IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > OPC1 Liboire Bakundukize yirukanywe mu rwego rw’igipolisi

OPC1 Liboire Bakundukize yirukanywe mu rwego rw’igipolisi

vendredi 25 Nyakanga 2015

OPC1 Liboire Bakundukize yigeze kuba umuvugizi w’igipolisi yakuwe mu kazi n’itegeko ry’umukuru w’igihugu.

Liboire Bakundukize yakuwe mu kazi k’igipo n’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/27 ryo kuwa 16 Nyakanga 2015 ryagiye ahabona kw’igenekerezo rya 25 Nyakanga 2015.

Iryo tegeko ryateweko umukono n’umukuru w’igihugu,icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo,na Alain Guillaume Bunyoni umushikiranganji w’umutekano.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.