Accueil > Amakuru > u Burundi > Jean Claude Karerwa: ’’Reta ntiyiteguye kwakira abasirikare ba (...)
Jean Claude Karerwa: ’’Reta ntiyiteguye kwakira abasirikare ba UA’’
lundi 21 Kigarama 2015
Icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Jean Claude Karerwa Ndenzako amenyesha ko Reta y’Uburundi itazokwemera ko abasirikare 5000 b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika binjira ku butaka bw’Uburundi.
Jean Claude Karerwa yabwiye itororokanirizo ry’amakuru ry’abafaransa AFP kuri uno w’Imana igenekerezo rya 20 Kigarama 2015 ko mu gihe abo basirikare boza mu gihugu ata ruhusha rwa Reta bafise bofatwa nk’abaje gufata no gutera igihugu kandi ko Reta izoca igira ico ikoze ikemera n’ingaruka.
Yavuze ko Uburundi butiteguriye kwakira abo basirikare bahurikiye muri MAPROBU ku butaka bw’igihugu.
Icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu yavuze ko ku ruhande rw’abategetsi b’Uburundi ingingo y’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika idashobora kuja mu ngiro mu gihe inama y’Umutekano ya ONU itoshigikira uwo mugambi.
Mwomenya ko hamwe abo basirikare bo mu rwego rwa MAPROBA (Mission africaine de prévention et de protection au Burundi) boza mu Burundi bafise ikiringo c’ameze atandati yisubiriza.
Van Naris Mugisha
Messages
21 Kigarama 2015, 10:28, par kamaro
nibaza kunguvu tuzobivuna twivuyinyuma...
21 Kigarama 2015, 11:36, par biboniMANA Eseau fils
mbe?bazagukori muburundi kurwanya reta?ntabarwanyi bahari ingab zuburundizaniw?batumwekonand
21 Kigarama 2015, 13:51, par INTAGOHEKA
NIMUREME IMANISUMBINGABO ABARUNDI BUMUTIMA TUZOKIGWANIRA NTAMUSIRIKARE NVAMAKUNGU AZODUTERANINTAMBWE ABARUNDI TWESE DUTANDUKANYE TUZONESHWA DUFATANYE MUNDA TUZOTSINDWA,MUZE RERO TWITEGURIRE KWIVUNA ABANYAMAHANGA BAGOMBA KUDUSUBIZA MUBUKORONI BWABAZUNGU
21 Kigarama 2015, 14:30, par turarushe
Nibaz turabanyotewe
21 Kigarama 2015, 14:54, par mbazumutima jerome
Birababaje kuko amashirahamwe mpuzamakungu asigaye amaze nkimiryango yabantu ,isi irashajepe ! Numuntu ntiwomwinjirana atabizi ngomubamahoro .bikenewe twogarukana ingabozacu zirigufashahanze kukozirengizoborungika ,ingabo siwomuti barekekwirengagiza ikibazo ukokiri kukwejo kiviburundi jijahandi .nonenicakwira Africa Ho ingabozizovahe! Uburundi nigihugu cigenga nibicamategeko agengibihugu ya UN isirahenuka ntakabuza .UN na UA bibereyeho kwicamategeko ! ?

21 Kigarama 2015, 15:50, par K
Babarungike Ethiopia nambarugushaka kujagutabara.
21 Kigarama 2015, 20:55, par arhtur
ab bategesti batinya ik ? nibareke abo basirikare baze kuk ibintu mu burundi vyayangaye.
21 Kigarama 2015, 22:28, par Irumva Alinea
Mbaga mwebwe ntimusonera nabashitsi!Kamaro we uvuze ngo nibaza muzobivuna!Mwaramenyereye kwica murabakorako ngabo!
21 Kigarama 2015, 22:31, par Irumva Alinea
Nibaza ko boza kuraba!
22 Kigarama 2015, 07:32, par bernard
Emwe. bacobo mwe !!!!!!!!! aho umworo yanikiye ntibwuma. noneko reta. yuburundi. yiyamiriza. yivuye inyumako. ko idashaka iZonteko nvamakungu. hamwe mwobarungika. kunguvu ,reta yuburundi. ikiguna nkuko iguma. ibivuga. none mukurikije. amategeko. ntavogegwa yibihugu ni inde azoba. afise. ikosa? reta. yuburundi? canke ababinjije. kungu? biragoye kweri.
mbe hoho indege zizobazana. zizogwa kukibuga. ikihe? cibujumbura? konzi gicungerewe. na reta. yuburundi. canke kizoba cafashwe sindabizi.
mbehoho. bazobahehe?
ibujumbura kandi reta ivugako izoba itewe yivune. kandi iteko. yemere ningaruka. zizokurikira. inyuma yokwivuna? biragoye. pe. ivyiburundi.
uwuhagarikiwe. nintare, ingwe canke intamwe. aravoma.
akabigirakabizi. karya. imboga. karitse, reta. yuburundi. irazi. ico iriko. iravuga , iraziko. itariyonyene ikimbabaza gusa nuko. aho impfizi zibiri zivugutaniye. ubwatsi. nibwo buhasigara.
iyingingo yokwijiza izontwaramiheto nvakungu muburundi. kunguvu ishobora kuba imbarutso yintabara ikomeye. muburundi. intambara. izotandukira ibihuguvyishi cane.
impene utayigaruye ikirihafi, I maze kwambuka. imirambi
uriruka kandi ukabira nkayo
murakoze
22 Kigarama 2015, 07:34, par bernard

22 Kigarama 2015, 11:35, par tantine
uragenda wivune maze winjize amarira namaganya mu nzu utuyemwo,ufise ingufu zo kurwanya inteko?aho wasanga utazi nuko inkoho bayifata
22 Kigarama 2015, 15:17, par Ciza
Birantanganje?Baca Umugani Bati Ibuy Riseruts Ntirib Ricishe Isuka.Ahumbo Reta Niduhe Inyigisho Tugwanye Izo Nteko Kuk Simbon Ico Zishak.Ham Abahunz Imana Niyo Nkuru Kubahunze Atakabi Bakoz Nabahunze Ibihuh Nabahenzwe Bakagira Ibirira Imana Irababona
22 Kigarama 2015, 18:42, par MANISUMBINGABO Rénovat
NIBAZA KOBOZA KUGARUKIRA UBURUNDI