IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Leonce Ngendakumana:’’Ntituriko tugwana na Petero Nkurunziza’’

Leonce Ngendakumana:’’Ntituriko tugwana na Petero Nkurunziza’’

samedi 2 Rusama 2015

Abateguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza bamenyesha, ko batariko baragwana na Petero Nkurunziza ahubwo ko bariko baharanira iyubahirizwa ry’ibwirizwa shingiro.

Mu kiganiro n’abagenzi bacu bo kw’i radio Isanganiro, Léonce Ngendakumana, Umukuru w’urunani ADC-Ikibiri, ari no mubateguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, amenyesha ko kuba umurundi arinze afata inzira yo kuja mw’ibarabara, ni uko aba afise ico ariko arasaba, aramenyesha ko urwo rugamba atari urwo kurwana na Petero Nkurunziza, ariko ari urwo kwiyamiriza uwoza ashaka guhonyanga ibwirizwa shingiro.

Inyuma y’iminsi itanu y’imyiyerekano mu gisagara ca Bujumbura yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, Leonce Ngendakumana arashima inyifato y’abitavye iyo myiyerekano akongera akananegura inyifato igayitse y’inzego z’umutekano, aho aba porisi bubahutse kurasa amase yica ku banyagihugu bari mu myiyerekano, bamwe mu ribo bari banashize amaboko hejuru, atakirwanisho na kimwe bafise. Uwo arongoye Urunani ADC-Ikibiri, atanga akarorero k’ibiherutse kuba muri komine ya Musaga, aho umukozi w’iperereza yubahutse akarasa umusirikare.

Tubibutse ko abateguye imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bafashe iminsi ibiri yo kubanza gufubana iteka abasize ubuzima muri iyo myiyerekano, ndetse banahe akanya Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ko yohava yisubirako, akumva akamo abarundi n’amakungu bariko baramutera bamusaba kutitoza mu matora yimirije. Abarundi batandukanye, bamenyesha ko batazova mu mabarabara, ko batarota bahesha Petero Nkurunziza atavavanuye n’ikiringo ca gatatu.


Alida S.

Messages

  • Leonce aratanguye kwisubirako niyemere ko aribo bagumuye abantu ngo baje mwibarabara abandi bagahunga nagume hamwe ubutungane bumukorereko kuko yashatse guteranya imvukane ngo ziryane kandi dufatanye munda ,ngo boba bagiye mukaruhuko?ese bagiye kwiga uwundi mukenyuro? Ubuho ntahava avuga ngo ni system bagize.

  • Nkurunziza Nareke Kwitoza,azotuma Yitoza Uwundi Mwaka Kugira Ntatume Abanyagihugu Bahunga Intambara Ishobora Kwaduka Mu Burundi.

  • Leonce aciye ubwenge pe maza mumu reke iyi misi 2 ngira arabonye yuko bikomeye gira agiye kugutanga umuco ariko murabe urya murwi washizweho niwawundi wibibi vyose mbe hoho munzengo zose zigihugu zigazwe nakarya karwi kuburofa mbe ntabashinganahe barimwo bijambo ako karwi ntimwo kavugutira umuti biraciye ingani muje mumifuko yabo ngabo batanguye nokwirara mu basoda mu takavugutiye umuti kare muzosanga uburundi buhovye vyishi mu guma murabirayo mbe tubite baniryo

  • Iconomubwira reonce imigumuko ntacoizomarira ahubwo boicara bakaganira

  • Wewe uravuga iki barya bapfuye s abarundi ?ntaguhesha mwene peter ico utazi urabaza†PETER NAWE aho uri harabandi kandi ugovye kuhava nineza canke ninabi abo wishe barahagije Murakoze.16.com

  • Kuvyo mbona abarundi batemera ikiringo c’umukuru w’igihugu barakwiye kuva mumyiyerekano bakarindira ikizova muri sesentare igenga ibwirizwa shingiro nkuko abakenguza mateka bamw babisavye

  • Kuvyo mbona abarundi batemera ikiringo c’umukuru w’igihugu barakwiye kuva mumyiyerekano bakarindira ikizova muri sesentare igenga ibwirizwa shingiro nkuko abakenguza mateka bamw babisavye

  • MURIKO MURATERA AMA GRENADE KUNZEGO ZISHINZWE UMUTEKANO NGO NTIMURI KURWANA?? AHUBWO RETA NIBAHAGURUKIRE KUKO MUFITE UMUTWE URWANYA RETA WARURI MUKINYEGERO NONE WATANGUYE AKAZI KAWO.

  • nimukomeza muzohomba vyinshi kuruta ivyo mwari kunguka!!! umuntu uzi ubwenge areba ikirusha ikindi agaciro mubuzima.

