IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero Karaveri Mbonimpa yarose uburenganzira bwo kuja kwivuriza (...)

Petero Karaveri Mbonimpa yarose uburenganzira bwo kuja kwivuriza hanze

mercredi 5 Myandagaro 2015

Umushikirizamanza kizigenza wa Republika Valentin Bagorikunda yemeye ko Petero Karaveri Mbonimpa aja kubandanya kwivuriza hanze.

Petero Karaveri Mbonimpa aronse uburenganzira bwo kuja kubandanya kwivuriza hanze y’igihugu,inyuma y’ikete abamuburanira bandikiye umushikirizamanza kizigenza wa Republika bamusaba ko yomureka akaja kwivuriza hanze,kuko icuma casabwa mu Burundi kiri mu ntara ya Karuzi,naho bikaba bigoye gushikayo ,mu gihe ubuzima bwiwe butari bwifashe neza.

Pacifique Nininahazwe arongoye ishirahamwe FOCODE abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook,arashima iyo ngingo,agashimira abemeye kwitanga mu bikorwa vyo gutunganya ingene urwo rugendo rwoshoboka.

Petero Karaveri Mbonimpa yarashwe n’abantu bataramenyekana ku mugoroba wo kuwa mbere,igenekerezo rya 3 Myandagaro,ariko arataha muhira iwe,muri komine ya Kinama iri mu gisagara ca Bujumbura.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Imana ishimw mutama,izo nyamaswa zaguhor ik?nizer ko bataguhora Adolphe kuk inkuru zokwizera ngo"Adolphe yoba yibereye i KILIBA ONDESI (R.D.C) kugirisha imyitozo ya gisirikare imbonerakure,time will tell it"

  • NIBAGERAGEZE IMANA IRAMUBONA MUGAHAKURU DUKORESHAMASENGESHO IMANA NIYIZOBITUNGANYA VYOSE

  • imana ishimwe cane.reta nijijuke imenye kubana nabo batavuga rumwe!muragahora gutyo

  • Abucemanza Burerekanye Ko Bwigenga Naho Atanyambo Ibura Agahonzi Nibakomere

  • LOLILO ego bagize neza kumwemerera ariko kugera kukibuga cindege azoherekezwe nabasoda bohanze kuko abiburundi ntitwizeranye, bohava bamutega imitego, ikibazonaco gituma haba ingorane zubwicanye umukuru wigihugu niwe afise urupfunguzo gwavyo ok

  • nagente uyomushenzi umuhutuwi bwa anzofiriyonyene abonibobiri gwabarica abantu muga imana irababona

  • Ngirango ko Adolph atakiriho Abarundi bagiye kuronka agahengwe naho Kazungu, Nyamitwe... bagihangamye.

  • UHORARA IMANA,AHEREKEZE MBONIMPA.NKUKO YAHEREKEJE ABISIRA!!MANA YOMWIJURU BANANAWE .UZOMUHE IHEREZO RYIZA KUBWIBIKORWAVYIZA AKORA ATARAVYE UBWOKO.NIMWIZINARYAKRISTO MBISAVYE,AMEN.

  • Mbonimpa Jewe Novuga Wogwara Ukira Kutapfuye Imana Izogufasha Ngo Umwas Agucir Icob Imana Ikagucira Icanzo Urwar’ukira.

  • Ahubwo Agomba Kuduhuma Amaso Ashaka Guhunga

  • wewe wiyise #juste#mbe nibatatozwa na adolpho hazobura ababatoza?ahubwo uri ikijuju yarapfuye mugabo abandi bariho urihenda nawe uzopfa ubone kuja kwivuza nagende ariko adahevye ingeso yogusevya leta abesha nubundi ntahavuye ntibizijana cokimwe nuwibwira ngo kubera adolphe yapfuye igihugu ngo bagifashe nibabona twaheze atanumwe asigaye bazojeko navyo ntibishoboka kuko tungana nkinzige kandi turashoboye

  • warundinomaxxxhawanawema xpitakamuaxxxxadolfe nawewepoleexxkwanzaunabahatikubwa

  • EREGA YEMWE LETA IRIYAMBITSAGAHUZU!NAHO KARINDA KUYIBANAMWIZOSI

  • urakozepitakwichaxxxxumwichanyixxxadolfexx nagendexxxxmberenumubembeeyichaxxxxabarundixxxamarasoararemeye

  • Justice kuribose,rekeraho kwishongora kuko ntawutazopfa umwe wese afis’igihe ciwe, nawe icobo cawe kirakurindiriye naho ubunyamaswa uvuga nta waburushije Micombero,Simbananiye,Bikomagu, Buyoya, kubera ko wewe butagushikiriye ntaco wobuvugako.
    Uko kwishimira urupfu guwo madahuza nico cishe igihugu,uko biri kwose tugomba kubana.
    Nkuko wabivuze justice kuri bose izogeraho ibe tuzoheza turabe inyamaswa ziruta izindi,mbega Ndadaye yishwe nande urashobora kubwira abantu ico yazize, yarapfhuye havuka Nkurunziza, Adolphe n’abandi n’abandi vuga make rero mbega wewe ninde akurusha ubunyamaswa, uri iyambere .

  • Mutama,igender ub urabisa ibyo binywamaras by’inyeshamba.aho byagomb ko uryama mubitar by’aho bujumbra kugra byoherez abaza kuk8ca.igender disi we

  • Sisi sote wa uma tunamshukuria uyu raisi wa burundi kwa kuuwa uyo fara budolufu,ila halafu kubaki ww wenyew kwa kuwawa na ndakugarika.kingine kikubwa tunakuomba w rayisi,utizame vizuri uy mbwa rwasa umuweke chini haina adhabu.ukifanya ivo,utashukuria bwana kabra ya kifo chako

  • mbe ntibakigira n’ico bubaha?Umutama nk’urya!Asha bitebe bitebuke amaraso y’urya mutama azobahumira.

  • Urya Siwe Sumurashi Iyarabisha Mugutwi

  • Ukuri kwama gutsina naho guteba,intahe buca ifata ijambo ntibitevye mwihangane gusa mwirinde icaha.

  • Ivy’uburundi,Imana niyo ifise ico yovuga,kandi ntizemerako uburundi buhinduka igihugu c’amaraso. Mana tabara abarundi.

  • TURASIMIYE UMUSHIKIRIZAMANZA KUNGINGO YAFASE NAYO ABAMURASHE BAZOPFA NKIMBWA ZISARA

  • Vyoba Vyiza Tugiy Turahanurana Kandi Twubahana Twes N’imna Yaturemy Twoy Gupfa Ubusa Twes Duhagurukir Rimw Dushir Ibiganza Ku Mana Iduharir Ivyaha Vyacu Kuko Kwisi Ntamweranda Ahari.Knd Ntamuntu Arekuriw Kwica Uwundi Kuko Twes Nimana Yaturemy Kandi Ntawukundwa Nabos.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.