Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Icegeranyo ca HRW cerekana ko ubugizi bwa nabi busigaye bukorwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegeranyo ca HRW cerekana ko ubugizi bwa nabi busigaye bukorwa (...)

Icegeranyo ca HRW cerekana ko ubugizi bwa nabi busigaye bukorwa mw’ibanga

vendredi 26 Ruhuhuma 2016, par egide

Ishirahamwe mpuzamakungu Human Right Watch ryagiriza amabi abera mu Burundi inzego z’umutekano, urwaruka rw’imbonerakure hamwe n’imirwi irwana. Iryo shirahamwe rigasaba ko horungikwa igiporisi mvamakungu gukingira abanyagihugu baba mu makaritiye yiyamirije ugusubira kwitoza kwa Petero NKURUNZIZA.

Mu cegeranyo ishirahamwe Human Right Watch ryashize ahabona kuri uwu wa kane, iryo shirahamwe ryamenyesheje ko inyuma y’amatohoza yakozwe mu Burundi mu kwezi kwa 11 gushika mukwa kabiri, ico babonye ari uko hari uguhonyanga bikomeye agateka ka zina muntu, inzego z’umutekano zigahohotera abatavuga rumwe n’ubutegetsi.

Iryo shirahamwe rikagiriza igiporisi ko cakoze ubwicanyi bukomeye mu kwezi kwa 12, muri Human Right Watch bakavuga abantu benshi bishwe ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama, inyuma y’ibitero vyabaye ku makambi ya gisirikare.
Abaporisi n’abasirikare bagirijwe ko binjiye mu makaritiye atandukanye bica abantu benshi, harimwo n’abatari bafise uruhara mu bitero vyari vyabaye mu makambi.

Ubugizi bwa nabi mw’ibanga

Ishirahamwe Human Right Watch rimenyesha ko ubwa mbere hatorwa ibiziga mu mabarabara, ariko ubu ubugizi bwa nabi bukorwa mw’ibanga ntangere, abantu bagafatwa mu nyuma bakaburirwa irengero.

Muri Human Right Watch bagasaba ko mu makaritiye yagize imyiyerekano y’ukwiyamiriza ugusubira kwitoza kwa Petero NKURUNZIZA, horungikwa abaporisi mvamakungu gukingira abanyagihugu baba muri ayo makaritiye, mu kurindira ko ibibazo vya poritike biri mu Burundi bitorerwa inyishu.


IGIHE

Messages

  • ewe washirahamw w,urahumba ntaco muzogerako?ubu murakenyey muze murambika impuzu abanyamahanga ngo n’abarundi barko babigira?mutwambikira iceyi igihugu cacu ngo n’imbonerakur naho arabanyarwanda?

  • NGILANGO,NUKUBESHA,VYOBABIMEZUKO,BIRUKO,IMANA,NUMUHUNGUWAYO,NIBAMANUKE,NAYAHANDI,NURUDUBI,EEEEEEEHAHAHAHA!!!,,DUFASHEMANA,UBWICANYI,BUHAGALALE,KUKO,CHETANI,YIBAGIJE,ABICANYI,KONABO,BAMBAYUMUBIRI,UMUSI,IGITAMBARA,CABAVUYEKUMASO,BAZICUZA!!!,DUFASHE,MANA,UDUHAMAHOLO,ALAMA

  • icocaduka c’a HRW naco giturutse he? aho louis michel buyoya kagame nakagwi kabo barabonye kwamagaburanyama abananiy bariko badendekanya ibindi ndabaheneye ahubwo muribipfamutima vyimivumo mugomba gukwegera africa ariko mwabiturikamwe naco muzopfa mushitseko mwafu y’imijira mwe.

  • NIBABARUNGIKE KWELI AHANDI HO ABATUTSI BAHABA BOHONA

  • ntagi giipolisi mpuzamakungu abarundi ndukaeye bazagukora iki uburundi bufise ipolisi gifise indero kandi gichungera umurundiwes abamuburundi chanke umunyamahanga uwariwe wese yisunze amategeko yigihugu iyo HRW niyo itanga amategeko mugihugu chikukiye mbaze iyo HRW ko mububirigi bafase abantu ngo nimirwiyiterabwoba kwitaratanga ivyegeranyo batohoje ayo makartiye nayo bavuga ko yahohotewe nigipolisi chanke abajejwe umutekeno nareke kwivanga nabahenda barabeko police iza kubafata atachobakoze ayo makariye yatubaha umukuru wigihugu nizegozigihugu nikuyaha indero presida wa H R W umukozi wiwe amututse ntamwubahe yomugezagute ngomba inyishu .yo muhana kuki polisi zuburundi zitohana abatera imigumukomugihu.

