Accueil > Amakuru > u Burundi > Ngagara : Colonel RUFYIRI Lucien yiciwe ku rugo iwe
Ngagara : Colonel RUFYIRI Lucien yiciwe ku rugo iwe
mercredi 25 Rusama 2016, par
Amasasu yumvikanye mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu, muri zone ya Ngagara, muri karitiye ya kabiri, umuntu umwe niwe yishwe n’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye.
Uwo yishwe arashwe ni Colonel RUFYIRI Lucien, umukukuruke mu gisirikare c’Uburundi (Ex FAB).
Colonel RUFYIRI Lucien yarashwe ari imbere y’urugo rwiwe aho mu Ngagara, muri karitiye ya kabiri.
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE aremeza ayo makuru, akavuga ko umwe mu bantu bishe Colonel RUFYIRI Lucien yamurashe amasasu ane akoresheje inkoho yo mu bwoko bwa Pistolet.
Pierre NKURIKIYE amenyesha ko abo bantu bitwaje ibirwanisho bakomerekeje n’umuhungu wa Colonel Rufyiri Lucien.
IGIHE
Messages
25 Rusama 2016, 12:29, par Ruduha
Burundi bwacu gezaho
Kuko uzosigara atabantu ufise.
Nkurunziza vyakunaniye nta perezida nkawewe.puuuu
25 Rusama 2016, 12:41, par peace
Nubu biracabandanya?Jewe mbona ivyuburundi vyananiranye kabisa!
25 Rusama 2016, 12:54, par tari
Ico nikimenyetso kitabesha ko nkurunziza nakarwi kiwe batarota baha amahoro abarundi kuko umugambi wabo nuwoguhonya uwewese atemera ikiringo cagatatu nkurunziza yihagiye none mubona ibiganiro bivurwa bizovamwiki mugihe abanyagihugu badakingewe urumvako bizoza guhera atawugisigaye nicogituma imbere yibiganiro inteko mvamakungu zirakenewe zoza gucungera umutekano wabanyagihugu nokwambura ibirwanisho imbonerakure interahamwe niyindi mirwi ivyitwaje rabanawe ngwiganiro igihe nkurunziza we nakarwi barikumwe babandanya gutanga ibirwanisho mumbonerakure na fdlr vyokwitegurira kuhonya abantu ikindi nuko umuhuza yokora ibishoboka vyose hakaba harashingwa inzego zohagararira igihugu mukurindira ibizova mubiganiro kuko izo nigarukambi zigihugu kidafise izengo ikindi nico Saba opposition canecane cnared nabandi barundi isinzi bahagurukiye kwanka agacinyizo nagakengere ka nkurunziza nakarwi kiwe kobova hasi bagakora ikintu kiboneka gituma amakungu ahagurukira ikibazo cuburundi Koko kuko ntivyumvikana kwaritwe twoguma tureze amaboko kandi abacu bariko baratikira ntiduterwe ubwoba nivugo zamakungu kuko nankurunziza yahonyanze amasezerano yarusha akaba amaze umwaka wose ahekura uburundi nabarundi ntacobagize kandi ntaco bakoze ngobatabare izonzira karengane none karashizingane twicare duhere tubona ubuharagezs konatwe duhaguruka tukamurwanya ningumvu zumuheto ahokuguma tumwinginga Ngo naze tuganire kandi atabishaka ahubwo hazogere ahariwe aturondera kanatsinda Ngo ubugabo burihabwa kuko mbonakuganira nankurunziza Ari nkokumushimira kumabi ariko arakorera abarundi
25 Rusama 2016, 13:26, par harera pierrot
ni ’’abamare wa mugani we nk’ifu y’iminjirano’’!!!!!!!!!!!!!! ko batumva
25 Rusama 2016, 13:44, par 1colo
imana imwakire mubwami bwayo. Abobagizi banabi nabo bice mugabo ntantambwe bazotera imana izobagaragaza.Amaraso yumuntu arahuma
25 Rusama 2016, 14:07, par SALOMON
NTAKUNDI IMANA IMWAKIRE MUBWAMI BWAYO KANDI NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE
25 Rusama 2016, 14:17, par copy
Mbega barundi mubona ibi bizotumarira iki? Hanyuma tukirirwa turirimba ngo umutekano ni wose ngo kandi ingorane tuzitegwa n’abaturanyi!! Jewe ndabona twisamburirako nk’impene, kandi tutisubiyeko ntawe bizosiga!
