IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi

Ifoto y’umusi

jeudi 12 Ruhuhuma 2015, par Egide N

JPEG - 50.2 ko
Jolke Oppewal aserukira Ubuhorande mu Burundi ari kumwe na Bob Rugurika, umuyobozi wa RPA

Egide Nduwimana

Messages

  • BOB UWUJEJWE KUMENYESHA AMAKURU MURI M26

  • Ewe sihondi sha uratwengeje .hehheehe muratanguye kumaramara reka reka arya marira ya babikira sha nubu azobatwaraaaa mwe mwabakase imitwe buca mwiyahuramwebwe nyene kuko mwatinye ko bamena ibanga ryivyo mwakoze Congo muti reka tubakate imitwe............mwabicanyi ba ba DD EKA MURI INTERAHAMWE KWERI.... sha nama nsaba IMANA Nkurunziza na Adolphe na Bunyoni naBANDI...........Uwiteka abampe ndabakerere nukuri

  • Levis gezaho ejo nawe harigihe uzoba urimuriyo M26.Nibazako urya yishe barya babikira arumwicanyi kabuhariwe umwicanyi rero ntacagura ni inkuba irabije umwansi n,umukunzi birajana tubitegamaso.

  • Jewe Icombona Nuko Abakoze Ubwo Bubisha Bakica Ibiremwa Nkabo Nibihute Bikigendeka Bishikane Imbere Y’imana Basabe Imbabazi Kuko Yoyo S’igipfu Nkabo Izobabarira Ataruko Bicishije Inkota Y’umusi Umwe Nabo Bazokwicishwa Umuriro W’ibihe Bidashira!!!

  • Emwe Ndashijwe Kubona Bica Ababiki Ataco Babaho Kweri Barakwiye Kubashengeza Muga Sinzi Imana Kizobaharira?Muga Imana Ninyenimbazi Nifukama Basaba Ikigongwe Izobaharira .Imana Ikwi Guha Abaarundi Igihano.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.