IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Olivier Mandevu:"Tuzobandanya kwitwarira Rwasa Agathon"

Olivier Mandevu:"Tuzobandanya kwitwarira Rwasa Agathon"

vendredi 31 Mukakaro 2015

Abanyagihugu bo mu gihugu ca Republika iharanira Demokrasi ya Kongo bo mu bwoko bw’abanyamurenge ,bamenyesha ko ingingo yo gutora Agathon Rwasa mu kibanza c’icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka bitari bikwiye ku muntu yagirizwa kugira uruhara mu bwicanyi bwabereye mu Gatumba.

JPEG - 76.3 ko
Umukuru w’ishirahamwe ry’abanyamurenge barokotse ubwo bwicanyi, Olivier Mandevu

Umukuru w’ishirahamwe ry’abanyamurenge barokotse ubwo bwicanyi, Olivier Mandevu, yavuze ko kuba Agathon Rwasa yahawe ikibanza mu nzego zo hejuru, bitazobabuza kubandanya kumukurikirana.

Yavuze ko iryo shirahamwe rizobandanya guhata Reta y’Uburundi bifashishije ibihugu bikomeye nka Reta Zunze Ubumwe za Amerika n’ibindi.

Ku kibazo co kumenya nimba bizoborohera mu gihe afise ubudahangarwa, Olivier Mandevu, yavuze ko icaha cakozwe mu Gatumbagifise ibimenyetso vyose vyo kucita ihonyabwoko.

Mwomenya ko ubwicanyi bwahitanye abanyamurenge bwabaye mu kwezi kw’umunani 2004, aho Abanyamurenge barenga 160 bagandaguriwe mw’ikambi y’impunzi barimwo


Van Naris Mugisha

Messages

  • Nivyo Yahemutse Ariko Abanyamurenge Ibijanye N, Inzego Muburundi Ntibiberekeye. Nibarabe Ivyabo. Sinshigikiye Ubwicanyi Ariko Umuntu Ataragirwa N, Icaha Aguma Ari Umwere. Aha Iwacu Noneho Turabimenyereye. Abadutwara Si Abere, Rero Imwe Mwosumba Abanu Bose Bishwe. Turafise Mbere N, Abaciriwe Urwo Gupfa, Ariko Baradutwara.

  • Ewe Mandevu Uratwenza Basi,Mbega Mubategetsi Bose Waravye Usanga Agathon Gwasa Niwe Yishe Wenyene,mandemvu Nuwuticishij’inkota Yaricishij’ururimi,mandevu Twibagire Kahise Twubake Kazoza,mbega Turavye Abakoz’ububisha Uburundi Bwotwagwa Nande?Gerageza.@

  • we Olivier Rwasa Siw Yabish. Bariza Kwa Habimana Pasteur. Nayo Rwasa Ndaziko Ivyo Atanivyazi.

  • baca umugani mu kinyarwanda bati ’’ UWAKUBITIRA IMBWA GUSUTAMA YAZIMARAHO nukuvuga uwashaka umutegetsi mu ntwaro ya cndd ff atishe abantu ntiyamubona. Pol sana ku banyamulenge Imana izabaha ubutungane bukwiriye naho i burundi ntimuhashakire ubwo butungane

  • Amahera cndd iriko ihereza aba oposants ngo bemere burya burozi ngo ni amatora, abanyagihugu tuzoyariha mu makoli agiye kuduzwa gushika kuri 60%, amahera yacu ariko atakaza agaciro ijoro n’umutaga, amatara tuzoza tuyabona rimwe mu ndwi, amavuriro ntakigira imiti ikwiye, isandugu ya leta ubu irarangaye nta kintu kiyirimwo. CONSEQUENCES ZAYA MATORA UMUNYAGIHUGU AZAZAKIRIZA AMABOKO ABIRI. Noheza mbamenyeshako abakuru b’ibihugu biriko bitumirwa mu birori vyo kurahira kwa peter ngo hafi ya bose banse kwitabira(kwitesha agateka kabo) iryo shano. Mwitege akarinyuma basha

