Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo : Hibonekeza abava i Bujumbura bahungira mu Rwanda
Kirundo : Hibonekeza abava i Bujumbura bahungira mu Rwanda
dimanche 26 Ndamukiza 2015
Abahungira mu gihugu c’Urwanda biyongereyeko incuro zitatu, kuva kuri uyu wa gatanu w’iy’indwi.
Abo barundi baguma bahunga bakavuga ko batinya ibiringo vya Petero Nkurunziza. Abo barundi batanguye guhungira mu gihugu c’Urwanda kuva mu kwezi kwa Ntwarante, abo bahunga bavuga ko batinya ibirwanisho vyahawe urwaruka rw’Imbonerakure, ikarashish rikorwa n’urwo rwaruka rutera ubwoba abanyagihugu, bavuga ko bazobamesa, bazobakeba, bazobashiririza, n’ibindi.
Uretse ko abahunga ku bwinshi bari abo mu Buraruko, ubu mu Burere butandukanye bw’igihugu abahunga bakaba bibonekeza. Aha tukaba twobamenyesha nk’intara ya Makamba mu Bumanuko, Cibitoke n’ahandi. Abava mu gisagara ca Bujumbura, ku va kuri uyu wa gatanu, bakaba bibonekeje ku bwinshi baca mu Kirundo, kugira binjire mu gihugu c’Urwanda. Abahunga cane, bikaba vyaboneka ko ari abagore hamwe n’abana.
Aristide Nizigire
Messages
26 Ndamukiza 2015, 10:29, par Filbert
Haa Biyongeye Bakiriko Mbega Iyo Comp Yomurwanda Izo Dukwira? Erega Iyinintango.
26 Ndamukiza 2015, 17:35, par gerard manirakiza
nukur reta itegerezwakwiyamiriz ikiring cagatat cumukur wigihuh yob ikenuy gos.
26 Ndamukiza 2015, 20:45, par g
uwomugabo narekure rwose atariyaba nka kadafi
27 Ndamukiza 2015, 00:58, par BR
Hari ikintu kimwe abarundi batazi bamwe bamwe uyundi niwe yavuze ngo utuma Umuhutu amutuma kure none ivyo bijuju vyabahutu
Nimpamvu nki zituma baja muma Barbara bohejwe nabatutsi mugihe ababo bariko bata igihugu bahungira mugwanda!!!abahutummukwiye kuba maso apana kwama muri musi yibirenge vyabo batutsi ikindi naco mumenye ko abanyu muriko muraburira muriyo myiyerekano atakamaro nakamwe mwebwe nkabanyagihugu bizobagirira bivanye Niko mwabaye ibikoresho vyabo gusa.Bobo naho mwopfa mwese nta wiwabo arimwo. Mukwiye gukanura
27 Ndamukiza 2015, 20:52, par kezarogin
duhunze tukiriko.namarirya icuka kibi kigumakivyuka.
28 Ndamukiza 2015, 01:05, par ndizeye
Igihugu dicumuntumwe igihugu nicabose nimugezaho nabandibaryeho murananiwe nimuteshwe mute mwishebeshi kanfi muzobibazwa.
28 Ndamukiza 2015, 13:38, par Bene
Iyi site IGIHE itangiye gukora amakosa. Isigaye itambutsa ibitutsi na idéologie ethniste muli commentaires ziyi SITE. Muli contexte actuel yi Burundi très explosif, ntabwo IGIHE yali gutambutsa iyi nyandiko ya BR.
6 Rusama 2016, 21:15, par ERIC
NUKURI NIBAGARUKE,HARI AMAHORO