Accueil > Amakuru > u Burundi > ONU yemeje irungikwa ry’abapolisi mpuzamakungu 228 mu Burundi
ONU yemeje irungikwa ry’abapolisi mpuzamakungu 228 mu Burundi
samedi 30 Mukakaro 2016, par
Inama nkuru y’umutekano ijejwe amahoro n’umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yafashe kuri uwu wa gatanu ingingo yo kurungika mu Burundi abaporisi mpuzamakungu ba ONU bagera ku 228.
Nk’uko vyasabwe n’igihugu c’Ubufaransa, iyo ngingo y’ukurungika abaporisi mpuzamakungu mu Burundi yemejwe n’ibihugu cumi na kimwe, ku bihugu bine ataco vyavuze kuri iyo ngingo (abstentions) Ivyo bihugu atavyo vyavuze kuri iyo ngingo ni Ubushinwa, Angola, Egypte hamwe na Venezuela.
Abo baporisi mpuzamakungu bazorungikwa mu gisagara ca Bujumbura hamwe no mu gihugu cose, bakazoba bafise ikiringo c’umwaka umwe, ariko gishobora kwongererzwa mu gihe umutekano wobandanya gutituka. Bazokora n’abarorerezi mpuzamakungu basanzwe bari mu Burundi, hamwe n’abasirikare b’abahinga b’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika basanzwe bari mu Burundi.
Nk’uko iyo ngingo y’inama nkuru y’umutekano ijejwe amahoro n’umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ibivuga, abo baporisi mpuzamakungu ba ONU bazoja gukurikirana ibijanye n’agateka ka muntu mu Burundi, hamwe n’ugufasha kugira ibiganiro bihuza Abarundi bigende neza.
Inama y’umutekano ya ONU imenyesha ko yizeye ko abo baporisi bazogira akamaro mu gufasha kugira habe icuka ciza hagati y’abaganira kugira igihugu kive mu ruhagara rufatiye kuri poritike kirimwo. ONU yasubiriye kumenyesha kandi ko yiteguye gufatira ibihano abo bose bageramiye umugambi w’amahoro mu Burundi, hamwe n’abakora ubwicanyi. Reta y’Uburundi nayo igasabwa kurekura abapfunzwe bazira poritike mu Burundi, iyo Reta nyene igasabwa kandi kwugurura ibimenyeshamakuru vyahagaritswe.
IGIHE
Messages
30 Mukakaro 2016, 09:59, par willynshimirimana
abo ntabo tuzemera ntanimbwe bazoduterana nagato nibagende batabare iwabo hoho bamaranye bica abapolici twebwe turafise ingabo zishitse ubugabo rero ntibate imwanya kanatsinda urumva kobataje gucungera abanyagihugu nne bazanywe niki
30 Mukakaro 2016, 10:29, par Nzorubara
Nimugerageze yamara jewe ndabona impinga ikiri ndende
30 Mukakaro 2016, 10:33, par M-WAX KAMBA
Ngo inteko turazase ni basubire bahayagize
ni baze Karibu na cane cane iwacu mu
RUMONGE imbonerakure twazihaze
Na bonesha twongere
kuyumva ukuri kwamye.
30 Mukakaro 2016, 10:33, par M-WAX KAMBA
Ngo inteko turazase ni basubire bahayagize
ni baze Karibu na cane cane iwacu mu
RUMONGE imbonerakure twazihaze
Na bonesha twongere
kuyumva ukuri kwamye.
30 Mukakaro 2016, 10:46, par nitunga
ndashimiye uni kuriyongingo ariko abobapolis babe ataribobazobabaje gutera intambara arikondizeyekonivya bangombwabakayitera arabo 228 ntabwoba bobabatey.tworugwana arikovyobavyiza amahoro abonetsemuburundi tukiberaho nkomwipaladizo murakoz
30 Mukakaro 2016, 11:27, par miruho
ntaciza am a kungu azotuzanira atari gutenbagaza reta muce muraba ivyobakoze murwanda nivyo bagiye gukora iburundi,
30 Mukakaro 2016, 11:53, par KIRAKUVUMBIKA
IYO NGINGO N,IY,IHUMURE KU BARUNDI BARUHIJWE NAGACINYIZO KABAMWE BAMWE BIGIRA INTAKORWAKO MU BURUNDI IMBONERAKURE ZIRAGISIBIJE PE! ONU OYEEE!!