  • BAVANZE IBITAVANGWA !!! UKO ARUSHA IMEZE BYALI SAWA , NO MUMIGAMBWE , NAHO UMUTUTSI AJYA MWISHYAKA RYABAHUTU ASHAKA UMWANYA , KANDI AKAWUBONA , ALIKO UMUHUTU WAGIYE MWISHYAKA RYABATUTSI NTACO ABONA , ATAHIRA IBIYELI NIMISOSO CANKE URUMOGI GUSA !!!

  • Barundi songa mbele matunda iko mbele. Watatu wakikufa wawili wasonge mbele tutawale inchi yetu

  • Uwo muhimbiri ivyo abwejegura none imiduga yanandi bariko baturira azoyiriha?shaa bitebe bitebuke muzobibazwa

  • Ariko utu tunyarwanda twandika commentaires ngaha, twatumwe nande?

  • EH,UWARUBUTAMA SHA MINANI UMUNYAKIRUNDO YAKUBWIYE ATI WISHINZE ABO BAMALAYA Z,ABATUTSIKAZI ATI NZOKUVURA URI MURI KOMA UMUGERA WAKWISHE IRYAVUZWE RIRATASHE PORITIKE YARAGUHEZEMWO USIGARANYAKARIMI GUSA MBE LEO NDAKUBAZE ABO URIKUVUGIRA NAYABAKOZE BAKWICIRAKACNTU BAGUHENDAHENDAHENDA MUGABURANIBIBANZA NABO NUBU NTURUMURUKA KURIBO NAGIRANKWIBUTSE KO 2010 KOMINE YAKURUMBUYE NI BURAMBI YÔNYENE MBWIRAHANDI UBAFISE WOHAMAGARIRA IMIGUMUKO ATARABO BATUTSI WABAYE IGIKORESHO CABO NAHO NYENE NABO BASANZE SHEKE ABAZUKURI BARITEKEREREJE WEWE UGIYE KUMERA NKA WA MUHUTU NGEZE MUVA HAMWE YAHAGAZE KWIRADIYO UMWANYA UNGANIKI ? IBAZE URAZ,AMABI YACIYAKORWA MVUNIYE AKAGOHE BABASENYERI BABWIRA INZARUKA BARIKO BAGIRISHAMASEMINERI AHO BAHAGAZE MBE UBUHO BARI IROMA CANKE BARAHA MUBURUNDI NI BAZE KO EJO BOYUGARA AMAKARISIYA KU MUSAGA NYAKABIGA NGAGARA NAMUTAKURA KUGIRA IBIGANZA VYATEYE IBUYE IVYATURIY,AMAPINE N,IMIDUGA VYIHANE ABAGUMUYABANDI MUBATUMEKO MURI YANAMA NKURU YANYU KUKO NDIBAZA MUPOROTESITANSI ATABAKRISTU EJO RERO MUMISA.,.

  • EH,UWARUBUTAMA SHA MINANI UMUNYAKIRUNDO YAKUBWIYE ATI WISHINZE IzO MAMALAYA Z,ABATUTSIKAZI ATI NZOKUVURA URI MURI KOMA UMUGERA WAKWISHE IRYAVUZWE RIRATASHE PORITIKE YARAGUHEZEMWO USIGARANYAKARIMI GUSA MBE LEO NDAKUBAZE ABO URIKUVUGIRA NAYABAKOZE BAKWICIRAKACNTU BAGUHENDAHENDAHENDA MUGABURANIBIBANZA NABO NUBU NTURUMURUKA KURIBO NAGIRANKWIBUTSE KO 2010 KOMINE YAKURUMBUYE NI BURAMBI YÔNYENE MBWIRAHANDI UBAFISE WOHAMAGARIRA IMIGUMUKO ATARABO BATUTSI WABAYE IGIKORESHO CABO NAHO NYENE NABO BASANZE SHEKE ABAZUKURI BARITEKEREREJE WEWE UGIYE KUMERA NKA WA MUHUTU NGEZE MUVA HAMWE YAHAGAZE KWIRADIYO UMWANYA UNGANIKI ? IBAZE URAZ,AMABI YACIYAKORWA MVUNIYE AKAGOHE BABASENYERI BABWIRA INZARUKA BARIKO BAGIRISHAMASEMINERI AHO BAHAGAZE MBE UBUHO BARI IROMA CANKE BARAHA MUBURUNDI NI BAZE KO EJO BOYUGARA AMAKARISIYA KU MUSAGA NYAKABIGA NGAGARA NAMUTAKURA KUGIRA IBIGANZA VYATEYE IBUYE IVYATURIY,AMAPINE N,IMIDUGA VYIHANE ABAGUMUYABANDI MUBATUMEKO MURI YANAMA NKURU YANYU KUKO NDIBAZA MUPOROTESITANSI ATABAKRISTU EJO RERO MUMISA.,.

