IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Paul KAGAME yerekanye aho ahagaze ku bibera mu Burundi

Paul KAGAME yerekanye aho ahagaze ku bibera mu Burundi

dimanche 21 Ruhuhuma 2016, par egide

Inyuma y’intureka zatewe n’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA, Urwanda rwagirijwe kwinjiza no kwigisha mu bagwanyi impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda, mu ntumbero yo gukura ku butegetsi umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza. Abategetsi batandukanye b’igihugu c’Urwanda babandanije kwiyamiriza ivyagirizwa Urwanda. Umukuru w’igihugu Paul KAGAME yashikirije ivyiyumviro vyiwe, ku bibera mu Burundi.

Mu butumwa yacishije ku muhora wiwe wa Twitter, umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame yagarutse ku bibandanya kubera mu Burundi, avuga ko nk’umunyafrika, cane cane umunyarwanda, ababazwa no kuba abantu batigira kuri kahise hamwe n’ibimenyetso bihari.

JPEG - 89.6 ko
Paul KAGAME, umukuru w’igihugu w’Urwanda

Paul KAGAME yagize ati : « Buri munsi abantu baricwa mu buryo budasobanutse, ni gute igisubizo nyacyo cyaha kwihunza ibintu?»

Uwo aramutswa Urwanda akaba yaneguye kubona impunzi ibihumbi bigera kuri 75 zahungiye mu Rwanda kuva mu kwa kane 2015, akavuga ko Urwanda rwazakiriye, rurazifasha mu buryo bwose bushoboka kandi bukwiriye, ariko mu nyuma Uburundi bwagiriza Urwanda gushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza, mu guha ibirwanisho izo mpunzi n’ukurukoresha imyimenyerezo ya gisirikare.

Umukuru w’igihugu Paul KAGAME, mu butumwa yacishije kuri Twitter yagize ati : « Nta bushotoranyi na buto ku Rwanda buzatuma rujya muri ibi… nta n’igisubizo na kimwe kizabuvamo. Uwo ariwe wese wagiriye inama cyangwa wafashije abayobozi b’u Burundi muri ibi, nubwo yaba ari kure yongereye ibibazo. Ndibaza nti kubera iki?»

Paul KAGAME abona ko amaherezo y’ikibazo c’Uburundi ari mabi

« Nk’ibisanzwe, ubwo bizaba bimaze kugaragara ko ibyangiritse ari byinshi, ibibazo bizaba impamvu nta nshingano zo kurinda zafashwe, igisubizo kizaba ‘ntitwabimenye’, n’uko FDLR iri mu Burundi igisubizo kizaba ‘ntitwabimenye’ bikomeze bityo kandi ubuzima bukomeze kuhatikirira aho kuvuga ngo ntibizongere kubaho ukundi.»

Ubutumwa umukuru w’igihugu Paul Kagame yacishije kuri Twitter, avuga ku bibera mu Burundi


IGIHE

Messages

  • Nkurunziza arashaka intambara ku Rwanda kandi ntayo azabona tuzabihorera bakomeze basakuze bate igihe cyabo tubihorere iyo imbwa imoka ntibuza umuduga guhita H.E Paul wacu komeza urugendo rwawe rwiza imbwa zikomeze zimoke

  • Avuze ukuri.Paul Kagame niwe wenyine wavuze ukuri Ku bibera I burundi

  • Babwire mutama,aha twaragowe dufise imikoma ngo nabarongozi,urwanda tera imbere ntimusamazwe niyi mikoma,mugabo nkurumbi azotwica ntazotumara ndakesera.

  • ARIKO JEWE MBONAYUKO IKIBAZO CURWANDA GUSHAKA KWITA MUVYUBURUNDI NTAWUBIZI NIVYABA KAGJME AKORESHA INYIMENYEREZO YAGISIRIKARE ABARUNDI AMAKUNGU AKABA YARABIBONYE NAFATIRWE IBIHANO KANDI IJAMBO YASHIKIRIJE RIREREKANAKO AFISE URUHARA MURUBWO BWICANYI BUBERA MUBURUNDI KANDI AVUGAKO ABARWANYI BA FDRL BARI MUBURUNDI ARIKO NTAMAKUNGU ARABONA ABOBARWANYI BARI MUBURUNDI NZABAMBONA