  • ubundi bari baje gukoriki mu burundi ko bari baramariye abahutu muri congo?
    Murumva ingene bubahuka kwiterura ngo bazokurikirana umuntu ari mu gihugu iwe nabo tubahaye indaro,vraiment?Mu rwanda bari kwa benewabo babishemwo 1000 baca bahinda baza kubana n’imbonerakure,ako ni akanyaro n’ubwibone ariko buzohera,il fallait nous remercier ko twabahaye indaro,non c’est trop vous demander mwese abatutsi bo muri afrique centrale mushaka kwicara ku muhutu w’i burundi,iyaba jewe mwese nabasubiza muri congo tukaburana mutambereye ku butaka,namwe mushaka fond de commerce yitirigwa genocide,nimwivugire nkurunziza arasenga.N"abanyamulenge ntibashaka rwasa,bita muri politique y’uburundi ari impunzi,abategetsi b’i burundi mwisubireko abanyamahanga batugaya mu gihugu cacu,birakwiye guhagarara.

  • ABANYAMURENGE NIBO BASHIRWA MU BIBONE BAPFUYE GUSA. NTA BANDI BO?

  • Mana,twese koturabanyavyaha ijururizobaband?dufashe kugiradusaban ikigongwe

  • Nimureke kumwambika ibara ni babaze habimana yariye commission ngo avyegeke kuri mutama abari babimutumye.barya bantu bishwe nabandi bantu kugira bavyegeke kuri rwasa amakungu amukurikurane nacaneca ko yari umuntu atinyitse mu karere.

  • emma

    mandevu mbega wewe ushaka kungukira mubapfuye? hewe agapfuye kabazwivu, gwasa yabananiye hakirikare ataraja munzego ubu nihomubonako muzomushobora murahumba namwe iwanyu mwari mwahahunze kubera mwari mwamaze abahutu biwanyu murwanda.

  • Ariko biragaragaza neza ko hari abantu baza bagaragaza uko bahagaze bitewe na situation bababarimwo hama bigatuma abandi biga no hutahura vyinshi batari bazi. ese nkuyu munyamurenge aje kuvuga ubu! ntamwanya yaribwabironkere bwokubivuga akiri hariya mu KIBIRI ataraja muri reta ??? ariko!!!! murasetsa ariko twarabahinyuye!

  • None ko atasoni mugira abahutu mwiciye muri Congo bobo bazobazwa nde ko mwigira intungane, hoshi hoshiiiii

  • Mbe ako ka ndevu kavuga nigasigure ibigwanisho rutura bari baje bazanye ico vyaribije gukora senga ushime imana ko warokotse sha

  • KOMERA CANE MANDEVU NS AUSSI LES BURUNDAIS NS VS SOUTENONS DANS CE COMBAT LÉGAL DE POUSUIVRE CE CRIMINEL EN JUSTICE AU NIVEAU INTERNATIONAL CAR IL A BEL BIEN DÉCLALÉ PAR LUI MÊME QUE C’EST LUI QUI A COMMIT CETTE ATROCITÉ DONC, IL DOIT ETRE INCULPÉ PAR LA CPI COE LES GÉNOCIDAIRES INTERAHAMWE DU RWANDA TOUT COE THOMAS LUBANGA DU CONGO ANSI QUE CHARLES TAEROLO DU SIELA LEONE ENFIN D’ÉRADIQUE L’IMPUNITÉ DANS NOS PAYS DE GRANDS LACS ASHA BITEBE BITEBUKE NTANKEKA AZOFATWA KUKO NIWE YAVYIYEMEREYE MBERE NTANAMATOHOZA AKENEWE IL SUFFIT QUE GUSA CPI IMUSOHOREZA UN MANDAT D’ARRÊT HAMA ADOLPHE AGACA AMUTERA IKAMBA MARIMARI NI LAYE HE AKAJA KWISHURA IVYO YAKOREYE ABATAMAKAZI’ INZOYA,N’ABATAMA KUKO BURYA NI UBWICANYI BUMWE TWITA GENOCIDE.

