IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mercredi 13 Rusama 2015, par Jean De Dieu

JPEG - 43.6 ko
Le général Godefroid Niyombare a annoncé mercredi la destitution de Pierre Nkurunziza. L’ancien compagnon d’armes du président, très populaire au Burundi, avait été limogé par le pouvoir en février dernier. Portrait.

IGIHE

Messages

  • Turatakambiye ,kenshi coup d etet ikurikigwa nubwicanyi bukabije,ntihagire emaraso yabarundi asubira guseseka,abobose babategetsi mubutandukane bwabo ntihagire numwe yiccirwa mumpisho kuko ninayo ntango y ubwiicanyi muburundi

  • mana warakoze kuduha abagabo binyanka mugayo,bakunda igihugu cabibarutse kandi bagikorera.bahezagire kand uhumanure impemu mbi ituma abanyagihugu bizingitirira kumwina wivyisi,bakibagira uburundi nawe Mana.Godefloie Muhezagire Abogore Uburundi.Nawe Mana Ubandanye Utujimbere Muri Vyose.Ame

  • PRESIDENT mushasha nuhangame kungoma.Mbemunyumvira NKURUNZIZA yarayehe?ahejeje nabi kubera ubudahanugwa.

  • Intwari Niyombare akomere ku rugamba abarundi turi inyuma yiwe sangwa intsinzi Barundi benewacu yo kwibohoza tukava mu buja bwa Nkurunziza n akagwi kiwe k imburakimazi

  • Kutuva ivyo abandi bavuga ku mukoze ko, simvuga ko ya go vye kuba ari vyo agender ko oya mvuga ko iyo tega amatwi abndi bigufasha ku mena inubere ujymo mazeua hava ufata ngamba ku bwa we, ’’mu maso habageni haguhasa ku bona mwrugu.’’
    Gutegamatwi sicyaa , tegamatwi hayma ubyhweze ni bwo umenya neza ngingo uhavaufata.

  • TURAMENYEREYE KO COUP D’ETAT YAMA IKURIKIRWA N’AMARASO Y’INZIRA KARENGANE ASESEKA ATACO AZIRA.TURASAVYE DUSHIMITSEKO ATAWOHIRAHIRA NGO YICE UMWENEGIHUGU N’UMWE ATAZI ICO AZIRA

  • abarundi bose baba muri Malawi tubabajwe na coup d etat yakorewe Nkurunziza Pierre ibyo bintu twabiheruka kera cyane mbese nibintu bibabaje cyaneeee gusa turasaba ko hatameneka amaraso turanasaba na Nkurunziza ko niba ntanahantu yoba yokwizira hano muri malawi inzu munkambi ya Dzaleka yarateguwe azoshikiramo

  • IMICAFU YARIGIZIMINSI MUMABARABARA YIGISAGARA CA BUJUMBURA,BATANGUYE KUYIKUBURA KUGIRA BAGARUKANE ISUKU MUGISAGARA,NAKARE NTAGUTA IMICAFU IYARIYO YOSE MUGISAGARA KANDI HARIHO AMAPUBERE.

  • IMICAFU YARIGIZIMINSI MUMABARABARA YIGISAGARA CA BUJUMBURA,BATANGUYE KUYIKUBURA KUGIRA BAGARUKANE ISUKU MUGISAGARA,NAKARE NTAGUTA IMICAFU IYARIYO YOSE MUGISAGARA KANDI HARIHO AMAPUBERE.

  • Komera Kumuheto Twasaba Ko Edouard Yova Kw’iradiyo Atakironekara

  • PETER NKURUNZIZA TURAMUSHIGIKIYE NTAKIZOTUMA TUMUVA PETER NKURUNZIZA TURAMUSHIGIKIYE NTAKIZOTUMA TUMUVA INYUMA

  • egome ivyabaye birabonekako benshi bavyakiriyeneza kandi nikoko abantu baribamaze kurambirwa nivyahaciye muriyiminsi so nosabarero nyakubahwa Gen. Niyombare ko yokoraibishoka kugirango ntihongere gupfa the civilian people nahubundi ibivyose vyabaye bifise icabitumye so I believe uwariwewese arabitahura nonerero ntakundi ivyabaye vyabaye ikiriho twosaba bagatunganya inzego zoshobora gutunganya ivyerekeye amatora muminsi iza canke mukiringo kibereye .Murakoze.

