IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Gitega : Igituro c’imiduga minini cuguruwe

Gitega : Igituro c’imiduga minini cuguruwe

mardi 9 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Igituro c’imiduga minini minini (Poids lourds) cuguruwe ku murwa mukuru w’intara ya Gitega kuri uwu wa kabiri n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Ico gituro gifise ibibanza bigera kuri 84 vyojamwo iyo miduga, kikaba cubatswe ku buryo bwatanzwe na banki ya Afrika ijejwe iterambere.

JPEG - 28.5 ko
Ico gituro gifise ibibanza bigera kuri 84 vyojamwo iyo miduga minini (Poids lourds)

Kuri uwu wa kabiri nyene, ibarabara RN15 rihuza intara ya Gitega na Ngozi ryuguruwe icese n’umukuru w’igihugu, ku mutumba wa ZEGE.

Inyuma y’ukwugurura ico gituro hamwe n’iryo barabara rya RN15, umukuru w’igihugu yasavye abanyagihugu kubungabunga izo nyubakwa rusangi.


IGIHE

Messages

  • Mbere ya Buyoya uburundi bwari buteye imbere rwose kuruta urwanda, tanzanie,congo na Uganda. Guhera kuri buyoya nabamukurikiye igihugu carapfuye gushika nubu. Ndibuka cartier zi bujumbura zifise isuku, cartier, avenu et numero. Plan de l’Europe Vive BAGAZA. Abarundi bari bafise honneur birira umukeke bakanwa na amster. Le burundi etais le paradis.

  • Niyunvirak uwandits iyinkuru yihenze , kuko imiliyalidi 100 $ urazi tahura neza . ? Kosor iyinkuru kuk ibi mwanditse sivyo

  • Mugerageze kutwereka amafoto yaho hantu muvuga ko hubatswe nuburyo ’’bungana n’imiriyaridi ijana z’amadorare y’abanyamerika.’’LOOOL. andika ibintu bifise logik kuko ayo mahera nkeka yokubaka uburundi bwose!!!1(nkeka mwihenze!!!!)

  • Ibyo Nibyo , Ariko Tumaze Kubona Ko Hari Abari Bajejwe Kubikingira Babigiramo Uruhara Kugira Bibomoke ; Twovuga Nchef De Zone Rwegura Muri Komine Muruta En Provice Kayanz , Exp Ni Hagati Ya PK106 Na PK107 Kuko Ahantu Hari Ibihomoka Byahahomokeye Mukwezi Kwa12 /2015 Nubu Akaba Arihobiri , Bikaba Uyatumye Imodoka Zizazirabikatira Bicya Bituma Ibarabara Ribomoka Kandi Ryarigukorwa Mubikorwa Rusangi Hari Nahandi Utera Ucamukibira Werekeza Kwipoto Bita Nonanteye KP91

  • Ibyo Nibyo , Ariko Tumaze Kubona Ko Hari Abari Bajejwe Kubikingira Babigiramo Uruhara Kugira Bibomoke ; Twovuga Nchef De Zone Rwegura Muri Komine Muruta En Provice Kayanz , Exp Ni Hagati Ya PK106 Na PK107 Kuko Ahantu Hari Ibihomoka Byahahomokeye Mukwezi Kwa12 /2015 Nubu Akaba Arihobiri , Bikaba Uyatumye Imodoka Zizazirabikatira Bicya Bituma Ibarabara Ribomoka Kandi Ryarigukorwa Mubikorwa Rusangi Hari Nahandi Utera Ucamukibira Werekeza Kwipoto Bita Nonanteye KP91

  • Uburundi bushasha, uvyemere uvyanke ariko murikazozo bizovurwa.

  • Aferky uvuze ukuri kwamye.

    Igihugu nticari bwatwarwe n’imihimbiri atakindi yashoboye canke ishoboye atari ukwica, kwiba no kununuza imitse ya benegihugu muri corruption.

  • Turashimye Cane Icogikorwa Kizogirira Akamaro Igihugu Cose

  • u Burundi tugeze hafi kweli ubu Ambassadeur wa Uganda mu Burundi Rasta Ragga Dee,na Tanzanie ikaba imaze kugena Mister Nice kuba Ambasadeur wayo mu Burundi nibo bazofasha abagwizatunga bo mu bihugu vyabo gukorera muriyo parking des camions

  • @Kariyo ivyo vyayo ma dollars wabisomye hehe? Muri iyi nkuru canke ahandi? Namba ufise iyindi ntumbero.

  • Turakenguruts Ayonamajambere Muburund

  • Turakenguruts Ayonamajambere Muburund

  • Nibindi buca avyugurura kuko aracubaka igihugu catwibarutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.