Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yashinguwe mu biro bikuru vya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yashinguwe mu biro bikuru vya (...)

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yashinguwe mu biro bikuru vya gisirikare

samedi 9 Ndamukiza 2016, par egide

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye ikambi bataillon de génie des combats yo ku Muzinda yashinguwe mu nyubakwa z’ibiro bikuru vya gisirikare (État Major Général de l’Armée) kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2016.

Mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, umutekano wazindutse ucunzwe cane kw’ibarabara ryitiriwe Pierre NGENDANDUMWE, hafi y’ibitaro vyitiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, mu micungararo y’ibiro bikuru vya gisirikare, ahashinguwe Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius.

Aho bamushinguye ni haruguru y’imva ya Lieutenant General Firmin SINZOYIHEBA, yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, yagandaguwe mu mwaka w’1998.

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye ikambi bataillon de génie des combats yo ku Muzinda yagandaguwe ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 22 Ntwarante 2016, mu biro bikuru vya gisirikare (État Major Général de l’Armée), mu kibanza basomeramwo amakuru mashasha (Tableau d’affichage).


IGIHE

Messages

  • INTWARI IRATASHE!!! ABARUNDI BOSE BANKA AKAGAYE N’ AGASUZUGUROTUZOKWAMA TUKWIBUKA.

  • yari guhambwa ku mutakura. aho yakoreye cane. n, abnyagihugu baho bakamuherekeza. icirwa kubicanyi bose. harimwo na sebuja abatuma.

  • Ico gikorwa turagikengurutse twebwe abarundi bumutima kandi mbanje kumwunamira nivuye inyuma ahawe agaciro kintwari yagwaniye igihugu turafashe mumugongo famille arko twerets Ko bwasindumuja buzopfira mwubwo buja atanyungu canke agaciro kangana ninva yiyintwari bazigera bahabwa mugihugu cuburundi akarorero nibwamujeri bwatey mumakambi bwajanwe nkifu yimijira ka bunyoni Pascal mwenewabo na Bunyoni yari general yahambwe nkimbwa rero mubireke bicitwa vuba ndabasabye mureke iyimpanuro naho mubabaye kuba ahambwe ahantu hicubahiro ntimwasizeko amafoto yose uko ibirori byagenze sha murahengamye pe pu pu pu.

  • None mwamushinguye muri etamajoro kuko yarintwari twebwe Ko twumvise akahise kiwe yaranzwe no gutikiza inganda tukaba twumva aboyatikije bobo batigeze bashingurwana iteka nikuberiki none vyarahindutse abicanyi nibobahinduka intwari mbe kotubona abategetsi mwasidukanye niyonka kuri darious hamaze gupfa abangana gute mugabo nimubice nikanda none muburundi hariho nyagupfa nanyagukira hariho nyaguhambwa nanyakwanikirwa nimunyishure

  • Lietenant Colonel Ikurakure Darius Yaratubabaje Gose Yarumugabo Wijunja Nijanbo Ntakundi Imana Niko Yabigize Narenguke Ibukama Imana Nimwakire Mugabo Yariyishe Abant Atari Bake Abana Biwe Nibigumye Be Numugore Wiwe At Ntakundi Nimuvyakire Uko

  • Lietenant Colonel Ikurakure Darius Yaratubabaje Gose Yarumugabo Wijunja Nijanbo Ntakundi Imana Niko Yabigize Narenguke Ibukama Imana Nimwakire Abana Biwe Nibigumye Be Numugore Wiwe At Ntakundi Nimuvyakire Uko

  • Babuzekubanza Kugaturira ? Wubahwa Wareka Amaherezo Nikuzimu Mbariza Nkurumbi Atiweho Kuki ?

  • Igire namahoro.Bagenzi nimuze twihane tuvavanure Nukugira ubwicanyi umwuga.

  • Igihe namahoro.Bagenzi Nimuze tuvavanure nukugira ubwicanyi umwuga

  • hapfuye darius ariko badarius turabandanya aho yaragejeje intwari ziracarinyishi

  • Darius Ikurakure yarapfuye?

