IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kamenge : Ahakorera VOLCANO haturiwe

Kamenge : Ahakorera VOLCANO haturiwe

vendredi 9 Gitugutu 2015, par egide

Ibiro vy’ahakorera ishirahamwe ryunguruza abantu VOLCANO mu Kamenge hatewe n’umuriro atawuramenya neza ico wavuyeko. Ibiro vy’iryo shirahamwe vyahiye, hamwe n’intebe n’ibipapuro vyari biri hanze.

Mu gatondo ko kuri uwu gatanu, abiyunguruza hamwe n’abandi banyagihugu basanzwe bakorera mu kibanza kirimwo ibiro vya VOLCANO mu Kamenge ntibemerewe kwinjira muri ico kibanza. Abaporisi bakaba bari benshi bahugarije.

Amakuru y’ico iyo mpanuka y’umuriro waturiye ahakorera VOLCANO mu KAMENGE akaba ataramenyekana neza, mu giporisi bakavuga ko bagitohoza.


IGIHE

Messages

  • Quelle stupidité? Vous vous en prenez aux rwandais et àleurs entreprises en oubliant que c’est un peuple qui nous ressemble dans la joie comme le malheur.
    Moi qui connais la compagnie et son initiateur, je puis vous dire qu’il a énormément contribué àla lutte contre le chômage en donnant du trvail àses anciens amis de classe au primaire comme au secondaire. Ce pouvoir se détruit de soi-même s’il continue àcréer des frustrations au pays. Imaginez ceux vont devenir chômeurs si Volcano cesser de fonctionner au Burundi. Je suis sociologue de formation et permettez-moi de te dire que une des questions fondamentale que Karl Max se posait pour justifier la guerre était celle de s’imaginer pourquoi le chômage, pourquoi les frustrations avec comme question ’’Qui reçoit quoi pour être avec moi’’
    Eviter la guerre car laguerre détruit la vie. Cédez même le pouvoir au cas où votre législature engendrerait la destructions de la vie humaine.

    C’est par humiliation/simplicité/abnégation/obéissance qu’on peut arriver àl’élevation

  • mana niwibke uburundi turaremvy!!

  • Le ridicule ne tue pas! Vous incendiez et vous dites "amatohoza." Quelle idiotie que de s’en prendre aux entrepreneurs qui participent au désenclavement de ce petit pays de malheur! Cette compagnie paie des taxes deja extrêmement réduites . On ne comprendra jamais comment des actes de ce genre se sont approprié l’espace cervicale de ces "décideurs."

  • Le ridicule ne tue pas! Vous incendiez et vous dites "amatohoza." Quelle idiotie que de s’en prendre aux entrepreneurs qui participent au désenclavement de ce petit pays de malheur! Cette compagnie paie des taxes deja extrêmement réduites . On ne comprendra jamais comment des actes de ce genre se sont approprié l’espace cervicale de ces "décideurs."

  • mbega ni volcano yahiye gusa irya bar chez bonauto ataco yakuyeyo ko ataco mwabivuzeko

  • Ewe Pita Urambabje Nne Wewe Ugmba Iki?Kurwanda Nuburundi?Turi Bamwe Ntzodushbora,

  • unva ndababwire ubutegetse burashe jewe nosaba reta yu rwanda kwihangana guko biraboneka neza ko vyababuriye uravye namajambo bavuga nivyo bakora mumezi atarenga atatu bazoba batagishoboye guhemba abakozi nibemere ntawunesha abanyagihugu namakungu ntibibaho kwisi muntu wese woba utarabona kwizira bariko barafata
    idashika arambabaza.

  • BAGAZA mukugenda yiteranije kubantu bose abihebeyimana, amakungu yose , yikurako abantu bose sauf abari bamushigikiye mumafuti yiwe none hari icabujije ko ahera inyuma yigihugu ikibarirwa nicumva icerekwa nikibona wait and see!

  • mbe volcano niyo yahugabanij amahoro mu burundi???turitejisoni nubuhimbiri pee.mana garukiru burundi

  • Leta y abagizi ba nabi gusa mwibaza ko abo bakora ivyo Volcano ntiyohomba ahubwo akenesheje abanyagihugu bayikoramwo . ibi bintu bikorerwa abantu bikorwa n amasema ubuyobozi buriko buriseme.

