Accueil > Amakuru > u Burundi > Leonard Nyangoma: "Kurahira kw’umukuru w’igihugu gusa no gutanga (...)
Leonard Nyangoma: "Kurahira kw’umukuru w’igihugu gusa no gutanga imihoho"
jeudi 20 Myandagaro 2015
Leonard Nyangoma, aherutse gutorwa ngo arongore urunani CNARED, avuga ko kurahira kumukuru w’igihugu Petero Nkurunziza imbere y’igenekerezo rya 26 Myandagaro 2015 bisa n’uko yatanze imihoho.
Kubwa Leonard Nyangoma , Petero Nkurunziza akwiye kwumviriza abo batavuga rumwe kugira bumvikane uko yova ku butegetsi.
Leonard Nyangoma avuga ko kuva kw’igenekerezo rya 26 Myandagaro 2015,bagiye gushinga inzego nfatakibanza bagategura amatora.
Mu gihe Reta itemeye kugirana ibiganiro n’urwo runani, Leonard Nyangoma avuga ko bazobigira ukwabo bakabandanya kwiyamiriza iyo Reta.
Ntiyasiguye ariko uburyo bazokoresha mu kurwanya Reta mu gihe itemeye ko baganira.
Van Naris Mugisha
Messages
20 Myandagaro 2015, 21:56, par Zabulon
Bwana léonard ntaco ut’umwanya ayo matora uvuga,kutaje kwipima ngurabe abenegihugu bakwemera.Igiti ntikigukora mujisho kabiri,uhemuka ahemuka kare.
20 Myandagaro 2015, 22:17, par G.M.L
Komer Mutama Kuk Tuba Dukeney Abagab Banka Agacinyizo Nkamwe Kuk Ninak Twasezey Mu Burundi.
20 Myandagaro 2015, 22:28, par Ura
numugesera yasaze pic
20 Myandagaro 2015, 22:30, par FRANK
KOMERA MUTAMA
20 Myandagaro 2015, 22:36, par None?
Umugambi wanyango ma twaramaze kuwumenya ngonukwica umuntuwese arikubutaka bwu Burundi, akazobikora nkivyihebe nkuko bamaze kubigira mukwicabantu bone bamaze kwicwa ngokuko biraborohera kubera bafise igihugu kibanyi barikobarakorananeza mwicogikorwa cokwica ngokandikikaba kibizobereyemwo ivyokwica. Umugambi wa Nyangoma rero wikwica uwariwewese arimuburundi atarobanuye waramaze gutangura, rababa Adolphe,Bikomagu, Zedi Feruzi, guhatsa Mbonimpa, kwicikivunga abari ahahoze isokonkuru ya Bubujumbura, nabandinabandi sibavuga ngondabamare, ntibagiwe gukazibihuha noneho nama radios amwamwe yomurwanda akamufasha maze urwanda rukacaruzana imodoga kumipaka yuburundi narwo kwakira abarundi bahunze ibihuha mberebakacababaha za telephone ngokugira bacebatangura nguhamagarira abasigaye Burundi guhugu, ndababwire turafise igihugu kibanyi ca danger peeeeee!!!!!!!!!!!!.
20 Myandagaro 2015, 22:39, par julienne
kora mutama turinyuma yawe ntawundi turindiriye
20 Myandagaro 2015, 23:32, par FILS
WEWE?NTIYARUZWA!
20 Myandagaro 2015, 23:39, par Habakcouk
Jew Ndumva N’ukuri Ivyo Binti Ataho Bishingiy.Iyo Mipango Ni Iy’abantu Badakunda Igihugu Kandi Tubamenyeshej Ko Abanyagihugu Tutazosubira Kubaja Inyuma.Murakoze
20 Myandagaro 2015, 23:51, par king
Nyangoma,nareke kutumara ahubwo nazinduke nawe arahitire ago arinyene numbers yabamutoye,naho kwica subwambere,ariko ntabwo vyamuhaye Intsinzi.Kwica nogutwra igihugu ntibisa hitiller ntabwo atwa ubudagi,Naboyitwaza ntamutekano bazogira bashobora kuhatakariza amahirwe yokuyobora uburundi tukabatsinda nabo,Gidiyoni yaratsinze kuko yarafashijwe na Rurema,tuzotsinda kuko turimukuri nakwo akaba ari Imana.Muzompinyuze.