  • Abazungu murabaraneza kuko bavugisha ururimi kandi abandu barikobaratikira mu Burundi barindiriye nibahe bave bigirisha nkobararungiste nimwiwganeko nayahandi murahera ndakibuza ugira a ba zungu barakunda abirabure ubunyene bashaste bohagarika ubwicanyi nimugire barikobaravugira urakumbura mwigwaneko eheraba nabanya bakuru bibihugu vya afrika babikungumuye bashigikiye nkurunziza nimugendemwimoshe pe

  • mais commenet demander un dialogue de plus au milieu d’un dialogue accepter deja?
    president a deja accepter de dialogue avec les opposant externe et meme les pardonner mais les nyangomas semblent parler au nom d’ autre groups armeer. C’est bizarre .a mon avis ils devraient etre heureux.
    sinon si nkurunziza change et dit il veut parler aux groupes armees et non au groupes plitiques non armees .vous pensez que les kagamist vont penseur aux nyagomas!! je ne le pense pas?

  • ?NONE NABATAZI AKAZI KARETA!BAZIRA"PORTUQUE"AMARASOY,UMUNTUNTAGACIRO,AGIFISE!ntukice nibwirizwa.

  • Naho bica mw’ibanga ijambo ry’Imana rivuga ngo ntacanyegejwe kitazoshirwa ahabona canke catwikiriwe kitazotwikururwa. Naho umuntu ashobora gukora ubwicanyi mw’ibanga rikomeye, ahisha abantu ariko ntahisha Imana. Hari umusi w’amateka y’Imana. Abantu baraca imanza bakarenganya abandi, bakagiriza uwutabikoze ikindi gihe bazi neza uwabikoze, bakarondera abazi kubesha kugira bamwagirize ariko imisi iraje aho amateka meza y’Imana azocibwa, umuntu weseagahembwa ibikwiranye n’ivyo yakoze.

    Ndabagira inama yokwihana noguhindura ingendo kuko uwomusi uje uzobatongora......nimutihana mwese abakora ibizira.

  • Ariko HRW iratangaza! Ariko yomwaba mufise umutimawikigongwe ntimuba mwarasavye kwabo ba polisi boja mugihugu cose curwanda ahabantu kwicwa kwimonogoje kugezanaho abenegihugu bamenyera kwicwa kandi mubiziko bigoye kumenyera akaziri!? Ibazenawe muri lac Rweru urwanda rwatayemwo abantu bataribake nubu bakiriko ariko HRW ntiyigeze isabako horungikwa mu Rwanda abokugarukira abenegihugu cose cu Rwanda ariko murabe kurakagaphoto kuyumuntu yariyanyoye ibiyayuramutwe agashaka guhangana naba polisi bigihugu barikobarashaka kumufata HRW ngo futa igi polisi cuburundi nu Burundi ngomaze uburundi buzanwemwo abandi ba polisi busubire mugikorone!!! Bizobagora ivyovyose mwapanze , ndabona uburundi musanababureba nkabareba ijuru barimukinogo maze bakacabavuga ngonirito ariko bavamukinogo bakaja hejuru bagasanga nirinini cane. Uburundi rero muriko murabwihendako cane.

  • Niba koko arabanyarwanda bakora ibyo mwirirwa muraruka kuki mwanga commission internationale des droits de l,homme kwiza ngo igaragaze kwa arabanyarwanda babikora.Amaraso yinzira karengane (surtout des jeunes tutsi) Nkurunziza ni mpumirakure birirwa baranywa binde bitebuke bazayabazwa.

  • Sagaseseshwa rumi ntibikirivyo kwirirwa biravugirwa mumaraporo nikitazi kirabibona kandi kirabizi ko muburundi ubwicanyi buhari mwijoro nokumutaga amajambo namaraporo vyabaye vyishi gusumba ibikorwa abobarundi isinzi bariko baragandagurwa bunyamaswa isi irorera banyeko ahobukera bazobibazwa none amakungu aremeye ko intore zuburundi zihona kubwo umugabo umwe yiswe nkurunziza ubujewe nonezirwa nikanguye numva nti inteko zicungera abanyagihugu zashitse muburundi naho amaraporo namajambo tumaze kubihaga

  • Igi porisi chahano carahumanye ntakaranga kigifise kuko inda zabo zisigaye zuzuye ibitenga vya maraso ya bantu,hakwiye giporisi ciyubashe.

