Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 17 Rusama 2016, par
- Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA aganira na Fausta BAGAZA, umutambukanyi w’umuhisi Colonel Jean Baptiste BAGAZA. Hari mu birori vy’ugusezera ubwa nyuma uwo yahoze ari umukuru w’igihugu
IGIHE
Messages
17 Rusama 2016, 14:09, par Kanyosha
Sebarundi, papa Nkurunziza.
17 Rusama 2016, 14:15, par more
vyiza cane!!
17 Rusama 2016, 14:51, par muller
Président NKURUNZIZA, Imana Imuje Imbere, abe Ariyo Imugira Inama. Ngo ahari Abaja Inama IMANA irabasanga, ikabasanganiza Imigisha Yayo. Mumvugo ya Président NKURUNZIZA yama ashira imbere Imana Mushobora vyose. Burya Imana Niyo Irunguruka Imitima yatwebwe Abantu, Nkuko Imvura igwa Ikabombeka isi, niko n’Ijambo riva KUMANA Ribombeka Imitima.
Ibi ndabivuze kugira nkeze kandi nkengurukire Président NKURUNZIZA kw’iteka yerekanye mu Birori vyo Kwakira l’ex.Président BAGAZA, twabikwirikiye turi mu Mahanga, tuti Abarundi bari n’Imico myiza n’akaranga ka Basogokuru. Komera Président NKURUNZIZA uriteye iteka mwe n’Umupfasoni wawe, image zatweretse ubwitonzi, nicubahiro mweretse Umuryango wa Pdent BAGAZA, eka amakungu n’abarundi bose, ntawaducishimwo ijisho. Président Nkuru, wiyambitse impuzu nziza igukwiye, tuguhaye impundu, nkuko Fauste BAGAZA yabivuze mu birori vy’inkunka y’imisa.
Ikindi nagire mvuge mbwire abatwara igihugu : Gera ikirenge mu ca l’ex-Président BAGAZA ubwambere, mugukorana umwete no gukunda igihu. Gera Ikirenge mu ca Président Nkurunziza ku Buntu bwiwe mumubonana, Akaranga-Bwami ni muribi bihe vyo Gushingura Pdt BAGAZA.
Icagatatu pour honorer la mémoire ya BAGAZA : Ndabasavye Subiza inkota mu rwubati, bangwe! Turi Abamugabo Umwe, Intureka mu gihugu, udusubiza inyuma, ubwoba, inzara, agahinda bafata abarundi twese. Ikibi Ntikizira kuba kizira gushishikara. Ndangije nsaba Imana Mushobora vyose kandi Yo Mutegetsi w’Intungane ngo Ihezagire amaja n’amaza Umukuru w’igihugu cacu Pdt Pierre NKURUNZIZA
17 Rusama 2016, 15:02, par rwasa
Yohoooo!je na Madame wanje na bana banje twabise l’Homme Fort ou Burundi mwebwe NKURUNZIZA (ninde yonsigurira l’Homme Fort mukirundi??)
17 Rusama 2016, 15:11, par kuri
mutama wacu imanaiguhezagire
17 Rusama 2016, 15:16, par Burundi
Nkurunziza Peter komera.urazi kubungabunga abarundi abakuru abato.
17 Rusama 2016, 15:44, par MUYAHUDI
MUREMESH NTAKUNDI ME NUKO BARIBARAHUKANY GWARUKUNDO BASEZERANIRA IMBER YA PATIRI KO BAZOTANDUKANWA NURUPFU NTAVYOBAKWIRIKIJ KKO BAHUKANY URUPFU RUMUTWAY ATARIBAKIRIKUMW!
17 Rusama 2016, 15:52, par jean
Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA uri mfura mubandi ba president Uruwo gufatirako akarorero uri sebarundi koko.ni wirambire
17 Rusama 2016, 15:52, par jean
Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA uri mfura mubandi ba president Uruwo gufatirako akarorero uri sebarundi koko.ni wirambire
17 Rusama 2016, 17:02, par nyanzira
nkuru uracareshanawe?Uwomugoreyaramenje
17 Rusama 2016, 20:11, par laziz
erega turi bamwe naho dupfa ubusa ,nubundi icivugo cacu nubumwe ibikorwa amajambere ivyo birahagije ntanakimwe kizo dutandukanya naho botuziza imitungo yacu ariko tuzuguma turi abarundi twese ,nituve ubuzimu tuje ibuntu.
17 Rusama 2016, 21:18, par NYISHU Orginal
Komera uri umuntu w’umugabo wo kuremesha ata nkunzi.
17 Rusama 2016, 23:24, par Bikos Bikomagu.
Abanga Nkurunziza biyahure ( Turaje, Falcon, Lili nizindi ntagondwa zaba sans echecs)
18 Rusama 2016, 06:04, par tari
Nukura neza uwobihehe icatumye agira uwo mutima wikigongwe burya kirahari kuko ikizwico nuko uwo abapfa batamunega kuko iyaba bamunega ntaba yirirwa arahekura igihugu kandi aziko ubuzima bwumuntu Ari akatihabwa ahubwo nukuraba neza burya ashaka gucura uwo mupfakazi canke kumwica ubonye isimba igiriye ikigongwe umwana wawe uzomenyeko iba ishaka kumudya
18 Rusama 2016, 14:06, par None?
@Tari, bihehe ninde?
