Accueil > Amakuru > u Burundi > Mohamed Ould Abdel Aziz yashitse i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa (...)
Mohamed Ould Abdel Aziz yashitse i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu
mercredi 24 Ruhuhuma 2016, par
Umukuru w’igihugu wa Mauritanie, umwe mu bakuru b’ibihugu bane bagiye kugendera Uburundi, yashitse i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu.
Uwo murwi w’abakuru b’ibihugu bane hamwe n’umushikiranganji wa mbere wa Ethiopie ukaba uje kuvugana n’abo vyega, uko hotanguza ibiganiro bihuza abarundi kandi bidakumira vyari bisa n’ivyahagaze.
Mohamed Ould Abdel Aziz yashitse kuri uwu wa gatatu, mu gihe n’abandi bitezwe kuri uwu wa kane, mu rugendo rw’iminsi ibiri bazomara i Bujumbura.
Abategetsi bagiye kugendera Uburundi bose hamwe ni batanu, abo nabo akaba ari, umukuru w’igihugu wa Mauritania Mohamed Ould Abdel Aziz, umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo Jacob Zuma, akaba ari nawe azoba arongoye umurwi w’abo bakuru b’ibihugu, umukuru w’igihugu wa Senegal Macky Sall, umukuru w’igihugu wa Gabon Ali Bongo Ondimba, hamwe n’umushikiranganji wa mbere wa Ethiopia Hailemariam Desalegn
IGIHE
Messages
24 Ruhuhuma 2016, 14:41, par ernest
Nibaze bazosanga nkurumbi yabateze imitego nkimwe yatega kimoon agataha adakoze icamuzanye
24 Ruhuhuma 2016, 15:12, par Dismas
Twizere Ko Abategetsi B’uburundi Ko Bazokugurura Imitwe Bakumva Impanur Bahabwa,ese Ingne Bari Batwitayeho!!!!?
24 Ruhuhuma 2016, 15:12, par cuma
hehe...biraryoheye.agahinda ,kubona.utwigor’ababakurubibihugubagumabakoramukuzamuburundi.ee...(hagurukamusenge)ntimwibazekobazagushenger’ibwami.atakivuyemwotwebw’abanyagihunitwetuzohavatwishuritike.yabazanyemuguhunganokwicwa
24 Ruhuhuma 2016, 15:54, par Willy
Nibaze bagire ico bafashije
24 Ruhuhuma 2016, 16:00, par INTAGOHEKA
INGOMURABE IVYIZA VYIBURUNDI MUZOTUVUGUKOTURI BAMWE BITAZ IRIYE BASINDUMUJA BAZOMARAMARA MPAKA BEMEKO NKURUNZI ABASUMBA
24 Ruhuhuma 2016, 16:50, par tharcisse
ivyo bumvan’ivyinshi nibazebirabire nabonabagabo
24 Ruhuhuma 2016, 16:51, par tharcisse
ivyo bumvan’ivyinshi nibazebirabire nabonabagabo
24 Ruhuhuma 2016, 17:55, par Nyandwi Pascal
aho nisawa ko abo baperezida bohaza baza barishikira muburundi kuraba igihugu kuko c’ifashe.
24 Ruhuhuma 2016, 19:11, par Warushe
Nimba badashobora gutabara abarundi ngo bafatire ingingo ikomeye nkurumbi nibashake bigumi re iwabo kk turarushe sana,
24 Ruhuhuma 2016, 19:14, par Burundi Jean
Komera Mutama Wacu President Piel Nkurunziza A Bo Bapresident Ntibagutere Ubwoba Nibagende Bategeke iwabo Twaragutoye Ntaco Bahindura .Twifuza Ko Utoduhemukira Twagutoye Tukwizigiye,,abashaka Gutwara Badatowe .Nibarindire Manda Yabo Ntiragera
24 Ruhuhuma 2016, 19:53, par Gully
Eka nyene uri intagoheka koko,ariko basha ivyomwishimira vyabahambukanye niwaba warumvis ijambo nkurunziza yavugiye mu cibitoke ryo kubikurako,ariko uryawe ntawe asumba kiretse m’ubwicanyi kuko ntakibabaje nkokubona uwo mwita umugabo asumba abandi,atega umutego yarangiza akawurwamwo.