  • Melikia aho wew wararezw?iyo utagira indero niciyumviro caw ntagaciro kigira

  • Jembonamworeka Gteranamajambo Mukadhamahoro Iconobibutsa Nukotwabisanzeho Kanditubisigaho.

  • Melikia aho wew wararezw?iyo utagira indero niciyumviro caw ntagaciro kigira

  • IVYO NAGIRIZA NKURUNZIZA:

    1. Avuye ku ntwaro adatanguje urubanza rwa NDADAYE na NTARYAMIRA

    2. Yagurishije indege FALCON 50

    3.Yaturiye isoko nkuru ya bujumbura icese

    4. Niwe mu president yononye imigenderanire n’ayandi makungu kuva uburundi buronse intahe y’ukwikukira

    5. Amakungu yaramugaye cane kuri urya mugambi wo GUTERA AMAVOKA aho kuzana imigambi ihereza urwaruka akazi

    6. Ananiwe kugarukana ijambo abahutu twambuwe imyaka n’imyaka iheze

  • Mbabazwa n’urwaruka rwishinga abafis ama passport nimyobo banyikiramwo hanz, mbega baraziko aho bishuhira bazosigara barawota bonyen? uwokwegera abavyeyi babuz abana babo mwiyi migumuko bobacira agace. Rwaruka,muve ibuzimu muje ibuntu mwoye gugendwa mubona. Imana idufashe.

  • Leonce Ndabony Ntaco Azi Kukahis Baramuhenda Nkigikehabwenge Akaja Narwo Azigukokeza Ngo Tumarane:mbe Uribuka Hamwe Mwigisha Abantu Ngokura Ibitura Munzira .Ntakuri Wasumvya Ndadaye Baramunize Baguyahoyesha Intebe.None Abarundi Utavyugiye Kirya Gihe Ubu Niho Ubavugira? Ayo Namasabanyama Kura Abantu Mwibarabara Nayubundi Urikigwarudubi.

  • Jean Ma Nukuri Niba Wababaye Nivyo Navuze Nivyakozwe Nabo Navuze None Uyo Leonce Ahavuja Mw,isale Aba Frodebu Afiseyo Banganiki? Igihe Minani Bavangur,umugambwe Siho Yamutuka Amubwira N,ibitoki Baririye Mu Guet Ivyo Navuze Vyarabaye Be Mukwirikirana Mumenye Abanyepolitike Bafis,abanywanyi Mbere Abadafise Abanywanyi Nibo Batey,akaga Igihugu Ijoro Ryiza Jean Ma

  • naveho akiri mwiza,areke guteranya abarundi.None ko atumaze azosigara aratwara bande?Iyo ntwaro yigisirikare turayanse.

  • Ako kagabo gafise abagore isinzi n’abana isoko,amahera yagaheranye gasigaye kavuga ayamuhe,n’amahera yo kwivuza sida ivyovyose biramuhanze,gakwiye uwogaca urwo rutwe,ngo ba rwembe murababeshera ntabariho,ako kari gakwiye gupfa,abahutu nkabo botuma bazimangana ntaco bamariye benewabo.

  • uworukarisha gwomumwa, uwuzoyita ngura izoherera mu rugo iwe. mbe ba jeunes aho abo bagabo babahenda ngo je mw ibarara bifitiye ama passports , ntimuzosigara murawota bigiriye? umuvyeyi yaburiye uwiwe mu nigumuko arafise umugani yobacira abagihumeka.. aba bagumuye nokuri enterrement ntibaza.... vire hasi rimwe mubwire ababagumuye baje kwitura sentare ibatunganirize nayo akajagari bta reponse y ibibazo kazana

  • abantu bandika ko batahura canke bemera peter ndabasengera kweri kuko, bakwirikira akaheze, c est un fou et un deconecte atazi n ivyo ahaye akora, warashesh amaraso uhinduka nk ikinyw amaraso, inyamaswa y ishamba nk interahamwe, nta gitangaza kw akorana n interahamwe( ils sont les meme), mais mwarihenze, le burundi n est pas l autre pays de juvenal, n igihugu kirimw abagabo, bakoresh ubwenge, bazi ico bakora kandi hageze.

