Accueil > Amakuru > u Burundi > Muyinga : Umurima w’umukuru w’igihugu watewe n’impanuka y’umuriro
Muyinga : Umurima w’umukuru w’igihugu watewe n’impanuka y’umuriro
jeudi 25 Myandagaro 2016, par
Umurima w’ibitoke n’inanasi w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA uri muri komine Muyinga mu ntara ya Muyinga watewe n’impanuka y’umuriro wadutse mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu. N’ikirindiro c’abasirikare kiri hafi y’uwo murima carashikiriwe n’uwo muriro.
Abajejwe intwaro muri iyo komine bamenyesha ko biboneka ko uwo muriro wiyadukije, ukaba wabonetse nk’igihe c’isaha icenda zo ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu, ukaba watanguriye hafi y’ikibuga c’umupira kiri ku musozi Kavumu.
Uwo muriro watanguriye ahari itongo riragirwamwo inka z’umukuru w’igihugu, abanyagihugu hamwe n’abajejwe intwaro bakaba baranyarukiye kuzimya uwo muriro, ariko ubabana mwishi cane, baca batabaza abasirikare kugira babafashe.
Muri iyo mpanuka y’umuriro, ibitari bike vyarononekaye, n’ikirindiro c’abasirikare kiri hafi y’uwo murima kikaba carashikiriwe n’uwo muriro.
IGIHE
Messages
25 Myandagaro 2016, 14:47, par Alain Nyabenda
None iyo mirima nayo barayihagiye nka 3e mandat? Ni kubera iki batatabaje abanyarwanda ngo barungike hélicoptère kumwe babikora isoko iriko irasha. None Pita afise amatongo mu kumoso, mu Rumonge, iMuyinga,i Ngozi hamwe nomu Kabezi? Biratangaje aho umuntu icoyishakiye yitwaje amabanga ajejwe mu gihugu.
25 Myandagaro 2016, 14:51, par Hutsi
Yooooooo! Uburundi na barundi turahomvye umutungo kandi birambabaje cane cane gose.
25 Myandagaro 2016, 14:52, par iris
birababaje none wavuye kuki? mbonako ari inkozi yikibi yawuturiye nihakorwe amatohoza uwufashwe ahanwe
25 Myandagaro 2016, 14:53, par renchish@yahoo.fr
utwo tumaramasenge na ananas ziratubabaje vyotuvuye gute basha !!!!!!!!!!!!
25 Myandagaro 2016, 15:07, par Karimu
ni ukureba neza niba atari umuvumo utangiye kumushikira
25 Myandagaro 2016, 15:17, par kajekurya
Iyo n’intango n’ibindi vyinshi biri munyuma.Wait and see.
25 Myandagaro 2016, 15:25, par kajekurya
Iyo n’intango n’ibindi vyinshi biri munyuma.Wait and see.
25 Myandagaro 2016, 16:03, par Kuri
Haahahahaa iyo nintango agasema sigihuna
25 Myandagaro 2016, 16:13, par samysun
Aba dd barazituriye kugira ntizijabuke mu Rwanda basha!
25 Myandagaro 2016, 16:33, par jean
kajugujugu zizimya umuriro zova he? mu Rwanda?
25 Myandagaro 2016, 16:35, par Nyamitwe
Felicitation kuruwo muriro!Ashiii!IUHORAHO Aratanguye gutanginyishu kuruyomukozi wa satani.Ahubwo wahereye habi,yuhera munzu yiwe ukabandaniriza kumuhabara wiwe denize nabanabiwe.Kugira yumve ingene abandi yirirwarica nukwangaza bababara.
