Accueil > Amakuru > u Burundi > Isango ry’ibiganio bihuza Abarundi ryahindutse
Isango ry’ibiganio bihuza Abarundi ryahindutse
vendredi 29 Ndamukiza 2016, par
Ibiganiro vyari bitegekanijwe i Arusha muri Tanzaniya, hagati ya Reta y’Uburundi hamwe n’abatavuga rumwe nayo kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 2 Rusama 2016 vyungururijwe ku rindi rizomenyeshwa hanyuma.
Amakuru ava ku bugereye umuhuza Benjamin William Mkapa amenyesha ko isango ry’ivyo biganiro ryahindutse kubera ibikenewe vyose bitarashikwako, mu bijanye n’imibonano kugira ivyo biganiro bisubire gutangura.
Irindi sango ry’ivyo biganiro rigashobora kuzotangwa mu ndwi igira gatatu y’ukwezi kwa Rusama.
IGIHE
Messages
29 Ndamukiza 2016, 17:43, par Kaneza
Muta Nawe Nuko Utangiye
29 Ndamukiza 2016, 18:55, par KIRIJANA
ESE KO ABARUNDI BACIYE URUBANZA BAKITORERA IVYOBIGARO NIVYIKI ABACHAKA KUBEGEGWA NIBIHANGANE BAREKE GUTUBWOKO PITA INTABWEYATEYE IRAMAZI NIBAJEKURIMA BAZIKWAMA BAHEKUYE UBURUNDI NGONUKO ABAZUNGU BABA CHIGIKIYE BAZICUZA
29 Ndamukiza 2016, 19:03, par Fidèle Niy.
Irambire Mutama Turako Mudatamikwa Ijambo Na Bo Bazungu N.Abivugira Yamuhe Birirwa Basasi Inganda Ariko Boshaka Boreka Inkôna Ntiyaruzwa
29 Ndamukiza 2016, 19:14, par Richard
Birakunaniye!!
29 Ndamukiza 2016, 19:15, par Big Remix
Nukonyene Uzobahuza2020hashite.
29 Ndamukiza 2016, 19:18, par musa
CINARED nyakuri ibineyemo!!! gucikamo ka 2 kwa cinared bitumye byose biyangara. abazungu bari kubahenda gusa.
29 Ndamukiza 2016, 19:22, par MUYAHUDI
YESU NABAJIMBER MUZOYAG MUHUZA ABENEGIHUGU TWOYEKWAMA KUMBIGITA NKINTAMA ZIMBAGWA!
29 Ndamukiza 2016, 19:31, par Nene Nesta
Urumusazi
29 Ndamukiza 2016, 21:01, par mirongibirinabitanu.
Nibareke kumugora. Mut ama. Téléchargez-le
29 Ndamukiza 2016, 21:35, par Richard gitoko
Muta kudutey amakenga!
29 Ndamukiza 2016, 22:11, par maraso
ew hagiyemwo noneho virus,muta raba munyaruts amaraso aguma ari jejeje!
29 Ndamukiza 2016, 22:17, par Djake
Yemw Jew Uko Ndabibona Murivy Biganir Ntakizovamw,kber L’etat Burund
29 Ndamukiza 2016, 22:53, par mzoyihera intagoheka
Reka turindire izodwizibiri ninkumusumwe.
