Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibiganiro vya CNDI bizosanga Abarundi mu buhungiro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibiganiro vya CNDI bizosanga Abarundi mu buhungiro

Ibiganiro vya CNDI bizosanga Abarundi mu buhungiro

mercredi 30 Ntwarante 2016, par egide

Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza Abarundi (CNDI : Commission Nationale du Dialogue Interburundais) uvuga ko ugiye gushikira Abarundi bari mu buhungiro, kugira ubumvirize, nk’uko uheruka kubigira mu gihugu cose c’Uburundi.

Musenyeri Justin NZOYISABA umukuru w’uwo murwi yabimenyesheje kuri uwu wa kabiri, akavuga ko n’Abarundi bahunze igihugu bagiye kwumvirizwa.

JPEG - 47.4 ko
Musenyeri Justin NZOYISABA, umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza abarundi

Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro umaze iminsi utunganya amahuriro abera mu Burundi, mu gihugu cose, akaba yitabwa n’abajejwe intwaro, abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD hamwe n’iyindi migambwe icuditse n’ubutegetsi.
Abatavuga rumwe n’ubutegetsi ku ruhande rwabo babandanya gusaba ko ibiganiro vyotunganirizwa hanze y’igihugu, bigahagarikirwa n’umuhuza yashizweho n’inama y’abakuru b’ibihugu vy’umuryango wa Afrika y’Ubuseruko, asanzwe ariwe ashigikiwe n’ubumwe bwa Afrika, ishirahamwe mpuzamakungu ONU hamwe n’ubumwe bwa Buraya.

Mu biganiro bimaze gutunganirizwa mu Burundi birongowe n’murwi w’igihugu ujejwe ibiganiro bihuza Abarundi (CNDI : Commission Nationale du Dialogue Interburundais), abavyitavye ntibahengeshanije gusaba ko amasezerano y’i Arusha yokurwaho, n’ibiringo vy’umukuru w’igihugu vy’ugutwara Uburundi bigakurwaho.
Mu kiganiro c’abavugizi cabereye mu ntara ya Muramvya kuri uwu wa gatanu, Gervais ABAYEHO, umuvugizi w’umukuru w’igihugu yamenyesheje ko Reta y’Uburundi yiteguriye gushira mu ngiro ivyasabwe n’abanyagihugu bitavye ivyo biganiro.

Abatavuga rumwe bakaba bakirindiriye ibiganiro bazokwitaba, bitunganirijwe hanze y’igihugu c’Uburundi, kandi birongowe na Yoweri KAGUTA MUSEVENI umukuru w’igihugu wa Uganda, hamwe na Benjamin Mkapa yahoze aramutswa igihugu ca Tanzaniya.


IGIHE

Messages

  • Twebwe Dushak Ibiganiro Bibera Ngaha Iwacu Mugihugu Abagomba Ibiganiro Vyiwabo Nibategure Nabo Babirigi Babo Bishimiye Tuzohuriuza Hamwe Twebwe Dufise Igihugu Nitwe Tuvuga Iryanyuma Abonabo Nibamaremarire Mubuhungiro

  • Twebwe Dushaka Ibiganiro Bibera Muguhugu Abo Nabo Bagomba Kovyobera Hanze Nibabandi Bacuditse Nababirigi Twebwe Dufise Igihugu Nitwe Tuvuga Iryanyuma Letat Ndabinginze Ivyo Twasavye Mubishire Mungiro Ivyo Vyi Arusha Nivyabo bagumutsi Babatutsi Batumva Mugomba Mwice Presidenrt Nkuko Mwariye Ndadaye Niyompamvu Muguye Mubuhungiro Amaraso Yiwe Aracabagira Nguwo Nimwice Murabe Ukuntu Tubomora Mwa Miguta Mwe Sivyabindi Twabamyira Ibiseru Muguhaguruka Mukadushingako Ibimito Ubu Twarakanuye Muzotubona

  • Intimenya, niyo ntinegura!?! Ngo amasezerano ya Arusha nibiringo vy’umukuru w’igihugu bikurweho!! Ntibishoboka, jewe ntabwo mvugira Umurundi kumuvumba.

  • ntibikundakobohinduribwirizwasingiro,bagumekubutegets,nooo

  • Tahuraneza, amasezerano y’Arusha yarimezacane ninkakurya abantu bategura amategeko yukuntu urubanza rwumu sore yiteguye kwubaka urwiye ayomategeko abarimwurworubanza barayagenderako mpaka urworubanza ruhenze, ariko wamure nuwobubakanye ayomategeko siyobazoca bakoneza bagebderako ariko ntibibabisigura kobayagaye oya nuko bibabidahuye nigihe binjiyemwo. Amasezerano rero y’Arusha yaratugiriye akamaro ariko siyotwocatugumako hariho ivyotuzogumana nivyotutazokenera.