21 Myandagaro 2015, 02:06, par loùis
Abo wishe mwuishamba ushaka kongerako abandi abanya bururi twarabamenye
Turiteguye kubamwa
21 Myandagaro 2015, 03:13, par NAHIMANA
NAMWE NIMUGIRE NDORE KOMWAVUZE KWATARAHIRA NO AKABA YARAHIYE NON MUTEGUYE IKI?KORA ABANYAGIHUGU BATO TUBIRINDIRANYE IGISHIKA TURAB INGUVU ZANYU MUTAMA.
21 Myandagaro 2015, 03:17, par BR
Ahubwo nawenyene numusazi aho usanga yumvirije yamajambo ya Damasce mu Rwanda ngo niwe azoba umukuru wigihugu kuntwaro mfata kibanza aca aja nagwo ngo niko bimeze rindira mwese muzaguherera mugasho vyinshi bibi birutwa na bike vyiza. Uwoguhanura woreka guhendwa ubona
Ibisigaye navyo use your common cense.
21 Myandagaro 2015, 04:46, par Mzehe gataeli
Ewe nyangoma none yatanze imihoho mwovuganiki? Kurubunwabunwa intambara yururimi urikuraraba nkurunziza asanuwoyitinya ? Urani kimoda 2 wewenyene ntiwimenya wobeko 1998 wahemutse ukicisha barundisinzi imakamba canecane
21 Myandagaro 2015, 06:07, par Bigirimana Anthere
Mbe Nyangoma Arakomeye?Abarundi Ubu Ntantambara Dukeneye?Arabigira Yigerezeko.Nave Ibuzimu Aje Ibuntu Acence .
21 Myandagaro 2015, 06:09, par SHIRIRA
UVUGE GUTE KO WAHEREWE.SHINGA IYORETA YIMPABE UROTA ARIKO SIYOZA GUTWARA ABARUNDI. TWARAMUTOYE SE PETERO NKURUNZIZA KANDI INGUVU DUFIS TUZOZIKORESHA IGIHE BIKENEWE.
21 Myandagaro 2015, 06:23, par jogingi marahwe
komez urota niyo wikangura uraja kumenyako igihugu gifisw abakiramutswa. nutabibon uko uc uja kwiryamira mwishamba ngira niho wagenew.
21 Myandagaro 2015, 06:46, par banzubaze
tukurinyum mutama ntiharenge ukwezi kwamunani mutarakora akokantu umufa wimbwebwe unyobwa ugishushe ntabe amajambo gusa
21 Myandagaro 2015, 07:11, par emma
emma
yoooooooo, nyangoma ndaguteye ivyatsi ntakindi usigaje atarugukura impuzu ukagenda gusa kuko urumusazi. Hewe iyo reta nfata kibanza wateguye yijane muhira iwawe, nayahandiho usara wareka pierre nkurunziza niwe mukuru wigihugu yitorewe na benegihugu.
21 Myandagaro 2015, 07:14, par Nduwayo henry ally
ntimudusubize mwihumbu mukor ibisana uburundi mwasambuy mwebwe abanyepolitike
21 Myandagaro 2015, 07:29, par Deo
Mbe umuganga uvura nyangoma uburwayi bwomutwe kontaco bitanga bazamubage mumutwe harubwo yokira ngo pita yarahiriye kuva kubutegetsi? None nyangoma twe abarundi twagiye kumwitorera yatuhinduye ibijuju? Ntazasubire kugira ico avuga ateshwe ate bitazonamukorako
21 Myandagaro 2015, 07:57, par Rretrytukkunfhjb
Haaaaaaaaaaaaaaaaaaaa!ariko mimbonera iyo Reta izokorera hehe,mukirere canke ivy’u burundi ni akajagari.Ati iyindi Reta,nibakumbure batekane boye kugumur abarundi.
