IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Igice c’isoko nkuru ya Gitega cahiye

Igice c’isoko nkuru ya Gitega cahiye

vendredi 7 Myandagaro 2015

Igice c’isoko nkuru y’intara ya Gitega yarahiye iratokombera,mw’ijoro ryo kuwa kane igenekerezo rya 7 Myandagiro 2015.

Igice cahiye n’igice kiri mu bumanuko bw’isoko ahitwa Mu kabasazi.Gushika ubu icatumye iyo soko isha ntikiramenyekana.

Ivyo bibaye mu gihe hari umugambi wo gusanura iyo soko yubakwe mu buryo bwa kijambere.


Van Naris Mugisha

Portfolio

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.