24 Ruhuhuma 2016, 19:56, par Baptiste
Barakaza Muburundi Igihugi Camata Nubuki
24 Ruhuhuma 2016, 20:14, par Iribuka
WEWE WIYITA NTAGOHEKA EKA IZINA NIRYO MUNTU NDIBUKA KO IMBURAMUTIMA Z’IBINWAMARASO ZIHEJEJE GUSHIRA MUNGIRO IHONYABWOKO RY’ABATUTSI,IZOMBURAKIGOGWE Z’ABICANYI ZACIYE ZIBUMBIRA HAMWE MUKARWI KAGENDA KICA GATEMA GATONGORA GATURIRA KIYITA INTAGOHEKA ,NAWE URUMWE MURABO, ARIKO NKUBAZE INYUNGU UMAZE GUKURA MUMARASO NIYIHE ? CANKE URI MURI ZANTERAHAMWE NKURUMBI YATUMAKO NGO ZIMUFASHE KUBANDANIRIZA AHO BAGEJEJE 1993,UWO NKURUMBI UVUGA ARUTA WEWE UR’UMUCANGERO WIWE,ABANDI KURAMWO,
24 Ruhuhuma 2016, 20:26, par J.Marie
Jewe Nunva Arivyiza Kuko Inkurumbarirano Irutwaniyo Wiboneye
24 Ruhuhuma 2016, 20:31, par AUDACE NIYOMUREZI
EMWE NIBAZE ARIKO BAMENYE KO NKURUNZIZA ARI UMWICANYI KANDI UMUNYAMANYANGA
24 Ruhuhuma 2016, 20:33, par BIGIRIMANA CYRIAQUE
AHOTURUSHIMA UKO ABOBAPRESIDA BISHIKIRA MUBURUNDI BIRABIRE ABOBANGUSHU BIRIGWABAMAMAZA NGOMUBURUNDI BIRACIKA KANDI ABENEGIHUGU DUTEKANYE TURYATUKARYAMA ABAVUGA AMAHONYABWOKO IVYONIBIHEMU VYIGIHUGU BAFISE IVYIYUNVIRO BISHAJE NTIBAKUNDA UBURUNDI NABABUBAMWO NAHOBOKWITO NTAWUZOBATORO UWAGUMWE MUMUGIHUGU AZOTOGWA UWONINTARE NIBAGERAGEZE TURABE ICOBAZOGERAKO BAMARAMAYE NAHO BOTWAZA ZEBIYAIBITA NTIBIKUNDA MUBURUNDI NIBAZETWUBAKE IGIHUGU
24 Ruhuhuma 2016, 20:36, par Eric Buhema
Haa ! ! ! Turindire Turabe Nabo Ko bobitunganya Bikaja Muburyo Abarundi Tukava Murizi Ngorane Turimwo.
24 Ruhuhuma 2016, 20:44, par CYRIAQUE
NKURUNZI URUMUGA WABAGA URINTAKUGWA KWIJAMBO WEMEREYE ABARUNDI IRAMBIRE ABAZA MUBEREKE KUBURUNDIBUGENDWA ABANGUSHIBAMARAMARE IRAMBIRE
24 Ruhuhuma 2016, 21:50, par nkdn
uraberewe peeeee ukwiye kuguma kwivora urabona uko muberewe
24 Ruhuhuma 2016, 22:00, par Nimubona Claver
Reka Turindire Twunve Ico Decideur Azobabwira.Kuko Twarikukiye
24 Ruhuhuma 2016, 22:29, par umve!yeee!
nibabavugirize yemw mungagara nanyakabiga!bameny k rutitaha knd k tubishoby kwivuna za 5mill zije
24 Ruhuhuma 2016, 23:03, par maoni
Ikintu abarundi bihendaho nuko habura umuntu uhagaralira abatutsi balimo gukorerwa ihonya bwoko mumishyikirano !!! niba ntawe iryo honya bwoko lizahinduka ikidandazwa !!! none mumishyikirano nihaboneke umuntu ahagaraliye abatutsi , kandi koko nibyo nibo benshi nkurunziza amaze kwica !!!