  • HAHAHAHA ASHA MUZA KUVUGA AYAMUHE! WE FIDELITE URAKWIYE KUJA KWISHURE NIHO UZOHEZA UKAJIJUKA COKIMWE NUYO KAMENGE!KUKO MBONA MUHUZAGURIKA MUMAJAMBO MWANDIKA NTAHO MUTANIYE NA RWASA KABISA!KAMENGE ATI BABIBAZE PASTEUR NTUBONA YUKO USUMVYA UBWENGENGE NIMBATA! NGO YARIYE COMMISSION TOI TU ES UN PAUVRÉ BÊTE QUI NE RAISONNE PAS! HAMA KO YABIVUZE INDIVIDUELEMENT TWESE TUZI NEZA COMBIEN DE FOIS RWASA ÉTAIT UN DICTATEUR TUEUR DANS LE MAQUIS WIYUMVIRA YUKO YARIKUBIVUGA AKAGENDA ATAGANDAGUWE NA RWASA? BAMUKORESHA UBWENGE MAIS JE VS COMPRENDS DE NATURE VS LES HUTUS VS NE SAVEZ PAS LA POLITIQUE! NTIMUBONA NABENEWANYU BAA DD YUKO MURI MUKUMARARA! PETER NAWE YIYONGERA IKIRINGO KITEMEWE NAMATEGEKO! HAMA WEWE FELICITE UFISE UBWENGE BUDAKWIYE NGO BAZA GUKORIKI I BURUNDI? QUE CE QUE ÇA SIGNIFIE LE HCR ET LES RÉFUGIÉS ?USANGWA MURI DES ILLETTRES MUJE MUTWEGERA TUBAJIJURE SHA! BURYA MWE HAMWE MWAHUNGIRA ZA CONGO ,MU RWANDA,ZA TZT NAHANDI MWARI MUGIYEYO POURQUOI FAIRE? POURQUOI VS N’ÊTEZ PAS RESTÉS CHEZ SI VS ÉTIEZ LES PLUS MALINS? NTANKEKA MWE ABAHUTU NAHO MURIRIRA GUTWARA NTAVYO MUSHOBOYE MBERE MUKWIYE KWITABAZA KIZIGENZA MAJOR PIERRE BUYOYA AGARUKE KUBOGORA UBURUNDI KUKO MWE VYARABATAYE KUWAMAZI! RIRA BIE QUI RIRA LE DERNIER UBU RWASA NA PASTEUR WIWE BUCA BISHURA KUMABI BAKOREYE IMPUNZI UBWOKO BW’IMANA PERSONNE NE POURRA ÉCHAPPER LA JUSTICE RWASA TU SERAS JUGÉ Ã… LA PEPRÉTUITÉ VOULOIR OU PAS URI MUMAZI ABIRA!

  • Mandevu mbe wewe urinde?Ako nakagaye.turagiye kubiyamiriza mutuvire mugihugu murumva ukuntu muza kuduhonyorako,muzomukurikirana muriwanyu.kurumugabo bandanya.akadasizehokabkaba gasema.

  • Mwebwe nuburenganzira bwanyu bwokuvuga gurtyo, ariko mwirinde ntimugire uwomubineye, nambavyukurimubabazwa nabishe abanyagihugu baba Congomani turakeneye nokwumva mwidogera Kagame nawenyene akekwako kwicisha aba congomani bashika amamiriyoni, mazetuzokwumve musohoye itangazo rivugango: Birababanje kubona abanyarwanda bagumabashirimbere Kagame ngwababere perezida ngokandi akekwako kwica imbaga yabakongomani. Mwebwemuvugarerongo Pasiteri yarumuvugizi ngoyaravyivugiye ivyubwicanyi bwabereye Burundi. Ariko nubundi bwibuke kohariho beshi bagiriza Kagame koyabahekuye mwebwe bakongomani.

  • WEWE UVUGA NGO ABAHUTU CANKE ABAYUTSI NDAKWIBARIZE GATO:IMANA MUKWITA IVYOYAREMYE WARUMVISEMWO IZINAUMUHUTU CANKE UMUTUTSI!IGARURE RERO UKIRI HAFI!