  • Jewe nagomba guhanura abobantu baza gufasha kwumvisha nkurunziza nakarwi kiwe kobohagarika ubwicanyi Hama bakaja mubiganiro nabovyegabose kobokwirinda kuza baramurwa munda canke kumukora muntoke kuko uwo muntu agombe kuba akoresha amajini yakuye muri Iran nkuko mwavyumvise namwe nimurabe uhereye kuri ki moon ukaja nokuri ba presidents baje kugira icobamuhanuye ivyobateguye gushikiriza vyose bakiri iwabo bashitse ibujumbura sivyo bavuga vyumvikanako mwakurya kubaramutsa niho abatereramwo Ayo majini bagacabibagirwa Icabazanye nimurabe nintumwa yareta ya us Tom isigaye aza ahogukora icamuzanye agaca ajakwifatikanya nankurunziza mumyiyerekano yo gutuka igihugu kibanyi curwanda na president kagame kandi ivyosivyo baba bamurungitse gukora ikindi nosabako batoza bararya ivyokudya canke ibinyobwa babafunguriye kuko naho nyene bashobora kubashiriramwo imiti ibibagiza gukora icabazanye kuko biragaragara ko intumbero nkurumbi yihaye ariyo kwigumiza kubutegetsi gushika yesu agarutse sukuvagako ivyo abwirwa canke ivyariko arakora atabibona vyose arabibona ariko avyigiza nkana kuko umugambi wiwe nuwo kwiyimika nkumwami kandi abanje guhonya uwowese atamwemera

  • NAGOMBA NIBARIZE URURUBUGA NURW’UWITWA NTAGOHEKA ,ARURWIWE MUTUBWIRE TURUMUHEBANE KUBONA YANDIKA IVYO YISHAKIYE VYO GUTYOZA UWU NURIYA ,MUGABO ABO YATUTSE TWANDITSE KUGIRANGO TWISIGURE MUGACA MUZIBIRA IVYIYUMVIRO VYACU ,ARIKO WEWE KUNKURU IMWE UGASANGA HARIKO IVYIYUMVIRO VYIWE VYO GUTUKANA 3 CANKE 4 FATA COKIMWE ABASOMYI NIVYO VYOBA VYIZA

  • iyo HRW isoye Rapporo ku Rwanda zivuga uburyk leta yu Rwanda yica abavuha rumwe nayo abandi ikabashimuta ndetse ifite na magereza ikoreramo iyica rubozo abakene batuye mu mujyi wa kigali bafatirwa mu muhanda bacuruza udutaro ni ndimirimo iciruritse ..
    leta yu Rwanda irabihakana cyane...mushikiwabo we avuga ko abo bazungu bo muri HRW ari za mayibobo zabuze akazi zikaza muri Africa kwirirwa zizerera.......Twibuke ko muriyo Rapporo bavugamo ko u Rwanda rutoza impunzi za Barundi igisirikare ndetse babugamo ko abarwanya leta yu Burundi nabo banyuruza abantu ndetse bagatera ama grenade mu baturage bakica inzurakarengane

  • Bibagiwe kuvuga amarozi batera abantu Kwa muganga abo ba DD.HRW disait la realite qui se passe au burundi

  • Kagame niwe mwicanyi wa mbere muru kano karere yica abanyarwanda akica abarundi akica na batirage ba congo....kagame abantu amaze kwica bararuta kure abo Hitler yishe kagame niwe wateguye jenoside mu Rwanda niwe wayitangije igihe ahanura indege yaritwaye perezida habyalimana maze jenoside igahita itangira chef wu nterahamwe yari umututsi witwa Kajuga Robert mu nterahamwe harimo inkotanyi zari zarinjijwemo nueo Kajuga ngo zutangize ubwicanyi mu gihugu cyose maze ingabo zu Rwanda nazo aho kurwana na FPR zijye nazo kwiroha mu Bwicanyi maze Kagame yifatire ubutegetsi bitamugoye narangiza ahagarike iyo jenoside yatangije kagame na muntu nu mwe yigeze apfusha muri jenoside ndetse na basirikare bakuru bo muri FPR inkotanyi na miryango yabo yigeze ipfa muri jenoside bari bara bahungishije cyera mbere yuko barasa iyi ndege.....iyo jenoside Kagame niyo yubakiyeho niyo akangisha abahutu .....ibyo yakoze mu Rwanda ategura jenoside nibyo ashaka gukora mu Burundi ngo aryanishe amoko asubiranemk ariko byaramunaniye.....