25 Ruhuhuma 2016, 00:27, par kabizi
None ga banyarwanda ko mudutukira umu presida wacu akunzwe n,abarundi barenga 85% murashak kuduha inde adutware??? peter nkurunziza urumugabo w,abagabo atagir ubwoba,,,,, ramba ramba
25 Ruhuhuma 2016, 02:31, par Mateso
Abo bavuga ngo abanyagihugu ngo twarushe niyivuge wenyene kuko ibice 99,4 twiberey mu mutekano wumusesekara.nutwo duce 6 nudu cartier nuwo mugamba wanyu mwahungiyemwo ikimbabaza nabana banyu na benewanyu muriko mutesha ishure burya Nkurunziza Muzomushobora Ndavye Uko Vyatanguy Politque Yayutse Nababatumye Batekereje Rero Hako Mwoguma Muturatura Murabe Aho Muhagaz Aho Mugahinga Ngama Manda Nawe Atayuzi Isokor Ww Ufis Agatima Kukwiyumvira Mweger Imiryango Yanyu.
25 Ruhuhuma 2016, 06:55, par GERMSON
uburundi bwacu?/bwanyu? bw’amata n’ubuki?/bw’amarira n’ubukene? yemw abasenga dufis akazi! ivyiza biriho n’ibibi biriho!
25 Ruhuhuma 2016, 08:16, par Kegis
MUBAHE IMIKEKE BIRIRE, MUBAVUGIRI INGOMA BATAMBE BATARIKE, MUBAHE N’ AKAVINYU BANWE BACE BADUSIGIRA AMA Dollars IMBERE YO GUTAHA.
25 Ruhuhuma 2016, 09:06, par INTAGOHEKA
EWE IRIBUKA SHA NAWE GULLY MUFUS UBWENGE BUKE BARAYAMAZE NGO ZIKONWA ZIROHA KANDI NGWAMASO YIBIKERE NTABUZABAVOMA NAMWE NDABABWIYE POLE SANA KUKO MANDA YANYU NTIRAGERA MWE NIKAMA TU CAYI NKUKO MUTAMA YARIVUMEREYE MUZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA
25 Ruhuhuma 2016, 09:24, par NDARIHOZE OMAR JOHN MARCAIN
Nibaze Vraiment!Ibimaramare Vyice Bamwe Bihay Amabarabara Ngo Ntibakeney Ibiganiro Vyobahuza N Abakubise Coup D’etat!Mbe Ko Uwo Bashra Imbere Yavyemeye Bizosubizwa Inyuma?President We,umugabo Yihindukiza Mu Buriri Apana Mwijambo!Nturemerw Nuwo Mugwi Wawe Ngo Wanke Ibiganiro!Wibuke Ko Wofuma Ubura Ico Usezerana Hako Usezerana Ntushtse!Ntusubiz Inyuma Ibiganiro Kuko Na Wewe Urafis Umuryango!Wumv Impanuro Kuk Agasozi Kintahanurwa Kahiye Abagabo Babona!
25 Ruhuhuma 2016, 11:17, par gwaho burundi
nukuri numwami witsi???ariko nikuber atazofpa gusa
25 Ruhuhuma 2016, 14:43, par Baobab
@maoni
"Ikintu abarundi bihendaho nuko habura umuntu uhagaralira abatutsi balimo gukorerwa ihonya bwoko mumishyikirano !!!"
Ewe sha maoni!
None ga ugira ngo utwibutse ko Uburundi bwabaye monéthnique nk’Urwanda?
Oya sha ibintu birarutana!
5 Rusama 2016, 21:09, par lea
Nshaka amahoro mu gihugu chachu