Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > indirimbo > Isanamu y’ururirimbo rushasha"Mgara"rwa Lolilo yagiye ahabona
Isanamu y’ururirimbo rushasha"Mgara"rwa Lolilo yagiye ahabona
mardi 19 Myandagaro 2014
Isanamu y’ururirimbo "Mgara" ya Lolilo yagiye ahabona, yakorewe muri Keshy Video Lab Productions". Isanamu yakorewe mu kigo ndangakaranga c’i Bujumbura, koko yerekana ibijanye n’imico y’aho hambere.
Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "Mgara"
Cherif Nkeshimana
Messages
19 Myandagaro 2014, 16:33, par Beninka
Turashima cane akigoro Loliloyagize ko kwiyegereza umuco w’ikirundi muri iyi ndirimbo,ni abandanye atere imbere ngira bizohava biza. Nko mu majambo twarindirye ko hashirwamwo n’iryungane narimw ry’i Kirundi amaso ahera mu nzira. hanyuma urya mu type umenga yari yasezeye, sinzi rero umuco aho batamba bigaragura bakavyina bakikije urya muvyimba w’umuntu mu nderuzo. No muri RDC bariyambagura mugabo ntibageza harya. En fait harimwo confusion muri irya video .Ico novuga gusa, inyambaro ni rwacu, intambo si rwacu, n’umugenzo nabonyemwo s’uwiwacu.Ni atereimbere- Beninka
5 Munyonyo 2014, 20:33, par Marc Ndikumana
Nukuri Lolilo Nabandanye Mukirundi.Anzoronka Abanwanyi Benshi,kuko Kubwinshi Bwabantu Bumva Ikirundi.
22 Ntwarante 2015, 14:44, par ezechiel
jewe niyumvira ko fizo na lolilo batari bakwiye kutumvikana kuko batangiye kuririmbana kera
21 Ndamukiza 2015, 15:13, par Joël
Ego Ivyo Yashatse Kwerekana Ivyo Hambere,ukuntu Bambara.