IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibanki KCB ihatswe gufatwa n’umuriro

Ibanki KCB ihatswe gufatwa n’umuriro

vendredi 29 Rusama 2015

Ibanki KCB ihatswe gufatwa n’umuriro, mu gihe umwe mu miduga waturitse, uca ufatisha iyindi miduga ibiri.

Hari nk’igihe c’isaha zitandatu n’igice aho imodoka imwe yo mu bwoko bwa RAV4 yatangura gufatwa,ica ifatisha izindi.Vyabereye kw’ibarabara ryitiriwe Patrice Lumumba,imbere y’ibanki KCB.

Mu bari ngaho bose nta numwe yemeza ko yoba ari Grenade yatewe nkuko benshi bariko baravyibaza,abari ngaho bavuga ko bwoba ari ubundi bugizi bwa nabi bwo guturira imiduga bwoba butanguye kwibonekeza mu gisagara ca Bujumbura.

Igipolisi kijejwe gukinga impanuka caciye kihashika kuzimya kugira ngo ibanki KCB n’izindi nyubakwa ntizihave zifatwa nazo ngo zishe.

Ikiduga gitera amazi naco nyene cahashitse kugira gifashe mu kwigizayo abantu benshi bari baje kuraba ibiriko biraba,aho mbere bamwe mu bakozi b’ibanki KCB bavuga ko hoba harimwo abagizi ba nabi binyegejemwo.

Umwana umwe yakomeretse aca ajanwa na rusehabaniha yo mu gipolisi kijejwe gukinga impanuka mu bitaro bihegereye.


van Naris Mugisha

Messages

  • nimba arabayituriye nabagizi banabi nukuri harinyishu irimurivyo naho tutazi ababigize icobagamije?

  • Emwe lmana nidufashe vyukuri. Nayahandiho, abarundi turagowe NAHIMANA gusa

  • Hahahaa!!! nihatari imani nigarukire uburundi

  • Nkurunziza we yarivugiye ko El Shabab iri mu gutera, ngira barahana ama programmes. Tuzobona vyinshi kuri iyi si y’Imana. Iryo ni irementanya ry’aba DD rigira ritangure.

  • Ngaho ngira ni ba ba elshabab peter yavuga!!! bariko barondera iyindi rementanya kugira ntiyitabe inama yo mu karere,ku kibazo wenyene yatanguje.muzoba mumbarira!

  • Genda mubaze nkurunziza niwe elshabab yategujeko iri mu gutera,yamara mperuka baramwiyamye!none nguyo aratanguye. ariko Mana ntiwodutura urwo rusyo twikoreye mu gihugu c’uburundi. amakungu aduhebe,twicwe n’inzara kubera umuntu umwe

  • None Umwe Wahiye Kubury Ufatisha Iyind Abnt Batarabbona?Nyamb Atanabnt Barih Wob Warumus Wakaruhuk?El Shabab Ah Nih Iherey?Peter Ararab Nez Kuri Presidence Hakagenda Hadaturiw Sha.

  • hahahahaa,abarundi namwe murantwenza,none izo zosi si ingaruka zuwo nkurumbi wanse kuva kugatebe? nibindi bizoza hemwe,abamushigikiye namwe muzobona,reka kwanza tumenye neza ko interahamwe zimushigikiye tumwereke urusasu rwa RDF ingene rudyana sha!!!

  • Yoooooooh ubu rero bimwe bavuga bigiye kuba vyo? turagowe. ko bavuzeko bazoturira les banks, les assurances......, aho hoho rero abantu mutahe kuko vyari vyavuzwe ko hazokwicwa na bantu. Imana ni dufashe.

  • Abo ni abagomba gusahura banque ,babanje guturira imiduga ngo baratewe n’ abagizi banabi. Ababikoze bari mwabo bashengereye uko bazimya imiduga.

