya reta, raba rero ingaruka ziriko ziraza, mugabo aho mutibagirira muragaruka mukabibaza reta, Kandi arimwe mwatumye ibivyose biba, pfakuvuga.
13 Myandagaro 2015, 12:05, par Uwudahengama
Kimwe ivyo faustin avuga nukuri nibasubire mubiganiro nayahandiho igihugu cuburundi kigiye gukena kuburyo atamukozi numwe wareta abagikora kubwukuburagahembo kubwivyo narekure nyakwubama
13 Myandagaro 2015, 12:18, par Falcon
Mbonerakunya"FIDELITE,BONGO"nuwo n’umututsi?jijuka ubu si 1972 canke 1993,abantu mufise ivyiyumviro vyamacakutatu musigaye muri inkehwa kuko ata shure mwahonyoyemwo,kubwanje igihugu naho bogiha umutwa mugabo tukagira amahoro,nibiciro bigasubira nkakera ntangorane.
13 Myandagaro 2015, 12:25, par HAKIZIMANA JEANNETTE
REKA REKA WAWUND UT NA KAMUNA NAKAMUNA KOKO MUMIS TUZOBA NKO MU GIHUGU CO MUR AYITI TURAGOW TURINDA TUGOGWA UBU MBEGA AHO BUCA TUBURIRA UMUSHAHARA NAHO HAMA UKO KUVURA ABANA NAKO KUBUNT MBONA TURIHA AMAHERA
13 Myandagaro 2015, 12:26, par HAKIZIMANA JEANNETTE
REKA REKA WAWUND UT NA KAMUNA NAKAMUNA KOKO MUMIS TUZOBA NKO MU GIHUGU CO MUR AYITI TURAGOW TURINDA TUGOGWA UBU MBEGA AHO BUCA TUBURIRA UMUSHAHARA NAHO HAMA UKO KUVURA ABANA NAKO KUBUNT MBONA TURIHA AMAHERA
13 Myandagaro 2015, 12:27, par HAKIZIMANA JEANNETTE
REKA REKA WAWUND UT NA KAMUNA NAKAMUNA KOKO MUMIS TUZOBA NKO MU GIHUGU CO MUR AYITI TURAGOW TURINDA TUGOGWA UBU MBEGA AHO BUCA TUBURIRA UMUSHAHARA NAHO HAMA UKO KUVURA ABANA NAKO KUBUNT MBONA TURIHA AMAHERA
13 Myandagaro 2015, 12:45, par Kabizi
None uwo faustin ivyo avuga, ubu abakozi ko bahembwe niwe yabahemvye? Canke naho amahera yakoze mumatora, wewe yaterereye angahe?
13 Myandagaro 2015, 13:00, par Ruzobavako j.baptise
Uyo wa PARCEM Niwe yarungitse abantu mu migumuko kandi ari mu batumye haturirwa imbonerakure mu mapine mu nyakabiga ubu naho atanguye kubaza amahera y’amatora atemera kandi ata nifaranga na rimwe ryiwiwe yaterereyemwo wumva uyu mugabo akomeye mu mutwe.
13 Myandagaro 2015, 13:16, par BUCUTI
Komera,guguna,bozora,nabado!
13 Myandagaro 2015, 18:18, par kazoza
Uvuze neza faustin.mugabo wibaza kw iyi reta ubu irajwe ishinga nibibazo vyiterambere nkuko ishirahamwe ryanyu rivyipfuriza igihugu?ihibambewe,abaherutse gusahura ikiringo ntakindi babigiriye atarugusahura na duke igihugu gisigaranye, abana biga batiga, abagwaye bavurwa bareka,abakozi bareta bahembwa bareka shahuli yake,amasi yibikere ntabuza abavoma kuvoma,niko nkuru yamayivugira. Bazohema yuzuye,ryari se?
13 Myandagaro 2015, 21:48, par James
Aha That Tuo Much nakanduro Kibara Kumutemeri Abarundi Barikobicwa Ninza Mukomere Mugukà ngura Abarundi
13 Myandagaro 2015, 21:49, par James
Aha That Tuo Much nakanduro Kibara Kumutemeri Abarundi Barikobicwa Ninza Mukomere Mugukà ngura Abarundi
13 Myandagaro 2015, 22:03, par James
That Tuo Much Nakanduro Kibara Kumutemere Abarundi Bariko Bicwa Ninzara Bakaronka Amahera Bono Na Shishikara Gukangurira Abarundi
13 Myandagaro 2015, 22:04, par James
That Tuo Much Nakanduro Kibara Kumutemere Abarundi Bariko Bicwa Ninzara Bakaronka Amahera Bono Na Shishikara Gukangurira Abarundi
13 Myandagaro 2015, 22:27, par Gmail@fr
Urakoze Mutama Kubona Iyo Ibntu Biriko Biraja Vuba Bwangingo,we Nibarindir Tu!Nabado Tutabaciye Amabya Bazace Bamenya Yuko Imana Cabona Cabo Yabumviye,sawa Saw Mutam Bandanya Mubabwira
13 Myandagaro 2015, 22:28, par Gmail@fr
Urakoze Mutama Kubona Iyo Ibntu Biriko Biraja Vuba Bwangingo,we Nibarindir Tu!Nabado Tutabaciye Amabya Bazace Bamenya Yuko Imana Cabona Cabo Yabumviye,sawa Saw Mutam Bandanya Mubabwira
14 Myandagaro 2015, 19:44, par PIERRE
ABANYA POLITIQUE NIBAREKE KUDUSAMAZA IGIHUGU N’ICABARUNDI BOSE RERO AMATORA YARABAYE NTABINDI KIRETSEKO BIPFUZ’INTAMBARA NAYO AKAB’ATAC’IZOBAMARIRA ATAR’UGUSUBIZ’IHUGU INYUMA.
14 Myandagaro 2015, 20:01, par PIERRE
BWABUNDI MUBURUNDI HARACARIYO IBIJUJU ATAKI NDIBAROTA, BIPFUZA, ATAR’INTAMBARA. MURAGOWE IMANA IZOBAHANA.