21 Myandagaro 2015, 08:42, par Murabe neza
Njye nyoberea abarundi aho muzageza mwikoma urwanda bikanyobera kabisa, ese niba nwumva urwanda arirwo rubateje ibibazo kuki mutarurega munkiko zibifitiye ububasha?ibibazo mwahoze mbere yuko kagame ajya kubuyozi nabyo niwe wari warabibateje? none ko Tanzania, congo hariyo abavukanyi banyu bahunze nabo ni kagame wabajyanyeyo? urwanda n’igihugu cyiza kibana neza mushaka ko babana neza, ntabwo ari igihugu kivogerwa uko kibonye, mukemure ibibazo byanyu ahasigaye urwanda murufashe hasi,twe ntakibazo dufitanye namwe natwe twifuza ko mwagira amahoro ariko igihe mwumva ko ubabuza amahoro ari Rwanda muzabanze mwibaze ngo mbere yuko mujya za arusha byari bimeze bite? ubwicanyi mpora numva mushinjanya bwo muri za 1970...nabwo nurwanda rwabikoze?mwakemuye ibibazo byanyu mukareka kwitwaza urwanda.
21 Myandagaro 2015, 09:26, par shabani
noneiyo reta izokorera hanze y igihugu canke mugihugu hagati
21 Myandagaro 2015, 11:53, par uwase
BANTU MUKUNDA NYANGO NDABASABE MUJANE KWAMUGANGA KUKO AGWAYE IBISAZI UTOMENY A UMUGANGA YOMUVURA IGIHUGU ARIMWO UHOGIRA IMHUHWE AKAMUVUZA IMANA YOZOMUHEMBA KUKO WW NTIYOVYIBUKA NAHOYOKIRA
21 Myandagaro 2015, 12:07, par DEMOCRATE SAFI
MUZA UBWAKABIRI MUKUBIZIGIRA KO AR MWEBW TUZEYEKO AMAHORO MU BURUNDI!UWUZA UBWAMBERE NI IMANA.NYARUK RERO TURIKO TURAHONA!
21 Myandagaro 2015, 12:55, par habumugisha
nyangoma yarahunze kera nivyavuga abisoma kuri internet hanyuma natwe tujengaho ngo hariho ibintu uriko uravuga abarundi bunomusi sibabandi bo muri [72] mbega ayomatora uzoyategurira mukuzimu? mubuhungiro? mwijuru? canke hehe? jewe nkumurundi akunda igihugu kandi agukunda ndakuririye. murakoze.
21 Myandagaro 2015, 13:53, par karori
mwese muravuga ubusa;
21 Myandagaro 2015, 17:29, par Romeo
Nyangoma Arambabaje Pe! Ashi Ubutwari Yari Yaratanguranye None Ubukware Buramudutwaye.Ubusaza Muri Politike Ningorane
21 Myandagaro 2015, 19:12, par VIANNEY
nyangoma w uritonda sha ndagucir akagani imbwa yagiy guhiga ibindi bikoko nkayo icigwa kugw ibaz icigw yoyikorera
21 Myandagaro 2015, 19:34, par Ma ni
Ntagihugu cumugambweumwe cangwa cbwokobumwe cabayeho ?ahahutu abatutsi bahungaubutegetsi biteyisoni?,,,yemweeehaha
21 Myandagaro 2015, 19:49, par Komando
Ndagushigikiye Nyangoma Komera Ku Muheto
21 Myandagaro 2015, 23:34, par ndahar mandayanyu wapi
ahaaaa karibu sha naraguhushij tukwak umuhari ubuho unyiteg fise rumenumuntu mudahusha reka mbendaguc kumazi igisigay nukukurangiz nunva wewiberey mumatiro uciyunvira amatora
22 Myandagaro 2015, 05:02, par Nestor Nyandwi
Ivyo Mukora Vyose Bikore MumeNya Ko Ukutubaha Agateka Ka Zina Muntu No Ku Mana Birahwanwa Vyiza Mwona Mureka Akitwarira Kuko 5 Ans Simyinshi Yaho Mworinda Gusesa Amaraso Budya Ubuzima Ni Katihabwa Impanuro Itanzwe Kubuntu Na,,,,,
22 Myandagaro 2015, 05:59, par Kamikazi Saymatta
Mutawma Nyangoma Ntusamazwe N’ibigugu Bitabona Ejo Hazaza. Ndavye Abashingantahe Bincabwenge Mwashize Muri Urwo Runani Biciyemwo Twoca Twogorora, Ariko Bikure Mu Majambo Mubishire Mubikora Twikureko Imbwa.
