Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > indirimbo > Uruwambere
Uruwambere
lundi 11 Ntwarante 2013
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > indirimbo > Uruwambere
lundi 11 Ntwarante 2013
Messages
24 Kigarama 2014, 13:00, par Niyonzima fiston
Babibehebe,bakundane na fizzo bose naba sperstars nakare barunvikana.
19 Ntwarante 2015, 02:39, par Radjab reagan duncan28
Lolilo ico nomusaba canke ico yokora agire indero kuri big fizzo kuko numuririnvyi amukuriye mumuziki kandi lolilo yoshaka ikirekera umuziki ntavyiye turabizi ko ari yoya ya amufasha so means if u gote no experience on the something u do or you try to focus the dont come true its better if u stop so lolilo stop nothing uknow about music its better uncre crayz
21 Ndamukiza 2015, 11:03, par Joas NDIKUMUREMYI
Abafanzi ba fizzo nibareke ivyo(hakuvuga nabi warya nabi)iconzi co nuko lolilo ashoboye kandi cane umusi umwe muzokwemer
12 Rusama 2015, 14:28, par mahdi
ico nomusab lolilo yosohor indirimbo yokumusaba big fizzo ikigogwe kuko fizzo arashoboy no mubufaranca nayandi makungu bara mwemey naho fizzo yovuga kuririmba ndabihevye lolilo nukuri yopfa ataramushikir
30 Rusama 2015, 13:37, par seleman ininahazwe
kwani mgara ni nani mwambie ache domo tumesh muchoka
6 Mukakaro 2015, 06:19, par Leonce b yahaya
MWEBW MURIBIGG LOlilo yigishj fizo namwe muce muzana izanyu lolilo arashoboy mtoto wa uswaz mtatulota
22 Mukakaro 2015, 11:19, par jean louis
lolilo ashaka bif
17 Nyakanga 2015, 19:55, par BIREHA pro
Jewe nd’umurundi ndi dar es salaam kuvyerekeye abo baririmvyi twebwe abashabiki ntidushake kuvuga ayo twigombeye twibuke ko uwugutanze kumira agutanga no guhaga mumakungu ntamusani avugwa nko lolilo utavyemera tora I number yanje ya whatsapp undonder nkurungikire video urabe ingene diamond wa tz yamuvuze ari muri america OK number 255785877503 OK
28 Nyakanga 2015, 15:38, par Felix Ndayitwayeko
Jewe ndi umurundi ndi muri CANADA nagomba ndababwire mureke gupfa ibintu bito nivyo namba DJ bavuze ko big fizzo yabaye uwambere basi niwe wambere. Mugabo ntibisigura ko muca mugira ibifu just bandanya gushira hamwe dukuze umuziki wuburundi. Tusiwe kama Alikiba asie mukubali mtu kwa kazi yake.
15 Gitugutu 2015, 20:21, par nduwayezu
shaka mbanze ndayumvirize
8 Kigarama 2015, 15:23, par LLL
LLLLLLLL
9 Kigarama 2015, 00:09, par BAHORA BANTAZIRA LOLILO UBU NDI AK,B NIRYOZINA RYUBUHANZ
JEW TURITIRANWA LOLILO NIYIHANGANE TUZOKORA GWACU RUVUMA KANDI FIZZ YUMIGW SAW NCUTI MUKUNDA TWBE ABAHANZ
6 Nzero 2016, 20:37
SAT-B
2 Ntwarante 2016, 22:20, par Bonaparte Naporeo Ahiri
Jew Iconoterer Nuk Nzinez Bos Ko Batanguriy Rimw Kand Bakoran Ari Batatu Big Fizz, Lolilo And Channella Bos Barabahanz Bakorer Hamw Arahubw Nibasubiz Hamw
16 Ndamukiza 2016, 08:08, par Black stone
Lol Arashoboye! Jewe Ndumuhanz Akomey Mukuririmbira Ishirahamwe"sosumo" Nkora Hipap,twihweje Mumigwi Yabahanz Lol Numwam,fiz Amey Yuk Igitugu Kirakura Ntigisumba Izos,kand Nda Mukubitiy Akagoh Arabe Nez Tuje Tumara ,Mumisi imbeba Izagukugwa Mukigega,kand Ameny Isazi Ikunda Mu????? Ikahakura Uruhumyi
6 Rusama 2016, 18:14, par clement
clement nuko bo subiza hamw ahubw b orirmb indrmb imw
8 Rusama 2016, 20:37, par SAMWELI
URUWAMBERE_LOLILO
11 Rusama 2016, 21:22, par Sabamahoro Eric
Twokumva Gute Iyondirimbo Ya Lolilo?