  • Kuri
    Vyo
    Igikenewe
    Nukw
    Abarundi
    Bene
    Wacu
    Dukwiye
    Gusengera
    Ikigihugu
    Cacu
    Guko
    Ntakindi
    Gisigaya
    Atari
    Nyagasani
    Guterura

  • Chapeau mon General. Au moins toi, tu es une consolation pour les Burundais et le Burundi. Tu as osé!!!!! Nkurunziza n’akagwi kiwe bari bigize surivu. Abarundi twese turi inyuma yawe kandi intsinzi irabona.

  • yaba mu burundi turongowe n’abantu nkawe,uburundi bwaba buteye imbere!!!

  • yaba mu burundi turongowe n’abantu nkawe,uburundi bwaba buteye imbere!!!

  • hakenewe intwaro y’imana

  • komera niyombare,ukire kudatemagura twebwe abanyagihugu

  • A VOS ORDRE !HANGAMA KUNGOMA MON GENERAL

  • none izoradio bazihor iki?nibareke uburundi nubwatese jewe ndavuga sinvura kandi bareke kuburabuza abo ba star kuko barahanura none nka Mkombozi bamwirukaniyiki?uburundi shaa!ndababwiye ntunyunve nabi akambo kayoya nimubahe nabo turabe uko badutwara ndabakunda ntimudushubize muntambara uburundi nubwatwese turabusangiye ntitube nkababandi baduhendesha infasanyo bukeye badukuramenyo ivyabaye mugatunguru twarabibonye indagara ibamuruzi ariko ntisoma nturi ok ndababariye

  • none izoradio bazihor iki?nibareke uburundi nubwatese jewe ndavuga sinvura kandi bareke kuburabuza abo ba star kuko barahanura none nka Mkombozi bamwirukaniyiki?uburundi shaa!ndababwiye ntunyunve nabi akambo kayoya nimubahe nabo turabe uko badutwara ndabakunda ntimudushubize muntambara uburundi nubwatwese turabusangiye ntitube nkababandi baduhendesha infasanyo bukeye badukuramenyo ivyabaye mugatunguru twarabibonye indagara ibamuruzi ariko ntisoma nturi ok ndababariye

  • Imana,yonyene niyo,izibikwiye,kubarundi,n’Uburundi

  • Imana,yonyene niyo,izibikwiye,kubarundi,n’Uburundi

  • Imana,yonyene niyo,izibikwiye,kubarundi,n’Uburundi

  • Peter na pfukame asabe imbabazi

  • MBEGA UWOMWANA MUTO MUGUKORA IVYOBINTU YARIYABAJIJE KUBAZUMUTIMA AHA BARAZABARAPIMA NTIBAMAZE NIMBABATABONA IBINTU VYARAHINDUKIYE NIBARYEBIKE BARYAMEKARE NIYOMPANURO MPAYE ABIYUNVIRUMBEGA UWOMWANA MUTO MUGUKORA IVYOBINTU YARIYABAJIJE KUBAZUMUTIMA AHA BARAZABARAPIMA NTIBAMAZE NIMBABATABONA IBINTU VYARAHINDUKIYE NIBARYEBIKE BARYAMEKARE NIYOMPANURO MPAYE ABIYUNVIRUKO

  • Abantu bamwebamwe bari bakwiye kumenya ko ibihevyahidutse kandi bakarya bike bakaryam kar

  • Ukwiga amashure make biragatsindwa.babonye batoye ayo mapete bacabibaza ko nigihugu arugutora nkibiharagi?abo barugara barahenzwe president arabagirira imbabazi kuko sibo ryabay itegeko ryabikanze ijunja bashonjemumitwe.