25 Rusama 2016, 15:01, par mtft
abo nabashaka gucanishamo inzego zumutwkano. zirabe maso.
25 Rusama 2016, 15:08, par Mugwiza
Abarundi ni ibigoryi gusa nta kindi
25 Rusama 2016, 15:32, par Signorina
Hewe tari,
Haguruka uje gukura Nkurunziza turabe? uvugira aho wicaye nka gatama atagunvu kagifise. Urageragza turabe uzobona ico imbwa yaboneye k´umugezi
25 Rusama 2016, 15:50, par nyanzira
arikogayemwe uyunkurunziza ntiyogezaho? ayamarasoyabarundi imana izoyakubaza ntankeka
25 Rusama 2016, 15:54, par N damiani
Uwo ni Minani be na sibduhije bene red na firebu abibagabi kwaribabiri bariyemeje guhonya umututsi bajaniranya numuhutu kugira bikunde iguhugu kije meisanganya ryihonyabwoko hanyuma yamakungu bataka batakambira bikunde baze. Kuko bafise Kubota nkuko sebuja wabo kagame yabatuye
25 Rusama 2016, 15:57, par Kanyosha
At Tari,
Nikubizi?
25 Rusama 2016, 16:28, par kuri
uyu yiyita tari arashisha iyombonye izinagusa candengana nkasoma izindi coment
25 Rusama 2016, 16:48, par Bigfaryas
Abobakozeiryobarabakwiyekuronderwavyihutapakabafashe
25 Rusama 2016, 16:49, par Bigfaryas
Abobakozeiryobarabakwiyekuronderwavyihutapakabafashe
25 Rusama 2016, 17:32, par Ruduha
Harya ngo Rwanda nirwo rubateza umutekano mucye?
Byabananiye nimumaramarire hiyo
25 Rusama 2016, 17:54, par OMER
IMANA IMWAKIRE MUBWAMABWAYO
25 Rusama 2016, 18:35, par Ruduha
Ni murondere amahoro
Nihagire umunyagihugu uwariwewese asubira kubura ubuzima bwiwe
Nonomuzotera imbere gute kandi abantu baguma bapfa
25 Rusama 2016, 19:15, par Haragakiza Blaise
Ndababay Ncan Kubon Abinca Kand Nakaz Kabo Atak Bagir Iman Niy Izokwincir Urubanz
25 Rusama 2016, 19:18, par orignal
Ubu nta nkeka intambara n’iy’ubwoko. Bishe umutegetsi w’umututsi haca hakurikira umuhutu. Bari baraye bagandaguye umu officier mu gipolisi none raba uwo mututsi aciye yicwa. 1=2 ?
25 Rusama 2016, 20:55, par niyonzima
Muragabe Amaraso Yabantubimana Muzoyabazwa Abayamena Bose
25 Rusama 2016, 20:59, par Ngendakumana
mbega,Yoba.arumweyahorayicabantu.nindege.,ahohamberehahise,muzamurengeza.narubira.imananimwakiranenumwete.
25 Rusama 2016, 21:15, par nyoni
jew nibaz k araba cndd fdd kuber nib bakund kwic abant.
25 Rusama 2016, 21:26, par Inkona.Mwumba
Mega.Jewe.Ndatangara.Iyonunvise.Icokirwari.Ngonitari.None.Ushaka.Kuba.Perezida?Ivyanyu.Vyarahinyutse..Twebwe.Nkurunziza.Turamwemera.Numugabo.Peee..None.Tari.Nkawe.Ubona.Nuwoguha.Gutwara.Inzu.Cumi.Wobishobora!!Ntigwitaha
25 Rusama 2016, 21:35, par CAKIRA
tari nyakwitarukiriza kwa makaka,urwoni rwarumogi sinduhije yabaha mumigumuko, rindira ayomaraso muguma mukora, mwica abantu kugira ngo vyumvigwe nazantozo zabazungu mwirigwa murasegesha amaraso yabenewanyu,ariko ntaco ndakurindiriye!!
25 Rusama 2016, 21:38, par SALVATOR
VYUKURI IBINTU NIBABIREKE NTAHO BIZOSHIKANA UBURUNDI AHOBOKOZE IBITEZA IMBERE IGIHUGU CACU CIGATERIMBEREBAGUME BATWONONERA
25 Rusama 2016, 21:59, par Jean marie
non nka colonel lucien
akicw iwe,ntimubona ko vyayangaye,abatwara barabe neza kuko hari agahaze.