  • Birababaje ko politique y’umuntu yanke y’akarwi kanaka iba iy’uguguturira , kwica , kutoteza agateka ka zina muntu, kwiba ,n’ayandi mabi menshi ntarinze kudodandugura. Mbega uwo mugabo Peter yipfuza iki au juste? kutumara ? ohhhhh!!! Arambaye ibara kuko igihugu si icana azosenyagurwa nk’uko ariko abigirira abandi ndakurahiye!!!!

  • MBEGA IKIRINGO CIMYAKU NAMBA BIZORAMA IMYAKA 5IZOHERA TUGEZEHE?

  • hhhhhhuuuuuu sindabona amapozompo kweli kimya tu mushake mwimene umutwe na ambassade muturire kimya tu amakungu areba kimya tu ariko burya page za justification ziri gukwira aho mwigira abanyabwenge ingorane zanyu abantuu mwamaze uko mwishakiye rwanda kimya, mzuungu kimya page ntizirakwira baba impamvu abandi bati musome

  • hhhhhhuuuuuu sindabona amapozompo kweli kimya tu mushake mwimene umutwe na ambassade muturire kimya tu amakungu areba kimya tu ariko burya page za justification ziri gukwira aho mwigira abanyabwenge ingorane zanyu abantuu mwamaze uko mwishakiye rwanda kimya, mzuungu kimya page ntizirakwira baba impamvu abandi bati musome

  • hhhhhhuuuuuu sindabona amapozompo kweli kimya tu mushake mwimene umutwe na ambassade muturire kimya tu amakungu areba kimya tu ariko burya page za justification ziri gukwira aho mwigira abanyabwenge ingorane zanyu abantuu mwamaze uko mwishakiye rwanda kimya, mzuungu kimya page ntizirakwira baba impamvu abandi bati musome

  • @KO
    Peter muramugaya ariko raba ivyo wandika,urasara.

  • Mbega peter harya ngo Umugore Denise mbega imana yamweretse ikiringo cagatatu cumugabo nibara kuburundi na bakija inyuma yumugabo,reka ndabibutse peter subwanone akora amahano yokwica inzirakaregane yigize gusaba ikigongwe ngo yishe umwana wuruhija amukereye ijonsi kuko arumututsi bakirimwishamba mbega mwibwirako amaraso aseseka arico bimubwiye igisigaye nabanyagihugu kumenyako tabutegetsi mumfise

  • EREGA NTAKUNTU IGIHUGU CYAGIRA UMUYOBOZI NKA FIDELITE WIKIGORYI KILIRWA CYANISTE IBYINYO . NGO UZAVUGE NGO AMAHORO NAYAVUBA . USIBYE KO MBONA ALI UGITA UMUTWE NABO BYARABAYOBEYE.

  • Aho haturiwe n’inkotanyi...ntakundi nibo barimo kwihekura
    Ngo barwanya Nkurunziza. Imana yavuze ko bazahinduka ivu. Bahereye mugutwika abahutu n’imipine muri manifestation none umuvumo warabakurikiranye bageze kugutwika amazu. Ubutaha bazitwika abo bene Gahini.

  • Mwa bategetsi mwe ni mwirinde les responsabilites negatives et historiques kuko ivyo bintu muriko muragira bizogira ingaruka mbi ku babakomokako no ku gihugu nyene.

    Ubwa kabiri mwokwirinda la xenophobie nta na hamwe yubatse igihugu.

    Joseph Nzinahora!

  • Ivyo birababaje nyene ark igiporisi gitohoze neza

  • @liLi. Politique y’abarundi mwayiretse mugakina iy’iwanyu. None ubona u Rwanda arirwo rutegekwa neza wa gashwi we. None se iriya Nkoramaraso izisumbya intambwe(kagame) usibye igitugu na politique ye ya-Konabahutu ubona ari bangahe bamwiyumvamo wa gashwi k’agapfapfa we!! Niba wiyita umututsi ntubundusha gusa njye namaze kumenya ukuri.

  • @Nice
    Akazi kahari ni kenshi nta mwanya wo gutohoza ivyaturiwe n’inkotanyi

    @liLi isonere nta ndero ugira uri mayibobo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.