Accueil > Amakuru > u Burundi > Maragarita BARANKITSE yahawe agashimwe ka Aurora Prize for Awakening (...)
Maragarita BARANKITSE yahawe agashimwe ka Aurora Prize for Awakening Humanity (Video)
mardi 26 Ndamukiza 2016, par
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
26 Ndamukiza 2016, 08:57, par morodikayi.
Turamukeje uwo muvyeyi cane gose kurako gashimwe ya ronse, Imana irushirizeho kumwongera imigisha kuvyiza, ya koreye abarundi nabungingo nubu akibandanya. Uwukwanka azokwandureko, azopfe ayerera Nkakayini, abanyaruyigi twarabonye ivyo wadukoreye, babasi bamahoro aribo dusazwe tuzi, bitwa barwankabiyago, bampemuke ndamuke. Badusamburiye iterambere wari waratuzaniye, irwara nazo ziti ndaje, iyo mihimbiri badusamburiko, rwimisi yigisuma 40 kandi ngo umurozi yaroze kera,ahumirwa nuruyoya. Nkurunziza petero nawe nakarwi kiwe bahisemwo kwisamburirako nkimpene, umusumwe bazohumirwa numuswi wi nkoko barindire.
26 Ndamukiza 2016, 09:56, par Nene Nesta
IMANA IKUJIMBERE URAKWIRIYE NIBINDI BIRENGA IVYO
26 Ndamukiza 2016, 09:56, par tari
Nakomere cane uwo muvyeyi ico nikimenyetso cuko umwasi agucira icobo imana ikagucira icanzo nakomere kwibanga yiyemeje imana irikumwe nawe ineza akorera uburundi nabarundi imana izobimuhembera ureke zambura kimazi atakindi zishinzwe gukora Atari ukwirirwa zirasesa amaraso yabarundi
26 Ndamukiza 2016, 13:16, par MUYAHUDI
IRAMBIR MUTWAREKAZI UWUKOZ NEZA MWISI NOMWIJURU ARASHOBORA KUZOBIHEMBEGWA IYO UTADENDEBUKIW KUGUMA AKORIVYIZA YESU AKUZIGAM
26 Ndamukiza 2016, 16:31, par Vuga
Huuuuu,urumva,ngobaradedemba,gwinteko,zimaziki,muburundi,abajenero,72,hakenye,4o,bokwitanga,bakamubwira,ukuri,nkunziza,ko,niyomareyavuzukuri,haaa,ahogeze,murambabaza,reka,baze,babapuguza,nakare,ibihugu,biranadutwenga,komuribeshi,,ntanicomumaze,,,,,,,,gumemurabana,mumaso,hasiga-2o,mubonekuvuga,rengeramoko,muhagarariruburundi,muburundi,ntamokoyarimo,mumukinzo
26 Ndamukiza 2016, 18:39, par Jean-Claude Nsabimana
Uwo muvyeyi nakomere ku Muheto kandi Imana iramuhetse! Ivyo akora birashimwa! Ni Umuvyeyi w’inararibonye mu Buzima bw’Igihugu cacu! Aho ari ubu Imana imuhoze kandi imurinde abansi!
26 Ndamukiza 2016, 21:33, par Felix
Imana Imuhezagire Ku Vyiza Yakoze
27 Ndamukiza 2016, 06:20
Kuronka0biramuraba .
28 Ndamukiza 2016, 09:52, par Doudo
Komerezaho muvyeyiwacu abakwanka Imana iobahana
28 Ndamukiza 2016, 22:03, par rukundo jast
nivyiza natwetuzoronka imanantiyatwibagiye iratuzi
28 Ndamukiza 2016, 22:14, par nkundwanabake juliette
Imana Izigame Aba cndd_fedd.nimbonerakure nabagumyabanga mwes muraz kabokwasinduhije baturonder mugo turasengimana ntacobazotugura !
27 Ruheshi 2016, 12:20, par NYANDWI FIDELE
UWAKOZE NEZA NIKUZA BARAMUSHIMIRA