Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
jeudi 10 Ntwarante 2016, par Jean De Dieu
IGIHE
10 Ntwarante 2016, 22:13, par MUHUZA
iryohere mutama ugihema urekane n’imbwa mihimbiri batagomba kwabagumyabanga tubaho ariko turiho tuzokwamaho kandi tuzokwama turiho
11 Ntwarante 2016, 07:50, par Imbonerakure
Ivyo ni vyo ?hahahahahaha agihema nyene ura bivuze kuko murazi ko uta wuva amata twese tuva amaraso ibindi reka tubihe igihe tuzoba tubona
11 Ntwarante 2016, 08:49, par NDC
Nke wewe wiyita ***Imbonerakure** ucira imisi umukuru w’igihugu wosanga uri imbundege naho ivyo wifuza bishitse woguma urya irengarenga. Ariko humura kuko iyo biza kugenda uko muvyifuza ntaba agihema.
11 Ntwarante 2016, 10:27, par ubukene
iyaba mwahora muduga mwese gurya mukazigama amahera yibitoro, mbe murazi ko ubu UBURUNDI ARI UBWNYUMA KW’ISI MWITEREMBERE???? donc je répète, ubwanyuma kumurizo, abanyagihugu baruguru bo basigaye basa...... reka ntabyo novuga, abanyabisagara nabo batunzwe na corruption gusa abandi bafungura rimwe kumunsi. NYAKUBAHWA UMUKURU W’IGIHUGU NONE WW IVYO URABIBONA canke ntavyo uzi. FATA MESURES turabe ko tworonka agahengwe mumibereho yacu ya buru munsi nahubundi je aho mboneye ko turi abanyuma kw’ISI kwitwa umurundi bisigaye bintera INSONI.
11 Ntwarante 2016, 20:00, par mbazumutima jerome
Nyakubahwa Peter Nkurunzinza girahuba kandiwubahwe ,Abaz ,Imana yukuri turagusengera na Leta nigihugucacu kandi irimuruhande gwabayubaha idukoreyibikomeye abasenze turayibona .komeracane nabarabansi izotumabagukunda!!
12 Ntwarante 2016, 09:00, par tari
Aho nukugira yerekane ko yicisha bugufi ntaco agifise aduhendesha uwo nigateranya miryango niba yarashoboye kuduga nibasi nuko nokubahiriza amategeko yigihugu navyo yari kubishobora kandi iconico yagomba guherako hanyuma ivyovyamabus bikaza hanyuma icotumukeneye ko gushika ubu sico ucodukeneye nuko ashikiriza ivyo yivye hanyuma agaha amahoro abarundi kuko kugendera muri bus ntibitugarura abacu agize imisi acirakubuhombo mbe mubona uko Ari ukugendera muri bus ntimubonako yarikumwe nimbonerakure zigiye kumwereka aho zigejeje igikorwa
12 Ntwarante 2016, 10:31, par regis
Burya utiyubashe ntawuzokwubaha. Ego nibyiza kwubaha abayobozi na Biblia Niko ivuga ariko se kubesha abantu ko wicishije bugufi kumutima bitarimwo bimaze iki? Nahende abo ibawo ingozi uwo turamuzi amayeri yiwe gusa siko bizokwama.
13 Ntwarante 2016, 07:44, par jean
Convoyeur n’urya yambaye inkofero ya jaune?
26 Munyonyo 2016, 23:24, par NKURU
NIMJT
9 Nzero 2017, 15:51, par FgYdfjpiuhjgyGjj
Tzghhhhyhhhjjggjuhhjkuffvbffflkgdfft
Veuillez laisser ce champ vide :
Messages