  • Ivyo ntakindi bigamije atari ukwirukanga kubantu batavuga rumwe nubutegetsi bwa nkurunziza. Ikindi naco mutosiginyuma umengo iyo bank yegereye hafi ya Bank nkuru yigihugu BRB nayo mukaba muzi ko iri muzironderwa guturirwa. murahagabira rero. Nimukanure aho ivyo vyose bashaka kuvyegeka kubari mumyeyerekano batavuga rumwe na leta. muragabe mwirarire

  • Mwari muzi ngo Peter n´akarwi kiwe baricaye? Aho ni ukugira ntaje i Dar es salaam. Hahahahah! N´umwana wa 5 ans aca abona ivyo ari vyo.
    Birababaje kubona umuntu atitaye ku nyungu z´igihugu kugeza aho!! La Haye ifise akazi kweri!!!

  • MURARABA NEZA KO BAMWE BANONA BIBOSHE MUMASO MUBUYENZI BMUBAMANIFESTA BATOBA ARI ABA SHABAB BATWINJIRANYE. BIRAKENEWE KO PACIFIQUE ATUBWIRA KO ABATEZE IBOMBE IMBERE YA KCB KENYA KO ARI ABIWE TUBIMENYE CANKE ABIBESHUZE

  • Nuko ivyo mugihugu vyananiranye.ico twokora naho bamwe mugihugu naho bavuga ngo hariho umutekano.ntamutekano dufise.ico dusaba nuko twosenga

  • Ivyobintu vyo guturira barabiteguye birimuri ya programme ndende nababwira yategurwa na bado ibindi bir’inyuma birahinda kuko bariyemeje ngo mpaka adakuye meza ntibazohagarika nkuko ndabitoreye Odixe yavyivugiye ngo bagiye guhindura bakorzsh’inguvu aho sinshikuje mwaravyumvise mwese nagomba kubamenyesha ko kuv’ejo hagumye hakwiragiz’urwandiko kubujanye na KBC eka ntimusinaire akar’inyuma karahinda,(Mube maso kandi mukovye gusenga twinjiranywe kandi nitwe twabugururiye

  • Mwishwanje aba shababu batamaze kutunjiramwo ibi bibaye ni hatari ntituvuge ngo nabandi asha jewe niyumvirako ar’abashababu

  • Ic Notrera Ubwo Buryo Mwiyumviye Bwoba Bwabonekanye Ko Bwoba Ari Bushasha Bwoba Bwubutse Bwo Guturira Imodoka Nkuko Mwavyiyumviy,murabirabir Hagufi Kugir Ico Kibazo Gitoregwe Umut Hakir Kar. Atabind Brononekra, Nayahnd Twohavra Dusang Mubrndi Twahomvy Vyish!!

  • NUKURI PACIFIQUE NIMIGUMUKO YIYE NA ALSHABAB NUKURI NTAGIHUGU KIMUKENEYE UWOMWICANYI ADATORANYA NGWARIKO AHIMA NKURUNZIZANUKURI PACIFIQUE NIMIGUMUKO YIYE NA ALSHABAB NUKURI NTAGIHUGU KIMUKENEYE UWOMWICANYI ADATORANYA NGWARIKO AHIMA NKURUNZIZA

  • NUKURI PACIFIQUE NIMIGUMUKO YIYE NA ALSHABAB NUKURI NTAGIHUGU KIMUKENEYE UWOMWICANYI ADATORANYA NGWARIKO AHIMA NKURUNZIZANUKURI PACIFIQUE NIMIGUMUKO YIYE NA ALSHABAB NUKURI NTAGIHUGU KIMUKENEYE UWOMWICANYI ADATORANYA NGWARIKO AHIMA NKURUNZIZA

  • Abo ni ba ba al chabab baje gufasha bamwe bamaze iminsi mu migumuko ,none ntibavyivugiye,kandi urabona chaque week end bica umuhutu wo muri opposition batera na grenades mu bahutu,na jacques bigirimana ngo pacifique afashijwe na CIA bashaka kumwica ngo kubera aguma agira imyiyamamazo yategerezwa gufasha mu migumuko,rero abahut mukanure,barabagira nka feruzi ivyo biryanyi vy’abatutsi vyo ntibifyina!!