25 Rusama 2016, 22:07, par NYISHU Orginal
Uyo muntu yiyita ngo ni TARI akwiye gupfa kuko akanwa kiwe karashishe kuko kotuma umuntu adahwa ufatiye kuvyo avuga.Ivyo ari vyo vyose nkeka asara kuko nta muntu akomeye neza yogira ivyiyumviro nk’ibi biteye iseseme ku bantu bose.
25 Rusama 2016, 22:42, par Céléman
Jewe Ico Mbona Nuko Umuntwes’akund’ubrundi Yosenga Imana Yonyene Ikaba Ariy’ih’uburundi Amahoro ,nayabavug’ibi Nabiriya Babireke
26 Rusama 2016, 06:00, par edimond banzira
nagahomera bunwa buburundi niburikiranwe
26 Rusama 2016, 06:56, par Fabrice
None kohapfa abakuru gusa ese nibahera bazoca bica bande?uburundi bwabaye nkahariya kwaba RAMBO.
26 Rusama 2016, 07:56, par Mututsiwamazurakunamye
@Ikiziga Tari. Nukuri uri ingunzu y’ikinyandaro. Ibigamo uvuga ntibimeshe. Ibyo wandika wagira ngo igitambambuga cyabyanditse.
26 Rusama 2016, 08:35, par Bigirimana
Peter Imana Iramubona Twaye Ingo Twahunze Mweho Ntimwovayo Canke Murimboneraku Muzohera Uwumutwe Muto Arundi Uruguma
26 Rusama 2016, 09:22, par bankk
Kera bavuga ngo uwusha umuhutu amutuma uwundi none kuki uwushaka umututsi atomutuma uwiwabo? Ni ???
26 Rusama 2016, 10:38, par NEY MAR
KO BICA ANDI MBEGA BO NTIBAZOPFA?IMANA IMWAKIRE MUBWAMI BWAYO
26 Rusama 2016, 11:36, par Reader
Nkurunziza arabamaze pe, yarangiza akabahenda ngo mwunge ubumwe, abarundi murwaye mu mutwe.
26 Rusama 2016, 15:13, par NDAYIZEYE BERNARDIN
AMARASOY’UMUNTUYISHWE NTIYIJANA UWAMWISHE AZOBIBAZWAN’UWOHEJURU
26 Rusama 2016, 18:20, par cofem
usibye kumarana gusa ntakindi muzogeraho aba rundi ayomaraso arikumeneka mu gihugu cyanyu purezida wanyu azoyabazwa
26 Rusama 2016, 18:20, par cofem
usibye kumarana gusa ntakindi muzogeraho aba rundi ayomaraso arikumeneka mu gihugu cyanyu purezida wanyu azoyabazwa
26 Rusama 2016, 18:20, par cofem
usibye kumarana gusa ntakindi muzogeraho aba rundi ayomaraso arikumeneka mu gihugu cyanyu purezida wanyu azoyabazwa
26 Rusama 2016, 20:06, par kinyozi
birababaje pe! ndarkugra ico mvuz ark ndumuken pe!
27 Rusama 2016, 07:55, par Morodikayi Jon
Turahojeje umuryango wa nyakwigwndera, iyo mihimbiri yankurunziza petero, batahure neza kumusiwabo uriho, nkurunziza arabahenda izonkeha bwenge.
27 Rusama 2016, 08:33, par turaje
ariko abarundi mwabaye mute? umujinga umwe arabamara mureba ? mwikureho ishano.
28 Rusama 2016, 05:19, par Riyazimana,saïd
yewemana,giraimpuhwe,ugaragazeababantu,bahiga,abatwarebacu,,birababaje,
30 Rusama 2016, 17:34, par Bizohinduka
Ewe Mana Tabara Igihugu N’abaco Mbe Abarundi Ntimworeka Ubwobwicanyi?Ndakeney Ukuri Nirih Tandukanir Hagati Yuburundi Na Somaria
12 Ruheshi 2016, 14:47, par JNS
Non nkuyo mukukuruke yazizeIki?
23 Mukakaro 2016, 11:54, par Ndumurundi
Iyinkuru Hamwe Yuba Ariyo Birabaje Ivyubundi