30 Mukakaro 2016, 12:17, par Faribsi
Bahora Bitwaz Ngo Nibakavamahanga Nibihangan Muburundi Twaheze Arik Ingab Zari Zikwiy Kimwe Murabe Nugwanda Ruratgeramiy Kagame Nimub
30 Mukakaro 2016, 12:26, par Karibu
Twizere gose ko bazofasha kudukurako akagwi k’abasuma, abicayi, abambuzi, impumyi n’abahimbiri bapfukamye Uburundi munda. Batabandanya bigira surivu.
Twizere ko badukurako ako kaziri Nkurunziza.
30 Mukakaro 2016, 13:18, par Bimana
Africa uzikukira ryari?none ko murwanda ngo hakozw ihonyabwoko,abo basoda siyo baribari?mufise abo mubonera.amerika abirabur ntibirirwa baricwa oni kitarafata ingingo.reka kutubesha.
30 Mukakaro 2016, 13:28, par juma
nibaze tuzobamesa twebw ntiduterwa ubwoba
30 Mukakaro 2016, 13:53, par Falcon50
Karibu abo bapolisi twari tubanyotewe ahubwo nibahashika turasavye amakungu azoce arungika naba basirikare 5000.
30 Mukakaro 2016, 13:57, par Adolph Nshimirimana
Nkurumbi yama yiyemera ngabo ararasa mwo numwe nzoca ndemera ko ari umugabo kabisa.
30 Mukakaro 2016, 14:51, par Beto
Mbega Barundi Barundikazi, Mbega Izonteko Mvamakungu Nizaza Muburundi Ipfa Rizoca Rihagarara Muburundi? Mbega Iwazo Hoho Imfu Zarapfuye? Ntaco Tuzikeneyeko.Nizaza Nabi Zizokwibonerako.Ahubwo Bazobanze Batohoze Mu Busundi Ukuntu Dupanze Hanyuma Bazoheze Biyahure.
30 Mukakaro 2016, 14:57, par Burundi
Iyo les forces sataniques biyemeje kumara abantu mu gihugu iki canke kiriya ni mpaka babishitseko. Bariyemeje ko genocide ibwirizwa kuba mu Burundi nkuko vyabaye mu Rwanda, ntibahemuka itabaye. Barababaye kubona bitabaye igihe bari babitegekanaje none ku mugaragaro bagire barungike inteko ziza guhagarikira ico gikorwa kigayitse. Izo nteko zigahonyoza ikirenge mu Burundi niwo musi ibara rizogwa. Kagame n’bo bakorana ntibata hasi. Abafise iyo baja mube murakura meza.
Aba DD mwarahaye les forces du mal icitwazo: mandat ya gatatu none raba iyo turiko tuja naho nkumbure iyo mandat yagatatu itaba bari gukoresha ayandi mayeri.
30 Mukakaro 2016, 15:03, par Horicubonye Eric
Abarundi Murakwiye Guca Ubwenge.Ati Baze Yewemwe Abarundi Ntidusinziriye Barashobora Kubona Ayimbwa Yaboneye Kumugezi.Reka Twitegure Tuzobakirira Mukirere.Somari Vyarabananiye Ariko Abarundi Turahakosora Yemwe Muzoraba Akayarwa.