  • Ivyonivyo Vyose Nibikurweho Abobatutsi Baribabigize Ngo Bazotware Ibihe Vyose Rekanabandi Batware Imyaka 43 Izombwa Zatwaye Zigatako Zikica Abahutu Umuyoro Ariyo Mpamvu Amaraso Ya Ndadaye Na Rwagasore Nabandi Akibahumira Kuberiki Twebwe Mwadutwaye Imyaka Umuyoro Tutagiz Nkibimuriko Mukora Sihamwe Twabamyira Ibiseru Mukadushingako Ibimito Mugahuruka Ubu Twarakanuy Natwe Murihenda Basha!

  • Ivyonivyo Vyose Nibikurweho Abobatutsi Baribabigize Ngo Bazotware Ibihe Vyose Rekanabandi Batware Imyaka 43 Izombwa Zatwaye Zigatako Zikica Abahutu Umuyoro Ariyo Mpamvu Amaraso Ya Ndadaye Na Rwagasore Nabandi Akibahumira Kuberiki Twebwe Mwadutwaye Imyaka Umuyoro Tutagiz Nkibimuriko Mukora Sihamwe Twabamyira Ibiseru Mukadushingako Ibimito Mugahuruka Ubu Twarakanuy Natwe Murihenda Basha!

  • Mbe Ntahonkuriye nyene mwebwe ko vyabereye hanze igihe mwari mw,ishamba!Wavyibagiye?Mwibagira vuba basi!Ego da.... nta mwana nikinono!

  • Nagira mbwire uwo muntu numva Ngo nimusenyeri ko atawumugize umuhuza umuhuza twese tuzi Ni mkapa na museveni nimba abona nakarwi ka nkurunziza bafatanine gutoba igihugu akokajagari bakagumize ngaha mugihugu kuko hanze ntakajagari kabayo

  • Twra hiyo iyo micafu ngo n’ibiganiro! Canke mushaka muzogende guperereza i gene abahunze babayeho canke aho baba kugira mutume abicanyi babasangeyo kubica? Kumbura mwihane ivyaha vyanyu ngo muhenda mahanga n’abarundi ngo muriko muragira ibiganiro. Nimwihane mureke ubwicanyi nogupfukapfuka ibibi. Uko nuguhendana, ariko ntamvura idahita!

  • Ngutanguze ibiganiro vyabari hanze ! wewe? icuzi urazi,nimba ikizoba kigutwaye azoba arugusumurusaki gusa, canke gutesha umwanya abantu. nuzuratesha umutwe ivyo bigugu vyankurunziza bigenda birarekereza inkonda birondera uwo bicikana. ntabiganiro vyawe biragaragara, ngo mukeneye amasezerano ya arusha afutwe! none muracahemuka kabiri nti mwamaze guhemuka.

  • Uwo muntu agereranya amasezerano ya Arusha n’ugutegura urubanza rw’ubugeni arakomeye!
    Ngirango ntimukimenya n’ico muvuga mupfa guharuka no gutyozanya gusa .

  • Birababaje kubona ko gushika Ubu abatrware batarabona KO amafundo badendekanya asa nayaheze.igihugu ntigihera kandi uko bigenda kose abantu bakunda igihugu bazokibogora ico giswahiri naco kizobasesa

  • Mbega Uwo Musenyanki Justin Ngo Ni Musenyeri Yotunga Ivyabandi Ivyiwe Atarabitungany?Nabanze Atungany Ikibaz C’ishenger Rya Methodiste Unie Mu Buqundi Kimaz Imyaka Irenga 8.Justin Umwicanyi Niwe Yorongora Ibiganir?Amaroso Yabanyeshengero Wavishije Nabo Wicishije Azoguhumisa.

  • Mbega Uwo Musenyanki Justin Ngo Ni Musenyeri Yotunga Ivyabandi Ivyiwe Atarabitungany?Nabanze Atungany Ikibaz C’ishenger Rya Methodiste Unie Mu Buqundi Kimaz Imyaka Irenga 8.Justin Umwicanyi Niwe Yorongora Ibiganir?Amaroso Yabanyeshengero Wavishije Nabo Wicishije Azoguhumisa.

  • Uwo Musenyakwi Ngo Nimusenyeri Nasabe Imana Ikigorwa Ave Muvya Politique Kandi Asabe Ikigorwe Ishengero Yagiriye Nabi Mukuryiba No Mugufungisha Abanyeshenger Bafatanije Nakarwi Ka Peter.Kari Umusenyeri Naje Hanze Y’igihugu Mumana Ya Abasenyeri.Wugaranywe Nka Piter Nico Gituma Mwacudits Hamwe Mukwica Uwo Musenyakwi Ngo Nimusenyeri Nasabe Imana Ikigorwa Ave Muvya Politique Kandi Asabe Ikigorwe Ishengero Yagiriye Nabi Mukuryiba No Mugufungisha Abanyeshenger Bafatanije Nakarwi Ka Peter.Kari Umusenyeri Naje Hanze Y’igihugu Mumana Ya Abasenyeri.Wugaranywe Nka Piter Nico Gituma Mwacudits Hamwe Mukwica Abenegihugu.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.