Iyomvugoyawe yonyene turetse abomurikumwe, wewe ubwawe ntuzigera uyironkana umugisha ndakurahiye kuko Imana niyo isesa imitima yabantu, kandi niwaba utabizi urazoreba neza waratanguye kugira ingorane canecane nokwibutsa urazoreba ukuntu kuva muburundi hatanguye imigumuko nibindibibi vyayikurikiye atacovyamariye ababikoze kuva icogihe nibifungurwa ntikibifunguraneza usigaye wumva wokwitungirwa nokuvuga ibibose nivyobikunezereza kuvuganabi rero sivyovyotuma ibintu bizoba nkuko ugomba ahubwo ubawikwegeye ivyago kuruta, uburorero nibwishi urazoreba niyo mwicogihugu urimwo usigaye umeze nkikimaramare.
18 Rusama 2016, 17:21, par dodis
Mutama irambire IMANA uguhe umugisha ibihe vyose,abakwanka bazimanike.
18 Rusama 2016, 23:17, par carinie
Abarundi bose mwarataye ubwenge n’iryari Imana yahezagiye umwicanyi ahubwo ba muvuga muti komera kwa shetani, kuko iyo muba mumukunda muba muvuga muti cher frère va ibuzimu uje ibuntu, ivyisi ntaco bimaze ureke kwica kuko ntawe waremye, nayo uduharadabu niko nobita muguma musaba amaronko yongaha kuri iyi si mubicishije mugusesa amaraso, abana, aba innocent ataco bazira abapfakazi, impfuvyi ngo muriko murihora 72, none hari uwihora avuga Imana ko yo idusaba kubabarira gushika kuri 77*77, vous me faites pitié, naho yoba ari papa canke musazawanje ntamwicanyi noshigikira.
Vous êtes complices des crimes et des assassinnats, et dans la bible, il est écrit si tu ne dénonces pas l’injustice tu es complice de l’injustice.
Ni muve ibuzimu muje ibuntu, garuka muruhongore, ivyisi birahenda, le voleur ne vient que pour dérober, détruire et égorger, ntimugashigikire abicanyi abaribo bose, n’umwana wa Nkurunziza ntiyomwita sebarundi azi ko yica, yicisha, akikijwe n’abicanyi. Ahubwo agarukane umutima w’abantu jewe niko nomubwira, waravyaye ntiwica abana b’abandi, none naho bobaho shetani izoguma ibibutsa ibibi bakoze
19 Rusama 2016, 07:27, par mbazumutima jerome
Nyakubahwa mukuru wigihugu cuburundi mugirumugisha murivyose. Harikintu Imana itazibagira mumateka yayo mwakoze nubumugikora:naconiki NIMWEBWE MUPEREZIDA KWISI WUMUKOZI WIMANA ABIVUGA AKANABISHITSA MUGUTEGURA IBIKORANE BIHESHA IMANA ICUBAHIRO,KUKO IKIKINTU ISI YANONE YUZUYUMWIJIMA ITAGISHAKA SATANI YAHAGURUKIJE ABANSI BOKUKUGWANYA ARIKO REMA IMANA NAYO YAGWIJE ABAKUNZI NINCUTI SHASHA ZOKUKUBA HAFI.MUBIRANE MUKORA NOMUBIKOGWA MUKORA NOMUBUTUMWA MUVUGA NYAMBAHARIHANYE ABANTU (3) KANDI BARARENGA IMANA NTIZOKWIGERA IGUTERERANA NARIMWE ,KUBAVUGIBI NABIRIYA WOBIKORA MUKURI CANKE MUBURYARYA ICIZA NUKWIMANA YASHIZWE HEJURU NUMUPASITORI WUMUPEREZIDA NKURUNZIZA PETERO!! NTURIHO NGUSUBIRIRIMANA NKUKOBAMWE BAVYIBAZA,MUVYAGAKIZA UFISINAMBARA NKIZABANDI BA KIRISU BAGIRA UKAGIRA NAMATEGEKO YIGIHUGU UGOMBA KUBAHIRIZA.REMA NTUTINYE NTUJIBURYO CANKIBUBAFU KUKO UZOKWANDIKWA MUMATEKA YISI KUBITARIBIKE!! nagiransabe abasenga mu MPEMU nomukuri tugufate mumugongo kukubutegetsi bwanyu buzozanira inyungu nyishi Africa .yosetugusengere dusengere igihugu cacu dushimire IMANA YACU KUKUBOKO KWAYO KURIHEJURU YIGIHUGUCACU IZITIRIYE IMBIBE ZACO KUGEZAHO NABATAYOZI BAZOBIMENYA BAGATANGARA.mugirahomuba mwubahwe igitinyiro nigikundiro vy Imana bibabeko mushishikare ibikorwa vyiza mwimamatwi abatubah Imana kuko na YESU ntibamwemera ariko ntivyamubujije ibikogwa yagombagukora kwabikora.mwibukeko AGAKIZA NUBUNTU BWIMANA ,ARIKO AKAZI NIBIKORWA BISABA UBUMENYI abantu batandukanye agakizanakazi ni2 bidasa.mukomerere mumwami nomubushobozi bwiwe bwishi.
19 Rusama 2016, 10:04, par Kabango
@ None, icyo tari yabeshye niki? Kwiyegereza umutambukanyi wa Bagaza yicya abandi barundi hose I Bujumbura bimaziki, niba atari bihehe niki ni shatani.
19 Rusama 2016, 13:39, par NDIHOKUBWAYO Desire
Ndashimira IMANA Yo iri hose kandi ibona vyos.ndababarire ga basha BAGAZA Yari UMUGABO! IMANA imwakire ,natwe iduhe gupfukama imbere yayo.
13 Ruhuhuma 2017, 13:57, par UWIMANA
YATWAYE IMYAKA INGAHE
13 Ruhuhuma 2018, 22:32, par ndihokubwayo desire hamw nafëderink kwizera
sevaranti ejo binzogendagut nibo