30 Mukakaro 2016, 15:09, par tari
mbere yavyose mbanje gushima iyo ngingo ya ONU ariko nkaba noyisabako ico gitigiri yo congereza kuko abo ba polisi ntibashobora kukingira abanyagihugu uravye imbonerakure interahamwe igipolisi igisirikare ca nkurumbi kandi bitwaje ibirwanisho urumva ko abobapolisi 228 ntiboshobora kwambura ivyo birwanisho ikindi nuko bo kwigora bakaza bafise ibirwanisho vyubwoko bwose kandi bihagije vyo kwivuna umwasi igihe yo basagarira nkaba mbona ko ishirahamwe ryibihugu vya Africa ko vyohimirizwa kurungika za nteko 5000 baribemeye kugirango zifatanye nico gipolisi ca ONU tugasabako ico gipolisi co kwihutira gucungera ibibanza bikomakomeye harimwo ikibuga cindege ca bujumbura ikirimba cumukuru wigihugu amaradiyo ya turiwe iradiyo nkuru yigihugu ingoro yabashingamateka amabohero imipaka harimwo rero nuguhagari imigumuko yose itegurwa nu mugambwe cndd fdd
30 Mukakaro 2016, 15:10, par Philip
Yesu Arashoboye. Umutekano Nyawo Utangwa Na Yesuuu...
30 Mukakaro 2016, 15:24, par Ndizeye
umutekano n’uwimana .Hamagara Iyo Mana Yikorere !
30 Mukakaro 2016, 15:39, par ndayikengurukiye isaac
nukuri twebwe turabiyamirije ntabodukeneye.
30 Mukakaro 2016, 15:45, par MAKAVELI VINCENT PAC
AHUBWO BAJE HAGEZ, ZAMBURAKIMAZI(IMBONERAKURE)ZAHORA ZIKORA IVYO ZISHAKIYE ZIRONGOWE NA BUNYONI ,NIZISUBIRE TURABE.IYO MIHIMBIRI Y’IMBONERAKUNYA.
30 Mukakaro 2016, 15:48, par Ssm
Abo Bapolisi Mpuzamakungu Nibarungike Mufarasa No Muri Tilikia Hamwe No Muri Amerika Nahonyene Biracika,mu Burundi Na Ho Badutereze Kuko Mbona Hari Abasirikere N’abapolice Benshi Bara Nakazi Bakora Kuko Umutekano Urakwiye!!!!
30 Mukakaro 2016, 16:26, par Kanyosha
Ntibikunda twase maze turabe muraduhatirira gutesha agaciro abajejwe umutekano wigihugu cacu kandi bamaze kwerekana kobashoboye namwe mubona? Ahokubashimira ahubwo muciye muzana abikubasubirira!?
Muntumbero yakwereka Isi yose ko uburundi bukwiye gukomeza gukoronezwa ngoko nakare abajejwe umutekano babwo twarindiye kurungika ababasubirira?
Turase turase turase never never , Congo hariyo abasonda mpuzamakungu ariko ibisuma nabagizibanabi batandukanye barakoomeza kwiha inkumbi, Sudan yepfo abasoda mpuzamakungu bariyo ariko abapfa barapfa, Urwanda rwimbere 94 rwaragambaniye nabonyene mpuzamakungu mugufasha inyeshamba kwiyegeranya cokwegeranya ibirwanisho vyabo ivyovyarakozwe mugihugu kibanyi bicabivyara amoko kwicana ababiteje bacabahitamwo kuvugako abantu bapfuye bazira ubwoko bwabo ari abatutsi gusa kandi abahutu nabonyene barishwe baratikira nabonyene baziraubwoko bwabo.
Turase gukorerwa rero nkivyakorewe igihugu kibanyi maze turabe.
30 Mukakaro 2016, 17:05, par JIHÃŽ
Ivyo Nivy Nkurunziz Yari Adufukamy Kugikanu
30 Mukakaro 2016, 17:05, par jean
Muzobamese
30 Mukakaro 2016, 17:10, par Ponday man
Non mwumva abo baje gukora iki?Ivyabay mur Lybia turabizi aho baje gusoroma igitoro n’ubutare gusa hamw n’amazahabu,non nino nivyo bajemwo?Emw inkoho ni nk’iyindi tuzokubitana uwanka yangare kabisa.Nta colonisation dukeneye.
