IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > OLUCOME imenyesha ko ibaye irahagarika gukurikirana amatora

OLUCOME imenyesha ko ibaye irahagarika gukurikirana amatora

jeudi 25 Ruheshi 2015

Ishirahamwe ryishinze kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo ya Reta OLUCOME ryandikiye umurwi utegura amatora CENI, aho rimenyesha ko ribaye rirahagarika igikorwa co gukurikirana amatora ku butaka bwose bw’Uburundi.

Mw’itangazo ryateweko umukono na Gabriel Rufyiri arongoye OLUCOME,amenyesha umurwi CENI ko,OLUCOME yabonye ko kuva hatangura ikiringo c’amatora ivyakozwe vyose bitavuye mu mwumvikano w’abegwa bose n’ico gikorwa,kandi amatora yategerezwa gutunganywa habaye umwumvikano.

Iryo tangazo rikamenyesha ko ico arico gitumye ishirahamwe OLUCOME rikura akarenge mu gikorwa co gukurikirana amatora.

Muri iryo tangazo OLUCOME iboneraho akaryo ko kumenyesha umurwi CENI ko kugira isubire muri ico gikorwa,ari ibizova mu biganiro vyasabwe n’abakuru b’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko,hamwe n’abo mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika.

Messages

  • MBE AKO KABWA KAMARIY ABANA MW IBARABARA NINDE YARAKENEY KO KAYACU NGA. KUMARAMARA GUSA AHUBWO NIGAHUNGE NKA BUSOKOZA. IGIHUGU NI CA BENE GIHUGU, TUZOYACUNGA. IKIBIRI NA RUFYIRI BAKOME!!

  • Yagize neza nakare ntakuja mubintu utabona iyo biva niyo bija !naseni ndayihanura kubivamwo bareke guta igihugu mukaga nkuyo mugabo yagitaye mukagabibiriya itaguriro havuga yuko uwusesa amaraso nayiwe azosesws

  • BURIGIRIYE MUTAMA UREKE IVYOVYICANYI VYABA DD TURABE KO BIYISHOBOZA KWOBARINKUGUSHIGIKIRIBISUMA BURAKINJUYE GATO TWVMVE IBIZOVA MURIRYANAMA SHAA SITWE TUZOBONA BIRATUVUYEKO

  • Amatora nukwotwobabwirako ategerezwa kuba sinzi komwobamutazi icotubivugira twishimikije.

  • Nagend nakar yahor abesha ubundiho yaduha iki?atarukubesha uwo dusanz tumumenyerey kar bwabwoko budashaka amatora genda ntaco warutumariy

  • NIMUREKE KANDI AMATORA AZOBA SANS VOUS

  • Icomwanka twarakimenye ntimwanka mandat mwank amazuru yankurunziza , ndadaye kumezi 3 mwaragandaguye ntibantunganya nawe mumusig amavyi , uburero nivyo mwariko mwiyunvira kugira kur nkurunziza? Gendamube murary intenté murwanda nimwunv imisay irushe muzogaruk tuzobakira, abahutu ntanzigo dufise

  • Ijambo ryimana rivugango umunyakib azokwiruk àta kimwirukanye , si mufyiri wenyen agiye nabandibuca bomoka , nabamwe bigira bapadiri kand arabaportisien nabonyene Buca bahunga

  • Kwisi uburundi buza ubwamber mukudakundana umuntu wes avuga ivyubwoko nirrofa ntabaho ahubwo umusi hapfuy uwabo niho azobibona ndasavy abarundi murek kubeshwa numuntu umw kuko nabatanguj cndd fdd ntarimwo bos baragiy kirets general adolph gusa nabo bari abahutu non mwovyita ivyu bwoko gut

  • UMUNTU ARAVYE INYIFATO Z’ABARUNDI BAMWE BAMWE MUVYO BAVUGA BIRABONEKA NEZA KO ATARI ABENE GIHUGU KOKO , NAGIRA NDABABWIRE KO TWABAHAYE INDARO NONE MUSHAKA KUDUSOHORA MU GIHUGU CACU MURABESHA KIRIMWO ABAGABO KANDI UWO VYOBERA VYIZA YOREKA KU BABAZA UMUTIMA WIWE KO MWARAYE MU NA NIRIWE KURIRYA KUDETA CA BUGUFI , AMATORA AZOBA KANDI AZOGENDA NEZA CANE KANDI ABO BA D D MWANKA BAZOBATWARA MWANKA GUSHIKA KURI AMINA . IMANA NIYO C’ABONA!!!!