30 Ndamukiza 2016, 02:46, par tari
Nukuri iyongingo umuhuza yafashe ninziza kuko ibiganiro bitegerezwa kujamwo aberwa ningorane zuburundi Bose kudatumira cnared kwoba arukwihenda cane kuko batayitumiye intambara yorarara isutamye uwo musi nyene kuko iyo ninkayo reta yemewe namakungu abarundi dufise ninayo igomba kurongora abatavuga rumwe nareta Bose murivyo biganiro ikindi umuhuza akwikwitwararika kutibagira gutumira imirwi yose yafashe ibirwanisho hamwe numurwi wabasirikare washatse guhagararira amasezerano yarusha nibwirizwa Shingiro 13/5/15 mukutibagira gushira agahato kumurwi wa nkurunziza ngurekure bitatevye bamwe murabo basirikare bapfunzwe kugira bitegurire kuja mubiganiro no gusaba umurwi wankurunziza guhagarika bidatevye ibintu bariko baragira mugihugu vyinkinamico Ngo nibiganiro hamwe nakagaguma Ngo nukwibuka abahutu bapfuye 72 ivyovyose nugushaka kudyanisha abarundi no kubasamaza Ngo bakunde bibagirwe icateye indyane ziri mugihugu urworukundo akunda abahutu atarubakunze mumyaka cumi yamaze atwara narwizigamire
30 Ndamukiza 2016, 08:13, par rwasa
Ntakuganira na CNARD Kuko nabicanyi
30 Ndamukiza 2016, 10:48, par Sinaïpeur556 F D N
Ivyo Katari Kavuga Nuburofa , Ntantambara Twiteze Ya Cnald , Cnald Ishoboye Kwica Abanyagihugu Ibanyuruje Nogutera Amagrenade Mubenegihugu Nokuza Irica Umusoda Agenda Arumwe Byangwa Babiri , Basirikare Ntwazangabo Muhindure Twivune Cnald Mukugenda Mushika Section De Militaire . Maze Cnald Ibuzwe Kuja Mubiganiro , Nibagire Ibiganiro Vyabo Kuko Baguma Barimudukino Twamatora
30 Ndamukiza 2016, 11:31, par ama
nawe urikuritwengera gwabarundibaheremumwitwengera biravugwakonkurunziza uburozakoreshayabukuyehiyo
30 Ndamukiza 2016, 12:19, par gwasa
tari umwa ndakubwire ntamuntu agisoma ivyowandika kurubuga kuko babanza kuraba izina ryuwanditse basanze ari tari baca basimba, ikebuke kuko ntananyumbakumi uzabona
30 Ndamukiza 2016, 14:07, par John
Iconibaza Icabarundi Twasavye Imana Koyodukurako Ababanyamahanga Bateranya Abarundi Bakabaheoa Ngobahunge Igiritwishure
30 Ndamukiza 2016, 16:51, par Mandera. Com
Barundibenewacu Ndabinginze Vyosemubivemwo.Twiyegereze Uwuhoraho.Twemeretwicwe Imana Aho Izoshakira Izotubohora Ayamarushwatugowe Nkajewe Nciye Nihebura Icombona Gisigaye Nuko Twiyegereza Imana Ntakindi Izindwi Zitatu Atamusi Tuticwa Nuwomuhuza Atweretse Kwatinya Nkurunziza. Emwe Mwemere Duhone Canke Duhunge Twese Tugwe Mugahinga Imana Niyumvimbabazi Izomudukiza.Muze Dukore Amasengesho Imana Idukureko Zasatani.
30 Ndamukiza 2016, 21:10, par ngowenubusa
Abaja bose biyumvira kumwe
30 Ndamukiza 2016, 22:08, par niyonkuru desire
Icombona bazoguma bunguruza mpaka 2020! None habuze iki?ivyo nukwiteza utunyoni na mkapa niyerekane ubushingantahe abitanguze kuko agumye arindira reta ko yemera date,ntibizopfa bitanguy
30 Ndamukiza 2016, 23:18, par fils jean de Dieu
Ese none ntimubona umuti?
Eeee barabona ko atanzu iriko isha garuka mugihugu canyu
1er Rusama 2016, 02:27, par Museveni
Jegusoma mubaroma 13 nihomuzosanga icomwokora
1er Rusama 2016, 05:56, par mugabo
nyangoma we ubu yatekereje.reka turabe abamusubiriye ico badukorana.reta mfatakibanza yo nibateshwe,ni barindire 2020.
1er Rusama 2016, 19:32, par JUSTE
RETA NIGANIRE NA CENARED BAHUZE NIHO TWOKWIRONKERA AMAHORO
2 Rusama 2016, 21:55, par Gelase
uhoraho yaremye abarundi nabe ariw abatorera umuti kk ntawund yobishobora!
5 Rusama 2016, 19:44, par abraham sikobizohora
imina idufashe kuko jye binteye amakenga mbe nikuki aguma y’unguruza isango n’ubwoba canke? tuzoba turaraba iherezo ryavyo.
5 Rusama 2016, 20:07
Ivyako Zwe Mumi gomuko