30 Mukakaro 2016, 18:19, par Karibu
Nibaza bahagarike ubwicanyi kko leta yananiwe gukingira abaturage. Ahubwo nibacye kbsa
30 Mukakaro 2016, 18:25, par UKURI
U BURUNDI ni bwemera bariya bapolosi aka NKURUNZIZA kazaba kashobotse hamwe na CNDDFDD niko no mu RWANDA bakuyeho HABYLAIMANA bakoresheje ABABILIGI nikwitondera abazungu ? Kuki batohereza ingabo muri NIGERIA guhagarika BOKO HARAMU imaze kwica abanyafrika benshi ??? Kuki ONU nta cyemezo ifatira BOKO HARAM ayyyyaaaaaa.
NKURUNZIZA yagombye gukora raporo y’ibyabaye mu RWANDA uburyo CLINTON afatanije UBUBIRIGI,NA MUSEVENI bahaye KAGOME u RWANDA
NKURUNZIZA yananiye kandi yanze kumvira ibyo abaloloni bashaka no kuba IGIKORESHO CYABO nkuko KAGAME yabyemeye akaba abibira ubukungu kamere bw’iburasirazuba bwa CONGO. Nta kindi abazungu bashaka atari AGAHANGA KA NKURUNZIZA NA NICKEL YA MUSONGATI..
President wa ANGOLA DE SANTOS ntiyigeze yemera ingabo n’abapolisi ba ONU ABAYE SE IKI ? ABAZUNGU ntiyabasuzuguye? NKURUNZIZA N’ABARUNDI nimwemera ziriya ngabo KAGAME azaba yariye azabafata ku gakanu mugabo..
30 Mukakaro 2016, 18:27, par konangwe
Ivyo bavyita ibimenyetso vy’ibihe,abo nabo birirwa mu myiyerekano bamenye ko imbwa bayikona ibweja
30 Mukakaro 2016, 20:03, par Berekimas
Mbe Iyo Oni Ihendwa Nizonkozi Zibibi Ni Oni Nyabaki? Mbentiboja Za Somaria Nahandi,reka Tuzobakorereko,abana Twakuriye Mwishamba Hee !! Karibu
30 Mukakaro 2016, 20:44, par Bernard
Mubufarasa abantubarapfa mubuyapanibagapfa? none muburundinihobabo nyekoduhonye? ndabarahiye ataruruhendobarafise iyindintumbero!
30 Mukakaro 2016, 20:56, par Bernard
Ahaa mubufarasa abantubarapfa? mubuyapanibagapfa? nonemuburundi nihobabonyekoduhonye? ndabarahiye badafiseikindibagamije
30 Mukakaro 2016, 21:09, par Nyandwi
eeee’mwe!!!! abarundituzogezaryari kwamadufukamwemunda nimigwiyibihemu nkubufarasa nububirigi ndetse nibihemu vyabarundi bamwebamwe baribaramenyeyekuryabicaye birababaje. ariko turakenyeye tube akamenyo muri africa!! mbe ?. igihe ibararyagwa (72) > nazanteganamarangara ubwobufarasa bwarihe? ivyobakoreye irac na ribia nivyonatwe bagirabakore kubwabantubigizibigigwamana ngobavukanimbuto. benewacu nimwikebuke kuko nambamwarabayeho mwibuke abanabanyu konabo badakwiyekubazwa ibibimwakoze bibwigwabeshi bikunvabenevyo,
30 Mukakaro 2016, 21:30, par Banzubaze
BARAHUMBA UBUJANA BUBIRI NATWEBWE TWAHORA TWITWA ABAJENE KERA KURI BUYOYA TWOBAGWANYA NKANSWE INGABO ZACU NSANZWENZI NKURUNZIZA KOMERA IGISIRIKARE CACU KOMERA IGIPOLISI RAMBA
30 Mukakaro 2016, 21:30, par Gd mgma!
Imana yoba icanye!Karibu banyakuntunga mudukure muri ibi na biriya biduhanze bikadutandukanya n’uno yigire nk’umwana 8kinege yivukanye adashaka gusangira n’uyu cank’uriya.Ingo mum8z!