  • Nagende Buyoya yahemukiye abarundi eka n’isi yose. kubona ahereza igihugu IMIHIMBIRI

  • Abarundi twacitse kw’icumu tugakurira mumahanga bupfuvyi atamuryango, kiretse umuryango w’abibumvye icambu c’umunyarwanda, tugakura atancuti kubera indyane zidahera, turamaramazwa n’ukuba twitwa abarundi kand’umenga turi ivyaduka: l’enfant sens nationnalité! Biteye isoni barundi mutuma dusazira mumahanga kandi tunyotewe no kwerekana ivyotwigiye mumagorwa mumahanga, mugutez’imbere igihugu c’atwibarutse! Babwiye samandari: urabona ngo ury’abana basinziriye? Ati: nimba batambona jewe ndababona. (muratubona?) Wihora uwawe ukamara umuryango, uryuwawe ukinovora intuntu, natwe muraturiye barundi mugeze aho! Kandi ntimuryame mudasenze kuko ng’uwimana ikundiye imuhera mwitiro. Murakoze.

  • Uku Bimeze Uyu Munsi Amakungu Ntadadike gushimika Ngo Nkurunziza Ntiyitoze Adashaka Gusesekesha Amaraso Kuko Je Mbibona Nta Candidatura Arotira Ntibikunda Reka Rero Guta Umwanya Vyoba Vyiza Mugihe Amakungu Yofata Izindi Ngingo Muga Akareka Gukokeza Pierre ngo ntiyitoze Nicuka Kibi.Nibafashe Badukurikiranire Ukuntu Amatora Ariko Ategurwa Nuko Yogenda Neza.Hama Abaja Mwibarabara Bahagarike. Niyombare Nawe N’akarwi Kiwe Basabe Imbabazi.

  • Ndabarahiye twebw ntituva mwibarabara peter adasokoye!ibi bagiye kuduhenda ngo nitembagazwa ryigihug kumbe nivyo bateguy kugira badusamaze,barahumba twarabimenye!

  • MANA TABARA UBURUNDI KUKO WEWE URUMUNYEMBABAZI,NIWEWE DUHANZE AMASO.

  • Niyombare ntah ataniye nangeze Bose n’a bahut bibi gugu Aho yaraj arangaza mazuru ng agira akubite za coût d eta abatutsi ntabazi

  • @kofi
    Amakungu afashe ingingo,peter bakamwecarta muca muheba imyiyerekano amatora abe sans problèmes?Mbega muhenda nde,mwibaza ko tutaziko alexi sinduhije yateguye rebellion kuva kera yo kuyabuza,yakoze na propagande mu gihugu yo kubuza abantu kuzoyitaba!canke mwibazako pancrace atabwira abumva aho yivugiyeko naho peter yoheba ata matora yobaye,nyangoma haheze umwaka urenga asaba transition ,burya abo batutsi bari mwibarabara baharanira democracie,bashaka amatora,mwibagiyeko hano ku ma internet agakecuru kamarishije abantu muri 72 kitwa rose hakizimana ,be n’ibindi binywamaraso basubiyemwo kenshi kenshi ivya alternance des pouvoirs canke mwibaza ko tudasoma.Mbega iyo muvuga ngo barabahenze ni dans quel sens,godefroid mwaramuhenze mumuteranya na benewabo none mwamutaye mu manga,umuhutu abagiriye confiance nuko ahereza,iyo coup d’etat abatutsi mwayiteguye mwinyegeje inyuma y’imyiyerekano kugira muronke ingene muyisigura,mutanguye kuvuga ivyo ko yabananiye,abo bose bararika abakora imyiyerekano bari dans le coup ntimuduhende,vya caravera ,ba pacifique ,ba vitali nayo maradiyo yose yari mwo,mbegako mwamaze igihe muririmba ngo peter ariko arironderera abansi ngo kwankana na godefroid,iyo coup d’etat bari kuyitegurana gute atari abagenzi?Mbabajwe n’umuryango wa godefroid ariko perezida ni umuvyeyi ntaco azobatwara.Irya myiyerekano yose cari ikinamico mutegura coup d’etat,rero nagire ndakubwire iyo determination si mwebwe gusa muyifise ,natwe nuko,peter ntitumuhindura,ko murirrimba ngo igihugu cose camwanse,bazoheza bamwirukane mu matora,abatutsi bo ku musaga,nyakabiga,cibitoki,mutakura,musaga,jenda,mugamba ,abo nibo ari igihugu cose?Muri aba putshistes ubu turabazi nta myiyerekano yo guhabuza democracie murimwo ubu twababonye ,igiti nikigukora mu jisho kabiri mwa binyamaswa mwe!Mwaragiye ngaho mwuzuza ibigwanisho mu mazu ,mubeshera jeunesse y’umugambwe ngo niyo ibifise kugira muyimarire mu ma pine,igipolisi muragicafuza mugitera ama grenades mubaca amaguru ,muraba provoca barihangana,nimuje muri iyo myiyerekano ,ayo mabarabara si gwanyu gusa turabacungishije ijisho nta bwoba muduteye ntibabahende bandes de drogués et de sanguinaires.