  • TWIMUJERI NA TWISINDUMUJA NTANTAMBWE BUZODUTERA INTWARINKA IKUYEKURE SHIMIRIMANA TUZOKWAMA TUBIBUKA INTWARI TWAGWANIYIGIHUGU TURAHANGAMYE

  • hapfuye darius ntihapfuy ba darius mumenye neza yuko izombwa zabatutsi wigowe tuzozikorerako jusqu’a zivyishuye.

  • INTWARI NTIZIPFA ZIRASINZIRA TURAKENGURUKA IGIKOGWA WAKOZE MURI ZANTUNVA ZAMUTAKURA CIBITOKI NAHANDI TUZOKWAMA TUKWIBUKA

  • intwari ntipfa yatabarutse, abarundi tuzoho tukwibukira kubikorwavyinshi wakoze vyokwitangirabandi nkuko uheruka kubigaragaza mugisagara cabujumbu ahusize usasagaje omahoro mumazone yaramazimisi abahaba bandasinzira ico nicabansi babarundi bakujijije....ruhukamahoro icokibanza ushinguwemwo kizoberinkota izoguma isogota abasheshe amaraso yintwari yabarundi, IMANA igushire mubayo AMEN

  • Naho bomuzika kukirimba inyo ntizireka kumurya agiye kubabazwa ibihe bidashira nico kibabaje zanzoya yagandagura amaraso yabo ara taka imbere y Imana nkamwe ya Aberi

  • Agaphuye kabazwa ivu uwobishobora yo kwitonda kuko mwisi si wacu

  • kumuhamba muri etat majoro nuko bari baziko bamuhamvye ahandi imva yiwe yoca imanyagurwamwo ibipande.kuko imiryango yahekuye abana,n’abana babaye impfuvyi kubera we,hari igihe batokwihangana. kora iciza ntakamaro ko gukora ikibi kuko upfana umuvumo.

  • jewe haribintu nibaza bikansiga abantu bicana nabo barapfa canke

  • uwo nafe naweni yarishe abandi ingero yicahanurufu yicabandi ataziko nawe azoshikigwa nabandi bamezenkawe nibabonereho akarorero

  • Nimba ivyo yakoze mu kwica abandi ari ukuri birababaje ,je ndamwibuka le 13.05.2015 arahira ngo iradio RTNB bayifata napfuye,ivyakurikiye ntimumbaze vyinshi namwe mwaravyumvise,yavuzwe mu bibi gusa ntaciza kuwica abandi,nta butwari kubicanyi,yarasanze abo yabanje yo,ikibabaje nuko muvyo yavugako arwanira atanakimwe atwaye .Nabere abicanyi bandi isomo kuko urica nawe ugapfa.Barayamaze mu kirundi bati:<RURIYE ABANDI RUTAKWIBAGIYE>.

  • imana irishura ukarinabi ikaguherekeza uwonawe niyongeroyiwe abafiseumutima nkuwoyara fise babonereho akarorera icutagomba kobakugirra ntukigirire abandi

  • Satani amwakire mumuriro udahera

  • Tuguma Duharura mwic umwe muca mutamba ngo umwicany aragiy!!!!!!!! Ukwihangan gufis ahokugarukira

  • uyumuyobe yiyise Filibert alambabaje ikimbabaje nukodusangiye izina naweafise umutimamubi

  • Intwari ntiziramba Imana imwakire

  • Mbega muhimpundu wewe bazomuhambahehe? Wewe ngira bazomuhamba hamwe na bikomagu haribintu abatutsi batiyunvira erega ubu ntitukiri72 ubu niryinyo kurindi bavugango ninkehwa? Ntabwishi baturusha bicumwe twica uwundi tuzorabe iyo biherera kuko ubu igihugu kirimwo abagabo

  • Nagende uwomuhimbiri dariyusi, ya subwa nibwa yange ntuze, nayitegetse ntihazogire umuntu wigera urya. nihaza uwutamenya ngaha murugo ntuzumurye, uramupfata umubuze kwasubira inyuma mpaka shitse,ndamubaze icamugenza. guhera icogihe nubu ibwa yanje ntirenga kwitegeko gwikore kumunt.Ikurakure Dariusi ya subwa niyo bwa yanje.

