IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kayanza:Sentare yasubiriye gusasa mu rubanza rwa bayoboke ba (...)

Kayanza:Sentare yasubiriye gusasa mu rubanza rwa bayoboke ba Zebiya

lundi 15 Ndamukiza 2013

Abayoboke ba wa mwigeme Zebiya Ngendakumana hafi 200 bahagaritswe n’igipolisi kuri uyi wa 12 Ndamukiza 2013 bagiye gusenga i Businde,baciye bajanwa mu butungane aho mu kayanza,inyuma y’icegeranyo camaze amasaha 5.

Abarenga ijana baciriwe urubanza rwo gupfungwa hagati y’amezi 6 n’imyaka 3,n’ihadabu riva ku 10.000 gushika ku 100.000 vy’amafaranga y’amarundi.
N’irya kabiri iyo sentare nyene iciriye urubanza abo bayoboke mu kiringo c’amezi 2.

Ubutungane bwagiriza abo baja I Businde ko bahonyanga amategeko y’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,mukuja mukibanza cahagaritswe,ariko abo bayoboke ba Zebiya si uko bavyumva kuko abajayo bafata ico kibanza nka ceranda


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.