Accueil > Amakuru > u Burundi > Jacob ZUMA arongoye umurwi w’abakuru b’ibihugu bitezwe i Bujumbura kuri uwu (...)
Jacob ZUMA arongoye umurwi w’abakuru b’ibihugu bitezwe i Bujumbura kuri uwu wa kane
mardi 23 Ruhuhuma 2016, par
Intumwa z’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika zirongowe n’umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo Jacob ZUMA zitezwe i Bujumbura kuri uwu wa kane mu rugendo rw’iminsi ibiri.
Nk’uko vyamenyeshejwe na Jacob ZUMA ubwiwe, uwo murwi w’abakuru b’ibihugu uzoba uje gutanguza ibiganiro bihuza abarundi kandi bidakumira vyari bisa n’ivyahagaze.
- Jacob Zuma, umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo
Mu gikorwa c’ukurongora uwo murwi w’abakuru b’ibihugu n’ama Reta batanu bagiye kugendera Uburundi, umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo Jacob ZUMA yagenwe na Idriss Déby Itno umukuru w’igihugu wa Tchad, akaba ari nawe aramutswa ishirahamwe ry’umuryango w’ubumwe bwa Afrika.
Izo ntumwa zigizwe n’abakuru b’ibihugu bahagarariye uturere dutanu twa Afrika, abo nabo akaba ari umukuru w’igihugu wa Mauritania Mohamed Ould Abdel Aziz azoba aserukiye akarere ka Afurika ya ruguru
Umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo Jacob Zuma, azoba aserukiye akarere k’amajyepfo ya Afrika
Umukuru w’igihugu wa Senegal Macky Sall, azoba aserukiye akarere ka Afrika y’uburengero
Umukuru w’igihugu wa Gabon Ali Bongo Ondimba azoba aserukiye akarere ka Afrika yo hagati
Umushikiranganji wa mbere wa Ethiopia Hailemariam Desalegn, azoba aserukiye akarere ka Afrika y’ubuseruko.
IGIHE
Messages
23 Ruhuhuma 2016, 21:25
IJAMBO RY IMANA RIVUGA RITI,MUMISI YIHEREZO,HAZOBA INTAMBARA ,IBIHUHA VY INTAMBARA,IHANGA RIZORA IRINDI,KU BERIKI MWIRUKA NIVYA PORITIKE GUSA,AHO KWIHANA,SOMA,ITANGURIRO,2_2_4
23 Ruhuhuma 2016, 21:29
ICOMBONA.TWARI DUKWIYE,KWIHANA.SOMA.KUVAYO,20_8
23 Ruhuhuma 2016, 21:34, par CLAVER
TWIHANE,MBONA ARICO GISIGAYE
24 Ruhuhuma 2016, 01:13, par FELIX MUHIRE
Hewe #####, Ayo masomo yanyu kw’atajanye na politike y’Uburundi? Nayasomye neza, nasanze aduhanura kuruhuka isabato. Ariko bivana n’ukuntu wewe ubibona, kandi wakoze.
24 Ruhuhuma 2016, 03:04, par ernest
Nkurunziza agiye kwipanga abategurire ibinyoma azobakiriza muzikangura musanga icabazanye mwacibagiye nkuko vyaraye bibaye kuri bani kimuni ahoyashikiye kurwa mumutego wiwe bikanamwibagiza gukora icari camuzanye nkurunziza nakarwi kiwe biragaragara kwatabiganiro bashaka kuko nubu bagihagaze kukuganira nabo bitoreye ivyonavyo bikaba bidashoboka
24 Ruhuhuma 2016, 03:10, par deo
BIRAKENEWE TUBAHAYE IKAZE
24 Ruhuhuma 2016, 07:52, par Eric Buhema
Tubahayikaze RekaTurindire Turabe Ko Harikizohinduka
24 Ruhuhuma 2016, 08:15, par zabulon-mbirizi
karibu batama mwirabire ingene mu burundi dufatanye mu nda hama kizigenza wacu azobereke abo bazungu bishinga bumviriza amabwire batatuzi ukuntu tubany neza?ariko niyo borasa hejuru,mutama wacu twitoreye ntituzomuheba niyo abo bazungu bosara
24 Ruhuhuma 2016, 09:14, par Me
Ubu yamaze guhamagara cakindayimoni ciwe bazoshika kukibuga cindege cabategeye, ariko azohinyuka tu.
24 Ruhuhuma 2016, 09:34, par cuma
nibaze.ivyiyarushanibobaz’ingenevyagenze,uyumwuzowababategetsi,babakurubibihugu,bakurakuranwa. atagivamwomuce,mugurishigihugu.umwumwe.aronkegwiwe
24 Ruhuhuma 2016, 09:43, par Lepnard
Hhhhhhhh.