  • mwomutambakumuvyimbamwoheba IMANA iriho yogutabara uburundi nkuko DAWUDI yatabaye abisirael niko abasigaranwaragi ba Darius bazobandanya urugamba gogutabara a BARUNDI menye ico

  • bantumuvuga mutyoza uwapfuye uba wahejeje kwishira mubamwishe imbere yi IMANA uzociribwa rumwe n,uwamwishe kuriwamusi nayibisigaye uburundi na barundi birimumabokoyi IMANA mwica!muheba! ntacomuzobugira nubwisezerano kuva 1962-1972-1993-2003 kugezanubu turacariho

  • igihungu nico kibuze baranjwe bataryamwe kubera bwamujeri twe nindutinya kupfa ndukeneye kumva igihungu gitekanye bwamujeri bwaheze banabo binyegeza inyuma yigihungu mumenye ko muzogaruka mundusanda kandi ntimunzo tumara mwibagiye umugani mwama mwaciriwe hapfuye darius ntihapfuye ba darius musa nuwina umusazi reka turabe ko munzomuzura mwabihemu vyigihugu muragapfa muhere mwese pe.

  • Wewe wiyise mzoyihera intagoheka,uyuba waruziko igihugu Atari icana,intwari zabahutu muguma mwica mwibaza ko tutabibona,umusi urizina muzobona camutemakuni.icokinyagwanda wivugisha,wagiye igwanda uhunze none waciye uta akaranga kikirundi,ubu rero usigaye wivugisha ikinyagwanda?.baraguhenze ngo inkondo iravoma.ubwishime abatutsi nubwicanyi mwitwaza harumusi mutazi muzo vyishurako,koko imana nimutananigwa,kuvyaha mukorera abahutu haraho bizobazwa mwebwe nyene canke abana Banyu muzosiga,ivyabaye igwanda 94 umengo ntasomo vyabahaye.muri ibitazi.

  • niba murabagabo muzibeshye mukore nkibyo sogokuru wanyu Habyarimana yakoze mu Rwanda yica abatutsi nibwo iherezo rya Peter rizoba riheze mwamihirimbiri mwe ya DD tuzabakubita mudafite ikibatabara

  • Mwahora Muvuga Ko Ata Muhutu Yoshobora Kurasa, None Mugeze Murwanda Muhunga, Ahoho Tugiye Kubasangaho, Mwimbe Mwigera. Kagame Tuzomupongorera Ahonyene IKigari
    Uwushaka urupfu Asoma Ingwe

  • Niyitahire Ahakwisi Twatse Indaro Vyompimbara Agiye Yatunganije Ubugingo

  • twirinde gucira imanza abandi,umucarubanza n’imana yomw’ijuru

  • Ivyo babahenda,uwuzimanganije Umuntu Abazimanganije Agashushok’Imana.Muragowe Mwebwe mufise ivyiyumviro bibi kukomwambaye ubusa.Nimwihane Bigishoboka.

  • Imana Imwakirir,mahara Pema Peponi Mbinguni Mileleyote Amina. Muntu Wigrumututsi! Uragaba!??! Kuko Kahisekabi Twahitiyemwo Tugatewenabatuts,nubu Twobararamwo! Urwanda Ruriko Rurabahenda? Iyabamwibuka Ivyabaye Ntega Marangara,tutibagiy Jenosid Yomurwanda! Mubikunze,igihugu Tuzokibanamwo,muvyans,tugihambanemwo! Ubu Ntakizirko C’ishinge Nikimito Muzokoresha. Nimuze Twubakigihugu Tureke Gukwirikira Cenald Itagirimigambi. Ushigikirumugabo Atagiringuvu,mugakubitigwahamwe!

