Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibiganiro bihuza abarundi bigiye gutanguzwa ku mu garagaro
Ibiganiro bihuza abarundi bigiye gutanguzwa ku mu garagaro
lundi 18 Nzero 2016
Umurwi w’igihugu utegura ibiganiro bihuza abarundi CNDI umenyesha ko ugiye gutanguza ibiganiro ku mugaragaro mu ntara zitandukanye z’igihugu.
Mw’itangazo ryateweko umukono n’umukuru w’umurwi CNDI Musenyeri Justin Nzoyisaba kuw’Imana igenekerezo rya 17 Nzero 2016, amenyesha ko umurwi CNDI umenyesha abarundi n’amakungu ko ibiganiro bizotangura ku mugaragaro kuwa gatatu igenekerezo rya 19 Nzero 2016 mu ntara ya Kirundo.
Muri iryo tangazo,umukuru w’umurwi CNDI amenyesha ko ivyo biganiro bizobera kandi mu ntara ya Gitega kw’igenekerezo rya 21 Nzero,hamwe kandi no mu ntara za Rutana,Kayanza n’igisagara ca Bujumbura kw’igenekerezo rya 22 Nzero.
Umukuru w’umurwi CNDI asaba abarundi bose kwitaba ivyo biganiro bitegekanijwe kwama bitangura isaha zitatu z’igitondo.
IGIHE
Messages
18 Nzero 2016, 12:03, par Ngabire
Ibibiganiro Ntakintu Nakimwe Bizobamwe Abarundi Bahunze Igihugu Bakumiriwe Nuguta Umwanya Ntanakimwe Kijovamwo
18 Nzero 2016, 12:35, par Bosco
Twari Tubirindiranye Igishika Murakaza Neza Abarundi Twamye Tuyaga Na Bundi Tuzokwama Tuyaga.
18 Nzero 2016, 17:13, par eric
ivyo nivyo abarundi isinzi tuzitabira apana vyabindi vy’amagabura nyama, bihera nubundi ibibazo bikabandanya. icyishu y’ibibazo vyacu irihagati muri beneburundi.
18 Nzero 2016, 18:02, par Peter
Le cndi n’est pas reconnu par la communauté internationale tu perd ton temps pour rien aller consulter la bible seulement
18 Nzero 2016, 20:51, par Kazungu Patrice
Félicitation à l’ Uprona . Les DD ….10 ans de tricherie au pouvoir c’est suffisant pour être démystifiés. Mr les DD , « on ne peut à la fois être juge et parti ».
Vous vous créer de l’opposition, vous nommer vos propres juges pour condamnés ceux qui ne sont pas de votre avis, vous refuser le droit de défense aux personnes que vous voulez injustement condamner, vous avez détruit les services de sécurité (police et armée), pour les remplacer avec vos milices des généraux imbonerakure et interahamwe , vous tuez / violez les innocents jours et nuits …….
Et voilà que maintenant vous êtes sous pression de négocier avec ceux qui ont refusé d’être vos esclaves …….comme vous avez Nyakurisé tous les partis politiques pour créer votre propre opposition, et maintenant c’est le tour de vous créer votre propre Groupe de médiation.
Avez-vous consulté CNARED pour nommer les membres de CNDI ? Les Burundais ne sont plus dupes, umugani wawawundi « Twarabahinyuye ». Le CNDI est n’a aucune valeur ou considération des Burundais, Certes ni UPRONA ni CNARED bien que je ne sois pas leur parte parole n’acceptera plus les magouilles des DD.
Vous êtes responsable des crimes et du chaos que vit le Burundi, vous devrez accepter de confronter la réalité.
18 Nzero 2016, 21:28, par gatama
Ntacumuntu avyitemwo
Ahubwo nimucungure
Agashimwe kaho mwaherekeje
Nkurunzi muco mwise amatora mwoye guhuma amaso
AMakungu na barundi twarabahinyuye
18 Nzero 2016, 23:32, par Methode
nivyiza natwe abantubatoboto tugize icotubivugako nakare abarunditwamye ndufanye munda
19 Nzero 2016, 00:06, par None?
Abarundi isinzi tubirindiranye igishika turabakunda.
19 Nzero 2016, 10:00, par Miburo
Ewe Burundi waragowe,Museveni ngo bivuye Intebe bizobandaniriza Arusha.Padiri nawe ngo bizova kirundo bije Igitega!!!
19 Nzero 2016, 20:22, par Deogratias SINZINKAYO
Kone ivyo biganiro, ko bivugwa ko ari ibihuza Abarundi bose, bitumiwemwo ba nde? Ko tutarabona abakuru badutwara mu ma quartiers baturarika, kandi turi n’ibituraje ishinga twoshikiriza?
20 Nzero 2016, 03:00, par Mpozamarira Erias
That master perster Nzoyisaba,lost the only time Do people of Kirundo and Kitega buckets of problems.do not know the comes from,is to deceive the nations.either aspreadsheet of ours hoir.
22 Nzero 2016, 00:19, par Fred
Barundi barundikazi bene wacu,nizere ko atawuzoja muri ako gatwenge ngo ni inama.bagombe babice mwegeranij.ikibabaj nuko mbona uwubitegura ari umukozi w imana.yamara ntibitangaj niba asenga imana imwe na Nkurunziza