Kadafi mbere yuko yicwa nawe yasuwe nabakuru bibihigu
24 Ruhuhuma 2016, 10:58, par Nkoreriman
Baje Bikwiy Kuk Uburund Busigay Buduterubwob Karib
24 Ruhuhuma 2016, 13:13
NAMA NDABIVUGA URUKIZA RW’UBURUNDI RUZOVA KUBARUNDI ABARUNDI B’UMUTIMA TUDAHAGURUKIYE ICARIMWE NGO TWIGWANEKO TUBUZE ICO KIMWENYI KUTWICA KAMWE KAMWE,TUTABIKOZE UKO NGO TWIZEYE AMAKUNGU,MURISHIKANA KIBAKOZE ICO KIGOMBA, MUGABO JEWE MUBISHIKANA SINDIMWO HAKO NOKWISHIKANA KWUYO MUGOME NOPFUMA NISHIKANA KWA SHETANI,IGIPFAPFA NACO CAVUZE NGO NA 2020 BIBIHWEBA BIZOKWONGERA ICO KIMWENYI,KUROTA KUMURANGO KABA AR’AGASEMA
24 Ruhuhuma 2016, 13:15, par Iribuka
NAMA NDABIVUGA URUKIZA RW’UBURUNDI RUZOVA KUBARUNDI ABARUNDI B’UMUTIMA TUDAHAGURUKIYE ICARIMWE NGO TWIGWANEKO TUBUZE ICO KIMWENYI KUTWICA KAMWE KAMWE,TUTABIKOZE UKO NGO TWIZEYE AMAKUNGU,MURISHIKANA KIBAKOZE ICO KIGOMBA, MUGABO JEWE MUBISHIKANA SINDIMWO HAKO NOKWISHIKANA KWUYO MUGOME NOPFUMA NISHIKANA KWA SHETANI,IGIPFAPFA NACO CAVUZE NGO NA 2020 BIBIHWEBA BIZOKWONGERA ICO KIMWENYI,KUROTA KUMURANGO KABA AR’AGASEMA
24 Ruhuhuma 2016, 13:16, par Iribuka
NAMA NDABIVUGA URUKIZA RW’UBURUNDI RUZOVA KUBARUNDI ABARUNDI B’UMUTIMA TUDAHAGURUKIYE ICARIMWE NGO TWIGWANEKO TUBUZE ICO KIMWENYI KUTWICA KAMWE KAMWE,TUTABIKOZE UKO NGO TWIZEYE AMAKUNGU,MURISHIKANA KIBAKOZE ICO KIGOMBA, MUGABO JEWE MUBISHIKANA SINDIMWO HAKO NOKWISHIKANA KWUYO MUGOME NOPFUMA NISHIKANA KWA SHETANI,IGIPFAPFA NACO CAVUZE NGO NA 2020 BIBIHWEBA BIZOKWONGERA ICO KIMWENYI,KUROTA KUMURANGO KABA AR’AGASEMA
24 Ruhuhuma 2016, 16:37, par Bakari
@######
"IJAMBO RY IMANA RIVUGA RITI,MUMISI YIHEREZO,HAZOBA INTAMBARA ,IBIHUHA VY INTAMBARA,IHANGA RIZORA IRINDI,KU BERIKI MWIRUKA NIVYA PORITIKE GUSA,AHO KWIHANA,SOMA,ITANGURIRO,2_2_4"
Wewe umenga uracari mu mwijima! Jijuka harageze!
Bamwe basoma igokorowani, abandi igitabu ca Yehova, abandi igitabu ca Buddha; abandi bagasoma urukanywa! None wewe ko mumenga ivyo vyose vyaragutaye ku w’amazi?
24 Ruhuhuma 2016, 20:27, par Jerome
Urworugendo Ruzoburwamahoro Twebwe Abanyagihugu Dushaka Amahoro
25 Ruhuhuma 2016, 01:08, par Niyungeko
Nimba.Nyakubawa.Umukuruwacu.Atitorewenabene.Gihugu!Noneabomvamahanga,barondera.iki,nibareke,kutusubizamukaga.
25 Ruhuhuma 2016, 14:39, par Didas Ruvahafi
Uburundi Bwo Bwaragowe Ko Président Wa Afrika Y’epho Atwaye Ibihe Bingana Iki? Ahubwo Program Niy’ Imana Yo Mwijuru Ntarukiza Tuziga Mubanu
25 Ruhuhuma 2016, 21:58, par bunyoni
Alain guillaume
25 Ruhuhuma 2016, 22:53, par bikorabago
ubworero bashatse kugira Jacob zuma nkuko baribaragize Nelson Mandela bamwiriza mumatiku yinyugu zabarundi, ubundi bagarame mumakungu mumiduga, abarundi bibwiyeko aribobazibwenge bonyine
26 Ruhuhuma 2016, 09:00, par Mbonabihita
Harya DD ko uhora urenganya Kagame, nejo muzongera mumutuke, abo ba Nyakubahwa bose baba baje muri pique nique?
26 Ruhuhuma 2016, 09:44, par BEFAO
zuma iwe byamunaniye ngu BURUNDI? nkururunziza jye nkugendere inama ya kigabo Egura ataribyo utapata cyamutemakuni, ese ubu urugo rwawe rurihe? asiye funzwa na wazazi afundishwa na DUNIA
26 Ruhuhuma 2016, 12:08, par côme
intwaro zacu muri afrika ni zimwe. uravye neza nta muperezida n umwe yoh uwund icirwa kuri demokarasi canke ku ntwaro iberey ni bareke kwitemberez i bujumbura, dukore nk uko tuvyiyumvamwo, na bone ni ko bari.
26 Ruhuhuma 2016, 12:10, par côme
intwaro zacu muri afrika ni zimwe. uravye neza nta muperezida n umwe yoh uwund icirwa kuri demokarasi canke ku ntwaro iberey ni bareke kwitemberez i bujumbura, dukore nk uko tuvyiyumvamwo, na bone ni ko bari.
26 Ruhuhuma 2016, 12:24, par Côme
abo bôbô,iyaba prezida wa ghana n uwa tanzanzaniya. nah’abo nta cigwa boduha kuri bonne gouvernance/démocratie,ivy abo ntibitandukanye cane n ivyacu
27 Ruhuhuma 2016, 20:38, par KABINIKA
ABATAVUGARUMWE NAKURUNZIZA NTIBABONA KUREKWIRI NONO MUSEVENI YOBAFASHA IKI KANDI NAWEYUMIYEKUGIHUGU