  • JEWE NOMVUGA KO ATARIWE KUKO YARAHEJWE NA BATUTSI MBAMUGIRA IGIKORECHO

  • Mbe?Aho Angomba Kwitoza Kungumvu Yibaza Ko Ariwe Yavyaye Abarundi Bose Baramubwira Ariko Ntiyumva Ahubwo Tumusavye Akuruguture Amatwi Ikibwigwa Nicumva Nayo Intumva Yumvirayo Kandi Vyosi Imana Irabibona Abariko Bapfa Kubera We? Kandi Umuhanuzi Simubi

  • ni ibisanzwe sha! ariko naira nkumeshe ko mwahisemwo nabi mu guhitamwo inzira y’amacakubiri y’ubwoko! burya wibaza ko abaguye mu gatumba bari abatutsi?abatowe incuro muzi mwabashizeyo mu ruvubu bo? abaciwe imitwe igatabwa mu kabini ni abatutsi? mwibaza ko niyombare yahizwe buhongo kubera ubututsi bwiwe?gwasa na mukiwe bo ni abatutsi bwoko ki?reke basha reke!turazi ko iyakarie itagata kandi umuyangayanga araye atabaze arabura!kovya murigite bene wanyu ariko mureke kwinyegeza inyuma y’ivy’ubuhutu n’ubututsi kuko Nduwimana si umuhutu na gato!genda muraturira aho murenganye mugabo umurindi mbona muriko muzogera ku musozo aho mwatanguriye ukiri umuyonga mpeze ndabe igisaka muzisakiramwo!nimba Uprona yargiye ntankeka Cndd-fdd izogenda n cane ko mu bibagize harimwo ugucanamwo!nkako mu vyo mukora ntibizigera bishika ko mwese mu bihuruizako kuko naho mwoba inyamasa ntimuzoziba mweseko ni ko kabanga k’ubutungane n’ukuri: gushobora kunigirwa mu menshi imyaka na milele ariko ntigusha na mwokwotsa mu ma bombe!Peace, ivyo mukora vyose tuzobirekura n’umutima w’uruvukano kuko turemeza cane ko muri abarundi bene wacu bakeneye gusubiza mu ndero ndundi itubuza kugira ico twica naho woa umuserebanyi! Que Dieu vous délivre de tout mal!je vous aime après tout! revenez àla raison, svp!Amen

  • Turavye Ibintu Ingene Bimeze N Ukuvugako Ivyo Imana Yavuze Bigirabishike Nahobamwe Batavyemera Inyishu Sugutembagaza Ubutegetsi Inyishu Yavyose N Ugusenga Imana Kand Imana Isumba Ingabo Abasenga Tubandanye Kand Turekekwisuka Mubitaturaba Mugire Umugisha Mukazikanyu Murakoze

  • Guhindurira Ikibanza Umuntu Vyamyeho Kandi Ntawaremewe Guhora Ari Mumamabanga Amwe Gusa. NTAGISHASHA RERO KIRIMWO.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.