IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Jean BIGIRIMANA akorera ikinyamakuru IWACU yahagaritswe n’igendereza

Jean BIGIRIMANA akorera ikinyamakuru IWACU yahagaritswe n’igendereza

lundi 25 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Jean BIGIRIMANA, umumenyeshamakuru yahora akorera insamirizi REMA FM, akaba yari asigaye akorera ikinyamakuru IWACU, yahagaritswe ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2016 yafashwe n’abakozi b’igendereza.

Jean Bigirimana yavuye muhira nk’igihe c’isaha umunani agiye i Bugarama mu ntara ya Muramvya, mu nyuma umuryango wiwe ukaba yahavuye umenya ko yatawe muri yompi, ariko ntiwamenye ikibanza apfungiwemwo, hamwe n’ico yafatiwe.

JPEG - 128 ko
Jean BIGIRIMANA akorera ikinyamakuru IWACU yahagaritswe n’igendereza

Amakuru ataremezwa avuga ko yoba ariko azira ingendo yagize mu gihugu c’Urwanda, hamwe n’amakuru yakoze ku buzima bw’abamenyeshamakuru bari mu buhungiro mu gihugu c’Urwanda.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.