IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

jeudi 17 Ntwarante 2016, par egide

JPEG - 76.5 ko
Yoweri Kaguta Museveni, umuhuza mu biganiro vy’Abarundi, ari kumwe na Benjamin Mkapa, uwo bazofashanya

IGIHE

Messages

  • Ivyarivyo vyose amahoro azoboneka kuko hari igisumba vyose Imana abantu bohava bihenda muguca imanza zitarizo ariko Imana ntirenganya igihe nicagera izobikora

  • Nice Gen present Museveni nimugondoze Mujeri wamaze abanyagihugu yizirikira ku kirigo yivye atemerewe na mategeko,bategure amatora yandi urusage impunzi zitahuke.

  • Mbe Museveni Numusirikare? Birame Mbone Kuko Ntacoroshe

  • Mbe Museveni Numusirikare? Birame Mbone Kuko Ntacoroshe

  • ayo malaso aguma aseseka bazoyabazwa kumana ntibihishe kuko imana yoyo ntihishwa mungu azilaze loho za malehemu peponi AMINA.

  • ayo malaso aguma aseseka bazoyabazwa kumana ntibihishe kuko imana yoyo ntihishwa mungu azilaze loho za malehemu peponi AMINA.

  • Na Mukapa Araje Guhuza Abarundi ?Ntawuhanura Uwutihanuye!

  • Jewe mbona ko amakungu yofasha mukurondera uwundi muntu bosubiriza nkurunziza Hama akaba ariwe aca atunganya ibisigaye kanatsinda nkurunziza ntibamutindako kuko si perezida yimewe namategeko icatuma bamutindako kwarukugira aje imbere akokarwikiwe mubiganiro none navyo ntabishaka jewe nkabonako harengeranye kubona umuntu baguma bamwingiga kuja mubiganiro mugabo akanka kwumva ukubandanya kumwinginga kandi abantu bariko barapfa jewe mbona kwatakamaro bimaze igikuru nuko bomuhirika Hama hakajaho uwundi muntu afise ishaka ryokwitaba ibiganiro bidakumira aba umusoda canke umusivire mbere bibaye ngombwa akaba yofatwa arimuzima canke apfuye kuko ntivyumvikana ingene umuntu umwe yotuma igihugu corera

  • Twebwe ayo twabonye mu nyakabiga arakwiye ubu igisigaye nugusenga. ntanumwe tuzokwizera ubu nukwigwanira gusa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.