30 Mukakaro 2016, 21:35, par Gorodien
Ntacobazoba!!! Baje Gufaaasha Kombona Somariya Tabo Babarungikiye Santararafike Suko Nahandi Ntibikora Kugisirikare Buburundi Muzobagumizi Wabo Namba Baje Kutwononeragusa Ntakindi Imana Niyo Yokudufasha Vyabaye Kuri Havyarimana Muravyibuka???
30 Mukakaro 2016, 21:39, par Avec
Wewe wiyise izina ryuwari umunyacubahiro Adolph Nshimirimana,
Urababaza ibintu nkivyo , ndakubwirako nogukatisha ikirenge mu Burundi batazorinda kugigezamwo nibakubwira abantu bamaze gushirira mwikigihe ni abarundi, eeeeee twiteguye gukubita uwowese azoba ariko araduhatikiririza kuvyotudashaka erega irinisezerano twahawe ntidushobora guripinga canke ngoturihagarike.
30 Mukakaro 2016, 22:14, par arexisi rwasa
boseni boro herane
30 Mukakaro 2016, 22:18, par giti
zane kunguvu tubavugutire umuti tuzoba dutewe kirapanze tuzofuma dufa twese
30 Mukakaro 2016, 22:37, par muco
ndabasetse mwiyamiriza mwareka simwe mwabahamagaye noe mutinya iki? nimwihangane nabandi barinyuma
30 Mukakaro 2016, 23:00, par desire
unva murarushwa nubusa ejo murabona bageze kuri aéroport ya bujumbura bamanuka mundege
31 Mukakaro 2016, 05:20, par Ema
Kanira Bagabo Ntiyimy Ubwobwoba Nubwiki? Reka Baze Turarush
31 Mukakaro 2016, 06:53, par Z.N
mb aba france,barasara?canke!kuvaho baduhigiye umenga tubafitiy ideni,emw baza barubona.uko biri kwose ntabo muzoduha ku nguvu naho mwobarungka ntibopfa bashits tuzobatega ibombe y’amasengesho.hama mutama PIERRE NKURUNZIZA,nibagukure induru inyuma twebw imbonerakur z’i Mbirizi n’abarundi twes tubari inyuma ok ntawukorako
31 Mukakaro 2016, 07:18, par Morodikayi Jon
Iyongingo yemejwe na ONU turayikengurutse cane imvugo ibe ngiro.Abonabo bivugisha ngo bazobakiriza amasoro, baribesha barahirahira babikore ni ho tuzobemera kwarabagabo, na majana biri namirongibiri numunani 228 hazoca hijira ibihumbi 100,0000. uwundi mugabo niwe ya sovye muruzi ruca ruramutwara,namwe muzogerageze niho vyoba vyiza.
31 Mukakaro 2016, 07:29, par Ferdas
VYUKURI IYO NGINGO IRATOMOYE CANE.IROFASHA ABENE BURUNDI KUDASUBIRA KUGANDAGUGWA NKINYAMASWA.CNDD-FDD YARIFISE AKANYARO KARENZE.AHUBWO TWAGUMA TWIBAZA DUTI ONU IRIK IFASHA IKI MU BURUNDI?ARIKO TURAYISHIMIYE CANE KUNGINGO NZIZA YARAYE IFASHE YUKURUNGIKA IYO NGINGO YABA POLICE 228.ARIK TUBONA ARIBAKE CNE NAYO IMBONERAKURE NABA POLICE ZUZUYE IGIHUGU COSE MUKUNIGAGURA ABO BANIGAGURA.NIBANYARUKE.
31 Mukakaro 2016, 07:35, par félix
nibazako umaze gufata umwanzuro wo kurungika abaporisi mu kindi gihugu uba wemeza ko atamahoro aba ariyo.nibarabe igituma atayariyo babitorere umuti ariko ntibibagire ko igihugu cikukiye gusa iconzi nticoca cikukira mu bubisha.