  • Amakungu yarabahinyuye Empire Hima ntigishoboka abahutu bo muriyi Generation barahabona sinkakera mwahenda ba mutama ngo inkoho irasira hose. Ibirwanisho vyatowe mugatumba vyari intete mwagomba guha abana banyu? Ahubwo hapfuye bake abo mwishe muri Congo bangana gute ?

  • nimwi hangane nikobimez ivyomwisi ntihabuze mwebge mwenyene ariko ababikoze tubatege imana murakoze.

  • Ni Mwihangane Niko Bimeze Mu Buzima.Uguhora Ni Ukw’Imana.

  • @general de bujumbura
    None burya kamenge yavuze iki c’ubujuju,canke jewe navuze iki kitarimwo ubwenge?Wewe ahubwo ivyo uvuga harimwo uburofa bwa cane kuko baguhenze ngo uzi ubwenge ariko ce n’est pas vrai,tu es un tutsi fatigué nostalgique des années de genocide des hutus pendant lesquelles vous pensiez que c’est ça qui vous octroyait la suprématie sur les hutus,ariko nokubwirako baguhenze ,pourqoui?Niwihe inyishu nimba uzi ubwenge sinokwinjira muri vyinshi.Wewe ntiwumva,abo banyamulenge ntabo dushaka mu gihugu cacu,nibasubire muri congo canke mu rwanda,turahaze incagwatsi aho duhonyoye hose nizo zivuza uruhwa,zitwononera igisagara tuzihaye indaro,nibagende tuburane bari i wabo ntanuwuzi ahariho ivyo vyangazi tu parles.
    Uzopfa urota i wacu ntawuzoja i la haye uzoba umpinyuza,?Wewe uri ikijuju ca nyuma,uracari mu vya mandat mwitwaza ngo mwongere muturire abahutu mu ma pine,warasizwe shahu raba les chefs de la rebellion tutsi iyo bageze,ngo bashaka kugaruza ubutunzi buri muri sous sol burundais,baza nyambariza agucire agace,ubu vyose muriko mubishira hanze,umututsi atanguye gukena c’est pire mu kubomoka,ivyo vya mandat birashaje mon cher ami kurikira neza,mais ntimwibagire c’est notre pays et nos minerais mwitonde turamomana ntitubahereza gentillement,subira muri corne d’afrique iyo mwaje muva muje kwimbayo vos minerais izo muri afrique centrale si gwanyu kandi mumenye ivyo mwagiye mutwiba muzobiriha ni gahoro gahoro ntimwibaze ngo ntitubona.Nkubwije ukuli kuko nawe mbona ugukoresha .

  • ivyo nivyo uwagiye icaha nahanwe.

  • NAMBAYARABICIYE NTAKUNDI KUKO NTARIBUBAGARUKANE S’IMANA MANA TABARUBURUNDI ABITURUBUTUNGANEBAGWIRIYE . ABOWAREMYEBASIGAYEBISHUZA NABAPHUYE WAKIRIYE.ISIYANANIYE, HASIGAYAHAWE

  • Nashaka mbaze niba ubutungane bwarashiriweho Guhana abahutu gusa, abagandaguye abahutu mu myaka ya 72, 75, Ndadaye , 93, Congo, n ibindi vyinshi, ko ntawe barabibaza kandi haratikiye amamiriyoni y abantu ,nkanswe abo bagera no ku Majana abiri, Nobahanura kudahirahira Ngo mukore kuri Agatho Gwasa.

  • AHA NATWEBWE ABARUNDI TUGIYE KWITWARIRA ABANYUREGE KUBWICANYI BAGIRIYE IMPUNZI NZABARUNDI BARI BAHUGIYE MURI KONGO

  • nivyo birababaj kuba baragandaguw bunyamaswa kurya ariko kuki kuva aja mu mizero yabarundi ivyo. kumwitwarira vyari vyanumw bivyuts ubu umenga urunani rurashobora gusambuka?