  • ARIKO JEWE MBONAYUKO IKIBAZO CURWANDA GUSHAKA KWITA MUVYUBURUNDI NTAWUBIZI NIVYABA KAGJME AKORESHA INYIMENYEREZO YAGISIRIKARE ABARUNDI AMAKUNGU AKABA YARABIBONYE NAFATIRWE IBIHANO KANDI IJAMBO YASHIKIRIJE RIREREKANAKO AFISE URUHARA MURUBWO BWICANYI BUBERA MUBURUNDI KANDI AVUGAKO ABARWANYI BA FDRL BARI MUBURUNDI ARIKO NTAMAKUNGU ARABONA ABOBARWANYI BARI MUBURUNDI NZABAMBONA

  • MBE FALCOM WAHORA HEHE WAHUNGUTSE CANKE URACARI MUBUHUNGIRO MUZOPFA MUBOROGA NAKARE BARAYAMAZE NGO ZIKONWA ZIROHA NAMWE KOMEZ AMAJAMBO NATWE DUKOMEZ IBIKOGWA CANKE MUZOBWIRE KAGAME AZOBAZANE MUBURUNDI TUBAKOSORERE HAMWE

  • Tres Bien HE ariko n’Intambara umutsi babonye kobafite inkwi bashaka gucana umuriro we are ready 24h in Bujumbura 2 save our Image our Rwanda, to die for protecting Rwandans. Ndumva abari kure nabo batorohewe kdi Rwanda na HE Turagukunda you never walk alone. Ahubwo ywategereje igihe bazarasa 1 bullets at our side ahasigaye uduhe uburenganzira maze tukwereke abana bibuka ineza watugiriye Generation turahari. Bareke bavuge dutegerreje ibikorwa byabo kdi uzatwemerere tuzarindire Rda ku butaka bwabo.

  • basha iyo bugir umwe bwarikindi.mbe kagame ko yigir intama kand imber aribingira.yiyumvirako uburundi ari congo yakora ivyo yishakiye?

  • kagame no umwicanyi kandi amaherezo ye ni Mabi cyane kagame yibeshyeko u Burundi ari Congo hahhhh amaze gutsindwa rwego RWA diplomacy none ni ntambara ashaka gushoza I Burundi atangiye kubona ko azayitsindwa nkuko yatsinzwe iya M23 umwicanyi kagame ari my marenbera abasirikare bu Rwanda bamaze gucika integer ubu name ntambara in mwe bashobora gutsinda ubu Kagame afite ubwoba bwinshi kuko ubu yirirwa ahindaguranya abasirikare ba murinda ubu aba general amaze gufunga ni benshi kubera ubwoba afite nabwo ashobora Kumara byibuze ukwezi kumwe my gihugu nu kwirirwa azerera isi asigaye atinya kuguma imbere my gihugu

  • MBEGA NKAWE YIYITA FALCON WUBAHUKA GUTUKUMUKURU WIGIHUGU NARETA NGO NIMIKOMA KANDI NGO NKURUNZIZA YITWA NKURUMBI NTASONI IMIKOMA NIMWEBWE MUPFUYE MWANGARA NKA GAHINI MBE NDAKUBWIRE INKONA NTIYARUZWA KUKO ABAGUMYABANGA DUKORA DUSENGA DUSENGA DUKORA NAMWE NAMAJAMBOGUSA INKONIRARARA SHA WANKA WEMERA IRASHISHIMA SHISHISHI SHIRIRA

  • Twebwe Abarundi, turamaze gutsinda itsinzi yambere kuberako Amakungu amaze
    kumenya ivya Kagame ko yigisha impuzi z’abarundi igirikare hanyuma Abarundi barazi Kagame yuko atazihaganira ko baguma bashija amabi yose azita mu muriro
    atere Uburundi hanyuma niyo maherezo yiwe.
    Nta Kagame azovyihaganira azorwa mu mutego nkuko aguma awurwamwo hanyuma ivyiwe bihere hanyuma akarere kibiyaga bigari karuhuke.

  • Mbe kagame iryo tunga ryawe (genocíde). Rikungura angahe kumunsi? Niba wowe wikundira kunywa amaraso y’abantu rekera abarundi amahoro .

