Accueil > Amakuru > u Burundi > Impunzi 20 000 z’abanyekongo i Bujumbura no mu Bwagiriza
Impunzi 20 000 z’abanyekongo i Bujumbura no mu Bwagiriza
jeudi 21 Ntwarante 2013
Ikigo c’igihugu kijejwe gukingira impunzi n’abateshejwe izabo(ONAPRA) cakiriye impunzi z’abanyekongo zirenga ibihumbi cumi ubu zibarizwa mu mazu y’abateshejwe izabo bari mu Bwagiriza, hafi yo mu Ruyigi hamwe n’izindi mpunzi zigera ku bihumbi icenda I Bujumbura ( mu Kinama, Musasa na Gasorwe…).
Biragaragara ko impunzi zituruka mu ntara ya Kivu zikundwa cana n’abarundi, kanatsinda ko muri kahise abanyekivu bahaye ubuhungiro impunzi z’abarundi mu ntambara igihugu c’Uburundi gihitiyemwo.
Ukwo igihe gihinduka, impunzi z’abanyekongo zitegerezwa kuronswa amakarata karangamuntu atangwa na Leta y’Uburundi. Izo ndangamuntu zifasha ikigo mpuzamakungu(HCR) na Leta y’Uburundi biciye ku murwi ujejwe kwakira impunzi mu Burundi ONAPRA gushikiriza imfashanyo abo zagenewe.
Muri uno mwaka, mu nteguro y’iryo dondora, ikigo HCR n’umurwi ONAPRA babicisha mu dukino n’indirimbo, bafadikanije n’umurwi w’abaririmvyi b’abanyekongo witwa « NEW VISION » usanzwe nawo nyene utuye mu kambi y’impunzi. Biraboneka cane ko ubwo buryo bworohera kandi bukaruhura bose .
Abenshi muri izo mpunzi bahunze imirwi igwana ( M23, FDLR, …) hamwe n’umutekano muke uboneka mu buseruko bw’intara ya Kivu.
Egide Nduwimana
Messages
12 Ruhuhuma 2017, 20:05, par Jean Pierre SIMBA
Hata Mimi Ni Mkimbizi Kutokeya Congo(GOMA)munaweza mkanisaidiya carte de refugue?
12 Mukakaro 2018, 01:44, par lugwarhine rosine mireill
mimi nilikuwanataka ku uliza ku usu makazimapya niliwayi ambiliwakama nita tafutiwa lakimpakaivi bado sijatafutwa nitakanijuwe kamaniko kwene mpango wamakazimapya wala dosier yangu ikoaje (asate)
12 Mukakaro 2018, 01:53, par lugwarhine rosine mireill
mimi nimeshukuru kwamaji buyenu ila sikuelewa kusomakirundi muniele weshe kwakiswahili nitaelewa (asate)
14 Mukakaro 2018, 05:22, par lugwarhine rosine mireill
nilikuwanataka niulizie ku husu dossier yangu niwaiambiliwakama nitatafutiwa ilampaka ivi sijawai tafutiwa sijuwinikwanini jenilidanga nyiwaka walasikukwene mpango wamakazimapya ninatakanijuwe dossier yangu iko aje kamaniko kwene mpango walasipo
14 Mukakaro 2018, 05:28, par amani espoir
niltaka niulize dossier yangu ikoaje jeniko kwene mpango wamakazimapya
15 Mukakaro 2018, 10:24, par Nyabitanga Nyagiciro
Duchakatumenye Koturimuri Culteur Changwe Ntinturi Mwo.Ok
15 Mukakaro 2018, 11:08, par Nyamanyana Rudie
Njewe Chakamenye Itariki Ya Arsisi Muzoba Mukoze Ni Cokibazo Nfite.
16 Nyakanga 2018, 16:10, par maombi tumaini rusagara muhajwa ester maruhusa mushebwe musekuza muholeza (...)
dossier yetu ishakuwa wapi?hatuja samba
16 Nyakanga 2018, 16:15, par mombi tumaini
tuko Musasa cambi ya Burundi cartier 16 cellule 4 maison14
10 Gitugutu 2018, 00:30, par kuwaya mbutu pollin
Naitwa kuwaya mbutu pollin
naishi katika wakimbizi walio Bujumbura nchini Burundi yaani réfugié urbain.
nime hojiwa nawafanyakazi tofauti wa Hcr nika signé turu mbili moja ya signature ilio itajika ya pili ikawa kuifanya upya maana signature yakwanza imekua ime expiré so hadi leo hii sijapata jibu lolote isha pita mwaka mmoja na miezi minane kwa signature yakwanza ya pili miezi mikumi
so ningeitaji kujua vizuri kuusu kesi Yangu itakua nimsaada mkubwa sana kwangu.
Asanteni sana number card ni:318-00042777
15 Munyonyo 2018, 00:09, par Ashim Abedi Poyo
docie inafika wapi tupeni njo habari