  • Ariko abahutu mwaretse gutoneka imitima ya bapfunshije ababo ubwose kagame ba babwiye yuko aru munyamurenge reka mbabwire Rwasa bitinde azafatwatu mumenyeko gonecide sicaha ngo kirasanza tumufata ka Bagosora

  • Mbega umunsi Ijinji Habinana -Mutusela ashinyagurira abanyamurenge kuri Radio Bbc ngo bivunye umwasi mbega impunzi zirizwe na Onu ni gipolice ca Leta y"iburundi sibyo Gusa Umwucanyi Rwasa ntiyavyemeye ku Mvo N"imvano, ya Bbc ndamugira inama ayo mahera agiye gusahura Leta arye abika Kuko izindi zazirira murukiko mpuzamahanga

  • Mandevu cira birarura Empire Hima ntizoducarukana haaaaaaaaaaaaaaah!mbega uri nkande Sha kagabo.

  • Turahaze izonduru zizo ntagondwa z’abanyamurenge,nibagende iwabo bazivugirizeyo ,nibutse umuryango wanje wahoneye muri congo umazwe nivyo binwamaraso icompa ako kimandevu sinzi,nibavyumve ingabo za fnl twaratewe turiko turirenganira hama turivuna,mbega wambwembwe we wivugisha uko abacu ibihumbi amajana mwiciye muri yamashamba ntibari abantu,mutama wacu RWASA nimba mugamba inyama ziwe ntazo murose muraburaye,mumenye ko umusi hogira uwumurya nurwara ntimworara kubutaka bw’uburundi genda iwanyu muri congo babagorore ,mugomba mwigire abarundi nkuko mwigize aba congomani kandi muri inyenzi zo mu rwanda murahumba basha uburundi burafise benebwo ntimuzoduterana intambwe

  • Emweee?ritabhonyabwoko siko?ntakabrimpamvu!

  • MBE GA WEWE FELICITE TU NE VOIS COMBIEN DE FOIS TU ES UNE SOI DISANT FILLE OU FEMME MOSTE NÉE TRÈS STUPIDE URAZONDONDERE NZOGUHE UBWENGESHA! TWE ABATUTSI DUFISE UBWENGE NATUREL SHA EGA NTIMUKAGOMBE KWI COMPARANT NATWEBWE! PAPA WACU MZE NYAKUBWAHWA KAGAME NTUBONA UKUGENE IL A PU ENVAHI UN VASTE PAYS NKA CONGO NUBU TUKABA TUKINYIGANZA CONGO! MUKURU WACU KABILA ARASHARAMYE I KINSHASA! KANDI ATWAYE AMA MILIYONI YABAHUTU IVYO ÇA NE TE DIT RIEN ?KANURA UBONE NTAMUSI NUMWE MUZOGWANYA LES JUIFS CAR VS NE SEREZ POINT LES VANQUEURS TJS LES HUTUS TUZOKWAMA TUBATWARA! MBE UYO RWASA KO ATAJA I CONGO NGO AHABUZE CONGO AMARAMAYE ABUZE ICO YIMARIRA AkAJA KUMARAMARIRA MUBA NYAMULENGE UBWOKO BW’IMANA SHA BUZOMUHUMIRA TU KUKO NARIRYA NGUMWANA AHETSWE NEZA ASOKORORA AMABOUO! LES RÉSCAPÉS DE CE GÉNOCIDE QUI A ÉTÉ COMMIT PAR RWASA KUBERA YUKO TWAJANYWE MURI AMERIKA, AUSTRALIA,CANADA NAHANDI HOSE TUKIGA TUKAYAMINUZA JUSTE POUR QU’UN JR X BIENTÔT CET HOE SANGUINAIRE RWASA TUZOMUCIRE URUMUBEREYE UBU NITWE TUKORA MUMA INSTITUTIONS INTERNATIONAUX NKA KURYA TWAMYE VYAKORAMWO ARINAVYO VYATUMYE CONGO TUYIFATA FACILEMENT ATACAMIRA! NGAHO NAMWE KO MUZI UBWENGE MBARIRA AHO MWIGEZE MURWANA MUSHIGIKIWE N’IBIHUGU VYA RUTURA NKATWEBWE? MBE BURYA MWE IGIHUGU MUFISE NKATWEBWE NICAHE? EGA UBURUNDI SI RWANYU TURABUSANGIYE RORERA UZE URABE APRÈS LE 28/08/2015 UYO PETER WIYUMVIRA YUKO YATOWE AYO AZA KUBONA ARAKUBITWA KUMWE TWAGIZE ZA NTERAHAMWE MURI 94! MBE WIYOBAGIJE YUKO DUFISE INTWARAMIHETO ZACU ZA EX FAB? NA RENFORT NS EN AURONS EN CAS DE BESOIN! ABAHUTU MWE AHO POLITIKE IBATEREYE KUWAMAZI NUKO MU CONFONDANT IVYO MURI PASSÉ NIVYAMASEZERANO YA ARUSHA MBE BURYA IMYAKA YOSE MWARIMUMAZE MUTURATURA MU KIBIRA HARI NA ZONE NIMWE Y’UBURUNDI MWARI MWARASHOBOYE GUFATA AHA JE VOULAIS JUSTE TE RAPPELER QUE ATANGUVU MUDUSUMVYA LE 28 NIYO BUCA UMENYA QUI SOMMES NS !