  • Inkwirikizi y’ubwicanyi bwa Kagame nibwo bufise kandi buzobandanya bugira inkurikizi mbi muri ako karere. Birababaje kubon umuntu nka Kagame afise sur son actif amaraso y’abantu barenga imilioni 5 kandi abandanya asesa n’ayandi, yubahuka kuvuga.Ikibanza c’abicanyi ni muri gereza. Abanyarwanda murababaje mubandanya mushigikira Hitler muri ako karere k’ibigaya binini vya Afrika. Mugabo ntako mwogira, ndabategera murazi ko mutabigenjeje gutyo muca mwicwa mwagirizwa génocide Kagame yagize foond de commerce.

  • Je Mbona Nyakubahwa Kagame Ari Intwari Ahubwo.

  • nshimiye perezida kagame kunama ziwe atanga kubayobozi babarundi ariko ikimbabaza nuko badashaka kuzumva ese buriya bahisemo kuryanisha abene gihugu? Habyarimana wahoze ayoboye Urwanda nikuriya yabibye urwango mubaturage yararongoye mugihe yarayoboye ndetse nabamubanjirije icyavuyemo bishe abatutsi barabamara amahanga arebera none uno munsi arasaba abarundi ngo bigire kubyabaye murwanda nkurunziza ati rekada ,akavuga yuko agomba kugera ikirenge mucyahabyarimana ndetse nogushyiraho imitwe yigenza nkinterahamwe arizo imbonerakure ikizavamo kiragaragara nukumara abatutsi hamwe nabahutu batavuga rumwe hanyuma tugategereza amahanga akaza gukina poritike hejuru yabene gihu bataye ubuzima bwabo ayo mahanga arebara niki tugomba rero kumwiyamiriza kugirango areke kwica abaturage kuko siwe wabaremye nahitamo kubikomeza azasome amateka ya Farao mumisiri.

  • abarundi turakunda igihugu cacu kagome kabwa nimitwe mibi agira ivyobihweba vyintamutima izomupfako ubusa nawuhalira nimana nkurunziza imana iramwumva ninayo mpamvu imigambi yose mibi kuriwe iba imihezagiro nabari mumahanga turakunda igihugu cacu.

  • Erega kagome Hari ico yari yashatse kuburundi ariko yasanze uburundi atari urwanda.none yamaramaye baga ashaka ivyo yakoreye urwanda abikorere muburundi nateshwe Ate uburundi bufite abagabo.

  • NIWIBANDANIRIZE MUTAMA URUGENDO RWAWE RWOGUTEZA IMBERE ABO URONGOYE UREKE IYO MIKOMA IZOMBWEJERI ZIRIRWA ZIRABWIRA IMBONERAKUNYA ZAZO NGO ZIJE KWIYAMIRIZA INDONGOZI ZIYUBASHE Z’IKINDI GIHUGU,NTAKINDI KIBARYA MUNDA NISHARI BAFITIYE H.E KAGAME KUNTAMBWE ITANGAJE YAGEJEJE KURWANDA MW’ITERAMBERE ,NABO AHOGUTEZA IMBERE IGIHUGU NUGUSAHURA AMATUNGO Y’IGIHUGU NO KWICA, BAGACA BADUGA MUBASHONJI BARUGURU UMWE BAKAMUHA 5kg ZUMUCERI NGO GENDA MWIBARABARA MUTUKE KAGAME,UBUBIRIGI BUYOYA....MBEGA SARUHARA RWANKOMOKOMO ARIWE NKURINUKA YIBWIRA YUKO BURYO ARIWE AFISE ABACANGERO BAMUSHIGIKIYE BENSHI UMUSUMWE AZOREKURE ABADASHIGIKIYE IKIRINGO YIHAGIYE AC’ABUZA ZA MBONERAKUNYA ZIWE NGONABAPOLISI KURASA NOKWICA ABANTU AZOKWIRABIRE UBUDASA,H.E KAGAME HAHIRIWE IGIHUGU CAKWIRONKEYEKO INDONGOZI ,NIHAHANGAME UBURUNDI N’ABARUNDI BUMUTIMA ,NIHAHANGAME KAGAME N’URWANDA

  • twihwej’ibibazovyaporitikekagame,nishavubamutako.kandiyonabikora,avugak’afise,ivyemezokofdrr.barimuburundi,kuvabagishikakubutegetsi,abafnl.bicwa,retanihagarike.ubwicanyi,ibivyosebirikobivakubwicanyibwabayebwagiyebukurikiranagushik’ubu.