31 Mukakaro 2016, 09:35, par General Iradukunda Athanase
Je Uko Ndavyumva Kamb Bob Babuz Aho Babashira Nibahabure Nab Twe Ntanteko Mvamakungu Dukeney,
31 Mukakaro 2016, 09:50, par gatholiqeu milieu
DAWE wa twese urimwijuru,dufashe udutsindire abansi buburundi,nkakumwe wahonya abariko bagwanya abisirayeri,ingabo za faraon zigapfira mukiyaga! nizinteko abansi babarundi,nka france,bergirqeu,rwandadufashe nibaza uzobaturikirize mundege igihaguruka,nabarinyuma yivyo babarundi pfuma ubagira abasazi ,ariko abawe twigumire mumahoro waduhaye, hama udukomereze mutama wacu NKURUNZIZA waduhaye,AMEN
31 Mukakaro 2016, 10:06, par ZURU
NTIBANAHIRAHIRE IVYUMA BIRAHARI ABAKOZI NIBESHI TURABASE
31 Mukakaro 2016, 10:18, par MISAGO MICHERI
UBUFARANSA NTIMUKIRA UBWENGE BANZAMUMARE IVYANYU UBURUNDI BWARABITATSE MUCHAKA IHONYABWOKO NKARIMWE MWATERANYA ABAVUKAGWANDABAGANAMWO MUBICHAKANOMUBURUNDI BURYASIBUNOMWITONDE BANZAMUKIZE ABANYU TWEBWE ABANYAGIHUGU TURIMASO GUMAWANYUMWABICAMWE KUVAKUDETAVYANSE NUMUTEKANO URI ABOBABESHERA UBURUMDI MWISHO BAZOHINYUKA GUMIWANYAMWAJAVYIMWE
31 Mukakaro 2016, 13:33, par Bacemwo
Ok nibaze nibaba bazi uko abanyamerica babokeje kumbabura muri somalia nongaha iburundi bizogenduko ahubwo bazicuza igituma baje kubutaka bwacu abarundi bumutima tuzobarwanya nihagira ikimenyetso nakimwe berekana co gushigikira bamujeri urwabo ruzoba rubonetse
31 Mukakaro 2016, 13:36, par Noël
Twebwe Umutekano Wacu Urakwiye Izonteko Nibobene Gusenyura Uburundi Imana Yahezagiye.Imana Ibaturinde.Ok
31 Mukakaro 2016, 15:21, par casimil
guhera kunzego zohejuru kugera kunzegozohasi icotwokora murakizi sikindi nugusenga akari inyuma yicogiporisi sivya nukuritujekumavi dusende imana ikore iyo on yocisha bugufi nimana
31 Mukakaro 2016, 16:09, par Vin
Imana Irabibona Niyo Icurubanza
31 Mukakaro 2016, 19:28, par NEYMAR
NIBANYARUKE BWAMUJERI BWATUREMBEJE
31 Mukakaro 2016, 20:07, par Nyabenda Jean
Mbere Jewe Ndatangaye! Abo BBaporisi Itsembabwoko Ryabaye Mu Rwanda Barihe?Iyonama Ya Onu Ikorana Kuvyuburundi Baryabantu Birirwa Bicwa Abandi Babafunga Nibiki Onu Ibuna Muburundi Gusa ?Ahubwo Uwobirabako Nza Yosanga Nabo Babifisemwo Uruhara Nibasubize Amaguru Kwisi Imana Irakunda Uburundi
31 Mukakaro 2016, 20:40, par Zulu
