IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi

Ifoto y’umusi

mercredi 11 Ruhuhuma 2015, par Egide N

JPEG - 37 ko
Inyuma y’ikiganiro ku mboneshakure Rennaissance (Willy Nyamitwe umuhanuzi w’umukuru w’igihugu "i bubamfu" ari kumwe na Pacifique NININAHAZWE arongoye FOCODE "i buryo"

Messages

  • Uwo nyamitwe arikuguhema amacakubiri amwuzuye aho yunva urushavu kubona uri iruhande yiwe...muga sha arakunda gtwenga kweri uwo mu nya Buyenzi

  • TV- renaissance iragerageza ikoreshe ico gihome vraiement.
    Si non abarundi turazinanye, aho buhurira ahari umwijima hari ico Pacific yobona.

  • Willy’ararinda’ahagararana nababa’sans’echec yamazekubibagira

  • Willy’ararinda’ahagararana nababa’sans’echec yamazekubibagira

  • ibintu vyose birahinduka ,hagire hagere aho twinjira mu Burundi bushasha ,buzira amacakubiri,igiturire,aho intahe ifise ijambo kandi yigenga .

    intwaro mbi zo kuva muri 1965-2015. tuzisezerere.

    bonjour itera mbere ,intahe,ikwigenga,.....de 2015......

  • Ikiganiro ca Nyamitwe na Pacifique twaragikurikiranye kandi twasaba muzokidushirire kuri you tube tuzosubire kucumviriza hamwe vyoshoboka ,naho umengo vyari bishushe mugabo twanezerejwe no kubona baranginje bafata Ifoto hamwe biragaragara ko birya bayaga bitobatandukanya ariko kobagiye kuyaga bahuza nakare bose nibene Umugabo umwe ntacotuma badahuza murakoze Imana izoze irabaja imbere mubiganiro vyose muzoja muragiriranira murakoze cane.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.