Accueil > Amakuru > u Burundi > Ngozi:Abanyarwanda batatu barahagaritswe n’igipolisi
Ngozi:Abanyarwanda batatu barahagaritswe n’igipolisi
lundi 31 Myandagaro 2015
Abanyarwanda batatu barahagaritswe barakubitwa bongera barabohwa n’abantu vyikekwa ko boba bari mu rwaruka rwegamiye umugambwe CNDD FDD imbonerakure, mu ntara ya Ngozi,ikomine ya Busiga.
Abo bafashwe ni KWIZERA Innocent, NSHIMIRIMANA Emmanuel, KUBWIMANA Innocent bose bava mu karere ka Nyaruteja Gatabire ,bagirizwa kuba binjiye mu Burundi badakurikije amategeko no gusumira urusaku igihugu c’ Urwanda mu gihugu c’Uburundi.
Bahejeje gufatwa batswe amatelefone ngendanwa n’amakinga yabo,baca bashikirizwa igipolisi gikorera ahitwa mu Mihigo.
Abajejwe agateka ka zina muntu mu ntara ya Ngozi bamenyesha ko hari abandi bantu batandatu bahagaritswe n’igipolisi gikorera mu Mihigo,abo nabo barakubiswe bongera barahohoterwa n’abakozi b’igendereza,abapolisi n’urwaruka rw’imbonerakure.
Van Naris Mugisha
Messages
31 Myandagaro 2015, 08:25, par che
komeza mubafate, mubahohotere mubagiriza ibitaja ntibize, mbega uyu mwaka niho mubonye ko mu Burundi hari abanyarwanda? Mushatse mwobigendamwo buhoro mukareka gusotora abaturanyi, erega umubanyi niwe muryango, sigeho ntimwikwegere!!
31 Myandagaro 2015, 08:45, par ok
Muriki gihe ntakugirira ibigengwe vyabantu badashakira amahoro uburundi nabo bavuga ngo bajejwe agateka ka muntu basaze nukubabasha igiti.
31 Myandagaro 2015, 09:47, par Maso
Kubatazi I Ngozi, Ahaho Abo Banyarwanda Bakorewe Amabi N’ Imbonerakure, Si Kure Y’ Aho Umukuru Wazo Ariko Arabesha Imana Ngo Ariko Arayisenga
31 Myandagaro 2015, 10:39, par Nibitanga Edymond.
Abafisi Bisabwa Namategeko Borekurwa, Abatabigiranabo Bagahanwa. Natwe Dufise Imiryongo Izingamiye Itanzania,kubwukurengamategeko.
31 Myandagaro 2015, 11:11, par EGIDE
IKIDAHURA NI IMISOZI ABANTU NABO BARAHURA MWOFATANEZA INGENZI NAMWE NTIMUZI IYOMUZOHURIRA
31 Myandagaro 2015, 14:41, par Jiji
Maso.Urambitsibara Umuvyeyi Yakuvyay.Yaratay Umwanya.Ahontasoni! Mbe Igtma Binjir Bidaciy Mumategko Nikuberiki?Cank Bafisiyindi Gahunda.Igendreza Ribandany Igikorwa Caryo.Abasirikar Naba Polis Uko.Namw Banyarwanda Mumenyeko Murinomisi Ingozi Ijisho Ry Imana Riri Kubantu Bayo.Twufurij Mutama Numuryango Wiw Igikoran Ciza.
31 Myandagaro 2015, 15:47, par habarugira
baba baje gukora amabi bagasanga abarudi twarikanuye ikibazobafise sibo bananiwe gutandukanya uburundi na congo. imana izobibire akabanga. kuburundi nabarundi.
31 Myandagaro 2015, 17:01, par Hakunakurara
Abantubose bitwakwarabarundi bubahuka bagatuka benewabo ba barundi bakajije umurego mugucungera umutekano wigihugucabo, muzorindamuhonyoka mugenda gupfukamira abansi bigihugucanyu mwaravumwe n’Imana.
31 Myandagaro 2015, 19:41, par MVUZO
Ibiriko birabera muburundi ntawundi bizobazwa atari Nkurunziza kuko niwe yabahaye uruhusha rwogutoteza zina muntu wese batavuga rumwe so izombonera kure zose abobigendereza bamenye ko bariko babikorera benewabo babarundi canke ababanyi babo ntibagire ngo bizijana ntamvura idahita bitebe bitebuke bazobibazwa
31 Myandagaro 2015, 20:05, par james
BAREBE NEZA BITAZA MERA NKO MU RWANDA MU 1990 UBWO HAJE ABANTU BAGURANISHAGA UMUNYU NIBIRATO BISHAJE BYA PARASITIKE BAVUGA KO BABIJYANYE MUBU GANDA
31 Myandagaro 2015, 22:49, par ngozi siti vip
reka kuducafuza mabaswamwe canke muzoje kuba mugihugu cabaso canke cabanyoko nicokinini uwuhaze kigori ngo imbonerakure nazo zararushe
1er Nyakanga 2015, 02:36, par izere
Uwibazako ugwanda gofat’uburundi ni umusazi.ahubwo he nifuzako umugambi Uganda rufise wogutera uburundi gwowushira mungiro vuba kugira abanyagwanda bahohotewe na kagafe baronke gusubiriwabo.
1er Nyakanga 2015, 07:27, par georges
Ababanyi nkabo,ntabo twipfuza muburundi.kubwanje ntamunyarwanda akwiye kuba muburundi .ahubwo twari twaratevye kuko nibamaneko.
1er Nyakanga 2015, 12:23, par urundirwanda
mwa nbonekure mwe mujye mukora ibintu nkabize
muyobewe ko murwanda huzuye impunzi zabarundi
natwe tubadukemo tubakubite
kagame atwigisha kugira discipline
so better mwirinde gukomeza kugira abo muhohotera baba nyarwanda
mwitware nkabize
apana
kwitwara
nkabayoborwa nkinama
uko nukugaragaza
isura nbi peter nkurunziza
1er Nyakanga 2015, 23:08, par Kayitare
@urundirwanda . Mwatsinzwe kongo muzinga amabinga nuko izahoze ari inkotanyi ubu zabaye iz’imidigi (reba akada ka kabarebe kumafoto) ubu mutangiye gushotora abarundi. Ubu mwabaye ba ruvumwa isi yose yarabamenye. Musigaye muri Uganda gusa Museveni navaho muzajyahe bene Gahini!! Wibagiwe tonnes 300 mwataye kongo babatunga no kumigano. Uri rubebe kweri.
3 Nyakanga 2015, 10:40, par NIYONKRU
Yemwe bapolice mbega lmana yavuze ko ikintu cose gifise intango niherezo mwibaza ko ibesha? Ubuzima turimwo bumeze nkibararaba mubisanzwe ibarabara rifise amakorosi abiri 1. Iburyo
2. Ibubanfo
Ico mwarimukwiye kumenya nuko ugeze ibubanfu imbere yaho uja iburyo uri iburyo umenyako imbere ushika ibubanfu iyo nimpanururo kuko vyose birarahinduka kandi ubishaka utabishaka birahinduka wodadaza utodadaza bitegerezwa kubaho kuko lmana yarabitegekanijeee!
21 Ntwarante 2016, 21:51, par Kabuto
Irementanya Ryo M,uburundi Twararitahuye Bafise Itsinzi Zamaraso None Nabari Mumugambwe Wabo Bandikiwe.