22 Myandagaro 2015, 13:08, par ADOLPHE.NTIRANYIBAGIRA
Ahubwo nyangoma ivyo agira arihanze yigihugu ntiyibaze ngo abanyagihugu ntitubibona iyo poritike arigukoresha ntituyibona ashaka ko abanyagihugu basubira mumabarabara abandi bagahunga Arabivugira iyonyene biherere iyonyene
22 Myandagaro 2015, 13:09, par ADOLPHE.NTIRANYIBAGIRA
Ahubwo nyangoma ivyo agira arihanze yigihugu ntiyibaze ngo abanyagihugu ntitubibona iyo poritike arigukoresha ntituyibona ashaka ko abanyagihugu basubira mumabarabara abandi bagahunga Arabivugira iyonyene biherere iyonyene
22 Myandagaro 2015, 15:06, par bayubahe
wewe wiyita shabani ndabona ko wipfuza kumenya ivyo muburundi imana iguhezagire ariko mujambo make uburundi nigihugu ciza cane ninaco gituma mutwanka ariko umuti wabansi turawufise naho wozana imbugita ukankerera murwanda nohaca ndengana ariko ntahonoba reka ndakwandikire mukinyarwanda. [ntaho natura rwose.
22 Myandagaro 2015, 21:39, par jackson
Ewe Nyangoma umuhigi arasirwa ntamenya ,igihugu warose ugaca ukigurisha Buyoya abanyagihugu ico barondera barakirose ugomba uronder yawahera buyoya yaguha?nimb yaguheranye niwigumye nimba udashaka gupfira nabi abana abanyagihugu ntitugomc kuguma dukoreshwa nk’abana ivyo twarabirenganye kuko uwo mutima nkuwingurube irya abo yavyaye nuwurek kuk wewe uri mutima muke warinz wubahuka kukiguza ubwamber nubu ntankek k’utosubira igihugu carafashw n’umugabo atar’imbwa nkawe rya bike uryame kare.
23 Myandagaro 2015, 06:02, par piyo
iyoleta ya nyangoma ntishoboka nibareke kudutobera gihugu
23 Myandagaro 2015, 10:42, par Antoine
NiWEMERE AHABARUNDI BASHIZE.
23 Myandagaro 2015, 11:15, par Erick
Turakuzi bihagije. ako karimi kaw iyataba uyo witeranyako 98 wari kwibonerako. nawe wiyit uwatowe nande? bwir abagtoye bakwimike harya watorewe .ndagukeje ko mwironkey uburundi mumakungu. Mbe uzung ubucuti n uburundi bwakuvyaye? ntuzobaroge nkambere.
23 Myandagaro 2015, 12:41, par Izodutunga Petero
Reka Turabe Cinema Bazotushikiriza Kuk Harimwo Asasse Na Akiteri Tuziko Uwukorenez Ashimirwa Ukora Nabi Akagaragara Cambucabantu Amaso Nikuri Ecra
23 Myandagaro 2015, 19:46, par Emmanuel
Imana Niyo Mukiza W Uburundi N Abarundi,je Nta Rukiza Nzeye Kumuntu Numwe!Iyo Muba Abandi Mwokwihanye,mukamenya K Iyisi Twese Twayisanze Aha Knd Tuzoyisigaho!
23 Myandagaro 2015, 21:39, par gerard
ewe nyangoma teshwa ute kuko nkurunziza twaramutoye none wewe watowe nande? ikindi naco urushwa politique numwana womuyindwikuko nisonga iwanyu namajwi uronka niyirambire nkurunziza
23 Myandagaro 2015, 22:29, par Kabura Eliezer
Nkukwinyoni itaye icari iyerera,nikonumuntu atayImana ayerera!!mweeesabantu twemera kwImaniriho kandi yishura twihangane ntihagiruwuyirogotako kuko ntahoyagiye...!ku Mana,imisi1000=1!! isezerano niriryanyene guma ku mavi uririndire!!.