  • Majidi,
    Uratekereza ko urwanda rukeneye kumenyeshwa ko fdlr iri iburundi cyangwa idahari? Ntimukibeshye bigezaho kuko bigaragaza ubuswa bukabije. Urwanda ntamwanya wokubataho rufite ariko mumenye ko ihame ryibiba nisarura rihoraho, niba mukomeje kandi mwariyemeje kubiba fdlr muzasarura nabi, kandi iherezo niribi kandi rirababaje

  • Abakuru b’ibihugu bompi baciye ubwenge,ariko impamvu nkizi ntizari gushika aha iyo hataba ibibazo m’uburundi.ubutegetsi bw’uburundi burazineza kagame uwariwe.kandi kagame arazi cndd-fdd icarico.arikorero uburundi nibubanze buve mwibibibazo hama bazoce biga ikibazo c’urwanda munyuma.

  • Erega uburundi buyobowe nabayobozi binjiji bavugagura bakavuga ubusa niyo batuka u Rwanda binganiki ntituzatera uburundi byaba bisa nkokubwira intare ngo irwane nisazi.

  • ubwo murwanda hariyo ibiryo? ndabira uyu muyobozi aronzewe!!!.abaturagebaho bo barashize......

  • Irambire mutama uteze igihugu cawe imbere izo mburakimazi nabo batagira ico bamarira igihugu atari ukubasubiza inyuma nkibirenge nama ndabivuga ndabisubire bazoza gusaba akazi kukwikorera imifuko nokwoza amasahani mu gihugu urongoye, nibabe baratema ugwabo au lieiu yo kurukiza.

  • Ivyo Mukora Vyose Mumenye K Imana Ifis Umunzane Twese Tuzocako.So.Mutinye Imana!

  • Wewe wiyita Falcon ni wewe uri mukoma. Ntuzi ko witwa Mujeri? Banza wisonere, canke ni ya maraso y’abahutu waturira n’amapine ariko araguhumira. Mugabo sinokurenganya kuko utegeze wiga na yagamukama.

  • Mutama Peter Mwabibonye! Ako Kagabo Ni Mugakorereko. Mukoreshe Ubwenge N Amayeri Yose Kave Kubutegetsi. Mugasubirize Munkoko Maze Abahutu Bo Mu Rwanda Nabo Babohoke. Heee Kabuze Aho Gakina. Uyu Mwaka Uze Uhere Wagatembagaje Mutama Mbere Uzokanige. Tangure Mwinjireyo Mukoresheje Akarementanya Mwiyoberanye Vyitwe Ko Abanyarwanda Bacanyemwo. Bacemwo Ega Ni Impumyi.

  • iyivug’ukuri nya kuri irahari kandi yabwiy’umwana w’umuntu iti nkuko ijuru.ryitanguy’isi niko.ivyiyunviro.vyanje.vyitanguye ivy’umwana w’umuntu it’urabikora nkinumira ukibaza ko mpwanye.nawe itumenye yuko nzobishira k’umugaragaro imbere yawe vyose aho ukuri kuzotinda kuje Ahabona kur’ivyo vyose biriko bikorwa n’abana ba Bantu

  • Kagame n’umugabo.aba DD ubu Muri kw’iherezo niyo mpamvu mwirirwa muvuga
    ubusa.aho gukora ibikogwa rusange mwirirwa mwica abantu no kwiyamiriza u Rwanda.inda nini gusa zuzuye ibiyeri imitwe yuzuye amazi

  • ewe kagabo Uri ka sous gabo Koko

  • ivyo ntibindaba imana iriho

  • baca umugani mu kirundi ngo urubuze inkware ruvumbumukana ibihuna MBURUMBI narek gushira ikibazo ku rwanda ikibazo kiri kuri mandat yihaye idaciye mu mategeko nayireke arabe ko umutekano udasasagara nayo kwirirwa arashiburira imbonerahamwe ngoz ije guta mwanya mwibarabara ivyo ntaco bizohindura ku rwanda

  • Uburundi basha bufise abagabo,uwo NKURUMBI azovako kandi nabi,gusa urwanda nimuruveko nimushirire mushiririre iwanyu murekane nu rwanda,uwo mu PRESIDENT wanyu azohunga gushika ryari?azopfa ari impunzi?KARUZI kweri nintara yokubamwo?naze i BUJUMBURA tumumese nka shetani RUDOLPH.

