Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
lundi 9 Rusama 2016, par
Imodoka yunguruza umukuru w’ikambi yo ku Muzinda, Lieutenant-Colonel Sindaye Dismas, ari nawe yasubiriye mu kibanza carimwo umuhisi Darius Ikurakure, yagize isanganya. Iyo modoka yononekaye cane, Lieutenant-Colonel Sindaye Dismas akaba atari muriyo igihe iryo sanganya ryaba
IGIHE
Messages
9 Rusama 2016, 10:44, par manz@yahoo.fr
Ncuti zanje muriho ? Mumaze iminsi mubona ama pic-up menshi agenda ahekeranye. Ubu si iza police gusa niz’igisirikare zirimwo. Inkuru ndonse n’uko hagenderamwo interahamwe n’abasoda n’aba police. Mission ngo ni identification du terrain kurizo nterahamwe zitahazi kugirango bahamenye neza.
Ni mwitegereze namwe quartiers bagenderamwo murabe n’amabarabara bakunda gucako usanga akenshi bagendera ahahoze habera imyiyerekano. Hari ingo nama quartier bagenda barihweza bivanye n’amakuru baba bafise. Amwe murayo makuru nayo birondereye ayandi bayahawe na babahungu bishikana canke baguzwe. Kurya kugendagenda buke buke ni ukugira ntibihende aho bakeneye ngo harimwo n’abagenda baragira plan y’aho bazokorera mugihe boronka ordre.
Mube maso ko ryaserutse ntiritwicire isuka.
9 Rusama 2016, 12:38, par blooddrinker
Barihenda intambara ntibazoyitsinda
9 Rusama 2016, 13:06, par nyanzira
iyoyarikbamwo agapfa wewenticabndi
9 Rusama 2016, 13:20, par tari
Izomodoka ntaco zikimariye igihugu mugihe arizo zirirwa zirakoreshwa mugutikiza inganda ahubwo imana dusenga iyabiyindi yarikwiye gukorera ibitangaza ubwoko bwayo nuyumusi tukumva zaraye zihiye zose nabazigendesha mukwirirwa baniga abozarizishinzwe kuba zokijije
9 Rusama 2016, 14:02, par ciza.pascl
ndahojeje.imiryango..yabasirikare.bagize.isangaya
9 Rusama 2016, 14:04, par ciza.pascl
ndahojeje.imiryango..yabasirikare.bagize.isangaya
9 Rusama 2016, 19:34, par jewe.ndatangara.iyonumva..abantu.baguma.biyamiza.inzego.zitorewe.nabanyagihu (...)
ciza.pascl
11 Rusama 2016, 23:13, par Tagisi Vero
Bari Mumunezero Nimusitere Bari Bafise Baborewe
13 Rusama 2016, 17:13, par Eduard
Abagomba,intambara,nibahebe,baduhe,amahoro,ukwicana,ntaco,bimaze,kandi,ingero,tugerera,kwabandi,natwe,niyo,tuzogeregwako,uwicisha,inkota,amenye,ko,nawe,imuraririye