Accueil > Amakuru > u Burundi > PARCEM isaba abari mu biganiro kurwanira inyungu z’igihugu ( (...)
PARCEM isaba abari mu biganiro kurwanira inyungu z’igihugu ( Video)
samedi 21 Rusama 2016, par
PARCEM isaba abari mu biganiro kurwanira inyungu z’igihugu
IGIHE
Messages
21 Rusama 2016, 20:22, par CAKIRA
izonyungu uvuga nizazindi wama uvuga ngo tugwizumwimbu tukayobegwa uwomwimbu uwariwe abarundi twarituzi kotwogwiza ubutunzi bwamafranga,kumbe mwebwe mwavuga ubutunzi bwamagrenade yo kutumara,mbe ubibwira twebwe canke wariwabibatumye?mugabo mwe twaranse ko mwoja mubiganiro kubera ikibi canyu! kubwanje NKURUNZIZA ubu atanguye manda ya mbere kuko birya mwabomoye,narya mabarabara mwacagaguye narya matara yo kumabarabara makuru mwivye ategerezwa kuvyubaka mumyaka nka cumi gusa,namwe mukizezeta namamanda !
21 Rusama 2016, 20:47, par MICHERI
ESENKUBU BARUNDI YOMWANBAYE KARUVATI ICOWIYUNVIRIYE NICOUVUGA ABASHAKA UBUTEGETSI BAGUMA BICABANTU BABESHERARETA INYUNGU YAMATORA AHEZE HAGATWARA UWATSINZE HABAHASIGAYE IKI NONE ABOBASHAKA IBIGANIRO NIVYIKI NTABODUKENEYE NTIBODUTWARA TUTABATOYE NTANABO DUKENEYA
21 Rusama 2016, 21:06, par MUYAHUDI
WWE UVUGANEZA BIRINDE KUGUMA BAHARIRA NKAVYABIGANIRO VYABAYAHUDI NABARABO!
21 Rusama 2016, 21:09, par J.M.Vianney
Sawa,wewe ni poa unasema ukweli,faïda ni ya chi.Asantma.
21 Rusama 2016, 23:06, par Vianney J M .
Gusa, Nibaganire, Naho Willy Nyamitwe Yavuze Ko Ari (consilitation),ahubwo Niyo.Nibayage, Neza Batorere Inyishu Hamwe Ikibazo C’uburundi. Amaraso Ntasubire Guseseka.
22 Rusama 2016, 06:17, par None?
Ewe Burundi uragasimba imanga.
Nyangoma ndamusavye abacemwo ndamubona nguriya hoyicaye.
Kandi ndagusaba yitahire kuko aho yarisanzwe yibera hariho bamwe mubamusanzeyo bashaka gukomeza kumukinirako politike nkakumwe bagira nyenicubahiro Hon. Rwasa Agathon muri 2010
Nyangoma itahire Burundi umaramaze abataribake harimwo na Dr.JMinani humiriza twebwenyene twaritumaze imisi nukuvuga kowamenje ntuzosubira kutwumva tubivuga twebwe dushaka umurundi wese yishire yizane mugihuguciwe. Mbegurazi ukotwatukaguye nyakwubahwa Rwasa A muri 2010-2011 igihe yatamatora akongera akazimanga, ariko uyumusi kuvagiye ahabona mugihugu ciwe uwomutsitarako yogiribibazo kuko ntitwomwemerera ubutuvuga ngo ntibakorako nyenicubahiro Rwasa .
22 Rusama 2016, 06:35, par nijos.com
Mbeparcem igihe uburundibwarikoburatabagurwa nabatumwabawe waruziko bikwiyekandibitunganye harikintumutazi ujamwishama utaziugacinkoni utazi
22 Rusama 2016, 09:31, par KAYANZA-MBIRIZI
ese iyo ubivuga igihe mwariko murica abanyagihugu binzirakarengan,ahubwo mw na karya karwi kabasambukany,mukwiy kuza mutama nyenicubahiro akabasengera mukihana hama mugasaba ikigongwe!
22 Rusama 2016, 14:13, par Jean Freury
Jewentacomvuze Urinagatwegato Akarinda Uruguma Arikorero Nahobiruko Abanyagihugu Biragoyeko Tubizera1% Wegisiga Arigihugu Camaglnade Ahubwomuratangaje!!
23 Rusama 2016, 23:57, par ndabahinyuye
Mbe ko leta yitoteye guhonya urwaruka rwabatutsi,mubari mubiganiro abomubona bokwibuka kubaho kugo rwaruka mubona boba bande naho mwokwerekanamwo umwe gusa yobamaze.