16 Rusama 2016, 21:47, par manirakiza christopha
nimumpe,izondirimbo,zishasha,zabo
2 Ruheshi 2016, 20:49, par Nkurunziza Faustin
Fizzo Nahore Kuko Lolilo Arakomeye
Nikomanda Fizzontazikoyarezwena Lolilo Fizzo Tekereza Loliloaragusumba
9 Ruheshi 2016, 15:38, par mutum mois
umv bg fizz mbon yuk yotz kuk yig shijw umuzk na génelal lolil
15 Ruheshi 2016, 19:59, par shady g
big fizzo ni 1 na roriro nawe nisawa ariko nibiyunge nkabose rimwe ok
25 Ruheshi 2016, 14:24, par Muhamedi
Ifoto
1er Mukakaro 2016, 14:40, par NIYOKWIZIGIRAGUILLAUME
FIZOARASHOBOYLOLILONATEKEREZE
1er Mukakaro 2016, 20:49, par MAYCOL SEDCO FROM MUSEIVI
SEDCO
3 Mukakaro 2016, 16:07, par Uruwanbere
Imiziki Itabona
10 Mukakaro 2016, 20:41, par Nahayo
bose bapfa ubukene..! ariko lolilo natekerez fizzo ni nimber one.
15 Mukakaro 2016, 14:37, par Vianney.Ngabiwenay
Shaka Indirimb Shasha.Z Bzs.N Fz.N.Stb
6 Myandagaro 2016, 05:24, par paul
ukobiri kose fizzo niyubahe lolilo kuko niwe yatumwe agera ahageze
6 Nyakanga 2016, 06:37, par 71129333
Niyambere Kandi Niyo Yatanguye Gusohoka
6 Nyakanga 2016, 16:22, par Irankunda J Berchimas
Oya Nakulove Niy Yatanguye Gusohoka
19 Nyakanga 2016, 12:49, par Nshimirimana steve
Yoo nibarabe ukuntubokwunvikana kobakora akazikamwe
11 Gitugutu 2016, 23:27, par Nsengiyumva jackson
Icono hanura abobarimvyi bacu nibumvikane basengerek’umugozumwe nakare abakera barayamaze bati!Ubugirigiri bugira babiri.
11 Gitugutu 2016, 23:34, par Jackson nsengiyumva
Iconohanura nibumvi kane basengere kumugoz’umwe nakare ngo ubugirigiri bugira babiri!!
6 Munyonyo 2016, 19:27, par YANDEKO
ABOBARIRIVYI.NIBUMVIKANE.CANKE BITUREA ABAHANZI,BABAHANURE.NTIBAFI.IGUFANKUBUNYEGERI
6 Munyonyo 2016, 20:56, par Sanadasingi Jung
Kimwe gusa Lolo niyubahe kuko ntangana na Mutama Fizzo.
6 Munyonyo 2016, 22:51, par EMILE
NONE KO ATAZO TWUMVA IZO NDIRIMBO
3 Kigarama 2016, 23:13, par SHABANI BUGAND
NIBUMVIKANE
12 Nzero 2017, 11:40, par BIENFIAT
NIKURUNGIKA UMUSANI AKOMEYE ABACHIRE HAMWE KUKO BOSE BARASHOBOY
19 Nzero 2017, 05:48, par Niyoyitungira
LOLILO KUNUNVISEKO URIKO URASOHORA AMAFIRIME TUZOYABONARYARI? MBEHOHO NIKUBERIKI IZUMAZEGUSOHORA,TUTAZIRORERA? NTIZIREKURIWEKWEREKANWA MUBURUNDI? MUNYISHUYE MWOBAMUKOZE
8 Ruhuhuma 2017, 12:58, par claude
nashaka kuronka indirimba ya big fizzo niko sawa
12 Ruhuhuma 2017, 22:37, par 68814423
Ko Mutampa Izo Ndirimbo
19 Ruhuhuma 2017, 22:22, par Ndize Lionaldo Alain-B
Twebwe Nkabakunzi Bumuziki Twipfuzako Umuziki W’uburundi Woterimbere,nk’americain Ndetse Nk’asie,
21 Ruhuhuma 2017, 14:14, par Zugar Ruyigi
Mii Hapa Najuwa Big Fizz Anajuwa Kucez Na Kwiba Sasa Lolil Nturiya Nwaciye Ukitanka Kurunka Aya.
17 Ntwarante 2017, 16:10, par Egide
Sha Bafuy Ubusa
2 Ndamukiza 2017, 17:39, par Hatangimana Fabrice
Ico Nohanura Abobenewacu Nuko Bokumvika Kukwaribamwe Ntibaze Baragiriranira Bif Bumvikane Nkuk Bumvikana Nakare Nayahandih Bimezuko Umuziki Wuburund Ntayuzoshika
23 Ndamukiza 2017, 10:30, par AJ
AJ
15 Rusama 2017, 19:47, par Yari Elrissa Batazira Sat_kay
Jew Kweri Numvivyobatobifpakukobosenibamw Kanditurabemera.Kandije Nashamuzindons Zosendazunve
20 Rusama 2017, 08:15, par Niyonkuru Cléophas
nashaka uturirimbo turyoshe twurukundo
27 Rusama 2017, 14:05, par gerome
mutuze kuba lollilo yarigishije ntibisigur katamuvaho uretse katanamwigishij ahubgo batangiyw bakorera hamw ntamuntu utarwa nalolilo arabizi koyahoze ari 1 arikubu nuwakabiri fizz arayoboye
25 Mukakaro 2017, 07:59, par issaac iradukunda
31 Mukakaro 2017, 01:05, par Ejide.
3 Rusama 2018, 10:29, par amisipro
Andika hano lolilo uruwambere
9 Munyonyo 2018, 11:08, par niyibitang shabani
jewe numva iyo ndirimbo irimwo ijwi rya bg fizo