IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi

Ifoto y’umusi

mercredi 4 Ntwarante 2015, par Egide N

JPEG - 38.9 ko
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza agira ati : "Benewacu, imvura turareha ubugira kandi, mwiyumvire gutera kugira tuze twimbure imbere yuko uruzuba rugaruka. Mwibuke ko igikiza igihugu, icubatse Uburundi kandi kizobuhesha iteka, ni Ibikorwa vyacu. Ni turime rero. Turime imbuto nziza. Tuzokwimbura ivyamwa vyiza.

IGIHE

Messages

  • Imigisha ibandanye ibabana myinshi Imana ibandanye kubazigama yongere ituzigamire igihugu cacu

  • Mu gitabo c’inkuru nziza handitse ngo "UWUDAKORA NTARYE". None izo nderamaboko zihamagarira bene Burundi kutaja ku mirimo, ejo bazobagaburira mana n’abana babo. Ikijuju kirasiba ku murimo umubeshejeho. Abumva ni bumve. Le travail anoblie l’homme dans le monde entier Barundi, ntimuhendwe

  • Ndabakundamwese muri ku kivi ngiyo imyigaragamvyo dukeneye niyo, nayo imyigaragamvyo yokwirirwa mwirukanka kumakaburimbo isongera isibe nongeye kuyiyamiriza! ndashaka rero abobose bashaka kwigaragamvya bazebarahamagara abanyagihugu bati mwese abarundi iyomuvamukagere twese tuzogende kwigaragamvya mumirimayacu abatera ibiharage babitere abatera amashaza bayatere , abatera imyumbatibayitere nibindi ngiyo imyigaragamvyo ibibonekako ifise kazozanziza kandikuyibuza vyogorana, kuko harihobeshi basanabayikora burimusi. Prezida wacurero ndamushimiye iyomyigaragamvyo arimwo yo ku kivi. nayobarya bajagukuba ibirato mumakaburimbo, nothing in future,zero zero=zero

  • ndaramukije abantu bose batariko barakwirikira ububisha buriko butegurwa nabantu bamw bamw batipfuz kumukuru w’igihugu yitoza.ndabasab ko bogumya uwo mutima

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.