  • Kagame niwe mwicanyi wa
    mbere muri kano karere yica abanyarwanda akica abarundi akica na baturage ba congo....kagame abantu amaze kwica bararuta kure abo Hitler yishe kagame niwe wateguye jenoside mu Rwanda niwe wayitangije igihe ahanura indege yaritwaye perezida habyalimana maze jenoside igahita itangira chef wu nterahamwe yari umututsi witwa Kajuga Robert wakoreraga kagame ubu leta ya Kagame nijya ivuga uwo mututsi wayoboye interahamwe ni navuga aho bamuhishe kugeza ubu kagame niwe uzi aho ya muhishe mu nterahamwe harimo inkotanyi zari zarinjijwemo nueo Kajuga ngo zutangize ubwicanyi mu gihugu cyose maze ingabo zu Rwanda nazo aho kurwana na FPR zijye nazo kwiroha mu Bwicanyi maze Kagame yifatire ubutegetsi bitamugoye narangiza ahagarike iyo jenoside yatangije kagame na muntu nu mwe yigeze apfusha muri jenoside ndetse na basirikare bakuru bo muri FPR inkotanyi na miryango yabo yigeze ipfa muri jenoside bari bara bahungishije cyera mbere yuko barasa iyi ndege.....iyo jenoside Kagame niyo yubakiyeho niyo akangisha abahutu .....ibyo yakoze mu Rwanda ategura jenoside nibyo ashaka gukora mu Burundi ngo aryanishe amoko asubiranemk ariko byaramunaniye.....

  • @ None wagiye usubiza ibyabarundi urwanda ukarwivanaho, ntasoni kubona bavuga ko mwica abantu warangiza ati nomurwanda barabica urunva iyo arimpanvu, uratwenza kabisa

  • za vuvuzela zabarundi muratsetsa rwose
    nibyo mujye muvugira aho muri ntacyo bitwaye kurwanda nabanyarwanda Bose kuko muzavuga muruhe ntawuzabumva nabo mutakira babateye umugongo kuko mwaravumwe hamwe nuwo mwicanyi wanyu Peter yirirwa aturira amasoko
    gusa muzibeshye gato musakurize kukanyaru , twebwe ntituzi kuvuga amagambo ahubwo dushira mubikorwa murabaza abafaransa naba congomani.

  • IMANA NIFASHE UBURUNDI UBWO BUGIZI BWANABI BUHERE MUBURUNDI

  • Ivyo Muvuga Murabifitiye Icemezo Ntimwoba Muriko Muracafuza Abarundi Murabe Neza Muvyo Muvuga.

  • @ Kabango, uwokubaza muvyonanditse ahantu havugango’ turica abantu ngikuko nurwanda rurabica woherekana? Nasoni yokundemeka inkono ishushe? Jewe navuzeko urwanda rurembeje abantu rubica ko HRW itarasabango harungikweyo aba polisi bogutabara abanyarwanda, ariko HRW yabona mu Burundi abajejwe umutekano bariko babafata umuntu yanyoye ibiyayuramutwe ashaka kurwanga aba polisi bigihugu ikacivugango nihafutwe igipolisi canke abajejwe umutekano vyu Burundi ngobisubirizwe nigioolisi mvamakungu. Nimugabanye ivyobintu vyokuremeka ikono ishushe abandibantu kugira muzorarwe ivyiza vyomugihugu muzibamukoze.

  • IYI NTWARO ITAHAVUYE TUZOYIRWANYA GUSHIKA IHAVE KUK YADUSESEMYE

  • Ahaaa uburundi nugutabaza imana

  • AHUBWO BARATEVYE.NIABAGIRE BAZE!

  • uburundi imana niyikwiye kwikore nayo abantu turagoye god bless you burundi ?

  • uburundi imana niyikwiye kwikore nayo abantu turagoye god bless you burundi ?

  • @ None, ikyo nvuga nuko ibigo mpuzampakungu babagiriza ko mwica abantu kubera itohoza biba byakoze ahokwisobanura ugatakana urwanda, urwanda nuburundi nibihugu bitandukanye kandi nahano ibyo bigo birahari bikora itohoza buri gihe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.