IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

jeudi 13 Ntwarante 2014

Bienvenu Busuguru yitavye Imana ku genekerezo rya 11 Ntwarante, afitanwe n’indwara y’igituntu yanduriye mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho yari amaze amezi cumi apfungiwe. N’aho abaganga bari basavye ko agumizwa mu bitaro kugira amagara yiwe akurikiranwe neza, yaciye asubizwa mw’ibohero, ari naho yaguye inyuma y’iminsi ine asohotse ibitaro.

Fyonda aha usome inkuru ikwiye y’urupfu rwa Bienvenu Busuguru, n’ico yagirizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.