  • Wowe wiyise Xs ikigaragara cyo ntabwo wigeze ukandagiza ikirenge mwi shuri kuko ibyo uvuga ntabwenge iyaba uzi uwo kagame mwiriza mukanwa nabenewanyu ntabwo mwa kongera kuruka muraho gusa inzara igiye kubica ariko mwasambye neza mukareka kudusambiraho kigari uvuga turabategereje nigishika cyinshi gusa muzatubabarire ntibizahere mu magambo

  • uyo se bamushinguye ngaha gute? ko bari bakwiye kumujana murutoke rw’ iwabo

  • Ico Abarundi isinzi bipfuza ni Leta ikomeye apana ijagajaga. Ntivyumvikana ingene akarwi k’abicanyi bahagarika amaraso y’igihugu cose, amakartier ari kurushi akigira zurivu.
    Twizera ko izo twari zose ziriko zigandangurwa zibaha icirwa. Ve ikuzimu muje i buntu, ve inyuma y’ibitaja ntibize kuko umwasi we ntasinziriye.Ve inyuma yo kwiruka inyuma y’ibihumbi kuko ntaho muzobirira, hagarike incompetence muri vyose, reke guhumiriza ahandiho barabamara kandi ikibabaje n’uko muzojana n’Abarundi isinzi.

    Nta nahamwe kwizi nzima, regime imara imyaka 5 gusa atari mu Burundi. Ni ukuvuga ko hari ikitagenda neza.

    Abansi babinyegejemwo kugira basambure du dedans, barondere bakomborwe.Mureke kwasama.
    Izo mpfu z’abo mwasangiye urugamba zikaba atacigwa zibasigira, muzoba muri igito, ntaco muzomarira Abarundi.

  • @Xs:soma http://mobile.igihe.com/amakuru/u-rwanda/article/abashaka-gufasha-interahamwe-gutera-u-rwanda-uwampa-ngo-babigire-vuba-nkwereke

    twese turaribwaribwa niba wumva uri tayari ambuka umupaka urase isasu rimwe maze ujye kuruhande urebe ukwo byagenze muri congo

  • suredeal uraha izo njinji ink batazi kuyifungura ninkandagira bitabo Bose ,ariko ushobora kuyifungura asome hanyuma yihe icyerekezo, gusa mutubabarire turabinginze ibyo muvuga muzabishire mubikorwa ntibizahere mumagambo kuko dukumbuye gukubita haduyi muzaze twikinire agakino kazatugeza Bujumbura.

  • I BRUXELLES mububirigi hafashwe umwicanyi wumu terroriste wari waroherejwe na RUKARABANKABA INKORAMARASO KAGAME.
    Uwo wafashwe yiyemereye ko se wabo kagome ariwe wamwohereje

  • GOD WELCOMES THAT VICTIM I THINK THE SURVEY WILL BE DONE IN FEW DAYS IN ORDER TO KNOW THOSE MURDERS AND WE COMFORT THE FAMILY OF THAT VICTIM

  • Nagende asange abandi aho atozongera kugira nabi ibyaremwe mwishusho y’Imana.

  • Ariko abarundi(ndavuga bamwe)murantangaza! KAGAME niwe wabwiye Nkurunziza ngo yice amasezerano mwagiranye Arusha? Kagame niwe watoje izo mbonerakure?Mwakuye kagame mu kanwa mugakemura ibibazo byanyu?Malheuresement ntabwo muzabishobora.Union Europeene ibahagarikiye inkunga OIF irabahagaritse nibindi... Naho mwe mwirirwa mutukana ku mbuga mureke vuba aha murahagarikwa no muri AU ndetse na EAC mukomeza mwirirwa mutukana.Mukomeze(mubandanye), baca umugani en francais ngo<<Les chiens aboient la caravane passe>> Ntacyo mutuke abanyarwanda ariko ntimubabuza iterambere,umutekano ,isuku,ibikorwa remezo etc....
    Gusa abo bicanyi turabamaganye nubwo bica abarundi bene wanyu(nako sibo gusa n`Abanyarwanda burabamaze ejo bundi muhitanye Nyakwigendera BIHOZAGARA RIP!!) ariko mujye mwirinda kumena amaraso kuko ngo <<uwicishije inkota azicishwa indi>>

  • imana imwakire canke yakirwe na satan bivanye nivyoyakoze kuko twese tuzopfa ntawuzorusimba

  • ubwwose kumushyinguraho nukumuhemba kuberako yishe abantu benshi ? aho hantu yashyinguwe ntabwo arahantu hogushyingura uwo musenzi wishe inzira karengane ndahamyako abarundi babagabo nibashyiraho abayozi bafise ubwinge bazomuzikura bakamushyingura kure yabo yahekuye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.