  • mapua yako tutayang’oa

  • Mesdames/Messieurs de l’opposition, saisissez la balle on bond; demandez àBan-Kimoon de vous aider àchercher vos soeurs/freres, vos fils et filles arrêtés par la police présidentielle, par Darius, Uwamahoro Désiré. Demandez-lui de visiter Mutakura, Cibitoke, Nyakabiga, Kanyosha, Musaga Ngagara…(pour se rendre compte de ce qui se dit, parler avec la population). Si cette visite est juste pour parler avec les Nyamitwe, Nkurunziza etc…. elle n’aura servi àrien. Ca sera pour lui dire encore une fois que la paix règne dans ce pays à100%, que vos enfants , vos frères et soeurs sont enlevés et tués par les gens de l’opposition!!
    Qu’il lui soit aussi permis de visiter les fosses communes non de Dieu malgré les dires de Nyabenda. Il faut que l’enquête indépendante, neutre soit autorisée et que les responsabilités soient établies et les auteurs du crime inamnistiables soient punis conformément àla loi nationale et internationale.
    Les mêmes propositions sont valables pour la délégation de l’UA.

    Je vous en remercie.

  • Kagame yasanze igihugu cy’uburundi kirimwo abagabo. None intambara y’amasasu yamuyobeye atangiye iy’ubunwa. Mugabo nubwo ubunwa bwe bumeze nk’ubwimbeba keretse politique nayikinira mumwobo. Kuko kumugaragaro ntiyahangana na Nyamitwe.

  • mbe kagome izina niryo muntu uri kagome nka presid twokwise kaciyubwenge aravuga ijambo ritagira epfo naruguru emerakabi urakuze twebwe ivyo tuvuga tubifitiye ivyemezo onu ninyarutse urubanza rwacu canke nayo ivuge kwihengamye mbe ko tanzaniya duturanye ntampunzi zabarundi ziriyo? ko tutabavuga? mbe kobo baheruka kuduha raporo ko bafise abasirikare 4O bataye umurongo uko niko guturana ico udashaka ko bakugirira ntukwiye kukigirira abandi ko wigira igihangange wanguha ntanterahamwe ziri muburundi igisoda cacu kiracanze cavuye iyarusha ntanterahamwe zokijamwo twebwe abarundi turikwije dufise abasirikare babitumwako murabizi imbonerakure zirahabona zikwiye uburundi bwose abademubize abobose nabasirikare rero ntanterahamwe twokwiyambaza ataruko dufise prezid asenga tuba tumaze kwinira murwanda tukaraba ubwo buhangange wishimikiza ko twoshika iyo hakabura numunyarwanda numwe apfa niho nokwenera reka gukamisha jeneside abo wishe baramaze protuke yawe twayimenye abarundi nitwe tugucungeye umutekano vuga natw turab h

  • Nyakubahwa Kagame, Nkurunziza nakarwi kiwe kinkorabara nibakuveko siwe watumye bisamburirako nki mpene, agakecuru niko kahivye gaca gasohora akaboko gati misi ingo ucakaboko agiyee gusanga akaboko cahimbutse. nababagabo biyitirira ubutegetsi bwahano iburundi ndabagereranya nako ngakecuru, uburyo bariko baragerageza kwijiza akaboko kubihugu bibanyi ! ikitera ikigorwe nuko birirwa bahenda interahamwe ngo bazobafasha gufata urwanda,icozi nukubahenda gusa ngo babe barabafasha kwica abanyagihugu, ntarwanda bazopfa bagezeko izo nindoto kabisa. Komera Kagame, rwanda terimbere, Nkurunziza nawe abandanye kwisamburirako nki mpene.