24 Myandagaro 2015, 09:49, par chadrack
reka tubirindir turabe iyo bizoherera!
24 Myandagaro 2015, 14:09, par Adrien Nitanga
Yesu Niwe Ntambara Hamagara Nyeni nta Mbara Azekutugwanira
24 Myandagaro 2015, 17:53, par Girukwishaka Pascal
Nabandany Iteramber Imana Iramubona Umukuru Wigihugu Cacu
25 Myandagaro 2015, 19:31, par ndayizeye donatien
Jewe Kubwanje Sintahura Ubushobozi Bwanyangoma Bwotuma Agondoza Reta Ya Nkurunziza Nimba Bishoboka Mumpinyishu?
25 Myandagaro 2015, 19:55, par @@
Petero President niyirambire turazi aho yadukuye nayo ba nyangoma bo twarabamenye.
25 Myandagaro 2015, 23:05, par Alie Wayne
Hewe Nyangoma Uragaba!!Puma Za Nkurunziza Zicana Ibibatsi.
26 Myandagaro 2015, 16:50, par Jordan
La Verite Est L"ensemble De Mensonge Mais Defendue Soyez Les Biens Venus.
26 Myandagaro 2015, 16:51, par Jordan
La Verite Est L"ensemble De Mensonge Mais Defendue Soyez Les Biens Venus.
29 Myandagaro 2015, 15:34, par Eddy GICONCAG
Nyangoma Nkahamwe Nkabanyagihugu Twumvise Ngujekudutobera Umutekano Twarose Tunyotew Twosidukananiyonk Mukukurwanya Eregawewe Twaguhinyuy Kera Ivyushaka Gusahur,igihugu Vyish Twarabimenye Kandiwewe Nkawewe Nkumusiwodutwara Bavugangohabay Imyiyerekano Asha Woho Nahowaci Twohaturira.Igihu Haaa Kirimwabagabo Nkurunziza Numugabo Kandi Numugabo.Wijunja Kand Wijunja.Iyondayawe Nyangoma Irakugoye Wewe Ntaneza Wipfuriza Uburundi Narirya Wabutaye .Ndangizenkwitsa Ko Nahoworwiyo Uburundi Burafise Abagabo Bijunj.(Nkurunziza Rwasa Jakebigimana .....) Nibahangame.Nyangom Urinenuka Pe!
31 Myandagaro 2015, 15:10, par Ibrahim
Nyakubahwa twebwe ivyo muvuga vyaturuhije ahubwo nimuvuge ko mwananiwe.
2 Nyakanga 2015, 18:31, par Paul
vyoba vyiza avuze ingene bazoshika kuri iyo migambi kugira ngo tumenyeko ari indoto canke ari ukuri
27 Ntwarante 2016, 23:49, par gervais
ahubwo nyangoma nagwarire kumusozi mbega nikuberiki atagiyekurubuga ngoyitoze ivyonibimaramare reka mutama akinyiganze nibamureke sibobamuhay.
15 Ruhuhuma 2017, 23:37, par CIZA ERIC
Nyangoma Nareke KUdusama Abarundi Ntituri Ibijuju Turamaze Gutandukanya Iciza Nikibi Narabe Ingorane Zihanze Ububirigi Bwo Bahisemwo Kwita Igihugu Cabo Ivy,uburundi Navyo Abirekere Twebwe Twemeye Ko Uburundi Arubwacu.Ariko Banenyeko Akimuhana Kazimvurihise Uburundi Burimw,abagabo.Nyangoma Nabo Bafatanije Imigambi Igayitse Y,ugusambura Uburundi Ntibateshwe Bate Bazopfa Ataco Bashitseko
15 Ruhuhuma 2017, 23:43, par CIZA ERIC
Nyangoma Teshwa Ute Ntawutazi Ikibi Cawe Raba Ingorane Ububirigi Bwanyubufise Ntanyishu Tukwitezeko kubibazo uburundi n,abarundi dufise imana niyo nyishu yacu