President Nkurunziza Ooyeee ! Na Abazulu Mwese Twese Oyeee ! Ibuke Akarangamutimape ! Ndasavye Nshimitse Umurundi Wese N’Abarundi Twese Dukunda Igihugu , Guhagurukira Icyarimwe Twitegure Ubunyene Kuko Ntawuzi Umusi Inyanka Burundi Zizozirako Zishobora Kuza Na Indege Bagakorokera Muburundi Na Mwijyoro , Twiyumvemwo Kwiha Agateka Kuko Nyakubahwa Rwasa Yama Atwibutsa Ko Ubugabo Bwihabwa ; Ntihagire Umunyamahanga Aduhagarara Kugakanu , Basogokuruza Ntare Rugamba Bararwanijye Abadagi N’ababiligi , Basokuru Barwanisha Uducumu Udupanga Uduheto N’inkinzo ; Ariko Abazungu Bari Bafite Imbunda , Ariko Nticyabuz Kobapfa Turibuka Aho Abo Badagi Bahoneye Bahambwe Murugombo , Baribinjyiranye Kuruhwa Bavuye Irwanda ; Natwe Turashoboye Ntitwumvire Bamujyeri Baguma Baduhenda ! Mbega Ko Mubufarasa Abantu Baguma Bicwa Bicwa N’Abarundi
31 Mukakaro 2016, 22:46, par biigirimana
je nibaza ko abo bapolice muzoba mubahevye vraiment kuko ngo no mub franca yimirij kujana imbonera kur ziw emw ng ni marchard
1er Myandagaro 2016, 06:17, par Mukobwandagowe
Yemwe muziko wamumenyeshamakuru baribamaze imisibavuga ngoyarazimiye kwarimu Rwanda mumurwi wabacangero urwanda ruriko rurigisha ivyagisirikare muribamwe abasirikare bu Burundi bamaze imisi bitegurira kwakiriza yompi nako inkohi zamokoyose?
Ariko gayemwe uwahenze uryamugabo ninde koyaritekanye ngaha Burundi kandiyabonekana nkuwutoja mubintu nkivyo? Nagasaga nakazikiwe amatwi asumira ngobamushize mubazoza baratangaza amakuru kuja radio barikobarategura ngokazokwitirirwa abarundi ngokazobakaboheye kwibodoka ngwabazogakorerako bose bazobarabarundigusa nubwo abariko barabaha akokazu arintumwa za prezida wu Rwanda Poul Kagame. Nukworero ntadushubora guhindura mumisi abobandu bagomba gusuka kurisongo uyumusi uwufise uwazimwo amurungukire aka msg kokumusezera kuko mumisi azobarimuri banyakwigendera. Nanje urya mumenyeshamakuru ndamwikebanuye bye.
1er Myandagaro 2016, 07:09, par Didier
Ahubwo Badutebeje Ni Banyaruke.Muga Batongereje Abandi Bazohoner Mu Burundi.
1er Myandagaro 2016, 08:15, par Lau
Inteko Mvamakungu Karibu Kk Igihugu Kigeze Kure Kk Bavugako Umutekano Uriho Ukaca Wumva Hirya No Hino Ngo Abantu Baraye Bishwe Nn Baziriki?Kumutekano Uriho Aho Vyabay Amayobera Mugisagara Ca Bujumbura Ahohantu Harononekay.
1er Myandagaro 2016, 10:06, par Niyo Benit
emwe nimuve hasi tubiyamirize nibabanze bamare ugwabo mu Burundi amahoro niyose
1er Myandagaro 2016, 12:25, par KAMPARAMPAKA
ABAPOLISI BA ONU bazaza i BUJUMBURA bafite misiyo yo gukora plan yo kuzafata BUJUMBURA gukuraho ubutegetsi. Mu by’ukuri bavuga yuko bafise gahunda yo kugarura amahoro ariko ni ukwiga no kuneka uburyo bazakuraho CNDDFDD niko bakuyeho HABYALIMANA mu RWANDA bitwaza izo gahunda ariko gahunda ari ndende cane..