25 Myandagaro 2016, 16:47, par Chris
na bado ..iyo shetani usenga izokwereka
25 Myandagaro 2016, 17:06, par FNL
Yaco muduhenda bahaturiye,mbe si u Rwanda rwaturiye imirima ya Peter!!none mwavyibagiwe kubivuga!hhhaahh
25 Myandagaro 2016, 18:36, par Yvan
Iyo nawe ahiramo nkurumbi aragaturirwa
25 Myandagaro 2016, 18:39, par mbonankira charlesc
igihe yoba arumuntu yaturiye uwomurima yoba arumwicanyi kuko umurima su wanyenicubahiro umukuru wigihugu wenyene uhereye kubahakora nababigura bose nivyigihugu sivyumwe
25 Myandagaro 2016, 19:57, par Iragiryagahuturemy
Harabantu bandi ivyiyumviro vyabo hano yemwe Imana ishimwe kobatakiba muburundi haragowe ibihugubabamwo bariko barakoresha imitambo yavyo kugirabandike ivyobanditse!!!
Nkumuntu yiyise Nyamitwe gayemwe nabandi ntiriwe ndavuga!?
25 Myandagaro 2016, 20:14, par iyakaremye
nigihombo mwiyi ntara y’a muyinga no kugihugu mwomenyako twese vyari bidufitiyakamaro? kiretsabagiyirwanda!!
25 Myandagaro 2016, 20:15, par iyakaremye
nigihombo mwiyi ntara y’a muyinga no kugihugu mwomenyako twese vyari bidufitiyakamaro? kiretsabagiyirwanda!!
25 Myandagaro 2016, 20:19, par iyakaremye
nigihombo mwiyi ntara y’a muyinga no kugihugu mwomenyako twese vyari bidufitiyakamaro? kiretsabagiyirwanda!!
25 Myandagaro 2016, 20:48, par ndiho
jewe iyo ndavye abantu bamwe bamwe mugutanga comments zabo hari gihe usanga bigize imana muri politike uwo mudasangiye ivyiyumviro sumwasi nimwere muhiganwe biciye mumatora mureke gutukana nogutyoza mbega ivyaraye bibaye mubutariyano navyo ga wewe wiyise iv krs nabindi mburabwenge nkamwe mubisigura gutec?
25 Myandagaro 2016, 21:49
Karikunzira. Emmanuel. Canke.. Nabamwa. Mushaka. Imanalramubona. Téléchargez-le aujourd’hui aujourd’hui
26 Myandagaro 2016, 00:03, par turaje
reka nawe yumve, yaturiye isoko rya Bujumbura none nawe umurima wiwe aba DD barawuturiye
indege izimya umuriro yova hehe? ko isahane mwarirako mwayubitse
ndibuka indege 2 zu Rwanda zizimya isoko rya Bujumbura .
26 Myandagaro 2016, 05:52, par Kamanayo
ko mwirirwa muvuga ngo ntacyo u Rwanda ntacyo rubarusha, hhaahh twabazimirije isoko mugirango niko bizakomeza,murebe ingaruka zo kwisamburirako nk’impene,helicopters zanyu ko zitaje kuzimya,mwazikulahh
26 Myandagaro 2016, 06:51, par Iribuka
Aho Mwumva habaye iki iyo uwo mwicanyi yirirwa arasasika inganda ahiramwo,uburundi bukaronka amahoro
26 Myandagaro 2016, 07:24, par alia
ntaco ahomvye naba buriye mwisoko nkuru yabujumbura bara hoze
26 Myandagaro 2016, 09:22, par Infura zisi
Ariko abahutu bibagirwa vuba. Bazotegeke c base navyo bareke kugwara amavunja.
26 Myandagaro 2016, 09:54, par turaje
Yewe kamanayo. Uri rubebe koko. Ubona guturira imirima bizabageza kuki? Mwacafuje amafoto , mutera grenade , mutwika abantu. Ubu noneho baso wanyu bakoze genocide 72 batangiye kwiyahura(Manwangari, Bagaza,...).Abatwitse abantu nabo batangiye kwikata imihogo. Ubwò niwowe usigaje kwishyira mukagozi.
