Accueil > Amakuru > u Burundi > Filipo Nzobonariba amenyesha ko abarundi babandanya guhunguka
Filipo Nzobonariba amenyesha ko abarundi babandanya guhunguka
samedi 1er Myandagaro 2015
Umunyamabanga wa Reta akaba n’umuvugizi wayo Filipo Nzobonariba amenyesha ko kuva kw’igenekerezo rya 29 Ruheshi 2015,abarundi benshi bahungutse bava mu gihugu c’Urwanda.
Inyuma y’urugendo yakoze ku rubibe rw ‘Uburundi n’Urwanda ari kumwe n’umushikiranganji w’umutekano,Filipo Nzobonariba amenyesha ko hari abahunguka ariko hari abandi binjira mu gihugu c’Urwanda kubera imvo z’urudandazwa.
Filipo Nzobonariba amenyesha ko abataha benshi harimwo abanyeshure kuva bumvise ko, mu gisagara ca Bujumbura amashuri yasubiye gutangura gukora,ariko hari n’abashaka gutaha bava mu makambi y’impunzi ariko ntibiborohere.
Umunyamabanga wa Reta akaba n’umuvugizi wayo asaba abajejwe kwakira impunzi,gukora ibiharuro kugira bashire ahabona ibitigiri vy’abarundi bamaze gutaha.
IGIHE
Messages
1er Myandagaro 2015, 09:55, par kanyarwanda
Leta y’agatsiko y’u Rwanda yafashe abarundi ingwate kugira ngo ijye ivanamo abosore bo gutera grenades i Burundi biha inkumbi. Barundi ni muhaguruke mwamagane iyo leta y’urwanda kuko ntaneza ibifuriza. Ubu u Rwanda ntacyo rugishoboye haba ingwano mwarabonye mu kibitoke cyangwa uko bakubiswe muri kongo. Ubu icyo bazi ni ukwiyemera mubigambo gusa. Ni muhaguruke barundi mwamagane izo ntagongwa zirekure abantu banyu zafasheho ingwate mumakambi
1er Myandagaro 2015, 09:59, par Kariyo
Ehe Icogitama Gishaje Kitagira Ijambo. Aho HCR Yatanga Ibigaruro Carihe? Nimba Kitarahung Abana Baco Bazohunga
1er Myandagaro 2015, 13:49, par Falcon
Ivyanyu biragoye kwemera ko arabahunguka kuko aba DD imitwe mufise irarenze.
1er Myandagaro 2015, 16:14, par ghgg
Ibiharuro bya HCR ntiwabigenderako kuko habamo kwihenda cane.
1er Myandagaro 2015, 22:39, par Kabukobwa Joseline
NDUMURUNDI WOMUBWOKO BWABATUTSI NIBERA I CANADA, MPERUTSE KUGANIRA NINCUTIZANJE ZAHUNGIYE RWANDA KWISIMU MPORANDABABWIRATI NONE IBINTUMUBIBONAGUTE? UMWE NIWEYAMBWIYE MWIJWIRITOYANGO: NGAHAMWINONKAMBITURAHAGOREWE URINZE WIYUMVIRAGUTAHA HAKAGIRA UMUNYARWANDA ABIMENYA USHOBORA KUNYURUZWA NGOKUGERUBU HARIHO ABANTUBESHI TUTAZI IYOBATWAWE NGOMBERE MUMISI ABATARASHIKA MUNKAMBI NDAZIKOBAMAZE KUMENYA AYOTUGOREWE HANO MUZOKWUMVA BISUBIRIYE BURUNDI. NGWIGITUMA BADASHAKA KODUTAHA NGONUKO TWOBATWERETSE AMAHANGAKO MUBURUNDI AMAHORO YAGARUTSE. IKINDI BIBAZAKO IBINTU BATUBWIYE NGOTUBWIRE ABANTUBAKAJE KUTURABA AHOTURI MUNKAMBI KOTWOZOHAVA TUBIBWIRA ABATEGETSI BI BURUNDI. ARIKO YIRINZE KUBIMBARIRA IVYOBINTU BABABWIYE, ARIKO YARINGIJE AVUGANGO: HAKUBANA NABATWITA NGONABATUTSI NKATWE BABANYARWANDA NGOWOFUMA WIBANIRA NABAHUTU BIWACU BURUNDI! NGOBARAGAYANA UZURORE!!!.
2 Myandagaro 2015, 06:10, par claver
nukuri uwomushingantahe ivyavuzeturavyunvise ariko ukurikurimwo niguke kuko ivyiweturabimenyereye jembonako ahoguhunguka babandanyabahunga
2 Myandagaro 2015, 08:26, par Eric
Muraruhutse imyaka icumi mutanja mu makambi ibirenge birimo kubotsa ni mukore ibyanga by"intare mujijo nyina navyuka noneho ntanzira muzaroka ibahugana
2 Myandagaro 2015, 10:21, par Cubwenge
Abobari bahunz ntibarigusohok bagaruk mugihugu cuburund umukuru wigihugu atararahir ahorero barishoye.
2 Myandagaro 2015, 23:24, par bitupi
niw asigaye guhunga .