Murebe muri CONGO hari ingabo za ONU ibihumbi makumyabiri 20.000 militaires. Muri CONGO nta ntambara ihari,igihari ni diamat,zahabu, coltan abazungu baje kwicungira.Ubu mu RWANDA na UGANDA hari gahunda yo kohereza les mercenaires abacangiro bazaba baturutse muri ISIRAHERI bakazatura i RWANDA na UGANDA babita abirabura ISIRAHERI yifuza gutuza muri AFRIKA ariko gahunda ubwo NYETANAHU aherutse i RWANDA na UGANDA bafite gahunda yo gufatanya na M23 iri mu RWANDA na UGANDA gufata AFRIQUE CENTRALE mu mugambi wo kunoza EMPIRE HIMATUTSI.. bityo ubutegetsi bwa NKURUNZIZA bukaba bubangamiye iyo gahunda ya MPATSIBIHUGU
1er Myandagaro 2016, 17:02, par biigirimana
mbega kwamase yakera atagihom’urutaro,nugutwi kwimpene ntikwumva kw.....?azomaramara 1jrs
1er Myandagaro 2016, 17:08, par JAMES
Karabaye
2 Myandagaro 2016, 08:31, par Sagona
Mbega yemwe bazoshika ryari !? Erega Imana ntiyibagiye Uburundi,kumbure abarundi bokwiruhutsa abo bicanyi ba Nkurunziza! None nk’urya mushingamateka wa EAC Hafsa mosse yazize iki ga yemwe?
2 Myandagaro 2016, 08:36, par SAGONA
Ahubwo nibanyuke abarundi turahonye nk’abana b’imbeba.Nkurya mushingamateka wa EAC Hafsa mosse yazize iki ga yemwe?
2 Myandagaro 2016, 19:27, par Barankitse
Mbe Boba Baje Gukora Iki?Ntabo Dukeneye Muburundi Turikwiye Nibaje Mu Rwanda Gukurayo Barya Bagwanyi Kagame Yatorejeyo.
2 Myandagaro 2016, 20:16, par Rwas Leonidas
Imana Mushoboravyos Niturind,izomijer. Reka,mbaze Ubufrans. Abaporis Bapfuye Murwand,bishwe,nabarund?. Abapfiriye Mubufarans Bishwe,nabarund?. americ Nbahand Hose Abirigwa Bapfa,mubihugu Bitandukanye Bos Bicwa,nabarund?. Muragabe Imana Ikunduburund, Igihugu Cose Kizishiramwo Nab,uburund, Kizoba Nka Sodom N,gomor
3 Myandagaro 2016, 13:26, par Jean Piere Ndayambaje
Nibaze Kugira Amahoro Aboneke Mugihugu Cacu
3 Myandagaro 2016, 13:26, par KIBONGE
MANAKORIBITANGAZ IMANA IRAZ IBIKENEWE
3 Myandagaro 2016, 19:00, par theophile
Iyo ngingo ni nziza cane kubarundi bose iyo bava bakagera
3 Myandagaro 2016, 20:01, par jean bosco
Jew ndababazwa nacira icobo uburundi bahafise uryango. kuk iyo no porotike yamoko. hamwe ninda ndende. twebwe abanyagihugu twifitiye amahor tuyakesha nkurunziza... hamw ni mana ntabaporis dukeye. niya amakungu ahendwa na kagame iyo onu. nize I twice itumare izoteragire abandi..bavuye mugwanda. kagame,yamaze abanyagwanda amare nbarundi. kagame iyo reta yashingiye mugwanda nigisirikare akumbure kwitegurira kuyishir murireta yiwe abarundi turi maso.
3 Myandagaro 2016, 20:15, par Manasa Musafiri
Nukuri Mwarimukwiye Kuzana Benshi Kuko Umutekano Udahagaze Neza Nkuko Bikwiye Murakoze
10 Myandagaro 2016, 16:07, par Alfred Mvutano
Hose hamwe ni 228?Hongora mujeri!!!!Abakund uburundi mwese gabane abo 227 basigaye umwe ndamwisinye kumury ataze kumbabura
11 Myandagaro 2016, 06:19, par Niragira
NTANTEKO ZIKENEWE AKOKAGWI KABANYEPOLITIQUE GAFATANYA N UBUFARASA NIKO KAGOMBA GUTA IGIHUGU CACU MUMANGA.