  • kagame wacu tura mwemera cyane ni umugabo azi kureba neza ashishoze imana imuhe umugisha

  • Nyakubahwa KAGAME nkurumbi aravy iterambere ugwanda rugezeko yumva amaramara,ark ntagitangaj imigambi yiw n’ubwicanyi gusa kand ntateramber riva m’ubwicanyi

  • Kagame, wacuruje kera génocide, isoko ry’i Burundi rirakunaniye. Uhasanze abagabo. Waruzi ko ari Congo. Twarabahinyuye.
    Ni uko utazi ikirundi; Uburundi buragona buri maso.

    Nyakubahwa Nkurunziza yarabikubariye n’uko utumva, nta génocide muzosubira gutegura,gushira mu ngiro no gucuruza mu Burundi. Urwo rudandazwa, iryo tunga urarigumiza i Rwanda i wanyu.

  • Nibakureke Mutama,fasha Abo Barundi Imana Izogushimira

  • Hhhhhh. Turi Pepa, turwana na coalition FDLR-FAZ-ZIMBABWE-CNDD-ANGOLA-NAMIBIA, twamaze hafi ibyumeru bibiri twebwe APR duhanganyw nabo. Umu DD warasishaga imbunda nini wari uzi kuyiririmbisha ariko ari bwoba yaravuze ngo "HEWW GA BANYAGWANDA, MWIGIZE ABAGWANYI BA AFRIKA, HINGA NZE MBEREKE" uwo mu DD yaharaye 02 days gusa. Twarabakubise tubageza muri TANGANYIKA tubatwara ibikoresho byinshi nabo batwika ibindi byinshi.
    None les memes mots sont repetes. Mureke amateka atisubira

  • BAMWITONDA MUBONE KURAMBA GUTUKANA NTIVYUBAKA?

  • Ewe Kagame nawe abo bazungu nabo barundi bakwoheje kwisuka mu bidashoboka, teshwa ute!! Niwibuke Ico KIRUNDO isigura uzoba ushoboye kumenya neza Histoire !!!! Reba ivy’urwanda , naho"" Uburundi Imana yaburemye Irabubungabunze kandi burimwo abagabo bafise ubugabo""!!!

  • Kagame teshwa womok ibibaz biber mu Burundi ntibkureba raban nugwand gwaw twebw ab RUndi tur mumahor nimb ushak guhungabnya amahor mu Burund bizokugor kand natw Abarund ntitwicay uzobon kand ntac mvuz!! ivy urko urkor uzovyishugw..

  • Abarundi tureke Kagame afise ibibazo vyiwe..abarwana nabo bitwaje amoko bareke ntaho bija imuti ni negotiation erega Uburundi si izinga ry aba DD mwemera mwareka..

  • ark mubuzima sindabona abantu batukana nk’abarundi bandika comment hano simvuze bose ariko mujye mwibuka kwambarira indimi zanyu ntimuzatinda kumenya ko mwibeshye ku RWANDA rw’abanyarwanda kandi twe turaziga erega gutukana ntibiziCa kagame n’u RWANDA rwac

  • Kagame reka nkurunziza yitwarire yahawenabiwe Uburundi burimwo abagabo turikwiye

  • Kagame Rekankurunzizawacuyitwarireyahawenabiwe Uburundiburimwo Abagabo Turikwiye

  • Kagamerekankurunzizayitwarireyahawenabiwe Uburundiburimwo Abagaboturikwiye

  • Abarunditurarushenimutubabarire Kagame

  • Erega Uwo Nizina Riramuranga Ni Kagome Atari Kagame Arko Ntaco Ari Bukore Muburundi Kuva Ubu.

  • kagame arashoboye rwose haraho yakuye urwanda kd haraho rugeze kugeza umu, sasa muzakomeze musakuze mubaye abagabo nkuko mubivuga mwaza mukarenga kanyaru gato gusa tukabakirizaho umuriro , naho kwirirwa musakuza ejo abapolisi bakabica nta politic irimwo, mujye muvuga mushire no mubikorwa aho byabasawa kabisa tukabereka icyo imbwa yaboneye kumugezi. igihugu canyu kiraduma amasazi inzara izabishe mukirirwa musakuza gusa hoshi nimugende.