  • None nkawe erega ntaho utoyakurikirana abandi barahari umengo murahambaye kandi azogenda neza naho mutoza kuyakurikirana

  • uwutazi umwanya icarico natore isuka aje guca ingero.hari uwaraziko uprona na fnl zogiye hamw?cank frodebu?cndd fdd yonyene izisambura atawukozeko.kubona bafise umu candidat umwe si akamaramaza?atwaye igihugu kikaba icanyuma kwisi?imfashanyo baha igihugu kivuye mu ndwano akaziyitirira ngo yubatse amashure?nazane abigisha turabe?

  • Erega kumutora si ku nguvu uwutamushaka aramwima ijwi arabe ko hari ico azoba hama utore uwo ubona yoteza imbere igihugu gusumba nkurunziza

  • Uyu mugabo gaburiyeri akumbuye gusubira kudandaza ibirato muruvumera kuntwaro yabuyoya gaburiyeri yirigwa avandreza ibirato bibiri muntoki nonubu yavyimbije amatama ngo ntazororera amator ? Petero yarabirereyeko azobabona

  • wumvise imvugo yanyu, arabona ko ata mutwe wo kwiyumvira mukigira. mbega peter arafise ishure ry’ibitutsi abigishirizamwo? aba dd b’indero barakinjuy hasigay abakokayi nka dolofo. amaraso mwasheshe, ariko arabavugisha. muzopfa mwiruka nka gahini kuko uwishe wese aravumwe

  • az ukuri kand n’umugabo ntagndr mu kwaha kwabandi nkuk aband basigay babigr amaronk ni mabi.kand niyabon ivy asab bikurikijw azongra agaruk arik mugabany amajambo.bamw ngo ntibaz ico bishimikij,mb mwishimikij iki? ivyo mwiyumvir vyobapfan ubusa kandi ntimuri IMANA.ivy upanga cank wapanz IMANA irabihndura.

  • Ivyo kavuga karabesha,muzompinyuze,kavuyemwo kubera amahera ababiligi bategerezwa kubaha bayahagaritse,utwo ni twa nsumirinda,amatora uyo ayaziko iki ico gikoresho c’abatutsi,uyo n’abandi bibazako ari ibitangaza ntibashobora kubuza amatora kuba izo mbwebwe,turayajamwo kandi turayakingira na godefroid ahendwa n’abatutsi ntatugire mu nzira kuko naho ari umuhutu ntitumugera umutwe adukoroze.

  • Ahubwo yari gutanga itangazo ati OLUCOM ntimuzoje gutora tukarabako amatora asiba, nayo kuyacungera ahubwo aramaramaye kuko atafise ico yohemba abakozi. kobari bizeye utwo abazungu bazobaterera, inkubisi yamavyi irayakubita hama ikayikubitira iyo batajaganya ntiyobuze amahera yokuduza yanzu yiwe none irashobora gupfapfanira aho igeze aravye nabi.

  • @ kirokira
    abakokayi,aho dolofu yoguhamagara gutamba streap tease wogenda amaguru adakora hasi kandi impuzu wozitera imbere y’isinzi ry’aba dd,mbega ayo maraso ni ayo kwa nde?Ninde azopfa yangara?Baza l’historic de ton peuple natwe ,uzomenya abangazi abaribo,ni intango i burundi murahava ubutakigaruka,bandanya muduga iyo mwaje muva bande de démonds,we hate you!!!Si bimwe vya kera nta mututsi naho azoshigwaho nande azongera kudutwara,kiracika umunyota hako mwongera kudutegeka mwa mbwebwe mwe!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.