    ntimwirirwe muraruha, hinge gato, uwuteg umwansi aritonda

  • @didi
    Abo wita incabwenge zarahinyutse,mufise akarimi karekare,mwaritonesheje mu bazungu ariko si bose,peter ari harya kandi tumuri inyuma turazi ivyo dukora,mubura gutegura amatora mukirigwa musengera abatabatumye ,mwirigwa mwidemura imbere ya za caméras,muzomaramara nko muri 2010.Abo batutsi uvuga bari barifatiye muhutu i burundi hasigaye imparugwa turabazi ingene mukora,ubu mwitwaza 3 è mandat ntaco muzohakura kuko bose bamaze kumenya plans zanyu,rero muzoyenenako irya mandat mpaka twese duheze,mbe interahamwe ni iki?Ni abantu nk’abandi qui ont echoué la guerre,ntaco bakoze kidakorwa kuri ino si baveko!

  • Vuganeza na Didi reke gutukana..Leonce Ngendakumana arasabwe kuvuga ukuri areke kwigira umugambas kuko ni umu boneyeme.Kuri kamere kabantu bakuriye Imbo Leonce utegerezwa kuba direct niho message ihita mugani wa ba Nyarwanda.Muriko murwanya Peter.Ntimuriko murwanira constitution ni les accords d arusha.Sinon iyo uba uri mukuri wari kuvuga uti.Les accords d arusha ntizitomoye neza zatumye na constitution itaba claire , ati rero turasavye ko tuvyicarira tukabihindura.Guca usimbira ku maradiyo ati tuje mumabarabara kwiyamiriza Mandat suivant ya Peter Nkurunziza mutanga imvo zidatomoye muzibwira abadashobora gutahura , Leonce iyo ni malhonetete.
    Wewe ubwawe wari mubakoze ayo ma accords.Aba Frodebu bari bazi ko aribo qui vont en beneficier au cas ou atawuzisubiyemwo.Ubu peter Nkurunziza yagize imana il en profite.Kandi biri dans les souhaits waduhaye avant d aller en rebellionWewe et tes amis mwibaza ngo vous pouvez redresser la situation..Mon ami c est trop tard.Kushuhurira abantu mu mabarabara ni ugukora ubusa.Mwumva ngo abazungu bagiye dans des manifestations mugaca mukwirikira..Jewe iyo mba ndi umutegetsi nobareka mukiberayo.maze mumaze kubona ko atamwimbu ucinjira mukamaramara muja mu mirimo.Hama ndakubwire ntabanga ribaho leonce.Numva ngo mwakweze abatutsi pour se joindre a vous.Rwasa wewe yarabarahiye arazi icamujanye mwishamba.
    Ubu kuri Gahunda yanyu yari sanzwe izwi Mwashoboye ku kwega Gaciyubwenge.Ngo nugu captura Peter Nkurunziza mukamukura muri Presidence hama ngo Gaciyubwenge agaca a nomma uwutwara transition.....
    abafurwa bagafurwa....Huuuuuuuum Leonce niwe waduhaye icirwa en 1993.Hari kuri avenue de l universite...Vuba tuzokwibukanya le contenu
    - Peter Nkurunziza nzomutora ubwakabiri
    - Peter Nkurunziza niyatinya chantage akanka kwitoza azoba ahemukiye abahutu barenganijwe depuis 1965 azoba avunye ninkokora abagiye mwishamba kuva 1994-2004
    - Peter Nkurunziza azoba atatahuye akarenganyo kabo ntavuze
    - Leonce nawe ndamwibukije ko Kuja gushuka Gaciyubwenge ngo durant les manifestations de cette semaine azoce aja gusohora Peter Nkurunziza ngo maze ace a decreta transtion...Kweri mwihenze mwihenze cane.Igihe tuja rebellion communaute internationale yariho.Ibihe ntibisa surtout kubarundi
    Power zisa nuko twoba tuzinganya tubarusha meme kuko twebwe tuzira agasuzuguro.Mukenye kushingura neza constitution kurusenge si mwibarabara ou guterura Peter bizobuza imbeba kuyiguguna mugihe itugaye
    Constitution ou Accords d Arusha izorekwa kugugunwa gihe mwese muyicariye mubiganiro mukayugara neza ata ma cas particuliers arimwo
    Mbega Leonce ntakuntu wonsigurira neza irya film yo kuzindukira mwibarabara umuntu agenda avuga asubiramwo ibintu abarundi bose bazi.
    Sans te mentir mon ami, jewe nashishwe raba ukundi wogarukira constitution.
    Mambo yo ku mihanda irayovya .

  • Ntamahoro Azobonek Nkurunziz Atavuye Kubutegets Yihaye

  • mbega bakuweyo niki?koyatwaye ico kiringo ah ndabatwenz.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.