  • shkurani ya punda.ejo bundi isoko ryahiye iyo kagame atabaha indege zo kuzimya isoko rya bujumbura ryose n’inkengero ntivyari bihiye?

  • mwakosoye ibyanyu mukareka kwikoma u Rwanda! u Rwanda nta nyungu nimwe rufite m gutoza igisoda impunzi z’abarundi ariko kuko u Rwanda rufite Abayobozi bafite Imiyoborere myiza,Ubumuntu no kuzirikana ko ikiremwamuntu kigomba kubahwa, rukaba rwarakiriye bene wanyu bari basimbutse urupfu maze tukabafata neza, birababaje rero muti u Rwanda iratoza impunzi! turabizi ko mushaka ko bapfa ariko ntibagipfuye kuko bari mu Gihugu gifite Abayobozi n’abaturage batojwe urukundo,urugwiro ndetse no gufashanya.

  • Ariko iyo muvuga ngo waruzi ko ari Congo, U Burundi ntabwo twokwigereranya na Congo iraturenze kure cane, mu butunzi mu ncuti muri vyinshi...!

  • biratangaje kwumva twarasivye iyomitego

  • Kabisa urwanda rurarenganwa pe jewe ndumva ntaruhare rwagize murivyo

  • None mushaka iki kuburundi ? Aba nyarwanda banza mumenye kubana neza ..dore na Uganda igiye kubakurizaho... Ntaco muzotugira majooo nne c ubu ko twacecetse ivyo mubigarukanye gute? Ntimuzotubona muvyanyu basha

  • YEMWE NIMUZETUVEMWIVYOBIHERATAKANYAGATO YESU ARAJE GUCA AMATEKA

  • Ahubwokagamentamutimagirantiyarikwitamuvyomuburundikandinivyiwebimunaniye

  • Ese Uwo Kagame Munyumvira Ashakiki K’uburundi?Aravuga Mutama Wacu Hubwo Amufashe Kuko Uwomubaza Ivyo Yirirwa Aravugira Kuma Twitter Bizomuhame N’umuryango Wiw

  • Kagame ivyo yateguye kuburundi vyaramutaye kuwamazi rero Ubu natekereze kuko igihugu cuburundi kirimwo abagabo PNB yacu isumba Kure cane zirya nkotanyi ziwe niyarukarisha ruzomumwa

  • Ahabwo Ayomakosa,Yose Ahayakora Adasavye Ikigongwe Kuvyo Reta Y’uburundi Imwagiriza Ikazomwitwarira Sinzi?Mutama Wacu Naw Nibamurek Mugani Wiw Ntatwarira Kubwoba!

  • Ahubwo kagame bwaricetse . Uwobaza abanyarwanda bari mumabohero harumusuhera ,baziriki ?

  • Mubisanzwe Kubera Yukwo Kagame Basa Nabatumvikana Namutama Petero Nkurunziza Niyompamvu Avugankukwo Ivyomuburundi Nabireke Arabe Ivyomurwanda.Ham Kuba Yarakiriye Impuzi Nivyiza Kandi Ninkukwo Nuburundi Bwokwakira Iziw.Muburundi Amahoro Niyos Nakure Urusaku Kuri Muzehe Wacu Kandi Azokwiyumvira Nabi Uburundi Ariko Ntacazoshikako Uburundi Nigihugu Camata Nubuki.Kagame Nyimba Yiyumvira Nabi Nkurunziza Natuze Ntacazomugira. Murakoz

  • NONE MWOSUBUZA HAMWE VYOBATWARIKI?

  • Ahubw Nukwitwarir Umukur Wïgihu Curwanda Kuk Ndiba

  • jewe ico mbona presidepnt wurwanada yoza agasabikigongwe uburundi nabarundi hama imigenderjnire yuburundi nurwanda igasubira nkambere.

  • ramumuhane bikwiy guko kagamwe yamyashaka kugora igihugucacu b,uburundi nakar barayamaze bati iyankakubwirwa ibwirwanukwamaso atukuy !mutama wacu namureke arabivyiwe natwarabivyacu guko kagamwe arabonekakoyaturondeyekera!arikondazi natwabarundazoturonka murakoze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.