26 Myandagaro 2016, 10:56, par kaka
Ntiyihangane babigize babishaka
26 Myandagaro 2016, 11:40, par kamenge
Niba Peter yemera Imana,amenyeko Imana imweretse yuko ariko aturira igihu,ica imuha akarorero kumurima wiwe
26 Myandagaro 2016, 11:40, par kamenge
Niba Peter yemera Imana,amenyeko Imana imweretse yuko ariko aturira igihu,ica imuha akarorero kumurima wiwe
26 Myandagaro 2016, 11:40, par kamenge
Niba Peter yemera Imana,amenyeko Imana imweretse yuko ariko aturira igihu,ica imuha akarorero kumurima wiwe
26 Myandagaro 2016, 11:40, par kamenge
Niba Peter yemera Imana,amenyeko Imana imweretse yuko ariko aturira igihu,ica imuha akarorero kumurima wiwe
26 Myandagaro 2016, 11:40, par kamenge
Niba Peter yemera Imana,amenyeko Imana imweretse yuko ariko aturira igihu,ica imuha akarorero kumurima wiwe
26 Myandagaro 2016, 12:18, par Ntihinduka Philbert
Ego Twahomvye
26 Myandagaro 2016, 14:55, par Kamanayo
@Turaje!jye sinzigera nkubwira nabi twe tuzi diplomacy sinkamwe mukora buterahamwe ,munatukana,ibuka twabazimirije isoko rya Buja,wasanga utanabizi kubera ko wibera mumashyamba ya Congo
26 Myandagaro 2016, 17:01, par Imana
nayabone mb yarazi aho yagahonereje abantu Uhoraho Imana Yo Mwijuru Atabibona?
26 Myandagaro 2016, 21:09, par NONO
BANTU BIMANA NTACO MUTUKANA MUPHA UBUSA NTIHAKORA IBITUTSI AHUBWO HAKORA AMATORA N’UBUTUNGANE IYO UMUNTU UMUTYOZA NABI AHUBWO IMANA BITUMA IMWONGERA IMIGISHA !! KO MUMUVUMA UWO PREZIDA ABARIRA IKI ?KO YAHAWE N’ABENEGIHUGU!
27 Myandagaro 2016, 06:39, par gogo
Abantu ntibakigira na bubiri kweri, umuriro wiyadukiza gute ahantu atanintsinga zumuyagankuba zihari?
27 Myandagaro 2016, 10:47, par Niyonzima Marc
Birabaj
27 Myandagaro 2016, 16:06, par Ndabo abdi
Ndamuhaye pore nyakwubahwa mukuruwigihugu kuruyomurimawiwe wahiye
27 Myandagaro 2016, 16:24, par Ndabo abdi
Ndamuhaye pore nyakwubahwa mukuruwigihugu kuruyomurimawiwe wahiye
27 Myandagaro 2016, 16:25, par Ndabo abdi
Ndamuhaye pore nyakwubahwa mukuruwigihugu kuruyomurimawiwe wahiye
27 Myandagaro 2016, 21:15, par NDIZEYE
WOBA WAKINJE NANDE AHUBWO NIBO BARYIGIRIYE KUGIRA BABESHERE ABANDI
28 Myandagaro 2016, 05:00, par Cody
Eh, niko bigenda mu burundi.
Amasoko arasha ntibamenye igituma.
Marche central,t2000,n’ayandi..
Abantu barazimira ntibamenye ica bahitanye bamwe ugasanga mbere baciwe imitwe.
Akari inyuma karahinda. Vyose bizosha.....
28 Myandagaro 2016, 11:20, par Komera Rwanda
Shetani yimukiye i Burundi,nimukomeze mushye kandi birigaragaza,twe mu Rwanda turi gutera imbere ubu turi mu myiteguro yo kwakira HE Patrice Talon (Président wa Benin)
28 Myandagaro 2016, 13:00, par Strong Rwanda
Hhaah u Rwanda rwaricecekeye none le nouveau chef du CNDD FDD Gen Evariste yaraye anyomoje kuri BBC ibifuti Nyabenda yari yaravuze ko nta Génocide y’Abatutsi yabaye mu Rwanda, uzi ubwenge wowe, ureke ibyo bi civile ngo ni Nyabenda na Gélase,Rwanda nguvu tunazo mtaziona