  • ukonugukamisha ibizigambegantiwokura amabokomumpuzu agakora urekegusabana izinaryarwasanimuturihe impunziziciwemubitarovyibukavunabiciwemurisangekibogoyekajembontibari abantu?hewentudukoremunkovu

  • Barundi namwe Banyarwanda Muri Abavandimwe Ariko ntimuvange Ikibazo ca abanyamurenge na Banyarwanda ntaco bahuriyeho,abushe abahutu Muri Congo muzitwarire Leta ya President Kagame canke Kabila. Rero kwitiranya Kagame na abanyamurenge ntasano canke ntaho bahuriye icyo Abanyamurenge barondera nu butungane Kuko abicanyi bahari kandi bavyemeye ku murango Habimana ya vyemeye impunzi zimaze kwicwa avugira kuri Radio Bbc yemaga ico gitero imvo n"imvano ibajije Rwasa adhimagira mwijambo ryumuvugiziwe na gashinaguro Keshi mbega Rwasa yibwirako afinse ubundahangarwa buruta President wa Kenye Niba ntaco yi yagira ni yitaba utukiko President kunyita ntiyitavye agatsinda rero amenyeko bitinde bitebuke azakubitsa izitaba na Tayitoro wa Liberia Ubu arimumaboko yurukiko

  • Ariko ako ka Rwasa kanyu muhindura ikigirwamana kandi arakicanyi kazakwibonerako. Bwana mukomere turikumwe, ka Rwasa kahawe uriya mwanya kugira gace gafatwa

  • Arikoniczako,abobantubatamuronderera,ineza’nonenigikikibemezakoarimwo?Ntacobazomugiraturiinyumayiwe.

  • Rwasa Agathon yakoze genocide kandi ntisaza. We icamujanye muri reta yankurunzira nuko Nyamitwe yamuhishuriy’Umugambi wabo wo gutsemba Abantutsi muburundi ndetse nabandi bose bari kubutaka bw’Uburundi.
    Ariko ho rero na Nkurunziza chef we azi Abanyamurenge neza kabisa kuko yagiye kubasengamo avamo ameze nkumunsi Samson bamwogosha. Agathon ikikujanye aho kirazwi, ariko umenye ko wakoze kubadakorwaho? si wowe gusa bazogukomokamo nutihana kumugaragaro bazangara nka gahini. Abakina Abanyamurenge kumubyimba amateka azabibasubiriramo mugihe kitari kirekire. Ufalme wenu umepimwa na umepungukiwa.

  • Mberikambi iba kurubibe!

  • Rwasa nivyo yarishe banzamufate Kagame Buyoya nkurunziza hamwe n,abanyamurenge bishe aba Congo beshi

  • Njye ndumurundi ariko ndashigikiye ivyo umushingatahe Mandevu avuga. Ka Rwasa kahinduwe ikigwamana mu bahutu kubera kwica inzirakarengane za batutsi mu Gatumba. Ka Rwasa kagiye gufatwa gahimbigwe amaguru ku maboko kajanwe mumpimba i Kamoromoso muri Gehenamu. Bwana Mandevu mukomere, ukuri guca muziko ntigusha.

  • maramarirahiyo azotwara kko abifitiye uruhusha

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.