  • Katamuntuyapfuyemuriryosanganya Imanishimwe Ariko Igipolisikijejwekuking,impanukanikibandanyegikoraninguvunayubundihojewendabonako Aberishababubashitse

  • ico noterera iyonkuru ivyo bintu biriko biv hagati mubutetsi bw’uburundi kk inkozi zibibi zose zibika m’ubutegetsi kv nakera ntamuntu yica umunt ngwamenykane ham acagend agay mw’ibarabara ntihagir ico bamukoza umumenyesha makuru atanz inkuru abariw acafatw nk’inyamaswa ham uwakoz ikibi acashra akaguru kukandi kubutegetsi atco yinina wumv igihugu c’uburundi inkozi zibibi zizopfa zihez ryar? nyakwbhw peter nkurunziza nagr icavga ahandi hoho abarundi nabmenyer kuba muntambara yamisiyos numunt ahari yigira imbonerakure agfat ukwagomvy umunt nyakwbhwa kagame paul aracarusha umuco mwiza peter nkurunziza kk ntiyokwumva n’umunt w’umuyozi yafashe nabi umuntu ngwagum mumabanga arimwo ntamuntu agomb karenganwa wumu2ragi ahubwo imber yiw hopfum harenganwa uyo muyobizi yaho harenganwa umuturagi wiwi atwarara....!!!

  • mbega kayemwe ntiwofata uwo mwicanyi pacifique imigumuko yamunaniye non ubu yadukiye imiduga yabant emwe satani yaramwoheje non uriko imutegura impembo imukwiye amenyko irahe imurindiriy nukur niyahane asabe imbabazi nayahandi ntibizokoroha aharur imodoka zabant zimaze gusha amenyek ziri kugatwe kiwe

  • mbega kayemwe ntiwofata uwo mwicanyi pacifique imigumuko yamunaniye non ubu yadukiye imiduga yabant emwe satani yaramwoheje non uriko imutegura impembo imukwiye amenyko irahe imurindiriy nukur niyahane asabe imbabazi nayahandi ntibizokoroha aharur imodoka zabant zimaze gusha amenyek ziri kugatwe kiwe

  • Iyo Ni ntago rindira gato ibitaraza biri inyuma kandi bizobazwa nkurunziza

  • Nihatar Imana Niyibuke Abanyagisagara.

  • Vuganeza, mmbe ndakwibarize warize unyibutsa umuntu witwaga kaburungu wakundaga kuvuga kuri RPA muvuga bimwe ubwenge bumwe muri amahasa

  • @adgfh
    Warize ???Qoui encore,weho??

  • AMABI NTASIGA AYANDI.

  • Imana ihabw icubahiro ncuti zanj mbega ninde yabahenze ngo umuti wamahoro ngo nuguturira ibintu,guturira abantu,kuzibira amabarabara,kurasa abantu,gufunga abantu.uyo ni shetani ariw murwanizi arwanya abana b’Imana azobarandura mwes ntaciza abashakira ataruko muzobana mumuriro wibihe vyose ehe ndabereke amahoro akira Yesu Christ akubere umwami n mukiza mubugingo bwaw kuko ivyovyose biguhenda ugakora inabi abifiseko ubushobozi niwamwakira ntanabi izosubira kugutsinda erega Burundi ntaco dupfa ni wamurwanizi aduteranya nihagira uwukubwira ngo umuhutu numwansi wawe cank ngo umututsi numwansiwaw cank umutwa nabandi uwuzobikubwira umusengere kuko siw yatew nabadayimoni nkubwire umwansi waw ntawundi nisatani aduteza ubukene akadutera indwara akadutera ubwibone amacakubiri yamoko yintara nayimigambw nayahandi abubaha imana turumw turindiy ukugaruka kwa christo Yesu naw nokwifuriza kwubaha imana mwizina rya Yesu Christ amen

  • be mureka kurondera kwihisha mu vy’amoko,twese tur’abarundi,kandi jewe nd’umuhutu,ariko ntawobandanya avug’ibigodyi ngo ndamushigikire

  • Abatutsi bari kwigana AliShebab dore ko ari bene wabo.ibyihebe.com

  • Abarikobarakora Amabi Baribagiye Ko Inyuma Yivyo Hari Urubanza? Canke Ko Inyuma Yivyo Ubuzima Burobandanya?

  • eka uri kahez nyen uragaher amenyo izina niryo muntu uvuga nkuwavuts ar ikidebire urugara ko mwabugururiy ikirofo usa nankurumbi wanyu

  • IVYABAYE NINWIHANGANE KUKO NIVYARIVYAGEZE KUMODOKA NIMPANUKA ZABAYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.